SE BARUNDI Avuye mugacerere ubwambere kubibazo b'Iri I Burundi || iKiriko kirabitera..

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 19. 06. 2024
  • Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Komentáře • 137

  • @user-ys7nj8jk7e
    @user-ys7nj8jk7e Před 7 dny +13

    Abarundi ndabasabira amahoro rwose n'ubutunzi kuko natwe nkabanyarwanda iyo tuje kumva akayaga kuri tanganyika bitugwa neza.Uwiteka agarure umubano mwiza hagati yacu. We love you guys

  • @YugoBoss-lc4qg
    @YugoBoss-lc4qg Před 2 dny

    I Burundi. Imaniradukunda
    Vyosebizogendaneza. Ubukenehoseburiho❤

  • @francinendacayisaba2411
    @francinendacayisaba2411 Před 5 dny +1

    Niubukene ariko ubu abarundi bararyama bagasinzira ntamasasu abari kumugongo Ibisigaye dukemeze kuvyereka Imana irabishoboye.

  • @Musindi736
    @Musindi736 Před 7 dny +7

    Ahhaa sinovugira hejuru kko ibihe turimwo uvuze wivuga nabi

  • @ErickNduwimana-tp9gb
    @ErickNduwimana-tp9gb Před 6 dny +2

    Muta ntago amahoro arikibazo Erega ntamahoro iyo abantu badashobora kuja iyobashaka kuramukanya ntiwirengagize ikibazo ahubwo bwira abarundi kumugaragaro intambara twinjiyemwo erega mwebwe muja iyomushaka nayo ubundi Imana yakoze ivyo yama yakoreye abeza n' ababi, ntakubahwa kora ivyo mubereyeho nkabayobozi ikibazo nimwebwe Mutuyobora ahubwo nimwinegure Umuhe abenegihugu ivyo bakangovye kubona. Ahotwebwe tutagera mwakangovye kuhagera. Ubu muzotubwirango abakeba nibo babatwaje nabi!?

  • @nduwaemma8588
    @nduwaemma8588 Před 7 dny +5

    Zanigitoro nisukari muduhe namatara ibisigaye abarundi turazi gukora tuzoterimbere muga ivyibanze mubiduhe

  • @felickabura6328
    @felickabura6328 Před 2 dny

    Jewe ndafise amakenga Ku nvugo zivuguruzanya ngo muri leta yanyu ngo harimwo benshi biba.Ngo iterambere iryo ntirikunda mutarahasha ubunyonyezi.jewe ntaco ndabitezeko narahebuye

  • @gibsondjibril8587
    @gibsondjibril8587 Před 5 dny +2

    Inrya ni rya nawe Muburundi Haaaa uwuhaze ntasobwa n'umugani ndabarahiye

  • @BienvenueMatoke
    @BienvenueMatoke Před 5 dny +2

    Mwayomajamboyose uriko uratubgira ntakintunakimwe ngirakamaro ndumva urigusigurira abarundi mugihe atagitoro numuyagankuba nisukari uraha abantu.ivyovyamahoro nimpunzi urikuvuga sivyobiduhanze.

  • @user-yx7oe3ql3m
    @user-yx7oe3ql3m Před 3 dny

    Nimwivugire basha nuko muronka ama mega yo kubibona mukabasha guhangara umutware nkuyo.!!!!!hama ngo murakenye😢

  • @YugoBoss-lc4qg
    @YugoBoss-lc4qg Před 2 dny

    Abacafuzuburundinabo. Barabandanya. Arikontacobashikako

  • @jacksontuyisabe2576
    @jacksontuyisabe2576 Před 5 dny +2

    Igihugu ukigejeje mumanga abicwa ari wewe uriko urabitegeka kunyuruza abantu umunwa waronse icufungura nuwamukawe nabana bawe nayabarundi turahonye uraduhoneje

  • @dieudonnendabaneze3761
    @dieudonnendabaneze3761 Před 5 dny +2

    Vuga kari sowawe nimba utazi so urek kuvugira abarundi bose!
    U are at the brink of collapsing!

  • @user-hs9kt7fw6s
    @user-hs9kt7fw6s Před 7 dny +8

    Ukuntu yidondoye birashisha cn ngwamahoro niyaharangwa ipuuu aridondora nabi gamana nibihe turimwo rero ipuuuu imana nirabe itubabarire nukuri itworohereze

  • @Afriswed23
    @Afriswed23 Před 2 dny

    Uburundi bwokugoye

  • @ericsuccessor470
    @ericsuccessor470 Před 7 dny +3

    Ngo se barundi abana biwe turabazi sha

  • @JosephSikogukira
    @JosephSikogukira Před 5 dny +1

    Uburundi nta Prezida bugira !!!

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja Před 6 dny +3

    Inzara iraturembeje ubujambo twarabuhaze canke ushakako tujamwibarabara😢😢😢😢😢

  • @user-kd4co8lo9s
    @user-kd4co8lo9s Před 6 dny +2

    Gusa abanyarwanda turi bamwe nabarundi, uyu muyobozi nashake abamugira Inama afungure imipaka twongere tujyenderanire

  • @NduwimanaAmina-io2cf
    @NduwimanaAmina-io2cf Před 7 dny +1

    Jewemberenokumwumviriza. Birananshinsha. Ngonamahoro. Niyose. Yesuwe

  • @user-ry2yj7gv2v
    @user-ry2yj7gv2v Před 5 dny

    Gusa sebarundi yorebikiriko
    Kiratera ibibazo akagitorerumuti

  • @jacksontuyisabe2576
    @jacksontuyisabe2576 Před 5 dny

    Ngo sebarundi huuu arantwengeje kabisa ngo muburundi inrya ni rya nawe huuu ndagutwenze cane

  • @user-hg6yg2gl8z
    @user-hg6yg2gl8z Před 6 dny +1

    Imina yaragowe nakumiro ❤❤❤

  • @YugoBoss-lc4qg
    @YugoBoss-lc4qg Před 2 dny

    Igitoro. Nisukaribizoboneka.

  • @Cl_wazlah257
    @Cl_wazlah257 Před 6 dny +1

    Turakumbuye sogokuru wacu😢😢😢😢

  • @kalyka4107
    @kalyka4107 Před 7 dny +2

    Ibaze ko Pita twamukize, tuca turonka uyu....
    Nkumuntu twotera inkuru nibaza ko ari umuntu mwiza ariko leadership siyiwe...
    Sinzi igisabisho twovuga kweri, ariko nukuri nitabare abana bayo....

  • @user-rl8ip4mr4e
    @user-rl8ip4mr4e Před dnem

    Ntanakimwe numvisemwo kuko iyoo ndavyumva navuga nabi

  • @GedeonShurweryimana
    @GedeonShurweryimana Před 2 dny

    Mutamuwacu nukur urashoboye

  • @shabajims2966
    @shabajims2966 Před 5 dny +1

    Twahombejwe nintwaro mbi ihari

  • @user-mc7lh6js3o
    @user-mc7lh6js3o Před 6 dny

    😂😂😂😂😂😂 ,🎉🎉🎉🎉🎉 urigitangaza!!!!!

  • @annonciatteahishakiy3693

    Sha ndigutumwany kwel umwidondoro wonyene utumye ntamara ijambo

  • @innocentwasafi7787
    @innocentwasafi7787 Před 6 dny +1

    Ngo se barundi jewe sindimwo sukahiyo uyu nukumuhagurukira kurya kwomuri Kenya ababasuma gusa

  • @Gerald8180
    @Gerald8180 Před 7 dny +1

    Basha harageze ntavyinshi novuga imana niyo nkuru sha ubu nomunda ntihakora pe

  • @user-ry5pm9ni1b
    @user-ry5pm9ni1b Před 7 dny +5

    Nakasamutwe ivyo muburundi 😂😂😂 ewe Burundi urababaje ubu vyose nukubwira abantu ko vyopfuma naho harinzara vyose vyabuze ko atantambara? Ico citwaza haheze 20ans tuvumva birarambiranye kuko suburundi bwonyene bwaciye muntambara ariko iheze abandi Barubaka igihugu ntibaguma baciba uko Niko gukunda igihugu nayo amajambo siyo ubu abarundi bakeneye , bakeneye ibikorwa😭😭😞😏

  • @DonathTV
    @DonathTV Před 6 dny +1

    Sebarundi ntushoboye kuyobora 😢

  • @yunusfreddy5859
    @yunusfreddy5859 Před 7 dny +2

    Umukama wacu yesu😅😂 imana itworohereze

  • @user-mt6zl4xq9f
    @user-mt6zl4xq9f Před 7 dny +2

    Issac usubiye kuduha ibiganiro vyunomugabo tuzofyonda hamwe twafyonda ubwambere wama udusaba kk comment zose turahuje uyo twaramuhinyuye ibyiwe kuyerera mumahanga GS ngwarinivyo agiyemo vyimigenderanire Ubu bitumariyiki

  • @IgiranezaChantal-ke9kr

    Emweee Egool

  • @_-wt8ns
    @_-wt8ns Před 7 dny +1

    Oyareka Mutama subira ko kuburongoy jewe ndavuga kuvugiyeko hakuja duterimber ahubwo duteratujinyuma ahubwo nutwotaritwichimirij twse twarahonvye kubwokunyanyaswa retayubu yuzuyubusuma nogukora umwewese ashakakwitezumber ambasubireko ivyuburundi vyayanzay nubwomutavyemera

  • @hakizimanaviolette1564
    @hakizimanaviolette1564 Před 6 dny +1

    Murakoz mutama,

  • @munezeroaline3552
    @munezeroaline3552 Před 6 dny +1

    Muri make kubwiwe vyose birera de ni abarundi twiriza. Iyo ni sinisme ikabije

  • @user-vu9se5xv2b
    @user-vu9se5xv2b Před 4 dny

    Isabukuru ryiza kuri Sebarundi n'umuryango wiwe🎉 Iyo ashengeza abo yavuze amaze kwimenyera ko bagifukamye munda tukababona nk'uko yabivugiye i Buhumuza ko azoberekanira aho aciye hose,ati "vya bivume ng'ibi"vyaba bikwiye! Uyu mwaka usigaye kuri mandat yambere kwobaye kwijandajandira! Mwibuke ko arekuriwe mandat zibiri,ntaraheza.

  • @allforall3949
    @allforall3949 Před 7 dny +5

    Lecture lecture 😂😂 unomunsi bakugondoje 😂😂😂

  • @VioletteManirakiza-jf2rk

    Biragoye😢😢😢😢😢

  • @karangwa2315
    @karangwa2315 Před 5 dny +1

    Ibi bihugu vyacu iyo utavuze education agriculture na sante muri bilan yawe uba uvuze speech iba iri neant...
    Nta education nta sante avuze uretse kubaka amasomero kubara yari kubivuga in details

  • @user-we7uq1qh7p
    @user-we7uq1qh7p Před 7 dny +2

    Wapi mutama muriba ubutunzi bwigihugu muveho mutama gwasa tenzi mbere naww nakinu ufasha abarundi

  • @mykeke3255
    @mykeke3255 Před 6 dny

    Nokubivuga
    Abivugana
    Umbwoba
    Nuko dukorutwacu
    Nawugacyuza kwivanga
    Inyungu niyahe
    Bazitera, ahatariho

  • @user-sq4lo2cg7o
    @user-sq4lo2cg7o Před 6 dny +1

    Ese imisi yose ijambo niryo kurya nokunwa😂😂Mana tabara abarundi nukuri,,,ntibihenze ngo utora nabi ugatwarwa nabi😢

  • @niyongabochretien2171
    @niyongabochretien2171 Před 7 dny +1

    Gabriel Rufyiri ejo yaravuze ibintu nagende avyumviriz

  • @B.s3909
    @B.s3909 Před 6 dny +1

    C’est toujours la faute des autres quand on est pas capable d’assumer les conséquences.
    Hoya tanga imihoho ntaco utumariye.

  • @user-mt6zl4xq9f
    @user-mt6zl4xq9f Před 7 dny +1

    Uyo natekane vyaramunaniye natekane twarabibonye ntatubonye akanwa konyene arinako

  • @user-yx7oe3ql3m
    @user-yx7oe3ql3m Před 3 dny

    Ntamuntu agogwa nka président 😢

  • @user-xp7nu2xg7b
    @user-xp7nu2xg7b Před 6 dny +1

    Ukuntu arondogora x sha 😢 wagirango nigisigo avuga😂😂

  • @user-ws1ro3eh6j
    @user-ws1ro3eh6j Před 7 dny +1

    Ahubwo iyuvuga watanze imihoho wakijuju uzikwica abantu gusa

  • @user-nh5vd7bw6j
    @user-nh5vd7bw6j Před 6 dny

    Inzoryanzifahe abarundi barimufaninzara

  • @bonaventurebuzubona8763
    @bonaventurebuzubona8763 Před 7 dny +5

    wunve wunveeeeeee😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @Ncentmkuu
    @Ncentmkuu Před 7 dny +2

    Ibyo nyene icubahiro avuga vyari vyiza abivuze yisunze statistiques naho mbere araduhenze.

  • @user-ez5ll1yu1b
    @user-ez5ll1yu1b Před 6 dny +1

    Komera mutama wacu

  • @user-hx3ty7os5o
    @user-hx3ty7os5o Před 7 dny

    Aha uriko werekana icese 😅😂😂Yagiteguye neza

  • @user-kd4co8lo9s
    @user-kd4co8lo9s Před 6 dny

    Arimo arasoma sibiva mumutwe

  • @dieudonnendabaneze3761

    Isaac imbonerakure TV that should be your new label!

  • @nkezimanathadee7433
    @nkezimanathadee7433 Před 7 dny

    Indya ngo...

  • @DominicOtwori-pg5hf
    @DominicOtwori-pg5hf Před 7 dny +2

    Ni hatari kbsa

  • @allforall3949
    @allforall3949 Před 7 dny +4

    Ico bikoze uracafise amaso abona neza biraboneka kuriko urasoma ivyanditse imbere yawe a gauche et adroite turakuzi iyurikuvugira ikibiriraho

  • @user-qw2ug8pj9z
    @user-qw2ug8pj9z Před 6 dny +1

    😂😂😂hhh reka twiyakir ntakund nyakubahw lman mushoboravyos izobihindur kuko niyihindura vyase guhinduk😢😢😢

  • @manimfasheansaansa7548

    Irya niryanawe shahu lmana niyo cabon nuko mutaja hanze yaho muba ngo murabe ukunt abantu barway kwashi 😢😢😢 nigih tewr mubuhungiro ntanzar yarihr nkiyirih ub lmana gusa niwiyororr shahu urim amatongo ya leta shahu utibzk hr abadafis nah bakik umusay

  • @viateurgahungu8884
    @viateurgahungu8884 Před 7 dny

    Nyakubahwa sebarundi ivyo muvuze ntanusu yivyiza irimwo.kugira duterimbere nimureko frode izoze irinjira miga atawuyisohora.niyaba umuntu yinjije ikintu atamataxe bamuca.mureke abanyamitahe bisanzure nayahandi turacakenye.

    • @_-wt8ns
      @_-wt8ns Před 7 dny

      Ngirabayigufatany ntawomenyiyobagushichij muvyatumy mpunguburundi nintwaro yunonusi birimwo muvyavuze vyise ntanirobirimwo hagutera tujimber dutera. Tujinyuma jmkandigose retanvyeyi yaragerageje retankizi nayo yuzuburyarya nokunyanyasa abenegihugu iburundi bwarubwakera

  • @Buja242
    @Buja242 Před 7 dny +1

    Ariko abisoma inbere yiwe ikibabaje buwamuhenze ngwanuteguriye discour

  • @IgiranezaOlivier791
    @IgiranezaOlivier791 Před 5 dny

    🏃🏿‍♂️🏃🏿‍♂️🏃🏿‍♂️🏃🏿‍♂️

  • @bobbrown4732
    @bobbrown4732 Před 7 dny +1

    😂😂😂 Uwapfuye ntaco yabonye kl

  • @alicendayisenga9470
    @alicendayisenga9470 Před 5 dny

    Kabisa?

  • @IduhangazePrince-pp3pn
    @IduhangazePrince-pp3pn Před 7 dny +2

    Iryo jambo ngo Iryaaaaa ni irya nawe Niryo ririko rirya mu mutwe Ikindi Naco nuko Iyi Chanel yaw ataza kuraba Cmmt nobaza nti Ivyo uvuz ubitiy Icemeza!?

  • @oliviernifasha3166
    @oliviernifasha3166 Před 6 dny

    Kuvuga ibibazo ntaho bitugeza. Ahubwo inyishu nizo zambere

  • @RoseAleose
    @RoseAleose Před 7 dny +1

    Akabi gatwengwa nkakeza manaw niwew ntawundi atariww

  • @user-hg6yg2gl8z
    @user-hg6yg2gl8z Před 6 dny

    Reka nje.kuraba ibikura ivyiyunviro ivyo birasinziriza

  • @kigaliset9962
    @kigaliset9962 Před 6 dny

    😂😂😂😂 Uyu mugabo afite imirongo kbsa ibikorwa byo sigobwa

  • @user-if2qg7wd1i
    @user-if2qg7wd1i Před 7 dny

    Nkuru rugabo uwo rwica

  • @BettyNshimirimana
    @BettyNshimirimana Před 6 dny

    😮😮😮😮😮😮😮😮

  • @Arshimed
    @Arshimed Před 7 dny

    Arasoma umuvugo. President wapi rwose

  • @Barca788
    @Barca788 Před 7 dny +4

    Avuze iki ga yemwe?

  • @EmileSinzoyiheba
    @EmileSinzoyiheba Před 6 dny

    Ngwiki? Izontara zitunzwe nubusuma nizahe??😂😂

  • @user-hg6yg2gl8z
    @user-hg6yg2gl8z Před 6 dny

    Narengana hahahaha ntivuoroshe

  • @butoyialexis2316
    @butoyialexis2316 Před 7 dny

    Amahoro yaraje, ibindi bizokurikira uku siko vyahoze. Mzee tera intambwe turyane n ubukene nabwo

  • @user-wh1lb7mc4c
    @user-wh1lb7mc4c Před 7 dny +1

    Hhhhh noneho urwanda ntacyo rwamuhemukiye se?

  • @cedricknsengiyumva2583

    Gusa ubu taha ntibazbabeshe ngo Bastinze amatora ntibazbbayib ngoharuwabatoy vyarabananiy nibagir babis abandi

  • @bavuganezaImmaculee-pn9ni

    😢😢😢😢😢

  • @user-zi6zx8ge5h
    @user-zi6zx8ge5h Před 6 dny

    😢😢

  • @MeliusNgawa-kx2mi
    @MeliusNgawa-kx2mi Před 6 dny

    Komera mutama

  • @jeanclaudegasana8818
    @jeanclaudegasana8818 Před 5 dny

    Demagogie😂

  • @ReverienNsengiyumva-uv6ie

    Ni danger kl , vision 2040 et 2060 😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @teterotena2095
    @teterotena2095 Před 7 dny +2

    Birababaje kugira umwungure w'impumyi atabona iyo ajana intama ziwe azi kwiba nokwica gusa aho ntiwoheba ugatezurira abarundi ga mukama

  • @habimanaignace7235
    @habimanaignace7235 Před 5 dny

    Uburundi muzajyira amahoro aruko murwanda tubishatse

    • @user-yx7oe3ql3m
      @user-yx7oe3ql3m Před 3 dny

      Kuki mudashaka ko natwe tubaho neza?Imana ibababarire🙏

    • @habimanaignace7235
      @habimanaignace7235 Před 3 dny

      @@user-yx7oe3ql3m abayobozi banyu bagira ubujuju bwinshi

  • @cizaleonce9028
    @cizaleonce9028 Před 7 dny +3

    😂😂😂😂😂

  • @user-tt3ln5qh1j
    @user-tt3ln5qh1j Před 7 dny

    Hariho ibintu bigitangura wumvise umwidondoro utobandanya nokwumviriza n ibikurikira aba ari zéro

  • @user-is6bb7tl9o
    @user-is6bb7tl9o Před 5 dny

    😂😂😂😂😂😢😢😢

  • @NdabiretsePascal-jz5lu

    umujama aracatwibutsa ivy'amagume après 20 ans bashize hasi ibirwanisho??ngo indya ni dya nawe?? nta muyobozi umurimwo uburundi bwaraguye mw'isanganya......

  • @dworld250
    @dworld250 Před 7 dny +3

    Mumeze mute i Burundi guys?

  • @mvmezerosamira3960
    @mvmezerosamira3960 Před 7 dny

    Sebarudi aduhaye umuco. Abarundi dictature iyo twavuye tureke gusamazwa na basera nkuyoze

  • @Aiuoex
    @Aiuoex Před 7 dny +2

    Isaac wewe uri ikirofa nka président wawe. Ngaho uriko wereka iki abantu!! So wawe ngaho ariko adedemba iki imbere y'abanyagihugu !! Ibipfu gusa

    • @nellykwizera1989
      @nellykwizera1989 Před 7 dny +1

      Mugenzi wubahe abaganza noco Ijambo ry Imana ridusaba

    • @Kevin-pf6en
      @Kevin-pf6en Před 7 dny

      Ugira inzigo utaroga abantu bakakugwirana urorera😅

    • @eliasaamina9165
      @eliasaamina9165 Před 7 dny

      Nubutandero burimwo

    • @Marie_guilene376
      @Marie_guilene376 Před 7 dny

      Nko gutuka umuntu utazi atanasoma ivyo wamubwiye ni mwihangane gutukana sico gihindura ibiba ngaha i wacu kuvaho mwatukaniye hari icahindutse🤷‍♀️

  • @AmadiKibwana
    @AmadiKibwana Před 6 dny

    Komera mutama turikumwe namwe

    • @BienvenueMatoke
      @BienvenueMatoke Před 5 dny +1

      Ibijuju nkawewe bikwiye kwomoka bikatuvira mugihugu