![BMT Buja](/img/default-banner.jpg)
- 57
- 6 352 980
BMT Buja
Brazil
Registrace 1. 03. 2021
Burundian Movies and Talents (BMT) est une société à but lucratif qui a senti la nécessité de contribuer dans le développement et amélioration du domaine cinématographique au Burundi,
BMT a comme mission :
• Production des films fictions adaptés dans le temps et dans l’espace donc des films modernes.
• Contribuer dans la promotion de la culture burundaise.
• Développement de soi-même et de la communauté.
• Chercher l’occupation valable pour la jeunesse burundaise.
• Création des loisirs ayant des leçons morales.

INTORE NTINDI S02 full movie
Uru rukwirikirane rwa kabiri rw'iyi reresi rurerekana uruhara rw'umugabo muguharanira iteka ryokwitwa umuvyeyi
mugihe Ketty wewe ariko akora ibishoboka vyose kugira umwana wa kantore nakantore nyene umugabo ntamenye aho bari .
wawundi ati, umanika agatu wicaye mukukamanura ugahaguruka ,
reka turabe Iyo biherera.
Iyi film ninkuru twiyumviriye.
twifuza guhanura kumakosa amwe amwe akorwa mungo zabubakanye.
Niwaba ubona hari ibisa nivyakubayeko.
Menyako vyabaye uruhurirane .ntamuntu twifuza kubabaza canke ngo twifuze kugira uwo dukomeretsa.
Kurikirana iyi reresi,
Ikibi tucime inzira
Iciza naco tugisasire indava.
FILM : INTÕRE NTĪNDI
DIRECTOR : Amédée MANIRAKIZA
ASS.DIRECTOR : Fiston HARAGIRAMUNGU
CAMERAMAN : XRAY BAM
EDITOR : NIJI PRO
PRODUCER : Amédée MANIRAKIZA
Contact : Email:bmtarcal@gmail.com
Facebook : BMT Buja
Téléphon:+257 76604015
+257 79265874

zhlédnutí: 46 836
Video
INTORE NTINDI S02 PART 5 THE END
zhlédnutí 268KPřed 28 dny
Uru rukwirikirane rwa kabiri rw'iyi reresi rurerekana uruhara rw'umugabo muguharanira iteka ryokwitwa umuvyeyi mugihe Ketty wewe ariko akora ibishoboka vyose kugira umwana wa kantore nakantore nyene umugabo ntamenye aho bari . wawundi ati, umanika agatu wicaye mukukamanura ugahaguruka , reka turabe Iyo biherera. Iyi film ninkuru twiyumviriye. twifuza guhanura kumakosa amwe amwe akorwa mungo zab...
INTORE NTINDI S02 PART4
zhlédnutí 255KPřed měsícem
Uru rukwirikirane rwa kabiri rw'iyi reresi rurerekana uruhara rw'umugabo muguharanira iteka ryokwitwa umuvyeyi mugihe Ketty wewe ariko akora ibishoboka vyose kugira umwana wa kantore nakantore nyene umugabo ntamenye aho bari . wawundi ati, umanika agatu wicaye mukukamanura ugahaguruka , reka turabe Iyo biherera. Iyi film ninkuru twiyumviriye. twifuza guhanura kumakosa amwe amwe akorwa mungo zab...
INTORE NTINDI S2 PART 4 IRAJE VUBA
zhlédnutí 38KPřed měsícem
Uru rukwirikirane rwa kabiri rw'iyi reresi rurerekana uruhara rw'umugabo muguharanira iteka ryokwitwa umuvyeyi mugihe Ketty wewe ariko akora ibishoboka vyose kugira umwana wa kantore nakantore nyene umugabo ntamenye aho bari . wawundi ati, umanika agatu wicaye mukukamanura ugahaguruka , reka turabe Iyo biherera. Iyi film ninkuru twiyumviriye. twifuza guhanura kumakosa amwe amwe akorwa mungo zab...
INTORE NTINDI S02 PART3
zhlédnutí 220KPřed měsícem
Uru rukwirikirane rwa kabiri rw'iyi reresi rurerekana uruhara rw'umugabo muguharanira iteka ryokwitwa umuvyeyi mugihe Ketty wewe ariko akora ibishoboka vyose kugira umwana wa kantore nakantore nyene umugabo ntamenye aho bari . wawundi ati, umanika agatu wicaye mukukamanura ugahaguruka , reka turabe Iyo biherera. Iyi film ninkuru twiyumviriye. twifuza guhanura kumakosa amwe amwe akorwa mungo zab...
INTORE NTINDI S2 PART 3 IRAJE VUBA
zhlédnutí 50KPřed měsícem
Uru rukwirikirane rwa kabiri rw'iyi reresi rurerekana uruhara rw'umugabo muguharanira iteka ryokwitwa umuvyeyi mugihe Ketty wewe ariko akora ibishoboka vyose kugira umwana wa kantore nakantore nyene umugabo ntamenye aho bari . wawundi ati, umanika agatu wicaye mukukamanura ugahaguruka , reka turabe Iyo biherera. Iyi film ninkuru twiyumviriye. twifuza guhanura kumakosa amwe amwe akorwa mungo zab...
INTORE NTINDI S02 PART2
zhlédnutí 229KPřed měsícem
Uru rukwirikirane rwa kabiri rw'iyi reresi rurerekana uruhara rw'umugabo muguharanira iteka ryokwitwa umuvyeyi mugihe Ketty wewe ariko akora ibishoboka vyose kugira umwana wa kantore nakantore nyene umugabo ntamenye aho bari . wawundi ati, umanika agatu wicaye mukukamanura ugahaguruka , reka turabe Iyo biherera. Iyi film ninkuru twiyumviriye. twifuza guhanura kumakosa amwe amwe akorwa mungo zab...
INTORE NTINDI S02 PART 1
zhlédnutí 324KPřed měsícem
Uru rukwirikirane rwa kabiri rw'iyi reresi rurerekana uruhara rw'umugabo muguharanira iteka ryokwitwa umuvyeyi mugihe Ketty wewe ariko akora ibishoboka vyose kugira umwana wa kantore nakantore nyene umugabo ntamenye aho bari . wawundi ati, umanika agatu wicaye mukukamanura ugahaguruka , reka turabe Iyo biherera. Iyi film ninkuru twiyumviriye. twifuza guhanura kumakosa amwe amwe akorwa mungo zab...
ISHUSHO Y'UMUNTU FULL MOVIE FINAL
zhlédnutí 40KPřed měsícem
ISHUSHO YANYAYO Y'UMUNTU ntawoyimenya, ntukizere umuntu. Timothée we yareretswe ishusho yari yinyegeje imbere mumukunzi wiwe solange vyose ni muri film ISHUSHO Y'UMUNTU #ISHUSHO Y'UMUNTU #The image of a human being Production: BMT Script&Director: Amédée Manirakiza Ass Director: Fiston Haragiramungu Camera man&Editor:Xray Bam Sound: Frank Niji Contact: Email:bmtarcal@gmail.com Facebook:BMT Buja...
ISHUSHO Y UMUNTU full movie part 3
zhlédnutí 41KPřed 2 měsíci
ISHUSHO YANYAYO Y'UMUNTU ntawoyimenya, ntukizere umuntu. Timothée we yareretswe ishusho yari yinyegeje imbere mumukunzi wiwe solange vyose ni muri film ISHUSHO Y'UMUNTU #ISHUSHO Y'UMUNTU #The image of a human being Production: BMT Script&Director: Amédée Manirakiza Ass Director: Fiston Haragiramungu Camera man&Editor:Xray Bam Sound: Frank Niji Contact: Email:bmtarcal@gmail.com Facebook:BMT Buja...
ISHUSHO Y'UMUNTU Full Movie Part 2 The image of a human being full movie
zhlédnutí 21KPřed 2 měsíci
ISHUSHO YANYAYO Y'UMUNTU ntawoyimenya, ntukizere umuntu. Timothée we yareretswe ishusho yari yinyegeje imbere mumukunzi wiwe solange vyose ni muri film ISHUSHO Y'UMUNTU #ISHUSHO Y'UMUNTU #The image of a human being Production: BMT Script&Director: Amédée Manirakiza Ass Director: Fiston Haragiramungu Camera man&Editor:Xray Bam Sound: Frank Niji Contact: Email:bmtarcal@gmail.com Facebook:BMT Buja...
IHURIZO RY'AMAKUBA FULL MOVIE FINAL
zhlédnutí 56KPřed 2 měsíci
IHURIZO RY'AMAKUBA SEASON Iy'umworo agaburiwe, imbwa zibihonyoramwo. kwirikirana ino reresi uzobonako guhitamwo kw'umuntu gushobora kuba inkwezi yamakuba atoroshe kwivanamwo Production: @Inua Cinema Script&Director: Amédée Manirakiza Ass Director: Fiston Haragiramungu Camera man&Editor:Niji pro Sound: Nijipro Contact: Email: info@thejnfamily.com Téléphon: # 257 76604015 257 79265874
INTORE NTINDI part 6 The end saison 1
zhlédnutí 478KPřed 10 měsíci
INTORE NTINDI part 6 The end saison 1
Nimukoreshumwany kl
Nsakunda cane cane gose iy film courage kk irigisha cn❤❤❤
Arikox mana ni ihurizo kokope 🥲
🌹🌹
❤❤❤❤
Mukomeze muduhe nibindi bicw nyabuna
Gusa rero gerageze mukore ibishoboka muze murashirako amajambo mu rurimi rwicongereza kugira hanze zishijeyo
Yeah mukoze kbsa ndabateye intege ibi bintu biranyubatse
Bien jouer Alvella❤❤❤
Muyimaze nabi cane
Turabemera Cyaneee
❤❤❤❤❤
Waooooo mbega aga film gatesaa basha tugira s,abonner kandi nivyo vyiza
Mwakomeje kuduhenda ngo ni sison2?nabakunda muga wapi kwr.reka nkomerereze mu rwanda kumuntu series
Jw mbona baguma basubiramwo gusa
❤
Jew vrt intore ntondi narayikunz cn ndabinginz mukore ibishokoba kugir turonke iyindi
Harya burya umwana atarwa nimana 🤗🤗🤗🤗
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Keza ndagukunda cane kukuntu ukina film zose wakinye naragukunze cane.lmana igukomez kungabire yawe
❤❤❤❤❤
Mundishije umutima, menya irangiye ndwaye pressure
Oya oya muratwibye,
Oyaaaaaaaaaaa rek rek mwoyihez oy kwl gumizamwo
❤❤❤❤❤❤
Muraduh iyo film yose turayishaka
Mukina nez kbx
😢
Yariyiwaw. Iyonv
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Mukina neza cyane❤❤❤
Nubwo natevy kuraba iyi film mwubahwe can nacan can kuba mwarasizemw made in burundi
Nukuri firme niyambere maze kuyiraba incuro cumi kandi izozose zarandijije ndakunda mimi cane gose arabiz
mwubahwe kwrl mikomez nukuri land ndabakunda kwrl inyigosho mutaanga zirubaka imitima yabantu
Nanj iranyigish cn gos
Mwubahw❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤❤
Nukuri intore ntindi niyamber p
Ariver muhimbal merc nieroyi
Ko mwes musaba ama like . Atarimw mwayikinye 😂😂😂
Jew ntakindi nshaka atarukwumva mbogora hejuru mundamukirize Justin abamwegereye
Muyibandanye pe iraryoshe
Courage ndabakunda ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Nimuduh 😂😂😂😂😂😂😂😂
Hhh
Nimukomeze turabakunda kumpanuro mutanga❤❤❤❤❤❤❤
Courage
Courage