Uburundi ntibukiri mu vyigwa vya ONU bijane n'umutekano. Ivyahora bisamaza abarundi biraheze.

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 11. 12. 2020
  • « Iyo igihugu kiri ku rutonde rw’ivyigwa mu rwego rujejwe umutekano rwa ONU, ntigishobora gutera imbere kuko abenegihugu batakaza umwanya baburanira iteka ryabo, indongozi nazo zikama mu nzira gusigura no kwirekana ukuri. Ivyo yose birasamaze bikadindiza ikivi c’iterambere » Ngico icatumwe amahirahamwe aharanira iterambere ry’abenegihu ahagurutsa abarundi bose kugira urugendo rwo kugaragaza umunezero kubona Uburundi butagikurikiranwa na ONU nk’igihugu gifise umutekano muke.

Komentáře •