Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Ndakunda cane inyigisho zawe,ariko santé bé muza mutatwereka ivyo tudatahura.ex:cou de gerove,marée :ivyo n,ibiki!bé mudusigurira.murakoze
None ayomazi akanye umuntu ayakoresha kangahe mundwi?
Urakoz nzobikora nawamuti wamibe narawukoreshej birakora cane nararonse mitende dagukunda❤❤❤❤❤❤
Urakoze cyaneee Jeanine ❤❤❤❤
Murakoze caane
Warakoze cane jew zari zandembeje cane
murakoze gushima
Urakoze cane none iyo lomari uyinwa mumazi?
Urakoz maman wanj
Hama rek tubikore kuk nibintuvyoroshe can gose wew ndagukunda mdame jeanine❤❤❤.kand murakoze kumucomwiza cn muduhaye
None komwabuze Agatunguru sumu ushira mukibuno nne jew ko katayonga?
Abawunoresheje nibatubwire ubo bawukoresheje uwo wa romarin ukoreshwa gute?
Ego nimpanuro nziza cane murkoze peee turbakunda❤❤❤❤
amen ❤
Murakoze muvyeyi❤❤❤❤
murakoze gushima❤️
Murakoze can gose ukuntumutubwira ibintuvyiza cn Imana ibahezagire❤❤❤❤
Ameeen❤❤❤❤❤
Murakoze cnee kumuntu arwaye ibivyimba mugitsina nawe womufasha gute abirwaye igihe kinini
Ndabashimire cane kuko mwishura commentaires vyananiye benshi uzoze urabigerageza naho uzoba warateye imbere cane ningenzi
namwe ndabashimiye
Mwubahwe cane.clous de girofle je mbona ari nkaturya turungo bitwa uturungo twi cayi cirangi?nivyo mwigisha wacu?
Murakoze
Mutubwire Mubyeyi romari na cloves ubikoresha arifu cyagwa romali arimbisi murakoze tubakunda❤
Amazing muganga wanje nagomba ndagusabe jewe nduwo mucaro uwo muti wa amibe na infegisiyo ya irineri canke vajinari wozowutwereka kuri akavidewo kugira tuzowugure tuwumenya uwariwo mwarahezagiwe
Mwaramutse egome❤
Bzu Bzu Bzu❤❤❤
Oke mama
🙏♥️
Abo bantu bagucinyege bihoze sha jeani twebwe uradufasha cane komeza utugirira ubushakashatsi
Murakoz ❤
murakoze gushima namwe
Mrc
de rien
Murakoze muganga umuti wawe urakora mpereye kuwa amibe. Ikibazo cyo mbaza ayo mazi akanye uyicaramo wavanzemo romari na cloves ?
Murakoze ,ariko ayo mazi akanye uyakoresha yonyene muhezagirwe❤
Abantu muba mwarumvise ivyo abandi batumvise bé muca mubisangiza abandi kugira ntimurushe umuwutuba hafi kandi nawe nkoyo mazi ntiyavuze umwanya bamaramwo kandi nuyo wundi ABA yaravuze ndabe abicaho gato kugira abatumvse canke batategereye bace bavyumbiraho uyo muvyeyi arafasha mubwo buryo
❤tubwire uko twokwivura infections bakuroze nayo
Murakoze caane ariko narakwandikiye in box uranka kunyishura
Murakoz cn hm narahize video mwakoze yo kunuk mukwaha narayibuze mwomp link yayo cnk mukambwir titre yayo uko yanditsek
Mwotubwira umwanya twokwicara mwayo mazi
Chalom mukunzi wanje turagukunda caane ariko uwo wundi Muti ntitwawumvise ingene ukoreshwa ncuti
Clous de girofle niy romare irabiteka hma ukicar mumaz yavy?? Jew ikiganiro gihez sinacumvirij😊
Nanje nabonye atabivuze neza ingene utegura izo romarin na clous de girofle
Utwigishije neza utwigishije uko dukwiy kwifata kandi amazi y ibarafu arakiza ahubwo twari tuyobewe ko dukwiy kuza turabikora hato nahato
sawa
Nangaruka
Abantu tubaruguru Ayakanye nkibarafu ntaboneka
muzoyaraze hanze mugikonyozi ruguru ABA akanye bivana nahariho
Urakozecaneuraturangiraumutiwaesitomanawo
egome
Murakoze cane,hama uwo muti umuntu yibungenze arawukoresha?
Non kokubintu vyumushats utwereka vyinshi umuntu yohitamwikih?
icubona amahitamwo nayawe
None umuntu urye imitsi
Iyomiti turi ruguru ntayotubona
Jewe ibintu vyoguteka mwatwigishije nki sombe imikeke mwirengarenga ni sauce v'yivyema Nukuri vyaratotse caaane.nivyo kubanya inda.nokugira akabiri karemvye gusa nashaka kwongeramwo gikukuru
urakoze gushima ncuti ♥️👍🙏
@@jeaninetvjeanne non k waturangiy ibint vyos vyomumaso vyos narabikoz kand nez imis watubwira.arik naciy ngira ibihere vyish mumaso😢non vyob vyantey alergie?
😂😂😂😂😂😂jeanne none wew jew uranyica kuntu reo ubumez umenga ubusinziriy ugitangura présentation 😂
🙏♥️👍
Amazi akannye se nibiki? aba amezate?
amaze avuye muri frigo
Uhezagirwe maman wacu uratwubaka nne ayo mazi uyakoresha icuro zigahe irakoze
kabiri mundwi
shishikara utwigisha muvyeyi tuguteze yompi
amen
Kurude jirofe ziboneka hehe?
muba diventiste
Clous de girofle ziragoye karonka
Oya mumasoko yo mu bisagara ziriho kuko ni ikirungo c'icayi.
Ikintu shaka kukubaza umunyu wa gikukuru banyeretse mwisoko aho mperereye ntiwere umeze nku boule bambwiye ngo urawusya ukayungurura womengo ugomba gusa na gris canke umunyota mwotubwira ko ukora cokimwe nurya wawe ko umengo Wewe uba wera derere
uraja mubatempera ivyo mw'isoko ntavyo nogihanura mubadiventiste b'umunsi w'indwi bacuruza ivyizewe
Courage madame Jeanine,nukuri jewe vyarankoreye cane.Imana ishishikare ikwagurira ncuti yanje❤❤
Mwakoze nakoreshejye igyi nurusenta numunyu nkuko wabivuze mpita mbona impinduka imana iguhe imigisha
amen amen twese
Ibi vyo vyavuriki ? Ibi ntavyo nabonye🤔
Murakoze kumpanuro nimiti uturangiye abatarabikora nibabikore bobo vyobakorera jewe narabikoresheje aruwubindangiye nkinjiza ibarafu mugitsin ariko yarase gukira na coux de girofle narayikoreshej vyarase romarin niyontarakoresha yewe nabaganga bikizungu baravuye incuro nyishi yarase gukira ahobigeze nibazako arindogano😢😢ahubwo nkwisabire uzonyereke umuti wugomunda nago ruranzengereza biteye ubwoba wobukoze
niba wakoresheje ivyo vyose bikanka ningoga o nyene nzokurangira bandanya
Naje nuko
None ubigira kangahe ?
kabiri
Claude jirofe ni iyije?
karafu
Romary kuyiteka mumazi ukayanywa, ari akazuyaze ugakomeza ukanayanywa akonje, miminsi ibiri uba wabonye resultat