Amashirahamwe aharanira inyungu z’abenegihugu ahamagarira abarundi kwitaba urugendo rw'umunezero

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 10. 12. 2020
  • Mu ntara ya Gitega, Ngozi no mu gisagara ca Bujumbura haratunganijwe urugendo rwo kugaragaza akanyamuneza kubera ingingo yafashwe n’imana y’Umutekano ya ONU, yo gukura Uburundi mu bihugu vyama bisunzumwa uko amezi atatu aheze. Hazoba ari kuri uyu wa gatandatu 12/12/2020.
    Baraducira ku mayange n’uko babona agateka ka zina muntu kifashe mu Burundi ubu.

Komentáře •