AMABANGA YOOSE HANZE II Chimamanda II Barampenze ngo ngurishe Parcella yanje II SAUDIA Na OMAN
Vložit
- čas přidán 30. 01. 2024
- Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
Isaac jew nkumbuye cycy na butoyi nukur ❤❤❤
Isaac amutuzanire
@@nadinenkezimana6719 egoo ndamukumbuye nukur
Baranyitse nanje namyendabiyumvira
Asha jew uvuzeko urumuririvyi wa gospel banza wige kwambara neza kuwuzi uwariwarakorera cambu ca chimamanda ngo nibagasunduzi
Nukuri twobasaba kuza murashirako link z'abatumire kugira bitworohereza gushigikira ibikorwa vyabo.Muzobamukoze
czcams.com/video/NSPaDyf-SB8/video.htmlsi=-6zJ2icanaKks5bU
Kabs
Aho ntakasha baba babahay 😂😂😂😂😂niyompanvu batarishirako
Hahiye🔥🔥🔥
Barakamaze kl
Nukr courage
Arimanzika
Hew ni frise canke ni felyse Isaac ibintu biraza Nabi hama ngwamajini yaba boss ngoyaramuteye😅😅
Bamwe bamwe nibiza bivuye mumiryango yabo babeshera abarabu sha ego kwel😅
Ico kinyoma yanse kukirarana ndakirahiye gusa nyene ATI keep going mukiririmba and good luck 👍
Kutiga biragatsindwa
Top
Isaac ntaryumunwa kweli natubwire
Isaac umwigeme arashoboye
Ahoho chimamanda iyojipo ntayemera
Isaac jewe ndahomba ninaza mubirindi uzompuze na Maman ariwe Muvyeyi wawe ndakwinginze uzoba ukoze ❤❤❤❤
sumupantikoti oyaaaaa
Komera turakwemera kweri.
Usivye nokurya mahera yabamobwa bafise ningesombi kwl jew nararekany nabo kera
Nukuri indirimbo nayumvise imeze neza
🤣🤣🤣🤣isaac big up kbx we yr questions ziranyica
Abahungu muri South Africa mwiyumvise😂😂😂😂
Fifi Frise iyo dayimoni yagufashe yogutukana nkuko bakurabe neza uko ndakubona gutandukanye nukuntu utukana
Noma sana nkomeza kumirwa 😂😂😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Mwubahwe 😂😂😂
Ni hatarii cane 😢😢😢
reka numve😂
Aratukanye ngwabahungu nimbwa agende yihanz
Iyo ntahe turayikeneye
Oya si frigo yabarabu ahubwo frigo hari izifise partie 2 imwe hariho agacé gakanyisha cane bita friseur 😂
Naje nagukunze
Ng abahungu bari muri sauz' Afrika ngo niki😮zurasuzuma akanwa kawe nkumuntu atanga ubutumwa bwimana biciy mundirimbo zo guhimbaza imana😢
Ewe mama junia sha ngo frise bisigura Aho baganira akayoga karyoshe😂
Raba insiguro yaryo:
italien friso, du latin médiéval frisium, variante de phrygium opus, travail phrygien)
1. Partie de l'entablement d'un édifice, entre l'architrave et la corniche.
2. Surface plane formant une bande continue et portant un décor.
3. Planche étroite utilisée pour fabriquer des lames de parquet (débitées en 27 mm), des pièces de meubles, ou des tonneaux.
4. Bande de toile fixée au cintre d'un théâtre pour figurer le ciel.
Abakozi bimana bubu yoo
Ati Dady yaransavye ko turyamana aze aransengera erega nawe n'umuntu🤸🏃🏾♀️🏃🏾♀️😅
Iyonyicaro issac murantesa😳🤭😃💋💘
Nareke kwiyitiranya nta mupentecote arena nkuko😂😂
Uwosiwe.yacayukisha.urushengero
Indirimbo yiwe numuruturutu isaac😂😂😂
😂😂😂😂😂Mpise nseka
Utangiygutukana arihukiza
Uyo ni umu 16:47 Pentecôte évolué
Uwabonye iyo nyicaro yabo Bantu 😮
🤐🤐🤐🤐
Iyo nyicaro siyo peeeee🙄🙄
Sha uyumukobwa ndamuzi uyu ni danger aha ngaha yambaye neza umubonye mwicite ararenza
Ngo umu pentecôte 😢wa hehe? Nimba ari edisson wa kabiri
Uyu ndamunzi ashaka kwihisha mubaririba mubusambanyi bwiwe uko ndamunzi hama ngo pentecôte ndumiwe
Indirimbo ninziza
Bayita gute ? Ndavuga Title yayo
Isaac nawe mwafatanye😂😂😂mukwicarana 😂😂
Yamwinjiyemwo cane kabisa
Komerezaho fifi ariko za wambara neza 🤔🇧🇮🇰🇪👍👍komerezaho👍
Irya ndirimbo ninzima
Courage
Isaac duhe link tumushigikire❤❤❤
czcams.com/video/NSPaDyf-SB8/video.htmlsi=-6zJ2icanaKks5bU
Fifi wamwinjiyemwo cane.
Distanciation plz
None kuberik iyo umuntu avyaye atera kibivuga kuri caméra umugore wabana babiri ahubwo ashaka kumenyekane nkukuntu ndamunzi atukana yoba yahevye mana tabara kuko ivyo ntavyo nemera kabis
Witwa firigo yeweeee
Oya fifi niwambware neza kweri akayaga ntikotuma bibuko kweri ahandi hose nisawa ariko ?
Mvuye kur you tube yiwe nakomez arashoboye
Umuririmvyi wa gospel ntatukan ukokos ngo wambwaw🤔 ndagangaye😂😂
Mixiuuu
Uduhe link
Reka gutukisha penegote? 🙄Wewe urumubeshi
Oy aho ntagishash kirimw kur jew kuvyumv kuk ba Daddy bensh nabasambanyi binyegez inyum ya bibilia
Chance Ndagushaka caane
😂😂😢🔥🔥🔥🔥
Mama Rick Ross kumbe nuko mukora Kwa Mandela😂😂😂😂😂
Isaac ngwah madam wawe 😅
Ngo gwaho uranyeguye peee😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅
None iyo uwo muhanzi atinya Camera😂😂, canke kwicarana uko n'umugabo wabandi hoh😂😂😂 sha 😢😢😮😮
😂😂😂😂😊
Nimuze mureka kubeshera abarabu nukuri wibazako twe tutagiyeyo mubarabu nukuri murabaha image mbi kndi arabana beza😢
Ibaz sh ningen bampinduriy Ubuzim.nuw apf kwigirish nak Kabir NIy yagakuye.ng bar bamutanz igipande🥱🥱🥱🥱🥱
@@AhishakiyeJoselyne-ir4sx ahubwo nyen sha banshize kuntebe y'ubwami aha nsigaye nitwa mabuja nawe Azé arabavuga nabi abarabu nukuri barasenga cne narek kubesha bavuge ivyo biba bibazanye kuri réseau sociaux ariko babareke Abo barabu babandi
Uyo sumu Pentecôte nagato uwo naririmbe izindi ndirimbo zokuryoherwa izihimbaza IMANA azihoze umuntu yubahuka gutuka abantu ngo nimbwa ngaha hama mukibano atukana gute? Raba ukuntu wambay ijipo ngufi ugaca wicara mumaguru yumumenyesha makuru
Numubeshi
Izina Frise bisigura kuririmba :L'origine du nom de famille Frise est supposée être germanique. On pense qu'il vient du mot "Frisingen", qui est un mot composé de "frère" et de "singen", qui signifie chanter. Cela a du sens car les personnes portant ce nom de famille étaient probablement celles qui chantaient des hymnes dans les églises de Bavière pendant le Moyen Âge.
Urakoze kumusobanurira izina ryiwe ubundi mwe nimwe mubamukenewe muri comment nawe abirabe ntazosubire kuvufango bisobanugmrwa frizer😂 nakamaramaza🤭
😂😂
Noe nkumunt az kur kamer yimanzik bamubaz ng ur umumam cnk inkum naw ng ni vie privé hh ham ng ashak kumenyekan😂😂😂ikind nac insigur yizin ryaw ukw ungan ukubahuk ng abavyey umeng bambwiy😂😂ww ukw ungan ntushobor kugir am recherche ng ubimeny vmt???
😂😂😂
Ng umuririmvy wa gospo😂😂😂ham ng abahung bomur sawuza nimbW hhh iy mub mushak kumenyekan bamuronder ahand muc murek kubesh Imana asyiiiiii
ntazi ivy arimw sh🤦♀️🤦♀️🤦♀️🤦♀️🤦♀️🤦♀️ng imbwa nyen
😂😂😂😂😂😂
Ibaze sha, ngo ariko avuga amanyanga yaba daddy ariko ntamenyeko nawe kuvuga nabi ataho aba ataniye nabo.ari wewe ari ba daddy, mwese ntawuzi ivyo arimo, mwishakira kumenyekana kdi impera yanyu niyo nyene
😂😂😂😂
Ariko Isaac kumwengera cane. Pas professionnel
Jewe iyondurimbo yiwe nayibuze.nimuze mushiraho Link nka siren vibes tv kugir tumenye ibikorwa vyabo
czcams.com/video/NSPaDyf-SB8/video.htmlsi=62UIPLp3nFgHA3aD
Ngiyo
@@SBWorld17 urakoze ncuti
Ngo ni vie prive🤣🤣🤣emera icuri basi mada
Wewubona atarigicanvyaro iyonsave yumukecuru pantecote ntibifata nkawe🤣🤣🤣🤣
🤣🤣🤣🤣🤣
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂