Igisirikare kigenda uzi n;ikihe? nico woba wibwirako uzi effectivement uriko wibesha ,n'iki gisirikare c'uburundi cabifashijemwo. Ok bwira abo wemera baze bafate Uburundi maze baguherereko nk'ifu y'imijira. Personnellement nzi igisoda c'uburundi.S'aho gutuma utwana nk'utwo wiyumvira .Pour vaincre les militaires burundais , il faudra tout un armada de force. Cet armada ne se trouve pas dans notre Région. Nous sommes au courant que les militaires Burundais sont craints par toute cette Région. Yaco muza mwirotesha!!!!!!!!
Wow komera barundi biwacu turabakurikirana hano mumahanga turi
Nice!
Good job!
Murakoze
Iki gisoda cu Burundi ko mbona gifite ibitendo birihasi cyaneeeee😂😂
Burundi bwacu burundi buhire hangama kungoma ndagukunda cn gihugu canje
Ababantu bize parade patajyanisha amaboko rimwe🤣
Good job, it keeps the neighbouring countries in disciples in stead of arrogance. They know Burundi have something more than arrows
Everyone knows that Burundi army is more powerful than the regional army!!!!!
Dufise ingabo nziza kabsa
J'y
Gihugu canje warikukiye
Imiss my country
Ici ntagisoda cirimo ubu banyoye ikiyeri tuuu sha igisodo c'Uburundi wapiii ntacigenda babahe iciyeri hhhhhh
Igisirikare kigenda uzi n;ikihe? nico woba wibwirako uzi effectivement uriko wibesha ,n'iki gisirikare c'uburundi cabifashijemwo. Ok bwira abo wemera baze bafate Uburundi maze baguherereko nk'ifu y'imijira. Personnellement nzi igisoda c'uburundi.S'aho gutuma utwana nk'utwo wiyumvira .Pour vaincre les militaires burundais , il faudra tout un armada de force. Cet armada ne se trouve pas dans notre Région. Nous sommes au courant que les militaires Burundais sont craints par toute cette Région. Yaco muza mwirotesha!!!!!!!!
@@jeanpaulbutoyi1866 Aho hari kera kitarameruku tukibona.
@@jeanpaulbutoyi1866 Ugira witiranye akazi na business.
Ntuvuge birya vy'ama missions bajamwo harya motivation iva kuko bahembwa neza.
Batume gukorera ubushake uzoheza utuyagire....mbere iyo nyakwigendera P. NKURUNZIZA atabagwiriza imishahara na kabiri ubu bose baba bari mutwabo nk'abakongomani🤣🤣🤣🤣