Kwirikirana iyi Intahe wumve ingene Imana yazuye uyu mu maman ikongera Ikamukiza tumeur yo mu mutwe

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 15. 03. 2021

Komentáře • 11

  • @angieirakoze3553
    @angieirakoze3553 Před rokem

    Amen.. Amashimwe yose abe ayuwiteka imana Isumba vyose. kubwiyo ntahe ikomeye cane...imana igukomeze cyane ...Glory be to God

  • @user-jl5wx7rl5i
    @user-jl5wx7rl5i Před rokem

    Nanje narabonye Imana muburyo bwingwara, ndumva duhuye twovuga Imana bukira bugaca

  • @joentwary6010
    @joentwary6010 Před 3 lety +1

    Mama Brenda,uhezagirwe,nabagusengeye bose bahezagirwe,nuwumvise ino ntahe Imana imukize.Apotre Kévin ukoze akazi gakomeye,Hezagirwa

  • @alicedorianetuyishemeze2938

    Maman blenda sha ndamuzi yooo sinarinzi ko vyagenz uko

  • @chrisnelaldoingabo6099

    Ndabashimiye kuriyi ntahe kandi iranyubatse itunye nanje ngirukwize ingwara zirimujewe nzose zirakize mwizina rya yesu

  • @bikundaelsieparfaite4517

    Yesu uko yarari ejo n' uyumusi niko ari!

  • @Empower1tv
    @Empower1tv Před 3 lety +1

    I like you my Apotre

  • @boscondayikengurukiye1958

    Hezagigwa cne