Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Pole
Uyumusi abafise agaciro nabahutu gusa abatutsi bishwe ntagaciro bafise ??😢😢
None ihonyabwoko ryabaye niryabahutu gusa?
Vyiza cane kwibuka abahitanwe n'ihonyabwoko ry'abahutu au mois de juin 1995
Mille mercis à vs notre prête
Birababaje vraimentKwica Abo musangiye ugupfa no gukora.
Imana nitabaze ikigongwe ababikoze yongere ihe kurema ababuze na canecane igihugu cari kuhungukira incabwenge iyo ako kabi kabishe katabuhekura.
Tuzirikane benewacu bazize ihonyabwoko rya 11-12 juin 1995.
Komutavuga abahutu biburundi barimpunzi murwanda bakoze genocide yakorewe abatutsi murwanda muri 1994, ubu abahutu muyoboye muribuka benewanyu ariko igihe nabatutsi bazongera kuyobora igihugu nabo bazibuka benewabo mwishe bigume gucyo, ndabareba nkabibwira abo muribo🤔
Ndibuka ko ijoro ry'itariki 11/06/2023 ryanse guca , ryari rirerire cane, imivo y'amaraso y'abanyeshure benewacu igatemba, ama grenades umenga ni imvura, twibaza icaha twakoze ku Mana.
Ni ijoro ry'itariki 11/06/1995.
Pole
Uyumusi abafise agaciro nabahutu gusa abatutsi bishwe ntagaciro bafise ??😢😢
None ihonyabwoko ryabaye niryabahutu gusa?
Vyiza cane kwibuka abahitanwe n'ihonyabwoko ry'abahutu au mois de juin 1995
Mille mercis à vs notre prête
Birababaje vraiment
Kwica Abo musangiye ugupfa no
gukora.