Intahe yumu DIASPORA yakoze mubihugu bitandukanye UN🇹🇭/ 🇹🇩 🇾🇳// yahisemwo kuza kumenyekanisha 🇧🇼👌👌

SdĂ­let
VloĆŸit
  • čas pƙidĂĄn 22. 05. 2024

Komentáƙe • 27

  • @user-fe1ox5bg3l
    @user-fe1ox5bg3l Pƙed 10 dny

    Une trĂšs bonne communication avec une personnalitĂ© qui bĂ©nĂ©ficie d' un parcours professionnel Ă  mĂȘme d' inspirer des opportunitĂ©s et initiatives productives Ă  exploiter.
    Mention "TrÚs Bon", Madame la journaliste. Surtout pour votre patience et votre capacité d' écoute qui permet à votre interlocuteur de s' exprimer.

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda Pƙed 6 dny

    Hariho ivyangombwa bituma bamukerarugendo boza mu burundi bitegerezwa kuba bihari, kwiyunguruza ubu ni ngorane, amatara, amazi meza, internet, ubuvuzi, umutekano, uburaro, ayo ma hotels cane cane yo mugihugu hagati ntakwije ivyangombwa. Mu Rwanda birahari, tanzanie, uganda, kenya nahandi birahari. None wumva bazoza ngaho kuraba uburundi busa na 1960, kandi turi 2024. Nta Faustin Ngendakumana na ba Rufyiri Gabriel nabandi bantu bazima bokwemera ivyo uriko uravuga. Ngira ugomvye kuvuga abatama bazi ko ngaho mu burundi ari ishamba ribamwo ibikoko, abarundi tukaba dusa n'inkende😊😊😊😊

  • @billgrahammunezero9791
    @billgrahammunezero9791 Pƙed 4 dny

    Esaie hejuru cane 🙏

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda Pƙed 6 dny

    Ivyo uvuga ni pick nick, si tourisme qui peut attirer bcp et generer des entrees importantes en termes de devises. 😊😊😊😊

  • @boriscubahiro
    @boriscubahiro Pƙed měsĂ­cem +3

    Muburundi incabwenge bazigiza inyuma ,inkandagira bitabo bakaziha ububasha Nico cishe igihugu cacu

  • @boriscubahiro
    @boriscubahiro Pƙed měsĂ­cem +2

    La fille tu merites le journalisme vrt nagukunze ukuntu wakoze ico kiganira

    • @casoartv257
      @casoartv257  Pƙed měsĂ­cem

      Merci beaucoup 🙏
      Ça me va droit au coeur.
      Tu peux partager l’emission ça peut interesser pas mal gens

  • @krc0607
    @krc0607 Pƙed měsĂ­cem

    Merci pour cet échange fort intéressant! Ivy'ingenzi mu Burundi biracakeneye vyinshi caaaaane vyokorwa kugira iyo secteur iter'imbere.

  • @jadouhuru
    @jadouhuru Pƙed 27 dny

    Madam journalist urabizi courage na mutama tourist uraciye ubwenge udufashe uburundi bumenyekane

  • @agacirotvburundi7403
    @agacirotvburundi7403 Pƙed měsĂ­cem

    Big up Mugisha belle Ă©mission,bonnes questions et bne conclusion

  • @moisendayiragije1511
    @moisendayiragije1511 Pƙed 28 dny

    Esaie hejuru caaan 👏👏👏👏

  • @elyseekigeme6774
    @elyseekigeme6774 Pƙed měsĂ­cem +1

    Guten tag wa vraie Esaië.

  • @user-jo7qz7co8q
    @user-jo7qz7co8q Pƙed měsĂ­cem

    Nawe urikurigisha beshi ❀

  • @casoartv257
    @casoartv257  Pƙed měsĂ­cem

    Une trùs Belle emission qui peut aider toi qui nous suit, partager l’emission si ça vous touche 🇧🇼

    • @patrickrukundo2196
      @patrickrukundo2196 Pƙed měsĂ­cem

      Belle Ă©mission, la journaliste uruwa top tr professionnelle

  • @user-ry5pm9ni1b
    @user-ry5pm9ni1b Pƙed 27 dny

    ❀

  • @ifkarangaofficial644
    @ifkarangaofficial644 Pƙed měsĂ­cem

    Mutama esai wubahwe w turakwemera

  • @user-ry5pm9ni1b
    @user-ry5pm9ni1b Pƙed 27 dny

    Comment s’appelle la journaliste sur les RS coe IG ou X ?

  • @doomedinscrolling3587
    @doomedinscrolling3587 Pƙed 27 dny

    TrĂšs belle Ă©mission, un homme trĂšs charismatique, Uburundi bubuze iki ngo aba bantu babahe ikibanza gikwiy mugihugu ???

  • @dismasniyo5641
    @dismasniyo5641 Pƙed 27 dny

    nstruits mais ils ne sont pas capables d’appliquer leurs connaissances pour organiser le dĂ©veloppement du pays. Nous avons des Ă©conomistes mais comment va l’économie du pays. Nous avons des ingĂ©nieurs agronomes mais comment se dĂ©veloppe l'agriculture ? nous avons des ingĂ©nieurs civils mais regardez comment nos villes sont construites ?

  • @elysentoreyimana-xo7ik
    @elysentoreyimana-xo7ik Pƙed měsĂ­cem

    Kbr ikii wishim arlette ndakwandikir ukank kunyishr kuel

  • @dondavinishimwe1417
    @dondavinishimwe1417 Pƙed měsĂ­cem +1

    May i get his contact please?? Harico yomfasha muvyo ndimwo nimba ntagoranye mwomfasha mukazimpa muzoba mukoze

    • @dondavinishimwe1417
      @dondavinishimwe1417 Pƙed měsĂ­cem

      Thank you! Muzohore mutuzanira abantu nkabo, bakuze bafise experience muri za UN nahandi vyoba ari sawa, arimpanuro zabo tuba dukeneye

  • @dondavinishimwe1417
    @dondavinishimwe1417 Pƙed měsĂ­cem

    Canke mumpe contact zanyu Casoar Tv muzoba mukoze