ISHAVU 😡 ||S.E Evariste Ndayishimiye aguyeko abakozi giturumbuka || Nyereka ivyo umaze gukora😡
Vložit
- čas přidán 17. 01. 2024
- Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
Kanura nyakubahwa turakwemera kama magufuri ❤❤❤❤❤❤
Nyakubahwa Abayobozi ataco bamariye igihugu mubakureho mushireho abandi bita kubanyagihugu 💪💪💪💪💪💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Azobamenya gute? Ko mu ntango bose baza birabitse.? Abantu baja kwiyerekanira mu bikorwa rusangi .
Super 👌
Nyakubahwa❤❤duhindurire abarejidezoo😢😢😢nigitoro tuze tukironka❤❤ivyisoko ndumva wabisubijuko vyahora nkambere❤❤❤ramba ramba papa wacuuu❤❤❤
girahiba wubahwe mutama kandi uturenganura iyo turenganye
Mutama nukuri niyubahwe kurico ashike nokuri Rn3❤❤❤
🤣 🤣 🤣 Abayobozi baragwira
Ibigoryi baha akazi ngo birakorera igihugu. Les présidents baragatowe pe harya nigute ibihugu byacu byatera imbere baha akazi nkabantu nkaba wasanga yarize. Monsieur le président urakoze ahubwo umwirukane hari beshi bagashoboye. Agatinyuka akagusubiza.
UMUTAMA WACU HEJURU CANE❤❤❤🎉🎉🎉
Uyonintwarii.yarazwe.bamwihweje.nikirumara.nico.bamwankira.ariko.arari'zweee.nARUGIRA
Naringize nindagaraze zibwee😂😂😂
Ubu c kandi noneho nibi nurwanda rubiri inyuma da 😂😂😂 uyumujinya nuwiki yamujyanye mubirobye 😂
wew niwe mumenyesha makuru uronderinkuru zose
Urabona ukuntu yiyasagara nkumunyonzi wikabuga koko ngo ni present
❤❤❤❤
Ufite akavuyo wamugabo uririwe nturaye
Danj
Reba uwo muzungu ijene Amureba 😂😂😂😂
President wanyu yababaye kweri, ariko arimo kuvuga ukuri. Ariko nawe biriya siwe wakabigiyemo bro. Ni Alonso From Rwanda. Courage Isaac
Toujours les rwandais murabayuwayi gusa bandabizi hangana nivyanyu ewe uziki kukijanye nuburundi putain
Ingubijemo wewe😊
Ariko n'ukuberiki iyo handitse umunyaRwanda , umurundi amwiyama ! Handika umurundi umunyaRwanda nawe ati : ugwo ruhutu gw"imbonerakure ! Tuba turi muri comments mwabantu b'Imana ! Nanje president Neva iyavuga arantwenza pe ! Womenga si president !
Ikinezeye Nuko badategerewa kumva vyose
😂😂😂😂😂 umuvandimwe x koyarakaye bimez gute
arahubuka cane, menga ivyo kuyobora ntavyo azi
Ikintu co kwitondera: ntakugereranya umuntu nuwundi, umwe wese afise ingabirano ziwe nubiryo bwokubikoramwo. Ntiyoca aheba amarangamutima yiw ngo nuko abayiki iyo ayakoresha muneza. Ntimuziko hari nuwukuraba ugatahura kurusha uwukubwiye ijambo?
Rekana nabo bayuway babanyarwanda mbona bigize abacamanza basamire muririya misozi di
Ark uyumugabo kuberiki arumu kommedier uziko arikuburana we?😅😅😅
Bamugabanya umunwa ikindi naco nimba urumurundi wubwonko bukwiye ukwiye kumushigikira kuko indyandya murikino gihugu ninyinshi
Harabavye wallah
President baramurenganije ntivyarivyiwe ntamu President avuga caaane nkuko President nyawe avuga gake bigakora caaane umunwa arinawe ark ibikogwa ntavyo turabona ikindi nibashake babihebe umaze kubona um President yivugira ngwabahaye biba ndabazi munyuma akavuga ngwazoguma akorana nabo uyo wumva nigihugu tutazosanga yakidandaje
Burundi hejuru
Just barking without biting 😂😂
Stop posting nonsense
Uwo mugabo nahunge batamutera ikofi 😂😂😂😂
Birakaze kabisa
Nkunda Never kabisa ubindi aba bene wacu nabo gukarira pe nigutuza indyandya
Umukundira iki ko ari President windagara nimikeke
Mama we Sha president wacu nintwari ndake uziko iyo yarakaye neza neza numuntu yomurasa 😂😂 ariko iyoba inzego zose zikora amafuti yazikorerako gutya Iburundi twotey imbere
Bavane mukazi mze
Wafuga ntuvura
Bakanye pe😂😂😂😂😂😂
Uyu mu president arisuzuguza KAGAME ntaco avugana nawe niba yasanze upacapaca , uca wijana muri prison. Aho aravugaaaa ejo uzosanga ntacahindutse
Ivya kagamr twara kwakagame nigiki kikubwira kobiherera aho ataburoko arya ikindi twe ntitwigana kagame ivyakora
@@amolam97 president uburana gutya se kweri hahahaha hari nitangazamakuru😁😁😁😁
@@rodriguerwaka987 ryimvange hama undyame aramaze kandi turanamukunda ukwonyene ari
@@amolam97 none ngufashe iki?
@@amolam97ni woe usigsye uri umuvugizi w.abarundi tubimenye, hose ndabona wacitse ururondogoro n.amagambo menshi hanyuma gushyigikira NEV kwawe no kutamushyigikira bimumariye iki cg bimitwaye iki?
Apuu pauvre pays
Gumakukivi mutama tukurihafi
Ariko rero , president ntavuga gutyo , ahindura abakoresha atababagujwe gutyo ! Mbega nta bahanuzi afise ?
Yategerezwa kuvuga make agakora vyinshi. Moins de paroles mais plus d'actions.
wararab ukunt Magufuli avug iyo yasanga ibintu bitamez neza? murarek kuvugavug arimwe
President Magufuri sha yarafise impano idasanzwe yo gufasha abagowe ! Namwe muti : genda muvyironderere , jewe iwanje stock iruzuye , ivyo mumbarira ntavyo nomenya ! Hanyuma ukamugereranya na Magufuri ! Narumiwe pe !
dore ingorana nizo rero, ivyo akor kunez yigihug ngo aravugavug nta bahanuzi agira, aho gushima nibi vyiz tubona akora, mbe wibaz ko Magufuli wewe atamakosa yagira muvy yavuga? nta muntu akora vyose 100% kuko turabantu twese@@user-yv8dx3lm7w
Nyenicubahiro akokazi nimukaduhe tukikorere ivyobinebwe binyonora mukureho
Nukurihara.banfwyina.kubuhiyee.abakuye.yokurabose.bamwe.barabuhinvye.nibaduhera.bashoboye.
Unduhura mu mutwe sana ! Nukwirebera ninde!
Ubona.yozara.gundura.abaganganaboo
.bamwebamwe
None Kagame mumuzana nggaha gute? numurundi. ? kangaha ariburudi?
Ubwobunebwe bwanyu basha muzowunwa,
Ahasigaye ngomp ijana ryama dollar nimba mwarabonye ahamahera agabwa
Nukuvuga gusa arutwa n'amagambo kuko nawe igihugu ntacyo akimariye ubwo uwo atera tress niwe watumye Ibitoro bibura m'uburundi hose?
😂😂😂😅
Kubita mumutwe
President aringaha😅😅😅😅
😂😂😂 narumiwe koko
TUZA IZONRYARYA ZIRYIGIHUGU ZIDASHAKA KO DUTERIMBERE
Kuraho uwomuzehe
Murafashwe peee
Nihatari kwer
Kora nkakagame niho bizohinduk
Ntakagame wawe mgaha twara hiyo iwanyu
@@aboubakarkamikaze-vr9gk nuko ntawe mubonye mujye mureka kwihagararaho puu
😂😂😂😂wajyirango ni gitifu uri kuburana broh uburundi ni comedy
Ndumiwe pe. Na gitifu ntiyaburana gutyo. Haruburyo abantu ubabwira mu kinyabupfura utavugiye hejuru
Aramaze raba ivyanyu ivyiburundi ubireke
@@user-gj9yg8yb9d mwabuze Ababireba koko Yaba mubafite nti mwagakwiye kugira perezinda nkuyu 😂😂😂😂😂 nuko mushyirwe imbere mubone igitoro co ngutaga indangara ni mikeke 😂😂😂😂😅😅😅 cangwa co ngushira mundege Ejobundi mwatinjwe na GABO go icyure uwo mushezi 😅😅😅😂😂😂😂😂
@@muhirefiston83 mbambona imikeke nindaga bibarwaje ntaho mutokwandika imikeke komufise iminwa ntimworaba ivyanyu hama uwuriko uratuka wobuziko wewe wokwisanga ahantu habi kwazino commantaire kugirindero nivyiza
Wagirango nigitifu wa kagari😂😂😂😂
Turamukunda cane nukuri ukwonyene ameze bibandya he se
😂😂😂😂😂😂ese iyo abafasha bakahakora vuba
Reka gusetsa gusa yakabije ntamuyobozi uvugira hejuru
Ariko nukuri uburundi bwacu buvahe bujahe?ivyo twama twbibonye bafatwa Ariko ivyabo ntawumenya iyo biherera canke ngo bakosore.gusa birababaje kugihugu cacu
Ntabakozi ufise mutama ntanabakoresha akazi kokozwe amazi atanu abakoresha bo muburundi bagakoresha imyaka ibiri cank itatu ngo tuzotera imbere ahaaa kurimisega muta
Mbisa urazi abantu bashakakazi nibeshi najemugasho😂😂
Naha se turahahuriye president ndagara se ubina haricyo abamariye arega ahantu hose mwaratakaye igihugu cyanyu muba mwishakira ibiryo gusa ntaterambere mukeneye
@@habimanaignace7235 Swera nyoko wambwawe
Uriko urigana MAGUFURI na KAGAME uko bakora ariko ntiwagiraho kuko wowe uri igifura.
Uyu ibye bigiye kurangira rwose
Perezida wigicucu wambere😅
Harya wewe waba ugeze kuki wasanga ibiburo byo mumutwe wawe biregeje ,Ntagicucu kibaho we ,hera kuri nyoko wabyaye ,umwite izina,UZI INTEBE YISHURI UKUNTU IVUNA ,inzira zose yaciyemo ngo Abe president sha ,ukamubatiza iryo zina ,mama ukubyara ubwo niki, uwo yabyaye niki ngaho batiza so na nyoko hamwe nawe iryo zina! Shaaaaa nkwufurije kuba abo wabatije mubyo ukora byose
Ubuse koko nkawe usibye kwisumbukuruza kwanyu ututse President wabandi ngo nigicucu ushingiye kuki koko mutagira kubaha muri mwe abamutoye ushatse kuvuga nta bwenge bafite hanyuma wibuka ko iyo uri President hari ubudahangarwa uba ufite???niba utamukunda wimutuka si wowe umuyoboreye
No sense
Nyakubahwa yakora abura abamufasha nukuri
Mbe ikibuga kizohera
bakubitire hamw naba regideso baraduhemukiracane
Muba President bambere kwisi bansetsa uyu ni umu comedian😮Abarundi mwaragendesheje😫
Unenga umuyobozi wikindi gihugu Ute urarengera
Iki juju
Nibarije bariko bubaka iki?!
Ikivukocimeri
Bariko basanura ikivuko ça Bujumbura
turikumwe twess birashoka kubakubita
Gusa President naw Arakora Burya Uko.Ashaboye.Ereg Kuyobora Abantu Biragoye .
VYOSE NIBAZA KO BIHERA mu batanga amasoko ya leta. ( MARCHÉ PUBLIC)
KUVA KERA BAMYE BAHA AMASOKO ABATABISHOBOYE KUBERA IBITURIRE ARI NACO GITUMA N AMABARABARA ATARAMBA. BAKADINDIZA MU GUTANGA AMASOKO NGO IBIKORWA BITANGURE BARINDIRIYE UWUBAHA MENSHI. IGITURIRE KIKABAMWO ICAMUNARA. NYAKUBAHWA UMUKURU W IGIHUGU CACU AFATANIJE N UMUSHIKIRANGANJI W IBIKORWA VYA LETA NI BAHAGURUKIRE ABO BATOVYI BINASHOBOTSE BAZE BARABICARIKA ,BAREKE KUBIMURIRA AHANDI GUTYO IMBONO YA 2040 IFATE UMURONGO NABO
BICARE BARYE AYO BIVYE HAMA ABAHERANE.
African yacu
😂😂😂😂
VYOSE NIBAZA KO BIHERA mu batanga amasoko ya leta. ( MARCHÉ PUBLIC)
KUVA KERA BAMYE BAHA AMASOKO ABATABISHOBOYE KUBERA IBITURIRE ARI NACO GITUMA N AMABARABARA ATARAMBA. BAKADINDIZA MU GUTANGA AMASOKO NGO IBIKORWA BITANGURE BARINDIRIYE UWUBAHA MENSHI. IGITURIRE KIKABAMWO ICAMUNARA. NYAKUBAHWA UMUKURU W IGIHUGU CACU AFATANIJE N UMUSHIKIRANGANJI W IBIKORWA VYA LETA NI BAHAGURUKIRE ABO BATOVYI BINASHOBOTSE BAZE BARABICARIKA ,BAREKE KUBIMURIRA AHANDI GUTYO IMBONO YA 2040 IFATE UMURONGO NABO
BICARE BARYE AYO BIVYE HAMA ABAHERANE.