Playlists Cantiques Kirundi/Indirimbo zo Gimbaza Imana
Vložit
- čas přidán 5. 11. 2022
- This PlayList Contains Songs (Indirimbo zo Gimbaza Imana) such as:
- Mbega tuzokoranira, cantique 222
- Mbony umukunzi,cantique 20
- Mbega ntugomba guturwa ivyaha, cantique 87
- Nah ibihuhuta vy'amagorwa, cantique 327
- Yemwe banyavyaha,cantique 63
Amen Amen muhezagirwe cyane bakozi b'imana
Amen Amen Amen❤❤❤
Indirimbo ziduhezagira ❤❤❤❤
Muradugezagira canee
Imana Ihezagire abantu basubiyemwo izindirimbo za cantiques ndabasaba ko bokora zose naho bisaba uburyo bwinshi bwinshi Imana Ibashoboze!!
Murakoze cane Yesu abahe umugisha
Ame
Amen,indirimbo nziza cane dukunda✊📘
Eg Can nisaw baraturirimbiy nez
Vmt Umwami Yesu abahezagire cane, izo ndirimbo harimwo koko imbaraga