INTORE NTINDI S02 PART 5 THE END

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 3. 07. 2024
  • Uru rukwirikirane rwa kabiri rw'iyi reresi rurerekana uruhara rw'umugabo muguharanira iteka ryokwitwa umuvyeyi
    mugihe Ketty wewe ariko akora ibishoboka vyose kugira umwana wa kantore nakantore nyene umugabo ntamenye aho bari .
    wawundi ati, umanika agatu wicaye mukukamanura ugahaguruka ,
    reka turabe Iyo biherera.
    Iyi film ninkuru twiyumviriye.
    twifuza guhanura kumakosa amwe amwe akorwa mungo zabubakanye.
    Niwaba ubona hari ibisa nivyakubayeko.
    Menyako vyabaye uruhurirane .ntamuntu twifuza kubabaza canke ngo twifuze kugira uwo dukomeretsa.
    Kurikirana iyi reresi,
    Ikibi tucime inzira
    Iciza naco tugisasire indava.
    FILM : INTÕRE NTĪNDI
    DIRECTOR : Amédée MANIRAKIZA
    ASS.DIRECTOR : Fiston HARAGIRAMUNGU
    CAMERAMAN : XRAY BAM
    EDITOR : NIJI PRO
    PRODUCER : Amédée MANIRAKIZA
    Contact : Email:bmtarcal@gmail.com
    Facebook : BMT Buja
    Téléphon:+257 76604015
    +257 79265874
  • Krátké a kreslené filmy

Komentáře • 2,3K

  • @Jolomi1
    @Jolomi1 Před 6 dny +227

    Abemera ko iyi film iriko ira hiting muri East African mumpe like

  • @KubwimanaTherence-vl6mw
    @KubwimanaTherence-vl6mw Před 6 dny +134

    Abishimye nkanje Kuba iyintorentindi kobongeye iminota mumpe like nyishi Ngozi ndabakunda cane 🇧🇮🇧🇮

  • @NINGABIREElysee
    @NINGABIREElysee Před 6 dny +37

    Mana kuv mbaho ni film yamber nukur nziz iryoshe isukuye nukur abakinyi bakiny iy fim Imana ibamper umugisha ntibagiye umwanditsi naw ntavurwa mw izina❤❤❤❤❤❤❤❤

    • @user-nw8gs4px9g
      @user-nw8gs4px9g Před 6 dny

      Wew uvuze ukuri naj yararyoheye hamwe ndeka nongumfungura nkayirab nayibone nihatari kwl❤❤❤❤🎉🎉🎉

  • @IteritekakellyKelly
    @IteritekakellyKelly Před 6 dny +49

    Wow ❤❤ nuko ihez ningog naho nje munyum abaz inyum ndisabiye like 🙏

  • @Ester-xv5tm
    @Ester-xv5tm Před 6 dny +179

    Abari murukundo niyi serie nanjye mumpe utu like twanjye ndabasaby ntimumbanire

  • @user-mv6vi1gv6f
    @user-mv6vi1gv6f Před 6 dny +150

    Nisabire abazinyuma mumpe like jamani 🎉❤🎉❤

  • @EmelyneNiyonkuru-d7b
    @EmelyneNiyonkuru-d7b Před 6 dny +17

    Ndumukunzi wukuri wintor ntindi ibay ifilimi ya kabiri impabuye urets iyigez kumpabura ya mugisha kera iyi ntorentindi isubiy kunkundisha film ndundi rero courage turabakunda cane ikindi mugum muduha ifilimi nkizo nzoguma ndabakurikira nimwakomeza uko rero iraryosh kabisa

  • @emelynendayishimiye4595
    @emelynendayishimiye4595 Před 5 dny +4

    Basha nukuri ntimwokwumva ukuntu mbabay kubona ihez nukuri muraba muduh iyindi vuba ndabakunda cane mwes mwashoboy kudutegurira iyi film❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @nsengiyumvaaline1773
    @nsengiyumvaaline1773 Před 6 dny +51

    Abakunzi ba kantore mundemere utu likes abaza inyuma yanje

  • @user-ct7kx9qm3p
    @user-ct7kx9qm3p Před 6 dny +26

    Abari murukundo niyi film muze hano 💃💃💃💃💃💃🌹🌹🌹🌹

  • @Tdd-qb6lh
    @Tdd-qb6lh Před 6 dny +18

    Mwubahw vrt iy film hrimwimpanur nyinsh knd nyinsh.imana ibjimber muger kurund gweg rurengur ndabaknd ❤❤❤❤ igh cos vendredi gm ndabk mwayirungits

  • @user-pi2cs7bc9r
    @user-pi2cs7bc9r Před 6 dny +11

    Oya ntabwo mwabidukora pe muzabanguke aha igeze niho hari inyigisho nyinshi cyane turabakunda cyane murabahanga Imana ibashyigikire Shalom Shalom

  • @JoselyneMuhimbare
    @JoselyneMuhimbare Před 6 dny +33

    Murazinduk basha abaz nyum utu like

  • @AlineNiyongere-bu5yy
    @AlineNiyongere-bu5yy Před 6 dny +14

    Nukuri nanje naryohewe kuberako iminota badukoreye umuti intore ntindi hejuruuuuu❤❤❤❤❤ rugombo turabakunda goseee

  • @Misago-bo5uf
    @Misago-bo5uf Před 6 dny +14

    Mutunyarukirize igice gikurikira kabisa mwateguyeneza cane Imana ibungurubumenyi ikirutavyose ibongerubwenge❤

  • @fatumahdadah8092
    @fatumahdadah8092 Před 6 dny +12

    Yooo iraryoshe 👌👌👌👌👌ahingeze ingiye kuryoh kurush

  • @MushimiyimanaClarissa
    @MushimiyimanaClarissa Před 6 dny +23

    Ndabakunda cyaneeeeee 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @user-cz8bx5ff1y
    @user-cz8bx5ff1y Před 6 dny +19

    Ooh team BMT ndabakunda cane mukora ibintu vyiza

  • @gayoharmy3718
    @gayoharmy3718 Před 6 dny +6

    Sinali bwangire comments kuva ntangura kuyiraba❤atikuyumusi eeeeeh vyasemhndape nukuri iyi film iraryoshep ❤❤❤❤ ngusa iheze ntabishaka 😢😢😢

  • @beomynaimani6014
    @beomynaimani6014 Před 6 dny +4

    Ndarize basi muzonyaruke😂😂😂😂 turabakunda Imana ibaje imbere

  • @AliceIrankunda-kh7yy
    @AliceIrankunda-kh7yy Před 6 dny +10

    Muduh ibindi bice vrm intore ntindi ira ryoshe cn kandi courage ❤❤

  • @LiesseIcimanishatse
    @LiesseIcimanishatse Před 6 dny +11

    Shaaaa turakeneye suite yintore ntindi vrma muzoyiduheee turabakunda caanee

  • @CyriaqueHatungimana-ww9zh

    Abemeza ko BMT Buja bagejeje kuyindi mpwemu film muburundi mumpe like👍

  • @user-xg1jo6mt8i
    @user-xg1jo6mt8i Před 6 dny +6

    Oya kweli muyihejeje yaritanguye kuryoha ahubwo yibandanye❤❤❤❤❤

  • @RachelIradukunda-ey7wm
    @RachelIradukunda-ey7wm Před 6 dny +8

    Yoooo ndababaye cyane kuba migiye ark ntimuzatinde kuko turabakunda 🫶🇷🇼

  • @dadaniyitungire6244
    @dadaniyitungire6244 Před 6 dny +43

    Yaaaa abakubzi b'intore ntindi like hahire rimwe 🔥🔥nubwo nacerewe mubikore muri gwarukundo❤🎉🎉

  • @KasiimeAgins
    @KasiimeAgins Před 6 dny +4

    Nitwa kayitesi ndi Uganda 🇺🇬 ndabakunda cyane ❤❤❤nimugire vuba mutuzanire pat iyindi

  • @VanessaISHIMWE-u7t
    @VanessaISHIMWE-u7t Před 6 dny +5

    Ooooooh rara wamenga norira mbonye muvuzeko muhagaritse vrt murakoze guhanura Ingo zabubatse courage vrt tuhakuye impanuro nyinshi cane. Ukuntu twofata neza urugo rwacu ukuntu tutokwemerera ababa hafi yabagabo bacu mana jewe kubwanje merci sana icombona muze mukina vrt ibijanye nivyurugo biratwubaka

  • @JanatiNurah
    @JanatiNurah Před 6 dny +18

    Ndumurundi yuzuye muga nta film ndundi naribwarabe.ariko iyi yambereye film yambere kandi koko ninziza irahanura.big up watu wangu🎉

    • @ChachaChany
      @ChachaChany Před 6 dny

      Uvuze ko ariyi yonyen umaz kurab wumva urumurundi yuzuye?

    • @JanatiNurah
      @JanatiNurah Před 6 dny

      @@ChachaChany urazumpindure none?? Naravye film bicabisigurako ntarumurundi?tekaana sha

    • @ChachaChany
      @ChachaChany Před 6 dny

      @@JanatiNurah abarundi nuko nyen tumez aho rer ngo nakubwiy nabi haha

  • @NKkg-et1ec
    @NKkg-et1ec Před 6 dny +15

    Intore ntindi irimwo inyigisho nyinci kububatse Ingo nayigiyemo byinci imbere cyane ndabakunda❤

  • @EvelyneInamahoro-mw7je
    @EvelyneInamahoro-mw7je Před 6 dny +4

    Yoooo disi weeeee film irigisha sana kweri

  • @jmvstarsbou9853
    @jmvstarsbou9853 Před 6 dny +4

    Thanks my life urubuzima bwange my friend

  • @JosetteUwimanimpaye
    @JosetteUwimanimpaye Před 6 dny +7

    MANA yanjye njyewe iyi film ndayikunda I love you so much 😘😘😘😘😘🇷🇼🇷🇼

  • @DjumaNdayishimiye-rc7ol
    @DjumaNdayishimiye-rc7ol Před 6 dny +44

    hemw iyi film barayihinguy kl izanana uburyoh budasanzw jew ababibon nkanj ndabasavy mump like nyish muzob mukoz❤❤❤

  • @Princengabirano
    @Princengabirano Před 6 dny +3

    Waoooh mubandanye muduhe nibice bikwirikira ndayikunda cane🎉

  • @irankundadorcas196
    @irankundadorcas196 Před 6 dny +4

    kandi vrt big up murashoboye

  • @aullah257
    @aullah257 Před 6 dny +13

    Woooooa uwambere intore ntindi love from 🇧🇮🇸🇦❤️

  • @DuhabwanayoAnne-Brandine

    👌👌💞💞💞💞 uyu munezero ngira iyo ndiko ndaraba iyi série 🥳🥳

  • @DorineUwishimiyimana-hg7ir

    Iyi film niyamber kbx mwubahw courage turayirindiriy muzotunyarukiriz❤❤🎉

  • @chachauwase-hu7vf
    @chachauwase-hu7vf Před 6 dny +4

    like from zambia among very experts I love u so much ❤

  • @KingiBenitha
    @KingiBenitha Před 6 dny +7

    mbeguburyohe nahitarahera😂❤❤🎉🎉🎉🎉 iryohey ntarahez kuyiraba😂😂😂

  • @user-tr9vp6ef3h
    @user-tr9vp6ef3h Před 6 dny +10

    Nda❤❤❤ mukina ibi hanura abagore nkaho uciye wiyumvamwo umwana woca uronka uwawe

  • @EliasNiyonzima-pf7il
    @EliasNiyonzima-pf7il Před 6 dny +7

    Aho nisawa arko rr zamuranyarutsa kuduhibindi nice

  • @Nzeyimanafrancine
    @Nzeyimanafrancine Před 6 dny +12

    Intore ntindi kuryoha niyamber Nukuri ntimuze muyitevye mwoba mukoze cane muze muyinyarukane ntihazogire numwe avamwo💞💞💞 alvella wihende womoke sabass akugumize hafi💞💞ndabakunda cne💋💋💋

  • @stitore2388
    @stitore2388 Před 6 dny +10

    Mashalla mashalla tabarkallah 🤼‍♀️🤼‍♀️🤼‍♀️🤼‍♀️ yemwe Amedee jewe ngufashe twoheza nimunyarutse ariko vyukuri felicitations mwabikoze neza 💯💯✅✅✅🙏 mubikoranezape yemwe murashimisha cane gose mwubahwe sabbas musaza kbx wubahwe Alvella wubahwe kado nawe courage ubikora neza

  • @generalcommander8921
    @generalcommander8921 Před 6 dny +10

    Nimugire vuba kbx ntimuzatinde God bless you

  • @AugustPro-hq5wh
    @AugustPro-hq5wh Před 5 dny +2

    Murabe mutwonger iyind vrt❤❤❤❤❤

  • @Pr-Aaron
    @Pr-Aaron Před 6 dny +4

    Ndabashimiye cyaneeeee ndabakunda nukuri mukina ibintu byigisha

  • @user-qd3jb8hn2q
    @user-qd3jb8hn2q Před 6 dny +35

    Mwese mwese muravug mwabaye bambere mwozindutse muriko musabutu Like ivyonibintu vyingenzi kweli like nimuduhe uwoteguye iyi rerese n'abariko bayikina kuko bose barashoboye kwel wanashima SABAS wehoho arashoboye gukina neza kabisa . Muze tuhakure icigwa kuko nyene irimo icigwa gikomeye cane rwose ❤❤❤

    • @uzamukundadelila
      @uzamukundadelila Před 6 dny

      Muriko muratubeshye ntabwo irangiye mwongereho ikindi give.

    • @EstaHash
      @EstaHash Před 6 dny

      Non muyihagarits muca Mujahe?😢😢😢😢😢😢😢

  • @CACANATV
    @CACANATV Před 6 dny +17

    Tuba tubakurikiye cyane

  • @vyukusengechantalchantal8899

    ❤❤❤muradapfubije kweri ntimuzodutevye

    • @NiyonsabaBenjamin-bs3zl
      @NiyonsabaBenjamin-bs3zl Před 5 dny

      Nukurimuhezagigwe muranezereje mutunyarukirize ibicebikurikira muzobalmukoze ndabakunda

  • @NeuphtalieSabayesu
    @NeuphtalieSabayesu Před 5 dny +2

    Yoooooooo 😢😢nari natanzwe vrema ntimumbanire kubakunze iyi films ndakeney j'aime zumuruturutu❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @donavinenikuze-yn4bx
    @donavinenikuze-yn4bx Před 6 dny +7

    Kabisa mwubahwe muri intwari cane ariko mwige gukuna ibintu bihera kuko ugifise intango kigira n'iherezo,kandi igikorwa iyo gikozwe kigasozerwa kinezereza buri wese,Imana ibaje imbere

  • @mukantambaraliberathe-li4wp

    Wow iyi filme ndayikunda cyane ❤❤❤ mwakoze kuyiduha

  • @user-tu1hx8ut2t
    @user-tu1hx8ut2t Před 6 dny +2

    Yooooo nukur vub muduhe akandi gace kl murekivy❤❤

  • @iradukundaestella-nm5gz
    @iradukundaestella-nm5gz Před 6 dny +2

    Nukuri muranezera can ino film iracari iyambere kabisa ❤❤❤❤❤❤❤❤

    • @KayoberaEvariste
      @KayoberaEvariste Před 5 dny +1

      Nimubandanye kuko untore ntindi irimwo inyigisho kandi nziza.vyiza rero mukoze kuguma muduha utundi duce

  • @user-ui7nx4ez7v
    @user-ui7nx4ez7v Před 6 dny +9

    Oyaaaa mugize nto kwel nimugire iyind vuba

  • @jeannenifasha2665
    @jeannenifasha2665 Před 6 dny +20

    Uyumunsi nazindutse mumpe like❤

  • @JolieUwizeye
    @JolieUwizeye Před 5 dny +2

    Turabashimiye cane kubintu vyiza cane muduha ariko ntimuzosubire kudutevya. Kandi muzorushirize kuduha ibirugo bisumba ibi. Thank you soon much our artists.We love you and we saport you.

  • @joramnduwingoma2674
    @joramnduwingoma2674 Před 5 dny +1

    Giti wubahwe
    Bahe bam duhe
    DJ pro very nice
    Abakinyi mwese hejuru

  • @AngeMerveilleIrankunda-dh7uj

    Mbaye uwambere mum j'aime zanje

  • @AliceNiyibizi
    @AliceNiyibizi Před 6 dny +8

    turyohew nuko idaheze kuko irubaka imitima.BMT hejuru caane💃💃

  • @CyriaqueNIYONKURU-yg2yd
    @CyriaqueNIYONKURU-yg2yd Před 6 dny +2

    Ravell ma chr couuurage n'a ma grande sr alvella mwabikoze neza

  • @NiyomwungereIrene-ej3hz
    @NiyomwungereIrene-ej3hz Před 6 dny +1

    Ndasavye ntimuzodutevye BMT mugire umugisha utagabanije

  • @EricOfficial27
    @EricOfficial27 Před 6 dny +25

    narindayitegerej bar badatuj nkanj like hano

    • @francinGerome
      @francinGerome Před 6 dny

      Yoooo murayihsgaritse yayongereje uburyohe vyacane muzonyarutse kweri❤❤❤❤❤❤❤❤

    • @edithkarenzo4128
      @edithkarenzo4128 Před 6 dny

      Muratwishe nukur muyimaz igez kuryoha

  • @NdayikengurukiyeSandrine-w5x

    Yooo irahagaze kuel 🤭🤭gusa turabashimiy kand turabakund❤❤

  • @Ladyvalentine-zk9tj
    @Ladyvalentine-zk9tj Před 5 dny +2

    What!! Nooooooooo sh muyirangije nabi😢Amazing movie ❤ watching from RWANDA 🇷🇼 nibyiza ubwo mugiye kuyisubiramo kuko haribintu bitari binonosoye kbs. Courage rwose

  • @JustineNiyonahabonye
    @JustineNiyonahabonye Před 5 dny +1

    BMT mwirambire kantore wararokotse peee ifuhe niribi cane Ketty riratuma uhemukira uwo utohemukiye❤❤❤❤❤

  • @fidesinimahye5376
    @fidesinimahye5376 Před 6 dny +5

    Nukuri ndabakunda cane gose, Mwubahwe❤❤❤❤❤❤

  • @MechackKubwimana-xl5mu
    @MechackKubwimana-xl5mu Před 6 dny +8

    Vyiza cane muze mushiraho iminota nkiyi nyene ❤❤❤❤🎉🎉

  • @AnithaIrankunda
    @AnithaIrankunda Před 5 dny +1

    Nukur Cadeau Ravelle Félicitation vrt urabizi Cyane goose IMANA Yaraguhaye talent vrt❤❤❤

  • @dieudonnenyandwi721
    @dieudonnenyandwi721 Před 3 dny +1

    Nukuri kwimana sinunvingen nobachimira king Sabas urumugabo M6 bc vrm alvel tekana igitemi kirakurira mubabaji Aho hantu ntiwaruzi kuhakura agatwe firm ndund mur 1 ❤❤❤❤

  • @Konsa-h4k
    @Konsa-h4k Před 6 dny +13

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😢😢😢😢😢😅pore sana. Katore

  • @kwazulunatalburundidrummer4079

    Imana ibaje imbere muri vyigwa mu duha salute south africa

  • @aishalovesesibe
    @aishalovesesibe Před 6 dny +2

    Sabas Mungu akupe maisha marefu wallah ❤❤❤🇧🇮🇧🇮

  • @user-hp2gc8gp4x
    @user-hp2gc8gp4x Před 6 dny +2

    Respect vrma. Murankundishije films ndundi pe

  • @jojo2992
    @jojo2992 Před 6 dny +4

    Sha murazinduka 😂narinizinduye mvuye kigali none nsanze mwahabay😢❤❤ I love you gyz 🇷🇼

  • @Gaspard-bn9zz7fm2r
    @Gaspard-bn9zz7fm2r Před 6 dny +4

    Courage kbsa films ninziza cne❤❤❤

  • @GahimbareAnnelyse-qb7uf
    @GahimbareAnnelyse-qb7uf Před 6 dny +3

    Wapi irangiye nabi , Noé nkubu boss n'a kantore bashitse ngo bamenye amakuru Yukon bagiye kuronka uwundi mwana🤭🤭 muradukwakwanije

  • @user-pq6vb6zx8h
    @user-pq6vb6zx8h Před 2 dny +1

    Intore ntindi ndabakunda xna so gusaa nkebure gatoya iyo irya rôle sabbas yakinyemw kukanyumaaa mwari kuhashira umuntuuu azi gukina umuger kugira yice barya bagiz banabiii gutyo igihug cacu kirushiriz kugira ishusho nziza mumakungu
    MURAKOZE

  • @inzozifilms
    @inzozifilms Před 6 dny +3

    Iyi movie niya 1 kabisa😊

  • @JosianneJj
    @JosianneJj Před 6 dny +6

    Ndinyum yanyu kugera kwiherezo I am proud of you 🎉

  • @UWIMPUHWEFridaus
    @UWIMPUHWEFridaus Před 4 dny +1

    Yararyoshye 100% nubwo yarangirie aha ntakibazo twize byinshi . Ikomeje we will enjoy too

  • @user-bo7lz6ll6j
    @user-bo7lz6ll6j Před 3 dny +1

    Mwarakoze cane 💕💕🌹 Imana ibogerere imigisha 🙌🙌🙏 myishiiiiii

  • @ViolaBigirimana-tz9jo
    @ViolaBigirimana-tz9jo Před 6 dny +4

    Amende mwubahwe nukuri uritwari,ukowaturongora muri erp ngangara komera❤

  • @BarakaBlaise
    @BarakaBlaise Před 6 dny +26

    Abakunzi b'intore ntindi munyihere aka like

  • @UWIMPUHWEFridaus
    @UWIMPUHWEFridaus Před 4 dny +1

    Yararyoshye 100% nubwo yarangirie aha ntakibazo twize byinshi . Ikomeje we will enjoy too❤

  • @user-vw8hf4dp1q
    @user-vw8hf4dp1q Před 5 dny +2

    Mwarakoze cn kl twararyohew cn niyi reresi

  • @lahayloyniyokwizera2400
    @lahayloyniyokwizera2400 Před 6 dny +6

    Baramufashe ariko umugendako hahaha mpole nukurii Aho uwuzokundwa nuwo yavyaye

  • @vivielviolette4698
    @vivielviolette4698 Před 6 dny +5

    Heeeee! Ivyo bintu nimubureke mudusize mukirere ntirahera, mudusigiye amarangamutima yokumenha iyo vyahereye! Gusa muri intwari!!

  • @user-uq5vh7jo9b
    @user-uq5vh7jo9b Před 6 dny +1

    Ntimuze mudutevy basha😂jew sinashak kwiher,nda❤ tora ayany mashurw❤🎉🎉❤❤❤❤

  • @muragijemariyaodette2952

    Manawe Rinda umwana nanyina ,kuko uyumugore avite ubungome bwinshi pe,mbega filim nimundihindi kuko iraryoshye cyane

  • @user-gi4jo5ib6l
    @user-gi4jo5ib6l Před 6 dny +5

    Ndabikundira muga muratevya tore amashugwe yany🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤

  • @DorineKubwimana-jv6xg
    @DorineKubwimana-jv6xg Před 6 dny +7

    Ewe Katy sha uranyumije abagore bibijuju baragwira kbsa ukeneye umwana uzanana na nyina uraryohey kl gusa uzovyicuza kandi courage

    • @user-qq6mv6vh3e
      @user-qq6mv6vh3e Před 6 dny

      😂😂oy rek nawe niho izoryoha

    • @alees4907
      @alees4907 Před 6 dny

      😂😂😂​ni fire❤@@user-qq6mv6vh3e

    • @Josiane38085
      @Josiane38085 Před 5 dny

      Sha nigitesi kabsa ibyo akora byose nago atekereza kabiri 😂😂

  • @mmnn3579
    @mmnn3579 Před 2 dny +1

    Mugire mugish mwakoze can niho nkiyibon sinar bwatuj narizi ntirashik nihtr❤❤❤

  • @CalmyHaramahoro
    @CalmyHaramahoro Před 3 dny +1

    For the first Time ndavye film irimwo ubweng bwinsh kbxa✨👍

  • @OmnOmn-rk6iw
    @OmnOmn-rk6iw Před 6 dny +3

    ntiyaribwager guhera p gusa mwarakoze kuduha impanuro 🙏🙏🙏so courage

  • @furahandayishimiye2000
    @furahandayishimiye2000 Před 6 dny +28

    Ndabasavy mumpe like like nahagez bakunz bintore ntindi mubon kiminota yiyongeye unsigir like tuhatwik hahiye🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @user-jt5qt1qq3n
    @user-jt5qt1qq3n Před 4 dny +1

    Ifirme irarenze sana kabisa .turabashimiye cane kuko yigishije beshi.kandi ibice bikurikira mubiduhe vuba twirabire sabasi ageze murugo uko vyagenze.amaze kumva koyagambaniwe nu mugore.icombonye kwizera umugore karukugeze kur45%

  • @wilsonericndihokubwayo5253

    Ariko rero yarigiye kuryoha caane!ndipfuza kubona Boss yibaniye na Kantore!!!