Burya ngo birashoboka ko umuntu wese yorora amafi hafi yaho aba gutyo akaronka akaboga atagasumye?

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 29. 12. 2021
  • #Entrepreneuriat Burya ngo birashoboka ko umuntu wese yorora amafi hafi yaho aba gutyo agashobora kuronka akaboga atarinze kugasuma. Urwaruka ruhurikiye muri Société de Pisciculture et Aquaculture yo mu #Gatumba muri #Mutimbuzi ruragwiza imivyaro y'amafi kandi bagashobora kwigisha ababishaka kwororera amafi aho baba ku buryo bworoshe. Kurikirana maze ubakeneye ubarondere kuri 62 592 739.

Komentáře • 1