Ugusenga. ugusenga Kuramfash' ibihe vyose, Kunshikana kuri Data, Akankiza mu bingoye.-Cantique 49

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 4. 09. 2024
  • 1.Ugusenga. ugusenga
    Kuramfash' ibihe vyose,
    Kunshikana kuri Data,
    Akankiza mu bingoye.
    Kandi Satan' iy' anteye
    Akansuk' uburyo bgose,
    Ibihetangabo kenshi,
    Ugusenga kuramfasha.
    2. Wa gusenga, wa gusenga,
    Amababa yaw' ajana
    Ivyo nsaba kuri Data,
    Yiteze kump' umugisha.
    Kw ari we nzigak' ubuntu,
    Sinzoreka kumusenga,
    Nzomukorer' amaganya:
    Ntazokwanka kunduhura.
    3. Kand' igihe kizoshika
    Mbon' ibiri kure vyose,
    Vy’ igihugu citereye
    Hariy' i wacu mw ijuru.
    Ni ho nzoca nterurirwa,
    Njanwe n'abamarayika,
    Ndirimban' umunezero:
    Nt' Ugusenga ni gukuru.
    Kirundi

Komentáře • 70