Gaston SINDIMWO, Gute

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 20. 05. 2024
  • Wipfuza kumenyekanisha urudandazwa rwawe kugiciro kitavuna? duhamagare hano +25761320806
    Izi Videos kugira uzobe\ wibera uwambere mukuzibona, ntugaheze kuraba utagize Subscribe hamwe na Like & Comment.
    Mushobora kandi kudusanga kumbuga zacu zigiye zitandukanye, Tubibutsa nokutagenda ugize Subscribe canke J'aime n'ugusiga iciyumviro cawe kugira turabe ico twohava duhindura, canke ngo twongerezeko mu ku bashikiriza ibintu vyiza:
    Page Facebook: ihuriroTV/?m....
    Twitter: / ihurirot​​​​​​​​​. .
    Instagram: / ihuriromedi.... .
    CZcams: czcams.com/channels/ams.html....
    Woba wipfuza gukoresha imanza [Mariage, Dot, Diplome]...zigiye zitandukanye n'ibindi bijanye n'ivyimanza? turondero turabikora kandi ku kabeyi keza cane.
    Wipfuza nogufata mu mugongo runo rwaruka ngizi numero munsi.
    Ushaka guterera uru rwaruka ngiyi numero munsi✔
    Lumicash: 61320806
    Whatsapp : +257 61320806
    Lumicash : +257 61320806
    This is Answer Media Online
    ************************************************************************
    IHURIRO TV turafise Maison de Production ikora amasanamu meza cane .
    Nimba naho ufise ivyo ushaka kumenyekanisha Urudandazwa rwawe twandikire canke uduhamagare (call) kuri iyi nomero yacu : +257 61320806*************************
  • Komedie

Komentáře • 14

  • @PascalNgabonzinza
    @PascalNgabonzinza Před měsícem

    Dear Sir Honorable Gaston.. Au moins vous êtes sincère

  • @adonaelkentmuganwa6892
    @adonaelkentmuganwa6892 Před měsícem +1

    Big up xana 🎉

  • @NzambimanaEgide-km4bn

    Uriko urasega turakumva

  • @ndihorashid
    @ndihorashid Před 7 dny

    wapi gaston nindyarya yishakira kuramuka

  • @aimevyibuka845
    @aimevyibuka845 Před 10 dny

    Agatima ariko!

  • @NathalieNIYUHIRE-vj8il

    Ndibukijambo wavuze2015 ryazanyihumure inyuma yimigumuko """"""la recreation est terminee """"""

  • @muvunyileonce6466
    @muvunyileonce6466 Před 13 dny

    Erega ngira #Gaston yaratinze gukora marriage ngo muri 12/2013 cank ngira yari uwa 2? kuko mbon akuZe

  • @EricKomanda-ep9us
    @EricKomanda-ep9us Před 8 dny

    genda wa mubembe we.subira mu mitumba yi congo mu ba mai mai.😮😮😮😮

  • @user-xn9od4ze1j
    @user-xn9od4ze1j Před 8 dny

    Muratubariza be na gashatsi ingene bagurishije permanence za kamenge nyakabiga,buterere,nabandi Atari hake dusanzwe tuzi ko Ari ibibanza vya uprona no kumugumya hariho ikibanza coharuguru bivurwa ko bagurishije

  • @omernshimirimana
    @omernshimirimana Před měsícem

    Nibibazo biri kwisi canke biri muburundi ?gasto sindimwo we ntavyawe canke naho wikuyemwo?

  • @BenemuluBillyado-ji4ze
    @BenemuluBillyado-ji4ze Před měsícem

    Njyewe narinzi kwihuriro ryimutse

  • @user-vj9sj6od9e
    @user-vj9sj6od9e Před měsícem +3

    Gaston wibaza koturi ibijuju toi aussi tu exagère kuki wiyumviriye kwitwarira uprona ubu knd tuzi neza ko wabatsinze kuko wabitanze ujana ibirego muri sentare!ikindi naco kuki utanguye kuza urazungiruka ama tv on line nka yose ubwo aho ntacoba cinyegeje inyuma kuvyerekeye amatora?kuki ukija muri parlement utabigira?abanyagihugu turakwiye gusaba ubwenge Imana nkakurya Kwa Salomon,nkaho warateguye budget yoguhendesha urwaruka za saporo mbe nyene kuki tutanguye kuza turakumva uvuga munama nshingamateka kuki utavuga Kandi twaragutoye?ikimbabaje nurwaruka ruraho uzoza urahenda,mbe nyen nkuwokubwira utubwire ico watumariye twovuga kowagiye urazunguruka murizo Media erega ntaho zitaniye nama Media tours amwe abaririmvyi bagira!!!kwari ukuguhanura.merci

    • @GG-ni1zj
      @GG-ni1zj Před měsícem

      N'aho atantumye reka nawe nkubaze: ico wari wamutumye gukora ari 1er vice-président yavuyeyo adakoze n'ikihe ?
      Hanyuma ivyo kuba ariko aratanga ibiganiro kuma reseaux sociaux c'est parce qu'il est cool ntari muri bamwe bagara.
      big up honorable Gaston.

  • @Aiuoex
    @Aiuoex Před měsícem

    Sha kugukura bagize neza cane kuko wewe wari umu CNDD FDD ntabwo wari umu UPRONA. tembagara ugende ivyo wakoranye naba shobuja aba DD twarabibonye