Intumwa TV
Intumwa TV
  • 122
  • 323 223

Video

#NkurunzizaCup Imyiteguro iraremvye ku Kibuga Nkurunziza Peace Park Complex c'i Makamba.
zhlédnutí 203Před rokem
#NkurunzizaCup Imyiteguro iraremvye ku Kibuga Nkurunziza Peace Park Complex c'i Makamba.
Ishirahamwe rigira amategeko, abanywanyi, n'inzego. Ntiriserukira abenegihugu bose. Ntirirwanya Reta
zhlédnutí 119Před rokem
"Ishirahamwe ryemererwa gukorera mu gihugu hisunzwe amategeko kugira ngo rifashanye n'abenegihugu mu bikorwa vy'iterambere. Riba rifise abanywanyi baryo, amategeko arigenga, n'inzego zirorongoye. Nta narimwe rero ishirahamwe rijaho ngo riserukire abenegihugu bose. Nta tegeko na rimwe riha uburenganzira ishirahamwe ngo rirwanye Reta muvyiyumvuro, ngo rishire isoni mu gushirukanya muvyo rishikiri...
"Ivyabaye muri 2015 mu Burundi, vyaragaragaje atakwijajara kuko ingeso iraraba ntihwera". Burikukiye
zhlédnutí 123Před rokem
"Ivyabaye vyose mu mwaka w'2015, vyaboneka ko ababikoze bashaka kurandurana n'imizi Umugambwe CNDD-FDD n'inzego ziwukomokako, no kuvuguruza abenegihu, Imana irakinga. Mu mugambwe CNDD-FDD kurya twavyiyamiriza kiriya gihe, n'ubu turacabandanya kuko kuvuguruza abenegihu ari ingendo igayitse" Nancy Ninette Mutoni yari yaserukiye Umugambwe CNDD-FDD mu kiganiro co gushinga intahe, catunganijwe n'aba...
Kuki intara n'amakomine vyagabanijwe, amazone n'imitumba bikongerezwa? Inyishu kwa Martin Niteretse
zhlédnutí 22Před rokem
Kuki intara n'amakomine vyagabanijwe, amazone n'imitumba bikongerezwa? Inyishu kwa Martin Niteretse
Opération ITEKA: Voici l'image du Futur Stade Intwari selon la FFB
zhlédnutí 34Před rokem
Opération ITEKA: Voici l'image du Futur Stade Intwari selon la FFB
#UkireNkire: Umugambi w'Ishirahamwe Femme Intwari mu gisagata ca Bujumbura. Umviriza ibiwugize
zhlédnutí 60Před rokem
#UkireNkire: Umugambi w'Ishirahamwe Femme Intwari mu gisagata ca Bujumbura. Umviriza ibiwugize
Femme Intwari ryasangiye imisi mikuru n'Abapfakazi n'impfuvyi b'abahoze ku rugamba bashika 4836
zhlédnutí 120Před 2 lety
Mu ntumbero yo kwifatanya na bantahonikora muri iyi misi mikuru irangiza umwaka, ishirahamwe #FemmeIntwari ririko rirasangira n’abapfakazi n’impfuvyi bagera kuri 4638 bahurikiyemwo canecane ab’abahoze ku rugamba. Bakazotanga ibifungurwa mu ntara cumi na zitandatu (16) iryo shirahamwe rimaze kugururamwo amashami. Kuri uyu wa gatandatu, igenekerezo rya 08 Nzero 2022, Umupfasoni Marie Odette HAKIZ...
Ouverture d'une série de conférences de témoignage et de réflexion sur les "événements de 1972"
zhlédnutí 247Před 3 lety
Le Sénat de la République du Burundi réserve ces deux prochains mois (Mai et Juin) à l’exploration de toutes les pistes de résolution du conflit ethnique qui a endeuillé de nombreuses familles burundaises à partir du 29 avril 1972. Pour ce, il a décidé d’organiser une série de conférences de témoignages et de réflexions sur les évènements de 1972 avec pour thème « Se souvenir et bien qualifier ...
Kubera iki Reta y'Uburundi yafashe mu minwe urudandaza rw’Umwimbu w’abarimyi n’aborozi mu #Burundi ?
zhlédnutí 62Před 3 lety
Umushikiranganji w’Ikigega ca Reta no gutunganya ivy’Ubutunzi Dr Domitien Ndihokubwayo yashize ahabona bimwe muvyatumye Reta y’Uburundi ifata mu minwe urudandaza rw’Umwimbu w’abarimyi n’aborozi mu #Burundi : «Kubikira kazoza kugira umwimbu wose ntuce uherera kw’isoko kandi tutazi neza uko ijuru rizogenda kw’irima rikurikira ; kugira umurimyi aronke agahembo iyo ashoye umwimbu wiwe kw’isoko. Kuk...
Kuva 2015 gushika 2020, umwimbu w'Umuceri wigwije incuro 6, uw'ibigori n'umuceri hagati ya 2 na 3
zhlédnutí 30Před 3 lety
Kuva 2015 gushika 2020, umwimbu w'Umuceri wigwije incuro 6, uw'ibigori n'umuceri hagati ya 2 na 3
Reta y'Uburundi iratanze umwizero ku barimyi. Ikiro c'ibigori ntikizosubira kuja musi ya 650 Fbu
zhlédnutí 35Před 3 lety
Reta y'Uburundi iratanze umwizero ku barimyi. Ikiro c'ibigori ntikizosubira kuja musi ya 650 Fbu
Message du Président de la République du Burundi en rapport avec la propagation du Covid_19
zhlédnutí 171Před 3 lety
Message du Président de la République du Burundi en rapport avec la propagation du Covid_19
VASO: L'espace se trouvant devant l'Assemblée Nationale du Burundi, doit être très agréable à voir
zhlédnutí 75Před 3 lety
VASO: L'espace se trouvant devant l'Assemblée Nationale du Burundi, doit être très agréable à voir
Abarundi barahimbawe. Barigina ingingo ya ONU. Ndabira ivyabereye i Ngozi ku wa 12/12/2020
zhlédnutí 52Před 3 lety
Abarundi barahimbawe. Barigina ingingo ya ONU. Ndabira ivyabereye i Ngozi ku wa 12/12/2020
Uburundi ntibukiri mu vyigwa vya ONU bijane n'umutekano. Ivyahora bisamaza abarundi biraheze.
zhlédnutí 39Před 3 lety
Uburundi ntibukiri mu vyigwa vya ONU bijane n'umutekano. Ivyahora bisamaza abarundi biraheze.
Abarundi barasenga bakishurwa. N'imbere yo gushimira ONU ku ngingo ziza yafashe ku Burundi, basenze.
zhlédnutí 43Před 3 lety
Abarundi barasenga bakishurwa. N'imbere yo gushimira ONU ku ngingo ziza yafashe ku Burundi, basenze.
Mu gisagara ca Bujumbura barashima ingingo ya ONU yo gukura Uburundi ku rutonde rw'ivyigwa.
zhlédnutí 59Před 3 lety
Mu gisagara ca Bujumbura barashima ingingo ya ONU yo gukura Uburundi ku rutonde rw'ivyigwa.
Manifestation de joie à Bujumbura Maire . Axe 2-3. Depuis les quartiers du sud et Nord de la ville.
zhlédnutí 52Před 3 lety
Manifestation de joie à Bujumbura Maire . Axe 2-3. Depuis les quartiers du sud et Nord de la ville.
Manifestation de joie en Maire de Bujumbura. Axe1: Depuis Mutakura, Niagara, Cibitoke, Kinama...
zhlédnutí 71Před 3 lety
Manifestation de joie en Maire de Bujumbura. Axe1: Depuis Mutakura, Niagara, Cibitoke, Kinama...
Amashirahamwe aharanira inyungu z’abenegihugu ahamagarira abarundi kwitaba urugendo rw'umunezero
zhlédnutí 18Před 3 lety
Amashirahamwe aharanira inyungu z’abenegihugu ahamagarira abarundi kwitaba urugendo rw'umunezero
La société civile burundaise appelle à la marche manifestation de joie ce samedi 12/12/2020
zhlédnutí 109Před 3 lety
La société civile burundaise appelle à la marche manifestation de joie ce samedi 12/12/2020
Burundi:Les politiques sont appelés à orienter leurs électorats vers l'augmentation de la production
zhlédnutí 50Před 3 lety
Burundi:Les politiques sont appelés à orienter leurs électorats vers l'augmentation de la production
Burundi: Abarongoye imigambwe basabwa guhindura ingendo, bigishe abo barongiye ibijanye n'iterambere
zhlédnutí 22Před 3 lety
Burundi: Abarongoye imigambwe basabwa guhindura ingendo, bigishe abo barongiye ibijanye n'iterambere
INKONA, ikimenyetso cihariye ca CNDD-FDD kimeze gute? Umviriza umu PORONA Pasteur Isidore Mbayahaga.
zhlédnutí 3,1KPřed 3 lety
INKONA, ikimenyetso cihariye ca CNDD-FDD kimeze gute? Umviriza umu PORONA Pasteur Isidore Mbayahaga.

Komentáře

  • @NyirigiraOreste
    @NyirigiraOreste Před 22 dny

    Nkunda ibiganiro byawe

  • @NtawangwanaboseAnastas
    @NtawangwanaboseAnastas Před měsícem

    Imana ishimwe kuba umuntunkawe avuga Imana biranejejecyane

  • @user-je6xh2kq2o
    @user-je6xh2kq2o Před 4 měsíci

    Imana igiraneza tuyishimire ikura kurumuntu

  • @NgarukiyiManainnocent-qx5dr

    Imana,ishimwe ko,yarinze icyoyakuvuzeho some,2ingoma32:7-8 Imana,nihabwe icyubahiro,yakurinze muribyobyose wanyuzemo.

  • @user-nf2dz1zf9t
    @user-nf2dz1zf9t Před 5 měsíci

    Nizeyeko wa mukadogo mwabonanye

  • @nshimirimanaegide
    @nshimirimanaegide Před 11 měsíci

    Mwubahwe muvyeyi wanje narinziko mutakinyibuka. Jewe ndi uwomwariko muravuga mwajanye wumukadogo gusa ubunarakuze

  • @manishimweemmanuer6938

    Imana ishimwecane

  • @322juvenal.
    @322juvenal. Před rokem

    Yegoo

  • @rugemintwazaumurundi6388

    Good 👍

  • @mjvg9441
    @mjvg9441 Před rokem

    Yoooooo nihatr kbx nih nkicumvirz iy ntah irakomey cne UWITEKA abishimirwe ibubanza tubahwe😍😍😍😍😍🤩🤗🤗🤗🤗🤗

  • @clovisntirenganya9425

    Muta inseshoryra wadusingiye niryumugisha ntamuntu nkaw tuzobona vuba nkaw imana gusa niyiz ibikogw vyawe kubwa bant ntitwabibona imana ikwakir🤲🤲🤲🤲

  • @nyamugishagoreth8556
    @nyamugishagoreth8556 Před 2 lety

    Madame tu es une sage femme Komera maman

  • @joellaniyonkuru8908
    @joellaniyonkuru8908 Před 2 lety

    Mana kora ubugombe bwawe kubuzima bwacu haleluaaaaaaa🙌🙌🙌🙏🙏🙏november 2021

  • @joellaniyonkuru8908
    @joellaniyonkuru8908 Před 2 lety

    Warakoze Mana integuro yawe ni nziza kubuzima bwacu ,turagushima Uhoraho kuko ivyunkorera abana bawe buri musi ni vyiza haleluaaaaaaa🙌🙌🙌🙌🙌🙏🙏🙏🙏29.11.2021

  • @ancillaniyonizeye6758

    Vya bintu nivyo carabavunye kweli😢

  • @fabianuwezo3854
    @fabianuwezo3854 Před 3 lety

    Turabaza sha aho ashaka kurondera ukuntu aba dd baronka ibibanza muri otraco CNDD ni walewale

  • @safariautoservice7032

    Mzee twarabibonye ivyaba muri iyu mwaka uweze mukora. So reka bashireho abandi barondere na abavyigiye bibifisemwo ubushobozi technique. Akandi kazi ko gukora ni bababaronderere akandi. Murakoze

  • @safariautoservice7032

    Iburaya ntabikoresho nkivyo bakoresha. Mwagerageje ariko aho hasa na garage yo muri quartier oya ahubwo ni nka garage yu umuntu inyuma yininzu.

  • @safariautoservice7032

    Ibikoreshe sinovugako ari zero ariko birihafi ya zéro.

  • @fiestaninahaza758
    @fiestaninahaza758 Před 3 lety

    Iyintahe maze kuyunva plus de 10 fois. Ndush niyonumviriza

  • @nyamugishagoreth8556
    @nyamugishagoreth8556 Před 3 lety

    Tu es une brave femme

  • @fiestaninahaza758
    @fiestaninahaza758 Před 3 lety

    Urasetsa mme

  • @najimiriatris5180
    @najimiriatris5180 Před 3 lety

    AMEN AMEN

  • @lionelnijimbere228
    @lionelnijimbere228 Před 3 lety

    Amen

  • @kawziraburundi9711
    @kawziraburundi9711 Před 3 lety

    Murakoze

  • @kawziraburundi9711
    @kawziraburundi9711 Před 3 lety

    Muvyeyi.imana.iguhezagire.

  • @ildephonsepapa6094
    @ildephonsepapa6094 Před 3 lety

    Murakoze cane SEBARUNDI!!

  • @prensaporlaverdad1702

    Connaissez-vous le secret le plus caché du désert noir en Jordanie? Il s'agit d'une bombe à retardement pour ces sociétés secrètes qui ont suivi les indications des anges tombés et leurs nephilim. Les géoglyphes en basalte, datés de plus de 8,500 années, représentent en réalité des embryons en développement des différentes espèces. Ils ne peuvent qu’être vues dès satellites, drones, avions et hélicoptères comme les reliefs des lignes de Nazca. Lorsque les biologistes confirmeront la véracité de cette découverte, nous aurons une autre considération de l'origine de l'être humain und nous saurons beaucoup de choses cachées. Malheureusement, mon français est limité. Toutefois, ce vidéo donne une explication claire: pontes-canosa-research.blogspot.com/2019/04/revelations-avec-virtu-pontes-jordanie.html

  • @jefftotheworld1
    @jefftotheworld1 Před 3 lety

    Bonjour Weekend nziza Raba hano hepfo ibintu 4 Nkenerwa Wokora Imbere Yo Gutangura umugambi canke Business yawe raba hano hepfo 👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻czcams.com/video/k19sbTBY8nk/video.htmlsub_confirmation=1

  • @piacusminani8606
    @piacusminani8606 Před 3 lety

    Uburundi bugiye gukira burundu,kuko ivyo mbonye Nyenicubahiro akoze muriki gikorane binteye kwumva ivyishimo cane kuko biboneka ko integuro y'Imana iriko irigaragaza mukuganza kwiwe,kandi vuba cane agiye kuba umuvugabutumwa akomeye cane,kandi bizokunda mwizina rya Yesu Kristo, Amen

  • @fleuryirakoze8040
    @fleuryirakoze8040 Před 3 lety

    Amen

  • @baratuzajeanclaude
    @baratuzajeanclaude Před 3 lety

    Leta Nvyeyi yacu Imana iyihezagire

  • @ihorimberefabrice
    @ihorimberefabrice Před 3 lety

    Amen

  • @fidelesinzo3697
    @fidelesinzo3697 Před 3 lety

    Amen muvyeyi

  • @thegreatwise3280
    @thegreatwise3280 Před 3 lety

    IMANA IBANDANYE IBAHEZAGIRA BATWARE BEZA IHEZAGIRE KANDI LETA MVYEYI

  • @elianetuyikeze2070
    @elianetuyikeze2070 Před 4 lety

    Imana Ni nziza kandi Ihabwe icubahiro ko yatwubakiye igihugu❤

  • @ezemanvlogs8987
    @ezemanvlogs8987 Před 4 lety

    Je ndibaza ako kana yarakorondeye

  • @madeleinengendakumana

    Ayo wabonye atumye nkorora amosozi. Ariko mwari mukwiy gukora ibishoboka vyose mukarinda abana b Uburundi n.abavyeyi kuhura nivyo vyago. Kuko aho hose vyabay kubera akarenganyo mwagirirwa. Mwirind e rero kugirira akarenganyo n agatotezo abandi

  • @gahirwasammuel6077
    @gahirwasammuel6077 Před 4 lety

    P

  • @ismailhabimana8483
    @ismailhabimana8483 Před 4 lety

    Imana ukutuzigamire

  • @kabasingagloriose2814

    Hhh mubyeyi wanyunze mubibi kbsa

  • @kettymurerwa9863
    @kettymurerwa9863 Před 4 lety

    Nukuri inkomezi wahawe nizisanzwe imana ikomeze kukugirira neza nibibondo vyawe.

  • @fifiali5377
    @fifiali5377 Před 4 lety

    WACIYE MUVYINSHI,KUBERA WARAMUKUNDA MUVYEYI WA BARUNDI.IMANA IGUHE AMAHORO MUVYEYI WACU

  • @fifiali5377
    @fifiali5377 Před 4 lety

    Ameena mama,yesu ninkingi yawe

  • @aliwest3507
    @aliwest3507 Před 4 lety

    Maman Denise, ndagukunda, maze iminsi mike ngukurikira ntusazwe mubyeyi wicisha bugufi uhamya Imana nkumva ndaryohewe Imana ikomeze ikube hafi mubyeyi.

  • @amenahalshahrani112
    @amenahalshahrani112 Před 4 lety

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏👏🙏🙏🙌🙌🔥🔥🔥🇸🇦🇸🇦🇸🇦

  • @evawayesu7848
    @evawayesu7848 Před 4 lety

    Wow the strong testimony Maman thank you so much for your great heart ❤️

  • @evawayesu7848
    @evawayesu7848 Před 4 lety

    Oho nice 👍 Maman God bless you a lot may God keep you safe and your children Maman we love u❤️😂❤️🥰a lot be strong 💪 mother

  • @Reine257
    @Reine257 Před 4 lety

    Humble Lady❤🙏

  • @nshimirimanafabrice6567

    Le Burundi viens de franchir un pas géant en démocratie