DJ-PHILBYTE
DJ-PHILBYTE
  • 32
  • 1 770 515
Dj Philbyte - Ibidakenewe (Official Audio)
Chorus/Ni kuki duha umwanya ibidakenewe
Ivyihutirwa tukabigira ivyejo
Igihugu ni twese jewe na wewe
Ntaco bimaze ivyo gutegana imitego
Umwe wese ata amakosa kubandi
Ariko siko vyari bikwiye kumera
Nta gihugu cahezagiwe nk’uburundi
Ni kuki twese umengo ntavyo tubona? (x2)
Verse 1/Ndavyuka mugatondo nkumva abariko bidoga
Ko baraye inzara abandi baraye mu nzoga
Ivy’ubu biragoye nkibaza ivyejo hazoza
Mugihe tugitegereje kw’imishahara iduzwa
Pree chorus/Batubwiye tuze twige nitwaronka diplome igihugu kizoduha akazi
Harabo dusumvya ishuri bafise akazi natwe tudandaza amandazi
Ntako tutagira mumigambi yacu turiyungunganya tukabura iyo mitahe
Twese ntitwoja kurima canke ngo tworore duhiga izindi nzira zo kuronka ayo malare
Verse 2/Ikidakenewe nukwikunda kwa bamwe
Batunze vyinshi abandi bishwe n’ubukene.
Mbega ninde yatubeshe ngo twankane
Ko mperuka twese turi bene mugabo umwe.
Hatabuze igitoro habura umuyaga nkuba
Tugacana ama bougies tukanywa amazi bugaca
Bimaze kuba too much ni ngombwa ko tuvuga
Kuvuga ingwara ugwaye niyo nzira yo gukira
Pree chorus/Batubwiye tuze twige nitwaronka diplome igihugu kizoduha akazi
Harabo dusumvya ishuri bafise akazi natwe tudandaza amandazi
Ntako tutagira mumigambi yacu turiyungunganya tukabura iyo mitahe
Twese ntitwoja kurima canke ngo tworore duhiga izindi nzira zo kuronka ayo malare
Chorus/Ni kuki duha umwanya ibidakenewe
Ivyihutirwa tukabigira ivyejo
Igihugu ni twese jewe na wewe
Ntaco bimaze ivyo gutegana imitego
Umwe wese ata amakosa kubandi
Ariko siko vyari bikwiye kumera
Nta gihugu cahezagiwe nk’uburundi
Ni kuki twese umengo ntavyo tubona? (x2)
Songwriter:Dj Philbyte
Production: Kolly the Magic
zhlédnutí: 30 245

Video

Dj Philbyte - IYEGEREZE Ft. Amagaba (Official Video)
zhlédnutí 172KPřed 4 měsíci
Produced by : Bullot & X Fecta Directed by : Landry SB Inanga Sampler :Sindirimba Runtown Entertainment & Amagaba
BUJA VIBES 10
zhlédnutí 43KPřed 5 měsíci
Buja vibes vol 10 playlist 0.Intro 1.Nibabampere- Young Spit feat Dj Philbyte 2.Utanse Sinokwanka-Ado josan feat Dj Philbyte 3.Ready-Kirikou Akili 4.Preya-Lino G 5.C’était moi-Vania Ice 6.Ooh Yeah-Adam 7.Tu m’as eu-Kiki Touré 8.Smile-Masterland 9.Yamaraso-Victorious Team 10.Elena-Melanin Boy (Gusto) 11.Bellissima- Fernando 12.Kode-Drama T 13.Jana nanje-We love Muzika 14.Tuzonabica-Mb Data feat ...
Nibabampere (Studio Session) @YoungSpit @u_already_know
zhlédnutí 3,5KPřed 9 měsíci
Nibabampere 🔥
BUJA VIBES 7
zhlédnutí 45KPřed rokem
Buja vibes vol 7 playlist 1.Kaze-Umuhanga 2.Kabugubugu-Abagumyabanga 3.Reka ngende-Claire Rushatsi 4.Sagamba Burundi-Léonce Ngabo 5.Yoronimu-Club Higa 6.Zana-Club Higa 7.Ngoma ya ruhinda-Club Giramahoro 8.Umugamba w'inka-Club Giramahoro 9.Bibiyana-Club Giramahoro 10.Umukenyezi-Club Giramahoro 11.Gorora amaboko Muhoberane-Club Giramahoro 12.Ntawuhora iwabo-Club Giramahoro 13.Bakundanye kera-Club...
Dj Philbyte-Ntimubimpore feat 19th (Prod Jigger beats)
zhlédnutí 43KPřed rokem
Buja Vibes Ep 1.Papa mama Feat Berry Music & Ka kelly 2.Nivyo Sivyo Feat Rappy Boy & Trey Zo 3.Collabo Feat Mo'W Kanzie 4.Ntimubimpore feat 19th 5.Ivyo Bikundira Bonus Track 6.Kwepa Feat Kirikou & Double Jay
Dj Philbyte-Collabo Feat M'ow Kanzie (Prod KDaGreat & X fecta)
zhlédnutí 26KPřed rokem
Buja Vibes Ep 1.Papa mama Feat Berry Music & Ka kelly 2.Nivyo Sivyo Feat Rappy Boy & Trey Zo 3.Collabo Feat Mo'W Kanzie 4.Ntimubimpore feat 19th 5.Ivyo Bikundira Bonus Track 6.Kwepa Feat Kirikou & Double Jay
Dj Philbyte-Ivyo Bikundira (Prod X fecta)
zhlédnutí 28KPřed rokem
Buja Vibes Ep 1.Papa mama Feat Berry Music & Ka kelly 2.Nivyo Sivyo Feat Rappy Boy & Trey Zo 3.Collabo Feat Mo'W Kanzie 4.Ntimubimpore feat 19th 5.Ivyo Bikundira Bonus Track 6.Kwepa Feat Kirikou & Double Jay
Dj Philbyte-Nivyo Sivyo feat Rappy Boy& Trey Zo(Prod X fecta)
zhlédnutí 28KPřed rokem
Buja Vibes Ep 1.Papa mama Feat Berry Music & Ka kelly 2.Nivyo Sivyo Feat Rappy Boy & Trey Zo 3.Collabo Feat Mo'W Kanzie 4.Ntimubimpore feat 19th 5.Ivyo Bikundira Bonus Track 6.Kwepa Feat Kirikou & Double Jay
Dj Philbyte-Papa Mama feat Berry Music & Ka Kelly (Prod TrickOnDaBeat)
zhlédnutí 19KPřed rokem
Buja Vibes Ep 1.Papa mama Feat Berry Music & Ka kelly 2.Nivyo Sivyo Feat Rappy Boy & Trey Zo 3.Collabo Feat Mo'W Kanzie 4.Ntimubimpore feat 19th 5.Ivyo Bikundira Bonus Track 6.Kwepa Feat Kirikou & Double Jay
BUJA VIBES 5
zhlédnutí 140KPřed 2 lety
WE DO NOT OWN THE RIGHTS OF THESE SONGS!!! This is just a creative expression from our unique perspective. Every song performed in this video can be found on all digital platforms. Thank you Follow me on Instagram: dj_philbyte Join my WhatsApp group:chat.whatsapp.com/LHAQ9vwzn6C5RfW975tnPL Audio mixtape link: www.mixcloud.com/djphilbyte/buja-vibes-vol-5/
BUJA VIBES 4
zhlédnutí 196KPřed 2 lety
BUJA VIBES 4
Dj Philbyte - Nyamugigima (Freestyle)
zhlédnutí 16KPřed 2 lety
Dj Philbyte - Nyamugigima (Freestyle)
Changa Changa Vol 3 Video Intro
zhlédnutí 1,8KPřed 2 lety
Changa Changa Vol 3 Video Intro
BUJA VIBES 3
zhlédnutí 115KPřed 3 lety
BUJA VIBES 3
Changa Changa Vol 2(Video Intro)
zhlédnutí 1,9KPřed 3 lety
Changa Changa Vol 2(Video Intro)
LOVE VIBRATION VOL 2(Intro)
zhlédnutí 2,4KPřed 3 lety
LOVE VIBRATION VOL 2(Intro)
BUJA VIBES 2
zhlédnutí 245KPřed 3 lety
BUJA VIBES 2
Dj Philbyte - Domeka Ft Dr Claude (Official Music Video)
zhlédnutí 126KPřed 3 lety
Dj Philbyte - Domeka Ft Dr Claude (Official Music Video)
Dj Philbyte-Domeka(Feat Dr Claude)(Prod.By X-Fecta)
zhlédnutí 8KPřed 3 lety
Dj Philbyte-Domeka(Feat Dr Claude)(Prod.By X-Fecta)
Sekura-Akes Don Feat Dj Philbyte (Extended Video)
zhlédnutí 2,3KPřed 4 lety
Sekura-Akes Don Feat Dj Philbyte (Extended Video)
Dj Philbyte-Twimare(Feat. FabeLove, Kingorongoro&PIM)
zhlédnutí 73KPřed 4 lety
Dj Philbyte-Twimare(Feat. FabeLove, Kingorongoro&PIM)
Dj Philbyte-Tembagara(Feat. Dauphin Than Color)(Prod. By X-Fecta)
zhlédnutí 20KPřed 4 lety
Dj Philbyte-Tembagara(Feat. Dauphin Than Color)(Prod. By X-Fecta)
Dj-Philbyte hamwe na Mc Sadiki muri PRIMUSIC 2019(Final)
zhlédnutí 2,9KPřed 4 lety
Dj-Philbyte hamwe na Mc Sadiki muri PRIMUSIC 2019(Final)
Dj Philbyte-Twimare(Feat. FabeLove, Kingorongoro&PIM)(Prod By X Fecta)
zhlédnutí 12KPřed 4 lety
Dj Philbyte-Twimare(Feat. FabeLove, Kingorongoro&PIM)(Prod By X Fecta)
Dj Philbyte - Oloha feat B-Face (Official Audio)
zhlédnutí 71KPřed 5 lety
Dj Philbyte - Oloha feat B-Face (Official Audio)
LOVE VIBRATION MIXTAPE
zhlédnutí 1,4KPřed 5 lety
LOVE VIBRATION MIXTAPE

Komentáře