VIDEO YOSE : Amaziko ya ADRIENNE NAHIMANA..ll ivyo mutamenye vyose...ll Amarira menshi biteye agah

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 24. 01. 2024
  • Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Komentáře • 54

  • @user-wx4tp1co6k
    @user-wx4tp1co6k Před 5 měsíci +1

    Mama😭😭😭aheza ni mw'ijuru imana yo mw'ijuru igutwenze ibihetangabo 7 watwengeje benshi nawe ukiri kwisi ❤️❤️❤️

  • @user-mx6rr4vo2e
    @user-mx6rr4vo2e Před 5 měsíci +1

    Akomeze kuruhuka amahoro.yaratunezereje bikwiye.Akiri mumwuka wabazima.neza n'a neza vyatugora gusinzira tutaravye Ninde yakina.twese tuzomukumbura.aheza ni Mwijuru Maman waturyohereje ibihe.

  • @mmnn3579
    @mmnn3579 Před 5 měsíci

    Yiruhukire amahoro😢😭😭😭😭😭IMANA yashimy ko yoruhuka MANA we na gahinda 😢bye bye muvyeyi haheza mwijuru tuzohurira yo😭😭😭

  • @NemeyimanaJeanclaude-sf6fq
    @NemeyimanaJeanclaude-sf6fq Před 5 měsíci +2

    yoooooooooo maman igiye twaritucigukeneyep😊

  • @bakamecomedian
    @bakamecomedian Před 5 měsíci +2

    😢😢😢😢😢😢😢 Niyiruhukire mumahoro maman Wanje Uhoraho yaramaze kumwakira

  • @sumyafrance6893
    @sumyafrance6893 Před 5 měsíci +2

    Ubundi niwe dufise uduha amakuru yiburundi neza abibona bampe like 😢😢😢😢

  • @user-wv6jx1kb8p
    @user-wv6jx1kb8p Před 21 dnem

    Nukuri uyu mubyeyi ndetse nigikino ninde twese tubuze intwali Uwiteka akomeze abasigaye

  • @jeanreagan840
    @jeanreagan840 Před 5 měsíci

    Rip mubyeyi, twese niyo nzira idutegereje

  • @kamanzikhadija3951
    @kamanzikhadija3951 Před 5 měsíci

    Niyiruhukire umunyokuru yarandikishije amateka mukama

  • @sozvin1869
    @sozvin1869 Před 5 měsíci

    .ruhuka amahorooo muvyeyiiii waraduteramika caneeee

  • @SallmaXg
    @SallmaXg Před 5 měsíci

    Ruhuka mumahoro muvyeyi😢😢😢aheza nimwijuru😢😢

  • @Mariam-tk8zn
    @Mariam-tk8zn Před 5 měsíci

    Imanikwakire mubwami bwayo

  • @sarasara-ur6nz
    @sarasara-ur6nz Před 5 měsíci

    Yoooo RIP bibi Adrienne 😢😢 Aheza ni mw'ijuru 😢😢😢

  • @marymgort1160
    @marymgort1160 Před 5 měsíci

    Imanikeakir maman ijwiryawe sinziryibagira 🥰🥰

  • @user-hk5fz5mv7f
    @user-hk5fz5mv7f Před 5 měsíci

    Aheza nimwijuru repose en paix ❤😢😢😢

  • @jinamajody
    @jinamajody Před 5 měsíci

    Elle a servi le pays pendant 40 ans
    May her soul repose in eternel peace❤❤❤

  • @dinadina-sx3lh
    @dinadina-sx3lh Před 5 měsíci

    Niwiruhukire mama sha vyose vyavuzwe niwiruhukire 😭😭😭😭

  • @fidelitekarigirwamuyangwa973

    Birambanjee imedoka nziza atabonyee arimuzima niteka atabonye nubufasha atabonye abibonye afhuye😢 Mana abatu nibabi ubukene yafise abahabi none ariheza atabona

  • @sumyafrance6893
    @sumyafrance6893 Před 5 měsíci

    Yarabiriye niyiruhukire natwe nitwagera ngaho tuzoshima imana😢

  • @user-dm3mw2md9u
    @user-dm3mw2md9u Před 5 měsíci

    Niyiruhu kire

  • @celestineniyibaruta4805
    @celestineniyibaruta4805 Před 5 měsíci

    Rip my love mum I will miss you so much

  • @gloriaminani3067
    @gloriaminani3067 Před 5 měsíci

    😢😢😢Yiruhukire, anderinr😭😭😭

  • @user-cl9nj3rz2e
    @user-cl9nj3rz2e Před 5 měsíci

    niwigire muvyeyi warakoze

  • @rosaliebiniga5543
    @rosaliebiniga5543 Před 5 měsíci

    From 🇷🇼 RIP twaragukunda

  • @AlineNiyoncuti-tj7ml
    @AlineNiyoncuti-tj7ml Před 5 měsíci

    Uburuhukiro bwiza

  • @fidelitekarigirwamuyangwa973

    Arakini watu sibaerewi uyo yarako cane ariko inzu nziza bayimuheye aruko agie saarikua anasema bamusaidie murikuwa wapi

  • @oliviairadukunda9034
    @oliviairadukunda9034 Před 5 měsíci

    😢😢😢

  • @user-dm3mw2md9u
    @user-dm3mw2md9u Před 5 měsíci

    😭😭😭

  • @user-fk3pl1jj4p
    @user-fk3pl1jj4p Před 5 měsíci

    😭😭😭😭

  • @feliciteniyongere9083
    @feliciteniyongere9083 Před 5 měsíci

    Ndaz nukur ntakek ko yagiy ahera

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda3223 Před 5 měsíci

    😢😢😢😢😢❤❤❤

  • @feliciteniyongere9083
    @feliciteniyongere9083 Před 5 měsíci

    😢😢Rip

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp Před 5 měsíci

    💔💔💔💔💔💔😥😥😥😥😥😥

  • @vyisijean7065
    @vyisijean7065 Před 5 měsíci

    Rip

  • @jubaidamiss2409
    @jubaidamiss2409 Před 5 měsíci

    😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭

  • @violettendahabonimana563
    @violettendahabonimana563 Před 5 měsíci

    Za muvuga make bantu b'lmana ivyurupfu n'ivy'imipaka koko birajanye?? !!
    Ubwo wew uwokiguha ugitware wobishobora?
    Vyiza wotekana umwe wese agategura ubugingo bwiwe kk ahakwisi duhaca turengana
    Hama ikindi dusengere ibihugu vyacu KK abayobozi Bose ntamubi arumwo
    Ibiba vyose n'isati
    Kk arigukoran uburake bwinshi igihe camugerey
    Wew ahuri iyubare ntugwe nimba warugiye naho Saba lmana ikuvyure ntazosange turyamye ( uryamye)

  • @NadineNdihokubwayo-gv5pm
    @NadineNdihokubwayo-gv5pm Před 5 měsíci

    Nuko atanabakinyi bagenzi nabonyeyo atarabaninde gusa

  • @user-no1xu7vy8o
    @user-no1xu7vy8o Před 5 měsíci

    R.i.p muvyeyi😢

  • @Faidaneemaruth
    @Faidaneemaruth Před 5 měsíci

    😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭

  • @user-bj2ho2ov9n
    @user-bj2ho2ov9n Před 5 měsíci

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂imana.imwakire

  • @NadineNdihokubwayo-gv5pm
    @NadineNdihokubwayo-gv5pm Před 5 měsíci

    Jewe ntibazonsomere imisa urubanza gwamaze gucika guko umwami nakoreye azoba yamaze kuntwara bazonsabire nkiriho mbashe nokubashimira

    • @gitumvagenevieve8806
      @gitumvagenevieve8806 Před 5 měsíci

      Umwe wese afise ukwemera kwiwe.Ivyo warabibwiye abawe .nibazako bavyibaha.

  • @uwizeeventhius8835
    @uwizeeventhius8835 Před 5 měsíci

    Ubuherutse kuwuraho,yarashizweko ibendera ryigihu wewe Isaac urimubavuze ngo ngo nuko harico yamariye igihugu.abarundi dukomeza kwibaza,none Adrienne we ntaco yamaze?burya murabo babiri ninde vyukuri yakoreye igihugu cane?
    Isaac ndashaka uzotange umuco kucabaye ahahantu nawe nukuntu ibibona udaciye kuruhande ariko ndazi bizosa nibikugora gusobanura ngaha😅😅😅

  • @uwizeeventhius8835
    @uwizeeventhius8835 Před 5 měsíci

    Abajejwe ivyimico Nakaranga baserutse kuwuherutse bakabisa ko bamushirako I drapeau, uyu wewe banyikiyehe?.
    Muri make bamureka gucisha kuruhande bamuvuga muti akanoti nikubahwe ntabind

  • @Aiuoex
    @Aiuoex Před 5 měsíci

    Uyu muvyeyi yagwaye imyaka myinshi cane, ariko abatwara igihugu cacu nticigeze gishaka kumurungika muri Europe canke mubuhindi kugira basi vyanke ariko bagerageje. None umuntu muto muto wewe atazwi mubona reta harico yomufasha!! Sha Buyoya yari umugabo 100% kuntwaro yiwe Visa n'uburyo bwo kuvuza umuntu yarabutanga. Ubwo umenya akamaro k'inyo hageze kwicara. Abo bantu bacu ntakindi bazi Atari kwugara imipaka gusa

  • @user-wx4tp1co6k
    @user-wx4tp1co6k Před 5 měsíci

    Mama😭😭😭aheza ni mw'ijuru imana yo mw'ijuru igutwenze ibihetangabo 7 watwengeje benshi nawe ukiri kwisi ❤️❤️❤️

  • @user-re3sc9ck9f
    @user-re3sc9ck9f Před 5 měsíci

    Rip

  • @user-wx4tp1co6k
    @user-wx4tp1co6k Před 5 měsíci

    Mama😭😭😭aheza ni mw'ijuru imana yo mw'ijuru igutwenze ibihetangabo 7 watwengeje benshi nawe ukiri kwisi ❤️❤️❤️