INTORE NTINDI Part 2

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 30. 08. 2023
  • •Burundian Movies and Talents (BMT mumpfunyapfunyo) niwo watunganije iresi INTORE NTINDI
    Intumbero yambere yiyi reresi ni yoguhimiriza abantu bafise ubushobozi baba m’uburundi no mumahanga kugarukira kubwoko bwab'asangwabutaka bomuntara zose zigize igihugu cacu,na cane cane kubaronsa ubuhinga n’ubumenyi vyofasha guhingura neza ibijanye nimyuga yabo kavukire.
    •Iyi rersi ihimiriza abanyamitahe ni gihugu cacu eka nababa hanze yigihugu kugarukira kubuhinga no kwiterambere ryabasangwabutaka. kandi ko bakwiye kubaronsa abahinga bashoboye kubungura ubwenge noguteza imbere izo mpano kugira
    •Igice ca mbere c’iyi reresi kirangira twerekanye uburyo hotorwa umuti mwiterambere ryabasangwa butaka hifashishijwe impano bafise.
    •Igice ca kabiri c’iyi reresi naco gihagaze kungo nimiryango aho ushobora gusanga ingo nyishi zisambuka kubara akantu gato kandi abantu bakunze kwita ibisanzwe. Akokabazo karakura kakavyara ibindi bibazo bikomeye bikaviramwo gusambuka kwingo.
    •Abubakanye bari bakwiye kwama basuzuma utugorane duto duto bakaturwanya bakitubona kugira bikingire, bongere bakingire ingo zabo.
    •Dufise icizere gikomeye cuko iyi reresi izoshika kure .
    twitezeko hazoba ihinduka rikomeye mwiterambere ry’imiryango yabatwa. No guhinduka kwimiryango isanzwe ifise ibibazo bisa nivyo twashoboye kwigisha muriyi reresi.
    FILM:INTÕRE NTĪNDI
    DIRECTED:Amédée MANIRAKIZA
    ASS:DIERECTED: Fiston HARAGIRAMUNGU
    CAMERA:XRAY BAMU
    EDITOR:NIJI PRO
    PRODUCER:Amédée MANIRAKIZA
    Contact: Email:bmtarcal@gmail.com
    Facebook:BMT Buja
    Téléphon:+257 76604015
    +257 79265874
  • Krátké a kreslené filmy

Komentáře • 822

  • @mellykayebekaofficial3377
    @mellykayebekaofficial3377 Před 11 měsíci +188

    Abakunzi biyi movie mumpe like svp!ntimumbanire 🔥🔥

  • @michelineirakoze-oh1dh
    @michelineirakoze-oh1dh Před 11 měsíci +122

    Love from mimi🇧🇮🇴🇲 abari murukundo ni INTORE NTINDI mumpe like nanje ngaha👇👇duhatwike twimanukira💃💃💃🔥🔥🔥

  • @adediniyo9538
    @adediniyo9538 Před 11 měsíci +63

    Abakunze Uyumukecuru musig mumpay 👍ubund twimanukir 😀😀😀😀Hejur gose iyi film respect 🫡

  • @prenciaiqram9382
    @prenciaiqram9382 Před 11 měsíci +36

    Abacerew nkanje 😢 tumenyane gusa intore ntindi yubahwe😊❤❤❤❤❤

  • @4kupright05
    @4kupright05 Před 11 měsíci +38

    Much love❤ from 🇷🇼 🇷🇼 if you are in love with this movie like me ❤ I hope you to like

  • @fannyofficial8408
    @fannyofficial8408 Před 11 měsíci +119

    Je suis rwandaise et amoureuse de ce film !

  • @user-jy4ui2zl9d
    @user-jy4ui2zl9d Před 10 měsíci +11

    Hahahahaha uyu mukecuru hejuru cane 😅😅akinibintazi ntatomboza kwel 😅 abamufana gonga like👍

  • @prenciaiqram9382
    @prenciaiqram9382 Před 11 měsíci +12

    Abakunzi ba Ciza 😂😂😂hejuru😅

    • @KanyamunezaCynthia
      @KanyamunezaCynthia Před měsícem

      Ciza WWE nigitwa arazi kukivuga 😂😂😂 ndafana abateramber ❤❤❤

  • @nadegensabimana4044
    @nadegensabimana4044 Před 11 měsíci +10

    Sha Amedee urarenze kabisa!!! Ndiko ndagutegurira gift

  • @claudinekigwasa4823
    @claudinekigwasa4823 Před 11 měsíci +6

    Vraiment c'est ma première fois d'Aimé les film burundi vraiment ça c'est cool 👌👌👌

  • @nitungamireille316
    @nitungamireille316 Před 11 měsíci +14

    Ambanu munkunda iyo film mumpe lik ngah from mimi hama twimanukire ❤❤

  • @dale6527
    @dale6527 Před 11 měsíci +18

    We tumenyane abaribarindiriye intore❤

  • @IndependentVoice257
    @IndependentVoice257 Před 11 měsíci +5

    For sure!!! this movie irakaze vrmt iyi story umengo biri realy kbx. uyu mukecuru much love. Alvella ,Nkeshima, Ravelle komere KBX. Amashurwe yanyu ngayo🌺🥀🌺🌺🌴

  • @NDINKABANDIGilbert-io5lv
    @NDINKABANDIGilbert-io5lv Před 11 měsíci +31

    Courage équipe ya Amédée. Nukuri mukina neza. Ariko amashusho ntabona neza n'iyo traduction mwakoze ntibisomeka.
    Du reste ni vyiza caaane gose. Imana ishishikare kubahezagira

  • @bahatijeandedieu5689
    @bahatijeandedieu5689 Před 11 měsíci +3

    Alivera ihangane natwe niyo miryango twisanzemo gusa ubutwari bwawe ntuzabueshe agaciro ndagukunda form Rwanda!!!🎉🎉🎉

  • @EgidelogieIrishura-xc1ot
    @EgidelogieIrishura-xc1ot Před 11 měsíci +7

    Uuuuuuihx !! Kbx my Favorite sarie you know inanga yerekana neza imico nakaranga vy'igihugu cuza c'uburundi isanamu nziza amajwi meza mirakwiye 70% kand courage

  • @Joachim-Smith
    @Joachim-Smith Před 11 měsíci +3

    Jewe Aba Bantu banyigisha vyinshi Courage 🎉

  • @nduwayezupacifique2090
    @nduwayezupacifique2090 Před 11 měsíci +7

    Nice film, so abagore bamenyera abakozi bihanure, abavyaye nabo bigishe abana gukora, ninziza cane iy films!

  • @teddyciza9995
    @teddyciza9995 Před 11 měsíci +14

    Jewe burya ndakunda Bella ariwe Gift de la veuille bo na Alvella barakina neza 🔥 nikubaha amashurwe🥀🌷🌹🌹 from 🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦

    • @IrakozeCiliyake
      @IrakozeCiliyake Před 11 měsíci +1

      😀😀😀😀😀😎😎😎🤗🤗🤗🤗

  • @dododolinenshimirimana3112
    @dododolinenshimirimana3112 Před 11 měsíci +5

    Ciza weeeee😂😂😂😂 umengo ari muribo

  • @gracentirampeba604
    @gracentirampeba604 Před 11 měsíci +30

    Vyabintu vyahavuye biryoha❤
    Bigitangura nagira ndanabihebe kubiraba.
    Ahubwo nciye nkanda kuri abonné

    • @kevineinarukundo7229
      @kevineinarukundo7229 Před 11 měsíci +1

      Nta flm ya Amed yigera ibiha

    • @user-qq6mv6vh3e
      @user-qq6mv6vh3e Před 11 měsíci

      Amedee ntiyigera aduha uburofa ahubwo nta film ziwe uzi ndumv uri mushasha kwa amedee

    • @happy6376
      @happy6376 Před 11 měsíci

      Natubaze twebwe bo mw' ihurizo ryayo

  • @user-rw6gs5ct8p
    @user-rw6gs5ct8p Před 11 měsíci +2

    Mwakina ntimuzoramba alvella respect mpa nimero yawe

  • @harerimanalaetitia8341
    @harerimanalaetitia8341 Před 11 měsíci +7

    Nkunda film za Amédée cane iyi yo irarenze cane courage brother and all your teams

  • @vanessa-vavandikumwenayo2757
    @vanessa-vavandikumwenayo2757 Před 11 měsíci +14

    Umugore nkanje siwokuja gufuruguta😂😂

  • @irakozebelyse2354
    @irakozebelyse2354 Před 11 měsíci +16

    Tuba twazindutse
    We Eddy wabonye ko vyabaye😂😂😂
    Love from Mona❤

  • @felicitentakirutimana8424
    @felicitentakirutimana8424 Před 11 měsíci +4

    Waooo !! Mbega inyigishoo wee, courage,ark ntimuzodutebere kwer

  • @marymgort1160
    @marymgort1160 Před 11 měsíci +4

    Iyi film kiryoshe cne👌👌👌👌

  • @gakwetocomedy250
    @gakwetocomedy250 Před 11 měsíci +2

    I love 💕 you from Rwandan kigali 🇷🇼🇷🇼🇷🇼kunda

  • @FlodiqueNzobonimpa
    @FlodiqueNzobonimpa Před 11 měsíci +7

    Muri cumi ndimwo gs twimanukire mump like ngaha

  • @Rugambamachine7714.
    @Rugambamachine7714. Před 11 měsíci +3

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮 movies hejuru intore ntindi irarenze félicitations et courage kuri team yose

  • @jannemugisha4086
    @jannemugisha4086 Před 11 měsíci +3

    Ciza ndamukunda kuko araryubusseriye ❤❤❤❤

  • @hahajah7189
    @hahajah7189 Před 11 měsíci +6

    Terimbere turatinyuma courage murashoboye cadaux na alvella mwubahwe muri bwabumwe nyene❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @burundiigniteit2092
    @burundiigniteit2092 Před 11 měsíci +1

    Intore ntindi byiza cyan. Kuraje cyan wallah fom 🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦

  • @ezechielirankunda841
    @ezechielirankunda841 Před 11 měsíci +2

    Uyu mu bibi yubahwe. Nigusaba LETA dusubire gusaba Imâna y'abarundi yo shusho itaboneka kandi idakorakorwa,duciye nk'untumwa yayo kiranga❤❤❤

  • @user-hp5qf7bu4d
    @user-hp5qf7bu4d Před 11 měsíci +14

    Amashi meshi kuri Amédée n'abakinyi biwe babikora 👃 👃❤❤❤❤😂😂😂😂🎉😢😮😅😊

  • @justinnkunzimana8216
    @justinnkunzimana8216 Před 11 měsíci +6

    Uyu mutamakazi wa Ninde yubahwe vrmt👏👏

  • @BizimunguLinkanmerveille-km5uf
    @BizimunguLinkanmerveille-km5uf Před 11 měsíci +5

    Uyu munyokuruuu nukur ararenzee ❤niW nshak kuguma mbonaa😂😂

  • @niyogushimadorine6086
    @niyogushimadorine6086 Před 11 měsíci +1

    Amédée wubahwe kwl urandika kwl❤❤❤❤❤❤❤❤❤ nta Flm wandika ihoba hoba. Iza arigisasu

  • @cyriaque9997
    @cyriaque9997 Před 11 měsíci +4

    Haaaaa uwumusi ndazindutse turamukanye abambere

  • @sumyafrance6893
    @sumyafrance6893 Před 11 měsíci +9

    Muzetugire sabone intore ntindi igerekure😢😢😢😢

  • @belysenshemezimana3853
    @belysenshemezimana3853 Před 11 měsíci +2

    Uyo.mukecuru ndamukunze🎉😂❤❤❤ numukinyi

  • @tumainipandaleo875
    @tumainipandaleo875 Před 11 měsíci +5

    Izi nizo film zizohindura ibintu mugihugu.uwabonye Ko film intore ntindi izotuma abatwa baza tugakorera hamwe bagatahura ko imyuga iriho irenze kubumba Kandi kuja kwishure ariho hazotuma bamenya vyinshi bisumba kubumba baze turamukanye kuri like.merci Amédée kabisa wakoze aho abarundi twipfuza

  • @didacendikumugongo8947
    @didacendikumugongo8947 Před 11 měsíci +3

    Alvella why ukora film iri emotionally sorrowful? But, it reflects on the reality in the social life . That’s so sad 😢. Parents like that should change their old mind

  • @esperanceniyonkuru6970
    @esperanceniyonkuru6970 Před 11 měsíci +1

    Yemwee k bikaze yemweee lov from Estella tuyi💕

  • @Mwaminiomar
    @Mwaminiomar Před 11 měsíci +4

    Iyi nayo irarenze pe♥️♥️🙌🙌

  • @digitalhead1345
    @digitalhead1345 Před 11 měsíci +1

    Best movie ndake from Zimbabwe Burundi best country of more talentes

  • @InesNIYONKURU-fy1xw
    @InesNIYONKURU-fy1xw Před 11 měsíci +1

    Ego vrt ndemeye intore ntindi hejuru cane Amédée yubahwe arakosora pe

  • @safinanema-bd9qe
    @safinanema-bd9qe Před 11 měsíci +3

    Ndagakunda can rek dukore umuti mukwirebera part 2

  • @epidorishimwe4148
    @epidorishimwe4148 Před 11 měsíci +19

    Une belle histoire,une bonne création amashurwe nayanyu🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @akezakimana6985
    @akezakimana6985 Před 11 měsíci +7

    Intore ntindi igezweho kabisa turara dukanur ng ntihagir numunot uducika😁😁😂

  • @irankundadayana6637
    @irankundadayana6637 Před 11 měsíci +3

    😂😂😂😂😂vyagumye bigufyuye ivyo biso🤣🤣🤣courag

  • @prenciaiqram9382
    @prenciaiqram9382 Před 11 měsíci +9

    Umutamakazi ngarabahumiye😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 mukubahenera😂😂😂😂😂😂 nkeshimana hejuru 😂😂😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤

  • @ggfwtgg1652
    @ggfwtgg1652 Před 11 měsíci +11

    Courage guys love you team intore ntindi ❤❤🎉🎉

  • @alilabelleburundi942
    @alilabelleburundi942 Před 11 měsíci +3

    Wooow uwo mu bibi yaryoheje film❤❤❤ love from Dubai

  • @user-uc3tx3qm1q
    @user-uc3tx3qm1q Před 11 měsíci +2

    Team Intore ntindi hejur cn🙌
    Karire arakoz nk'incabwenge nay kw Inakuru ntiyava😢

  • @Eddy-cremeItangivyiza-tp4jj
    @Eddy-cremeItangivyiza-tp4jj Před 11 měsíci +6

    😂😂 agutize Umukozi? 😂😂. Basi Love you❤❤❤ courage 💪

  • @charlotteiradukunda1202
    @charlotteiradukunda1202 Před 11 měsíci +1

    Hejuru cane 💪amasanamu meza abakinyi baba professionnels God bless u

  • @ngendakuriyosolange751
    @ngendakuriyosolange751 Před 11 měsíci +1

    Intore ntindi hejuru canee👏abumvise akakaririmbo mundemere basha gusa ndimurukundo niyi film😘❤

  • @ouledihatangimana7239
    @ouledihatangimana7239 Před 11 měsíci +1

    Iyi group yankundishije amareresi y'i Burundi,keep going murashoboye kabisa👍👍👍❤️

  • @yvettempawenimana7111
    @yvettempawenimana7111 Před 11 měsíci +3

    Ego ndemeye pe murashoboye❤❤❤❤🎉🎉🎉

  • @prenciaiqram9382
    @prenciaiqram9382 Před 11 měsíci +11

    Abayisubiyemwo 10fois tumenyane 🎉🎉🎉🎉❤❤❤ Amédée hejuru

  • @janette_manirakiza
    @janette_manirakiza Před 11 měsíci +1

    films burundian hejuru cane❤️ Umwanditsi w'intore ntindi ninzindi nyishi zagiye ziringisha abantu beshi. God bless you so much we love you ❤ king Manager of company B M T BURUNDIAN MOVIES AND TALENTS HEJURU CANE 🙏🙏🙏

  • @eddybukuru7786
    @eddybukuru7786 Před 11 měsíci +1

    Cukoze ufis abakunzi shaaa BMT hejuru canee✌✌✌

  • @irisrwandatv
    @irisrwandatv Před 11 měsíci +2

    nice move from Burundi we ove you so much

  • @VioletteNiyonyishu
    @VioletteNiyonyishu Před 11 měsíci +5

    Ahwiiii umutima ukaburasubiy hamwe😂 intore ntindi yubahwe ndaba❤❤❤

  • @user-hp5qf7bu4d
    @user-hp5qf7bu4d Před 11 měsíci +2

    Arabishoye kabisa.harimwo impanuro zuzuye.

  • @angenelly109
    @angenelly109 Před 11 měsíci +2

    Ciza wallh wubahw 😂😂😂😂😂uraz kuvg igitwa nez so courage my brother

  • @salomonroi2149
    @salomonroi2149 Před 11 měsíci +2

    Murakunzwe kbsa❤❤❤

  • @SabrLiwa-ro3ld
    @SabrLiwa-ro3ld Před 11 měsíci +4

    Naho nduwanyuma mump linke twimanukire❤❤❤❤

  • @libertntunzwenimana8300
    @libertntunzwenimana8300 Před 11 měsíci +4

    Number one

  • @user-hp5qf7bu4d
    @user-hp5qf7bu4d Před 11 měsíci +4

    Kisasu hiki.acaha tutizame sasa❤❤❤❤❤😂😂😂😅😅

  • @hhmmmm6523
    @hhmmmm6523 Před 11 měsíci +4

    Nukuri umwanditsi wubawe❤❤❤❤

  • @irakozebelyse2432
    @irakozebelyse2432 Před 11 měsíci +1

    Ndabasuhuje bavandimwe mwaramutse ntimukiryama 😁😁😁😁😁

  • @user-fe5xy1pe6f
    @user-fe5xy1pe6f Před 11 měsíci +1

    film ndundi hejuru rwoooooose🎉🎉turabakunda❤❤

  • @user-gt4nj4pn3r
    @user-gt4nj4pn3r Před 11 měsíci +4

    Intore ntindi hejuru cane kabisa terimbere nkumuzinga❤❤❤❤❤❤❤

  • @freshtv257
    @freshtv257 Před 11 měsíci +13

    We got talent 🔥🔥🔥 full support from Fresh TV257

  • @kadogocomedian527
    @kadogocomedian527 Před 11 měsíci +19

    Love from Kadogo Comédian 💓💓💓🔥🔥🔥🔥

  • @user-no1xu7vy8o
    @user-no1xu7vy8o Před 11 měsíci +6

    Hejuruuuu cne Cadeau 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 muri bwabumwe nyene nd❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @jeanclaudeofficial9653
    @jeanclaudeofficial9653 Před 11 měsíci +7

    Narinzingo ndi number one🥰

  • @LauretteManirakiza-ry3so
    @LauretteManirakiza-ry3so Před 11 měsíci +3

    Hejuru canee🥰🥰🥰 alvella ndagukund 🌹🌹

  • @ErickJaphet-xc3ii
    @ErickJaphet-xc3ii Před 11 měsíci +3

    Ubona nkajewe ko filme ikaze Namp like

  • @JeanClaudeKamana-kn4ff
    @JeanClaudeKamana-kn4ff Před 10 měsíci +1

    Mwubahwe pe turabakunda kunyigisho zirimwo❤❤❤❤❤❤

  • @claudinekomezusenge6312
    @claudinekomezusenge6312 Před 11 měsíci +3

    Wow! I missed your team for sure! Ahubwo mwongere igihe pee! Igihe cyabaye gitoya cyane I was so excited and scared 😳

  • @goldafricatv
    @goldafricatv Před 11 měsíci +3

    Love from GOLD AFRICA TV
    Amédée azonaturangiza mukwandika aracari 1 hagakurikira Audace Classic wo muri GOLD AFRICA TV yandits film UMUGORE W'ISEZERANO 👌
    Keep it up the good job that you're doing, voices, acting, images, sound ..all is perfectly perfect 🎉

  • @venantniyoyitungira3935
    @venantniyoyitungira3935 Před 11 měsíci +2

    Hejuru cane, courage Mes amis

  • @richardnshimirimana8
    @richardnshimirimana8 Před 11 měsíci +4

    Beautiful 😍 movie 🎥🎥

  • @user-sg8sr3uk3u
    @user-sg8sr3uk3u Před 11 měsíci +2

    Waaoo intore ntindi mwubahwe😂😂❤

  • @ClaudeHabonimana-kv5jl
    @ClaudeHabonimana-kv5jl Před 11 měsíci +1

    Waaaaooo mbega film nziza abayikunze nkanje mumpe izo like

  • @deborahumuhoza8327
    @deborahumuhoza8327 Před 11 měsíci

    Wooo Iyi movie ntisanzwe kuko irimo na Carture Ya Burundi nimukomerezeho yaryoshye kweri😘🇺🇬🇺🇬

  • @NancyKarima-gm1rf
    @NancyKarima-gm1rf Před 11 měsíci +3

    Wouh wouh intore ntindi shn nukuri mubikora bien courage cane❤❤❤

  • @DorineKarabakina-mn2kc
    @DorineKarabakina-mn2kc Před 11 měsíci

    Intore ntindi hejuru,love u mubirimwo neza, courage

  • @febronieemerimana406
    @febronieemerimana406 Před 11 měsíci +3

    Murazinduk Basi 2min nduw 17🤔🤔🤔 hing turab rer igisas✌🏼✌🏼🤸

  • @solangekefahakizimana5414
    @solangekefahakizimana5414 Před 11 měsíci +2

    Courage Vrt Ndabona Ibintu nisawa

  • @tuyisengeestella8934
    @tuyisengeestella8934 Před 11 měsíci +2

    Waaooo mon DIEU reo sasa rek ntore agatebe

  • @nishimwealaine3451
    @nishimwealaine3451 Před 11 měsíci +2

    Intore ntindi hejuru can❤❤❤❤

  • @belyseirankunda7277
    @belyseirankunda7277 Před 11 měsíci +2

    Neza caneeee mwabikoze neza murabizi 🎉🎉❤❤❤

  • @manigiranezavania2725
    @manigiranezavania2725 Před 11 měsíci

    Wow wow wow 💃💃💃💃💃🏄‍♂️🏄‍♂️🏄‍♂️🏄‍♂️🏄‍♂️🏄‍♂️ndimurukundo na film 📼 nziza cn

  • @arlinekuradusenge4279
    @arlinekuradusenge4279 Před 11 měsíci +4

    Congratulations BMT

  • @able904ceiling
    @able904ceiling Před 11 měsíci +2

    Big up people from burundi 🇰🇷🇧🇮🇧🇮

  • @olivierkevinndorere6100
    @olivierkevinndorere6100 Před 11 měsíci +2

    Congratulations kbx tubari inyuma mes Guys ✊✊