Intahe ishinzwe n’Umukuru w’igihugu c’uburundi SE Petero Nkurunziza

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 22. 08. 2019
  • Ku musi ugira gatatu w’amasengesho yo gushimira Imana yatunganijwe n’umuryango w’Umukuru w’igihugu, Nyenicubahiro Petero Nkurunziza Umukuru w’igihugu c’Uburundi yarashinze intahe ijanye n’amakuba baciyemwo na bagenzi biwe basangiye urugamba mu ntara ya Bubanza mu gihe c’intambara

Komentáře • 11