INTORE NTINDI S2 PART 4 IRAJE VUBA

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 8. 09. 2024
  • Uru rukwirikirane rwa kabiri rw'iyi reresi rurerekana uruhara rw'umugabo muguharanira iteka ryokwitwa umuvyeyi
    mugihe Ketty wewe ariko akora ibishoboka vyose kugira umwana wa kantore nakantore nyene umugabo ntamenye aho bari .
    wawundi ati, umanika agatu wicaye mukukamanura ugahaguruka ,
    reka turabe Iyo biherera.
    Iyi film ninkuru twiyumviriye.
    twifuza guhanura kumakosa amwe amwe akorwa mungo zabubakanye.
    Niwaba ubona hari ibisa nivyakubayeko.
    Menyako vyabaye uruhurirane .ntamuntu twifuza kubabaza canke ngo twifuze kugira uwo dukomeretsa.
    Kurikirana iyi reresi,
    Ikibi tucime inzira
    Iciza naco tugisasire indava.
    FILM : INTÕRE NTĪNDI
    DIRECTOR : Amédée MANIRAKIZA
    ASS.DIRECTOR : Fiston HARAGIRAMUNGU
    CAMERAMAN : XRAY BAM
    EDITOR : NIJI PRO
    PRODUCER : Amédée MANIRAKIZA
    Contact : Email:bmtarcal@gmail.com
    Facebook : BMT Buja
    Téléphon:+257 76604015
    +257 79265874

Komentáře • 125