"Ivyabaye muri 2015 mu Burundi, vyaragaragaje atakwijajara kuko ingeso iraraba ntihwera". Burikukiye

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 14. 05. 2023
  • "Ivyabaye vyose mu mwaka w'2015, vyaboneka ko ababikoze bashaka kurandurana n'imizi Umugambwe CNDD-FDD n'inzego ziwukomokako, no kuvuguruza abenegihu, Imana irakinga. Mu mugambwe CNDD-FDD kurya twavyiyamiriza kiriya gihe, n'ubu turacabandanya kuko kuvuguruza abenegihu ari ingendo igayitse" Nancy Ninette Mutoni yari yaserukiye Umugambwe CNDD-FDD mu kiganiro co gushinga intahe, catunganijwe n'abaserukira amashirahamwe yigenga mu Burundi, kubijanye n'ivyabaye mu Burundi mu mwaka w'2015.
    Nancy Ninette Mutoni arahoza imiryango yahaburiye ivyabo n'ababo.

Komentáře •