#Burundi
Vložit
- čas přidán 22. 11. 2020
- Wilbert DUSABE, ni umwe mu rwaruka rwo muri komine #Giheta yo mu ntara ya #Gitega, yorora amafi akoresheje ubuhinga butamenyerewe, akabifatanya n'uburimyi bwa kijambere. Kurikirana uburyo n'ubuhinga akoresha, intumbero n'ingene yoshobora kubera akarorero abandi barimyi borozi na cane cane aborora amafi mu gihugu hagati
Ndagushimiye cyane kuri ubu buhinga udusangije! Urwaruka rugufatireho akarorero
birashimishije kbsa,
Uri akarorero.felicitations!!
Nivyiza can.tubwire adresse yiwe.
Excellent! Utubere akarorero twese. Uburundi bukeneye aba jeunes nkawe. Duhe contacts zawe: e-mail, WhatsApp.
mwoduhay numéro yanyu ya whatsup
Ego,courage mon frère
Waritahuye courage
Courage
biratunezereye mwene wacu tera uja umbere tuzoza kugutemberera na twebwe nidushika iwacu Burundi muri visite.
Vyiza.mukomere
Imigambiyawenimyiza.duhinimeroyaterefoneyawe
This is truly amazing. Mes félicitations
Contact svp
INYENYERI IBONESHEREZA IGIHUGU CACU CIZA CANE C' UBURUNDI. KOMERA UKOMEZE IVYO BIKORWA BITEYE IGOMWE!
Formation imara igihe kingana iki?
Uyo muntu afise ubumenyi ngirakamaro ,arakwiye gufasha abavyipfuza akabigishiriza k'urubuga
Turagusaba ushireko phone yawe kugirango kugirango uwufise ikibazo akubaze
komer
Courage mon frère. Nos Noshobora kutonka numero yiwe ya téléphone.
Nivyiza cane nimwe igihungu kikeneye
Wubahwe kwer terimber
Your number