URUKURIKIRANE RW'INDIRIMBO Z'ITORWA, IGICE CA MBERE

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 4. 09. 2024
  • Chants de vocation catholique@twigishanyetv

Komentáře • 84

  • @Ndayizeye-vc4en
    @Ndayizeye-vc4en Před 4 měsíci +10

    Murakoze abatunganije izi ndirimbo z'itorwa.zingize mushasha muri vocation yanje.Imanai ibakomeze

  • @ServilienDusenge
    @ServilienDusenge Před 5 dny

    Nyagasani abakomeze munzira murimo nziza yo gutuma duhimbaza Imana neza

  • @EsperanceManirambona-d8z

    Iman ikomez kubanzigamir izindirimbo zirampimbar cn

  • @RuterangwaKabanda
    @RuterangwaKabanda Před měsícem

    Mwavukiye n'umuriro my byo mutazi => iyo muvuga papa ari nyirubutunga muba mugaragaza ar'Imama kandi ar'umuntu upfa, mwafashe ibyubahiro by'Imana mubyambika umunsi upfa mukanamupfukamira( Ibyahishuwe 19 : 10, uretse Yesu Kristo wenyine nta wundi => Kuva 6 : 2 = Yesaya 45 : 21-25 = Abafilipi 2 : 4-11 = Matayo 2 : 10-11 = Matayo 28 : 9 = 2 Petero 1 : 1). Musome neza mu gitabo cya Yobu 15 : 14-16 => Yobu 25 : 4-6.

  • @nindorerajudith7997
    @nindorerajudith7997 Před 3 měsíci +1

    Merci seigneur de ces belle chansons, que Dieu fortifie tous les religieux et religieuses

  • @Aron20-og5ut
    @Aron20-og5ut Před 5 měsíci +1

    Imana
    Ibahezagire
    Mwebwemwaririmve
    Izindirimbo.kukozirubaka
    Imitimayasambutse.zirimwo
    Ubutumwa.

    • @DeoNdayirorere
      @DeoNdayirorere Před měsícem

      Nisawa 0😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊

  • @KevinNininahazwe-dg8sc
    @KevinNininahazwe-dg8sc Před měsícem +1

    Merci pour chanson

  • @jeanclaudeniyokwizera8635

    Nyagasani abakomeze caneeeee

  • @GyslaineIrambona
    @GyslaineIrambona Před měsícem +1

    Amen🙌🙌🙏🙏🙏🙏🙏

  • @user-rh7wm2dg1p
    @user-rh7wm2dg1p Před 6 měsíci +1

    Murakoze kunyibutsa ko ngomba gutohoza neza umuhamagaro wanjye

  • @Rich_sibo.
    @Rich_sibo. Před měsícem

    Imana ininahazwe cane

  • @user-ly1oh3bg3i
    @user-ly1oh3bg3i Před 9 měsíci +1

    Imana ibahezagire cneee ndakunda indirimbo zitorwa

  • @RuterangwaKabanda
    @RuterangwaKabanda Před měsícem

    Yeremiya 12 : 1 => aho Adamu yatsindiwe ni ho Yesu yatsindiye( Matayo 4 : 8-11 )=> aho Yesu yatsindiye ni ho umunyabyaha, abariganya batsindiwe kuko bahisemo inzira y'ubuyobe banga inzi yo kuzabageza mw'ijuru => 2 Gutegeka 11 : 26-27, bahitamo inzira irimo ibigirwamana( 2 Gutegeka 11 : 28( Izuba => Ezekyeli 8 : 16 n'ibindi bigirwamana nka => Yeremiya 2 : 27( Ibuye = igishushanyo cya nyina wa Yesu ..kandi ibyo bose = biriho umuvumo => 2 Gutegeka 7 : 25-26 ). Ubgo banze kwinjira mw'irembo riding ange = 1 Timoteo 6 : 6-8 = Abahebrayo 13 : 4-5.

  • @user-gw1kg4wy6r
    @user-gw1kg4wy6r Před 4 měsíci +1

    Birahimbaye kwibonera umukama mana urakomeza Abantu bawe witoreye

  • @user-tk1no1ps2b
    @user-tk1no1ps2b Před 3 měsíci +1

    Muhezagugw caneee

  • @EspéranceNshimirimana-b5n

    Imana ininahazwe kw'isi no mw'ijuru.ziranyuzuz can.uwagiz ico akor wese Imana imukomez.

  • @himbazimanatv
    @himbazimanatv Před rokem +3

    Urakoze kuduha uturirimbo twiza

  • @MajoriteNiyonizeye-qv3jo
    @MajoriteNiyonizeye-qv3jo Před 8 měsíci +1

    Amen karahimbaye caane

  • @kubahothierry
    @kubahothierry Před měsícem

    Merci beaucoup

  • @beatricentakarutimana7695
    @beatricentakarutimana7695 Před 4 měsíci +1

    Komeza abantu witoreye kugira ngo isi ikumenye

  • @NdayishimiyeRichard-q4d
    @NdayishimiyeRichard-q4d Před měsícem

    Umukama abandany abahezagira

  • @alineniyakire5315
    @alineniyakire5315 Před 7 měsíci +2

    Mrci pour les chansons

  • @NathalIrakoze
    @NathalIrakoze Před 2 měsíci

    Imana ihezagire uwashizemwuruhara wese kugirang ikigikogwa kiranguke

  • @IldephonseMpayimana-tn7md
    @IldephonseMpayimana-tn7md Před 3 měsíci +1

    Mukomezwe na mutima mweranda

  • @sindasignoline2814
    @sindasignoline2814 Před rokem +1

    Ndakunda cane indirimbo ya 1/9/Na 10.
    Muhezagirwe .

  • @user-ui7pc8fk7y
    @user-ui7pc8fk7y Před 10 měsíci +1

    Murakoz kuturonsa izi ndirimbo zitorwa

  • @novatidamian7236
    @novatidamian7236 Před 6 měsíci

    Murakoze cane kunyibutsa iwacu nkubishoka ndoguye like 100 ariko murakoze cane

  • @LoïcAkimana
    @LoïcAkimana Před 2 měsíci

    IMANA ikomeze umuryango iturereyemwo Ekleziya Gatolika

  • @desirensengiyumva6289
    @desirensengiyumva6289 Před rokem +5

    muhezagirwe🙏numukama

  • @user-sm8km4ud1n
    @user-sm8km4ud1n Před 7 měsíci +6

    Merci de nous donner de belles chansons.

  • @JulietatwookiJuli-rh9ix
    @JulietatwookiJuli-rh9ix Před 10 měsíci +2

    Glory be to you Jesus Christ thank you for your love to me

  • @user-ez2yj8mz5d
    @user-ez2yj8mz5d Před 3 měsíci +1

    🎉🎉🎉

  • @RuterangwaKabanda
    @RuterangwaKabanda Před měsícem

    Daniel 7 : 25 => Lisez le livre de l'Eglise Adventiste intitulé " la Tragedies des Siècles, p. 483 => sur le paragraphe 1, il est ceci => la caractéristique de la bête, et par conséquent celle de son image( Apocalypse 13 : 1, 14-15 ), c'est la transgression des commandements de Dieu( Exodes 20 : 3-17 ). Le.prophete Daniel écrit, au sujet du pouvoir represente par la petite corne ( la papauté ) : ... Ce n'est qu'en tentant de changer la loi de Divine que la papauté peut s'élever au-dessus de Dieu...

  • @Desire-ed8es
    @Desire-ed8es Před 5 měsíci

    Murakoze kudutega yompi

  • @ElieKabura-jl9nf
    @ElieKabura-jl9nf Před 2 měsíci

    Mercie Seigneur

  • @ericnimpagaritse6707
    @ericnimpagaritse6707 Před 2 měsíci

    Vyiza cane.

  • @user-hc3km5gy9l
    @user-hc3km5gy9l Před 11 měsíci +2

    ❤🤲🤲🤲

  • @etiennehavyarimana-rr9rp
    @etiennehavyarimana-rr9rp Před 9 měsíci

    Murakoze cane

  • @user-gj2bp3cw7d
    @user-gj2bp3cw7d Před 3 měsíci

    Dukomezwe na Mutima Mweranda

  • @Kayirerwa
    @Kayirerwa Před měsícem

    Imana ikomez kubaja imber

  • @ndatoyebarnabe7728
    @ndatoyebarnabe7728 Před 9 měsíci

    indirimbo nziza cane

  • @rosyhakizimana266
    @rosyhakizimana266 Před 2 dny

    Ese Ivyiza wama ungirira!Ntanulwe yobidonda ngwabimare.Ndakwihaye ataguhesha aco nakimwe nisigarije! ndakengurutse icociza nanj mbona ngatangarira. Wanyotoreye ntaranaremwa ntaranabaho...birarenze

  • @RuterangwaKabanda
    @RuterangwaKabanda Před měsícem

    Daniel 7 : 25 iminsi 1260 imbere y'Imana = imyaka 1260 imbere y'abantu kuko umunsi umwe imbere y'Imana ari umwaka imbere y'umuntu => Ezekyeli 4 : 6

  • @NTAKARUTIMANABede-tv3td
    @NTAKARUTIMANABede-tv3td Před rokem +4

    Bien

  • @louisendayizeye7209
    @louisendayizeye7209 Před 10 měsíci

    🙏Amen🙏

  • @user-hv7vo8jb4g
    @user-hv7vo8jb4g Před rokem +1

    Vyiza caneeeeeeee❤❤❤❤

  • @RuterangwaKabanda
    @RuterangwaKabanda Před měsícem

    Bonjour !

  • @alineahishakiye4644
    @alineahishakiye4644 Před rokem +1

    Amennnnn

  • @user-oj4lv1dm2b
    @user-oj4lv1dm2b Před rokem +1

    Ameen

  • @fabricenizigiyimana9272
    @fabricenizigiyimana9272 Před 9 měsíci +1

    Louange à l'Eternel, maintenant et à jamais🙏

  • @venantnyobewe4654
    @venantnyobewe4654 Před 5 měsíci

    Utwo turirimbo turatwibutsa ico twaremewe

  • @RuterangwaKabanda
    @RuterangwaKabanda Před měsícem

    Avani b'ingoma ya Roma.mpagani ni :
    1) Trajan : yishwe ari ku ruhanga ;
    2) Magisimini : yishwe n'agahinda kuko umwaka we yamugeze nikita ;
    3) Marius Murelius : yishwe n'icyorezo ;
    4) Septini Severi : yaguye mu gasozi, umwana we yamwiciye ky Ngoma ;
    5) Galerie : yishwe n'igisebe cy'umufunzo ;
    6) Diaketia : yiyicishij'inzara ariko abanyamateka bamwe bavuga ko gari yarasaze.
    Abo bami ni bo babanjirije Umwami w'umupagani Constantino Umwami w'abami.
    Ba Bana b'Imana 50000000 bapfuye mu gihe cy'abo bami, igihe cy'umwijima. Urupfu rw'abo bami rugaragaza ingaruka yo gukora nabi urwany'Imana. N'ibindi abazagerageza kubikora Imana ntizabareka itabahanye.

  • @FlorideKanyenyeri
    @FlorideKanyenyeri Před 21 dnem

    Umukama aninahazw

  • @pascaziabucumi9488
    @pascaziabucumi9488 Před 10 měsíci

    Manihezsgire abantu

  • @LalaadamLambert-fj4ye
    @LalaadamLambert-fj4ye Před 2 měsíci

    Muragize neza

  • @FlorideKanyenyeri
    @FlorideKanyenyeri Před 21 dnem

    Muhezagirw mukomez muduh nutund

  • @RuterangwaKabanda
    @RuterangwaKabanda Před měsícem

    Daniel 7 : 25 => mu buhanuzi => igihe = umwaka ;
    => Ibihe = imyaka ibiri.;
    => Igice cy'igihe = amezi atandatu => Byose hamwre ni iminsi 1260( umunsi imwe imber'Imana n'umwaka imbere y'abantu = imyaka 1260 y'umwijima => Roma ya gipagani yamaze irenganya abana b'Imana aho 5000000 bapfuye bishwe n'a Roma ya gipagani mbere y'uko iyi Roma nkiristo ibaho.

  • @ariellainamahoro1795
    @ariellainamahoro1795 Před 9 měsíci

    🙏🙏🙏

  • @RuterangwaKabanda
    @RuterangwaKabanda Před měsícem

    Bahisemo ubuntunzi bwa maraya ukomeye => Ezekyeli :16 : 33-34 => Ibyahishuwe 18 : 3,

  • @user-vk7xb9jo6h
    @user-vk7xb9jo6h Před 10 měsíci

    ❤❤❤

  • @user-xe7yk6ei1n
    @user-xe7yk6ei1n Před 7 měsíci

    Ameneee

  • @Desire-ed8es
    @Desire-ed8es Před 5 měsíci

    32:23

  • @DominiqueNdayizeye
    @DominiqueNdayizeye Před 2 měsíci

    Iman ikomez kubahezagir nokubakomez ibongerez imbaraga ❤

  • @VYABURESylvestre
    @VYABURESylvestre Před 3 měsíci

    Nkrahbawe

  • @RuterangwaKabanda
    @RuterangwaKabanda Před měsícem

    Lisez Daniel 7 : 25

  • @user-fr7mx3ue8n
    @user-fr7mx3ue8n Před 7 měsíci

    Muhezagirwe

  • @timothybanda6034
    @timothybanda6034 Před rokem +1

    Amen ❤❤🙏🙏🙏🇿🇲🇧🇮

  • @marie-alberttshizembatshit2395

    Mpanda njila wanyi yezu

  • @NdayishimiyeAnitha-cu2vf
    @NdayishimiyeAnitha-cu2vf Před 10 měsíci

    T'

  • @manirahoconsima9817
    @manirahoconsima9817 Před rokem +1

    Ni vyiza ntangere ,muturonderere nizindi. Komeza ubutwari nti muzotatire amasezerano.

  • @alineniyakire5315
    @alineniyakire5315 Před 10 měsíci

    13

  • @RuterangwaKabanda
    @RuterangwaKabanda Před měsícem

    Kandi nta kwihana kwabayeho kugeza uyumunsi.

  • @user-dk8yp8cn7e
    @user-dk8yp8cn7e Před 10 měsíci

    🧎🧎🧎

  • @user-em8jl3ml8l
    @user-em8jl3ml8l Před 6 měsíci

    Murakoze cane

  • @iwacunews257
    @iwacunews257 Před rokem +4

    Amen🙏

  • @NiyonkuruJeanClaude-qe1gi
    @NiyonkuruJeanClaude-qe1gi Před 2 měsíci

    ❤❤❤

  • @NdayishimiyeAnitha-cu2vf
    @NdayishimiyeAnitha-cu2vf Před 10 měsíci

    T'