INTORE NTINDI S02 PART4

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 26. 06. 2024
  • Uru rukwirikirane rwa kabiri rw'iyi reresi rurerekana uruhara rw'umugabo muguharanira iteka ryokwitwa umuvyeyi
    mugihe Ketty wewe ariko akora ibishoboka vyose kugira umwana wa kantore nakantore nyene umugabo ntamenye aho bari .
    wawundi ati, umanika agatu wicaye mukukamanura ugahaguruka ,
    reka turabe Iyo biherera.
    Iyi film ninkuru twiyumviriye.
    twifuza guhanura kumakosa amwe amwe akorwa mungo zabubakanye.
    Niwaba ubona hari ibisa nivyakubayeko.
    Menyako vyabaye uruhurirane .ntamuntu twifuza kubabaza canke ngo twifuze kugira uwo dukomeretsa.
    Kurikirana iyi reresi,
    Ikibi tucime inzira
    Iciza naco tugisasire indava.
    FILM : INTÕRE NTĪNDI
    DIRECTOR : Amédée MANIRAKIZA
    ASS.DIRECTOR : Fiston HARAGIRAMUNGU
    CAMERAMAN : XRAY BAM
    EDITOR : NIJI PRO
    PRODUCER : Amédée MANIRAKIZA
    Contact : Email:bmtarcal@gmail.com
    Facebook : BMT Buja
    Téléphon:+257 76604015
    +257 79265874
  • Krátké a kreslené filmy

Komentáře • 1,4K

  • @Jolomi1
    @Jolomi1 Před měsícem +348

    Abemeranya ko film zacu ziri kuyindi level mumpe like

    • @fidesinimahye5376
      @fidesinimahye5376 Před měsícem +1

      Ziratanguye kugera kure kabisa❤❤

    • @VenantieGIRUKWISHAKA
      @VenantieGIRUKWISHAKA Před měsícem +2

      Nukuri kw'Imana ndadugije idrapeau y'🇧🇮 niyamamare mw'isi yose

    • @Jolomi1
      @Jolomi1 Před měsícem +1

      @@fidesinimahye5376 can gose ubu zirarabwa biteye ubwoba iyi yoyo ibayoboje inkoni yicuma

    • @Jolomi1
      @Jolomi1 Před měsícem +1

      @@VenantieGIRUKWISHAKA Kbx hejuru cyane

    • @user-in2lr6ze5i
      @user-in2lr6ze5i Před měsícem +1

      Ego vrmt

  • @AngeRubeneIrakiza
    @AngeRubeneIrakiza Před měsícem +152

    Sha Intore ntindi ni Fayaaaa abemeranya nanje kwiyi Film iyoboye mumpe Like❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉

  • @KubwimanaTherence-vl6mw
    @KubwimanaTherence-vl6mw Před měsícem +35

    Ndabakunda caneeee Ngozi turabakunda Gusa Jewe iconosaba nimwongereze iminota abashakako iyi frime boyongeraho iminota nimumpe like

  • @NtahirajaJeanChris-nl7sj
    @NtahirajaJeanChris-nl7sj Před měsícem +49

    Nanje nacerew gs harabo natanze benshi can mump izo like rer

  • @NticlobuBurundi
    @NticlobuBurundi Před měsícem +164

    Tuzoyikwirikirana mpaka irangiye, aba zoyikwirikirana mpaka irangiye bampe like , kuko irimwo inyigisho🇧🇮🔥🔥🇧🇮

  • @MukandahiroAnnette
    @MukandahiroAnnette Před měsícem +259

    Ninjye muntu wambere uyibonye mumpe like

  • @JoselyneAkimana-co1xs
    @JoselyneAkimana-co1xs Před měsícem +10

    Mbega 🩸🩸🩸weeee Saba urakoze umuti pe!🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🥰😍😘

  • @DianeHatungimana-ly6wp
    @DianeHatungimana-ly6wp Před měsícem +6

    Courage murashoboy ndabakund,❤❤❤🎉🎉

  • @bayubaheallydelly-rn2zv
    @bayubaheallydelly-rn2zv Před měsícem +169

    Reka ndabahe like mwese naho Jewe mutampa ntakibazo

  • @ReineDuseIteka
    @ReineDuseIteka Před měsícem +87

    Aujourd'hui 8ème mumpe like ibindi ndavuga mpejeje kubiraba ketty et son époux mukoresheje akanyabweng ❤❤❤

  • @user-qm9li7mj2f
    @user-qm9li7mj2f Před měsícem +8

    ❤❤❤❤❤❤❤❤ whhhhaaaaa mbakunda kubi can gos mukina nez vrt apana ubudumbindumbi

  • @mamancheiilla0fficial
    @mamancheiilla0fficial Před měsícem +18

    Nacerewe ariko sicane abakunzi biyiserie intore ntindi nanj mundemere muciy kuriyo foto yanj ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @CLAUDIA-qd6vj
    @CLAUDIA-qd6vj Před měsícem +179

    Kumunota wa 2 nkaba ndahageze abaza nyuma yanje mumpe like plz❤

    • @AaBb-jg7di
      @AaBb-jg7di Před měsícem +3

      ❤muyibona gute vyukuri mbenga ibintu biryoshe

    • @user-qd3jb8hn2q
      @user-qd3jb8hn2q Před měsícem

      Irameze neza cane rwose hejuru ❤❤❤

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-3066 Před měsícem +52

    Uyumusi nkaba ndazindutse ndabaye uwambere💃💃💃 abakunzi b' INTORE NTINDI tumenyane muri bwabumwe🔥🔥🔥🔥🔥❤️❤️❤️❤️

    • @kubwimanayvette6203
      @kubwimanayvette6203 Před měsícem +1

      😂😂😂😂😂 sinzi impamvu ntwenze😂 nn uracandik ngo wabaye uwambere knd twam tubizik ari wewe uzinduka😂😂😂

    • @AssiaClaudineMukaremera-3066
      @AssiaClaudineMukaremera-3066 Před měsícem

      @@kubwimanayvette6203 iyonzigo izohera ryari🤣🤣🤣🤣🤣 GS ndakwikundira🥰

  • @Precidesni
    @Precidesni Před měsícem +9

    Nukuri iyi film ni 🔥🔥🔥 mabuja reo mugukina vrmnt umengo niw yabizany kwisi 🎉arabizi nukuri🌷🌷🌷🌷🌷🥀🥀🥀🌹🌹🌹🌹🌹

  • @JanijaniJani-u3j
    @JanijaniJani-u3j Před měsícem +20

    Naj nimundemer Like nezegw muband merc❤

  • @RachelUwimana-ok6of
    @RachelUwimana-ok6of Před měsícem +108

    Mbaye uwamber mumpe like iyifilm ndayikunda cyane irimo inyigisho zikomeye

  • @odaoda2517
    @odaoda2517 Před měsícem +38

    Kantore bamugize akajuju nivyarimwo ntavyaze gus Ketty ararushe gusa umugabo wa Ketty ndamushimey kwatigeze yemera ko ketty amenibaga imbere yakantore ninyigisho kubantu bubatse bitwaranabi nk ketty Amedee courage tukwifurij kugerakure❤❤❤❤❤

  • @jousleen764
    @jousleen764 Před měsícem +3

    Mwubahwe ndabakunda

  • @user-qq6mv6vh3e
    @user-qq6mv6vh3e Před měsícem +9

    Mbega film kuryoha weeee ndiko ndayiraba numva agatima kera de❤❤❤

  • @ElieAhadi-xc4pq
    @ElieAhadi-xc4pq Před měsícem +355

    Mbaye uwamber mundemere Ama like❤

  • @FauziaAkeza
    @FauziaAkeza Před měsícem +101

    Nukur nanje nimumpe Like numv uko bimez bakunzi ❤❤❤❤❤

  • @user-ed6eo8kt9e
    @user-ed6eo8kt9e Před měsícem +1

    😢😢😢😢😢😅😅😅😅😅😅😂😂😂😂kandi uriseriye ariwewe wavyiteye ukamusanga munhira

  • @KigemeChantal
    @KigemeChantal Před měsícem +3

    Hejuru cane murakunzwe mwese kand cane❤❤❤🎉🎉🎉

  • @AbdoulkalimNDIKUMANA
    @AbdoulkalimNDIKUMANA Před měsícem +19

    Ababon yuk baduh iminota mik boyongerez mur heh ,sig lik ub turyoherw ni ntor ntindi ndab ❤❤❤❤❤

  • @user-nono372
    @user-nono372 Před měsícem +25

    Uyumusi ndabona sinacerewe cane abari murukundo niyifilm tumenyane

  • @SuzanneNyandwi
    @SuzanneNyandwi Před měsícem +4

    Mbe kozihera kare ! Film iryosh kubiiiiii

  • @user-fy2pr3lp2y
    @user-fy2pr3lp2y Před měsícem +10

    Iyi film kwirenze🤭abarundi basigare bari kuyindi level kabisa,je vous encourage vrema

  • @user-gt6gd3cv1s
    @user-gt6gd3cv1s Před měsícem +5

    Nkundukuntu muraba ibitekerezo vyabafana ukabikorera KO kuba umwana wa kantore atariye uburozi❤❤❤❤❤ilove sabass❤❤❤❤❤

  • @fafaTtn2877
    @fafaTtn2877 Před měsícem +33

    Abakunzi b'intore ntindi muze hano❤

  • @user-qn3ul4ju4x
    @user-qn3ul4ju4x Před měsícem +15

    Mukama karabaye noneho Mbe Kantore aremer ivyo ketty agiy kumusaba abanezerewe Nuko Tania atariye uburozi Mundemere like zanj❤❤❤Ndabakunda

  • @DianaMunelo
    @DianaMunelo Před měsícem +7

    Atarakandi Jew mbon abarundi mushoboy hubwo reka dutahe tufashanye dukore p kuko ndabonako ko ibintu muburundi bigezekure p vyiza can

  • @isaacvyihoze9029
    @isaacvyihoze9029 Před měsícem +80

    ❤❤❤❤ ❤mumpe like abakunzi ba intore ntindi

  • @aullah257
    @aullah257 Před měsícem +31

    Intore ntindi love from 🇧🇮 ❤❤❤ mugabo basha mutwongere iminota nukur

  • @Kamyamunezanadine
    @Kamyamunezanadine Před měsícem +9

    Courage vrt,mwabikoz neza cane kko iyo umwana apfa ntitwosubiy kuyiraba

  • @ndayizeyebella5780
    @ndayizeyebella5780 Před měsícem +2

    Amavuta ya Ndiho ababeko😘😘😘😗

  • @Ahishakiyeemmanuel06
    @Ahishakiyeemmanuel06 Před měsícem +80

    Mujye muyiduha idatinze nange nkunda iyi film mumpe like😂

  • @DjumaNdayishimiye-rc7ol
    @DjumaNdayishimiye-rc7ol Před měsícem +35

    hemw mwazinduts nukur arik nah nacerew mump utu like abakund intore ntindi nkanj ❤❤

  • @doxcellaarakaza
    @doxcellaarakaza Před měsícem +7

    Nukr nanj ndimubamber rek nicare ark ❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉nutwanyuuuuu ndabaknda mazeu

  • @InnocentMinic-bw4wq
    @InnocentMinic-bw4wq Před měsícem +3

    Murabakozi kbx💞💞

  • @AliceNiyibizi
    @AliceNiyibizi Před měsícem +68

    Abagira commentaire batararaba film mwubahwe😂😂

  • @IrankundaDevotte-yu4nm
    @IrankundaDevotte-yu4nm Před měsícem +41

    Courage beza naho nacerew nanje mwampay like ❤❤❤🎉

  • @NiyongereAline-sc7jp
    @NiyongereAline-sc7jp Před měsícem

    Abakinyi.beza.cane.dukunda.twishimira.courage🎉🎉🎉🎉🎉

  • @rwemavedaste-dh8vj
    @rwemavedaste-dh8vj Před měsícem +6

    film zanyu ziratwigisha vraiment courage mufite talent.

  • @user-cm3yv5pq7v
    @user-cm3yv5pq7v Před měsícem +47

    Harahiiiiye weeee 😱😱 !!! ndimubamber mump like ❤

  • @NdayambajeClaude-uh6vq
    @NdayambajeClaude-uh6vq Před měsícem +79

    Uyumusi nanje mbaye mubambere mumpe like twikomereze

  • @FabriceNishemezwe
    @FabriceNishemezwe Před měsícem +14

    Ndabkunda Kanini ongereza iminot

  • @Mugishafransine
    @Mugishafransine Před měsícem +7

    Icobita intore ntindi rero Niki Mana urakoze gutabara umumarayika wawe keti rero😢😢😢😢warase kumvira.maman ovadi.nn.raba😢😢😢😢🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤mubirimwo neza🎉🎉🎉intore ntindi mwese hejuru❤❤❤🎉🎉🎉

  • @NDUWARUGIRAClothilde
    @NDUWARUGIRAClothilde Před měsícem +7

    Sabas. Wacu yubahwe. Arashoboye

  • @JosianeNiyonsaba-vb4bu
    @JosianeNiyonsaba-vb4bu Před měsícem +69

    Finally, I made it😂😂😂. Kuva kuwa 12k nkaba uwa 1003 nintambwe. Abemerako Tuba twigoye mumpe like pls

  • @GiftBella-de5hz
    @GiftBella-de5hz Před měsícem +7

    Mwari mukwiye kuyiduha kabiri mu ndwi😻😻😻😻😻😻😻😻

  • @ChimeneNiyogushima
    @ChimeneNiyogushima Před měsícem +2

    Mubikora neza.mukomere

  • @NishimweNadia-kt8pe
    @NishimweNadia-kt8pe Před měsícem +5

    Oya vrmnt murabe mutwongeze iminota kuko Intore ntindi iratesa 🔥🔥🔥🔥🥰🥰🥰🥰 ndabakunda❤️❤️❤️❤️

  • @dadaniyitungire6244
    @dadaniyitungire6244 Před měsícem +49

    Nubwo nacerewe abakunzi b' intore ntindi musige like ngaha tumenyane 🤝🤝 muri gwarukundo guys ntimumbanire 🤗🤗

  • @dativenininahazwe2164
    @dativenininahazwe2164 Před měsícem +5

    Jewe ntavy'uwambere ntawakabiri,kazima umwana adapfuye ibisigaye mukina vyose ndabiraba neza ntaco bintwaye, Amédée Kure cane uhagere sha muhungu wiwacu🎉🎉🎉🎉

  • @FlorenceMasengesho-yi4rp
    @FlorenceMasengesho-yi4rp Před měsícem +8

    Murakoze gusa mura tinda cyane kuduha utundii duce peee

  • @epipodehavyarimana7656
    @epipodehavyarimana7656 Před měsícem +23

    Ndemeye ko hariho abansumvya kuzinduka❤❤❤

  • @OmarNdayisenga
    @OmarNdayisenga Před měsícem +2

    Yooo Sabas urumugabo kbx courage mwese murashoboye

  • @AmuriAroyizi-mw1nn
    @AmuriAroyizi-mw1nn Před měsícem +8

    Nanj uyumus mbay mubamber mump ut like🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @EzraBoboloy
    @EzraBoboloy Před měsícem +5

    Ewi Ntore ntindi weee kombona Ari 🔥🔥🔥🔥🔥🙌👌👌🥰🥰

  • @NibigiraJackie
    @NibigiraJackie Před měsícem +21

    Basha nanje mbaye mubambere reka nicare

  • @user-mv6vi1gv6f
    @user-mv6vi1gv6f Před měsícem +36

    Nazindutse uwzinyuma.ansigigile.like❤🎉❤

  • @user-nq3vo7yp4o
    @user-nq3vo7yp4o Před měsícem +2

    Ndabakunda mubikoraneza❤❤❤😊

  • @JustineNiyonahabonye
    @JustineNiyonahabonye Před měsícem +1

    Ketty kwihana kweliiiii wariwishe umumarayika kubera maman Yvette yaguhanuye nabi kantore nawe raba ukurikize umwana ndabona sabbas avyara imbegu pee!kandi Ketty ntakuntu wobura ifuhe ubona uru bébé nkarurya gumugabo wawe kuncoreke nawe warabuze niyikoroka Kandi uricukiiii❤❤❤❤ hejuru cane Juju je n'a BMT ❤❤❤❤

  • @agxgfhxf5292
    @agxgfhxf5292 Před měsícem +20

    Pore kantore imana iramubona umwana ntacaba

  • @user-no1xu7vy8o
    @user-no1xu7vy8o Před měsícem +19

    😢 waaaaooooh kuyindi mpwemu disii lntore ntindi hejuru cne nanje mbaye mubambere 🙏🙏🙌🙌🙌🙌🙌🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🎉🎉🎉🎉🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥✍️✍️✍️💯💯💯💯💯❤

  • @Braudelsmith
    @Braudelsmith Před měsícem +2

    Courage vrt ❤❤❤❤❤

  • @KwizeraCynthia
    @KwizeraCynthia Před měsícem +5

    Imana ikomeze ibongera inkomezi yokugira ubwenge bwishi bwogukina frm iryoshe nkiyi

  • @Emmanul-zk2pj
    @Emmanul-zk2pj Před měsícem +7

    Waooh ndaryohew kuba umwana Wakantore atishweee💕💕💞💞💞

  • @muhiretheophile2171
    @muhiretheophile2171 Před měsícem +24

    Mbakunda cyane kantorewe ndakwemera pe rinda ikibondo cyawe neza utazacyamburwa nuwo wizeyengo nicuti ❤❤❤❤

  • @jeanclaudeniyonkuru4710
    @jeanclaudeniyonkuru4710 Před měsícem +2

    Courage vrt❤

  • @SabimbonaEric-v3m
    @SabimbonaEric-v3m Před 29 dny +2

    Niyo film yonyen yabarundi maze kuraba😂😂

  • @tuyisengesolange5484
    @tuyisengesolange5484 Před měsícem +12

    Hey abantu barazinduka kweli gusa muduha utunota duke

  • @user-vu2iu7rv5s
    @user-vu2iu7rv5s Před měsícem +10

    Mbega yemwe narinzi ngo ninja nduwambee naco mumi second nkab mbayemwe ambaza nyuma mumpe 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @user-yh7um3xt5t
    @user-yh7um3xt5t Před měsícem

    Mbega filmé iryoshe irimwo nimpanuro🎉🎉🎉❤❤❤burundi hejuru

  • @SandrineNSABIMANA
    @SandrineNSABIMANA Před měsícem +1

    Ntacahishijwe kitazomenyekana 😢😢 Vyose biragiy ahabona umwana ararokotse Sabas hejuru cane

  • @esperanceniyonkuru6970
    @esperanceniyonkuru6970 Před měsícem +15

    Uwu musi rero sasa ni funika❤❤.bwana Amédée tora amashugwe yawe🌹🌹🌹💐💐💐💐 boba Sabas kamata yako,🌹🌹🌹🌹🌹 ketty weho rero,🔥🔥🔥🔥🔥🔥kantore ❤️❤️❤️❤️❤️Tania urahatswe ntacukibaye.ndabakunda
    Muraduteguye neza.
    Intore ntindi hejuru cane.
    Nahubutaha

  • @user-re3sc9ck9f
    @user-re3sc9ck9f Před měsícem +12

    Intore ntindi hejuuuuruuuu❤❤❤❤❤❤😂😂 murantwengeje ket umwosha mubi anganumurozi raba ibibazo ubayemwo kubera kukosha nabi kandi ngo urucira mukaso rugahitana nyoko waruzi ko ugomba ugirire nabi kantore non vyakugarutseko gusa pole sana uhukure icirwa gusa kwer murashoboye🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @AlexisBAYUBAHE-ky5hk
    @AlexisBAYUBAHE-ky5hk Před měsícem +1

    What talented actors ! U're so better in this game. Thanks a lot for your lessons !! May God bless you

  • @sergesntunzwenimana
    @sergesntunzwenimana Před měsícem +30

    Nimechelewa haki baombi like ata 5❤❤❤❤

  • @dieudonnenduwimana3416
    @dieudonnenduwimana3416 Před měsícem +29

    Boom Boom nar ndayitegany igishk ahubw ❤❤❤❤

  • @MunezeroLalissa-kn1ft
    @MunezeroLalissa-kn1ft Před měsícem +4

    courage mes cheris muraryohereza umunsi pe mukomere caaane💕💕💕💕

  • @SandrineTuyisenge-pi1hv
    @SandrineTuyisenge-pi1hv Před 29 dny +1

    Niamber kbx knd courrage❤❤❤

  • @Francus1609
    @Francus1609 Před měsícem +23

    Neza cane bakinyi beza murashoboye peeeee bakunzi ba série INTORE NTINDI muze hano tumenyane.

  • @user-wc3qo3ud1p
    @user-wc3qo3ud1p Před měsícem +6

    Nza nazinduka peee🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤

  • @user-wg9sg2sk9r
    @user-wg9sg2sk9r Před měsícem +1

    Wawo murakoze kuba uriya mwana adapfuye

  • @Iracelr4f
    @Iracelr4f Před měsícem

    Intore ntindi🔥🔥🔥🔥uburyohe bwa film ndundi rero,BMT mwubahwe canee

  • @Graceigabaneza-fd1pk
    @Graceigabaneza-fd1pk Před měsícem +9

    Naj uyumus nduwicenga eeee abr bayirindiranye igishik nkanj nukuri MP ut love ndasavye❤❤❤❤

  • @jeanclaudejeshii8285
    @jeanclaudejeshii8285 Před měsícem

    Naratevy gusa hagusiba wocererwa Intore ntindi niyanje🎉Arvella Mumumpere kamwe nzokariha 🎉🎉🎉

  • @danielniyoncuti5124
    @danielniyoncuti5124 Před měsícem

    ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉 respect Amédée kuba Tania atapfiye knd agafatw uwagira amwice uri umwanditsi wibihe vyose

  • @vyukusengejoici-uv6sx
    @vyukusengejoici-uv6sx Před měsícem +6

    Uyumusi ndazindutse pee mûri 33munut gusa❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @innocentniyonkuru1680
    @innocentniyonkuru1680 Před měsícem +22

    Mwakinye neza kabisa mwubahwe

  • @NanaIra-rb6su
    @NanaIra-rb6su Před měsícem +1

    Ugwo kubakunda rundimwo beza muranyubaka❤❤❤

  • @LeenaLeena-sj4ig
    @LeenaLeena-sj4ig Před měsícem

    Yoo intore ntindi we ngo ntamahoro yumunyavyaha kweli😂😂😂😢😢❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @raissa6836
    @raissa6836 Před měsícem +4

    Ndabakunda cane ❤️❤️❤️❤️🇧🇮❤️🇧🇮❤️

  • @SignolineIradukunda
    @SignolineIradukunda Před měsícem +35

    Mbay mubamber mump like

  • @nadineciza2777
    @nadineciza2777 Před měsícem +1

    Mmmmhhh ari ga yemwe hariho abantu muguma muri yeux dans 1h plus de 7mil personnes muza mwahejj kuraba😮anyways congratulations kubakinyi bacu🎉🎉

  • @AmandaKaneza-gd7gw
    @AmandaKaneza-gd7gw Před měsícem

    Sh Amédée Imana igukomerez impano yae iguh ubndi bweng kk ur umwanditsi p🎉🎉🎉

  • @dianeniyonsaba5666
    @dianeniyonsaba5666 Před měsícem +5

    Mbay uwa mbere😂😂😂

  • @user-gv1zl5jp3p
    @user-gv1zl5jp3p Před měsícem +10

    Abafite amatsiko yukubona ukumwana wa kantore birangira mundemere