Intahe ibabaje//Nafashwe ku nguvu n'UMUTINGANYI(Pédé)//Uko vyatanguye//Ibikomere nagize//Ikibabaje

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 17. 05. 2024
  • Intahe ibabaje//Nafashwe ku nguvu n'UMUTINGANYI(Pédé)//Uko vyatanguye//Ibikomere nagize//Ikibabaje
    ‪@NtareRushatsiHouseTV‬
  • Zábava

Komentáře • 165

  • @kalyka4107
    @kalyka4107 Před měsícem +71

    Ndagarutse kugira commentaire kuri Juste Gael nawe.
    Nukuri ingene wamwumvirije, ukamuha ikibanza, uga respecta ama silences vyafashije kugira atange temoignage neza.
    Good job!

  • @dondavinishimwe1417
    @dondavinishimwe1417 Před měsícem +29

    Uyo ni NDAMWUMVANEZA bamutazira LAMDA yabikoreye benshi ibujumbura cane cane mu ngagara ( muri nord) ariko wewe yaba mu kinanira 3 yagenda kubikora kure yahaba kugira ntibimenyekane muga vyaramenyekanye en 2015 arahunga acaja mu Rwanda nubu abikorera benshi kigali, ikibabaje nuko yabahendesha amahera kera mu burundi nubu kigali impunzi nyinshi zabasore azihendesha amahera azitesha umurongo, azibuza kugira ico zimariye. Turasaba abamuzi bamukubite intahe mu gahanga, i kigali abikora yinyegeje nabana bakiri bato can bari munsi nabiwe, aratwiciye abana.
    Ni umugabo yubatse afis abana bane, akaba ari Papa Quintia, Kenzo, nabandi babiri baririmba muri canada, umuryango yawuhungishije muri canada kubera ibimuvugwaho, umugore yariyakiriye ko yaramenye ko atunze ikimuga c'umugabo.
    Murabo abikorera hari nabo akomeretsa abishaka bikabaviramwo Sida hari cas nyinshi zabana barira bari entre 12-28ans.

    • @GATE2-uo8dl
      @GATE2-uo8dl Před měsícem

      Hariho amakosa aremereye cane akenera guhanwa kugira societe itabarwe.
      Iyo societe nyene ariko dutegerezwa no kuyikingira ingaruka mbi zikomotse kuguhanira inkozi y.ikibi kumugaragaro . Kuko hari abandi baca baja mubibazo sociles bikica imitima myinshi .
      Nivyiza rero kugumana ibanga ry.izina . ( denoncer en gardant l anonimat du malfaiteur ) . Ahubwo izina rivatangwa ku bajejwe guhana icaha .
      Tuze turashira aha bona ivyaha . TUREGE I NKOZI Z.AMABI AHO BIBEREYE .
      Kugira ntitwice iyindi .mitima.

  • @anicettanyoni5348
    @anicettanyoni5348 Před 12 dny +1

    Ikiganiro ciza cane

  • @lisaanddarlene19
    @lisaanddarlene19 Před měsícem +19

    Bravo Andy. Tu es courageux, merci pour ton témoignage nzi neza ko iriko ifasha abandi. Na the host; chapeau à toi. Wabajije neza, uramuha umwanya wo kwi exprima.

  • @user-fg6kd4rx6f
    @user-fg6kd4rx6f Před 21 dnem +2

    Imana ishimwe ko yakurokoye, urafashinjabantu knd urahumuye amaso kubakumva, vyose rero nukwiherezi Mana nokwitwararika uruvyaro tukarwaminzako amaso mubihe vyose, ego kuja kuramukanya mumiryango haraba amasanganya yomwibanga nanje vyarambayeko umukobwa kumukobwa narinki myaka 11 knd kuri mutoya wanje wo kwa maman wacu bibonekako wewe yarabibayemwo nku mu metre kuko iwabo batunga abantu beshi rero Imana iziko iturokora, nisanze ntasubirayo kubaramutsa muri vacanse kandi umuvyeyi wu mu maman narakimubwiye arantahura ingituma nanka kujayo

  • @VaC006
    @VaC006 Před měsícem +31

    It takes a great amount of courage kuvuga ivyagushikiye. You are probably at peace with yourself Kuko abarundi urabazi niho babona iki kiganiro. Peace and strength my guy 💪🏿💯

  • @Buja2573
    @Buja2573 Před měsícem +15

    Kuri 30:40, Andy The term you were looking for is **dissociative amnesia**. This condition involves an inability to recall important personal information, usually of a traumatic or stressful nature, that is too extensive to be explained by ordinary forgetfulness.

  • @user-wr8im7dp6e
    @user-wr8im7dp6e Před 25 dny +3

    Pole kabisa umuvyeyi wawe yagiye ukiri mutoyi twarabanye ukuri muto cane uyo muntu biransiga ukuntu shetani tutayifashe ngo tuyambike pneus izuba ryaka kko ivyo yavuze nivyo son papa yaragerageje vraiment ndishimye kumubona asigaye arumusore imana ishimwe vraiment

  • @ineskid1321
    @ineskid1321 Před měsícem +11

    Mporeee kandi mporeee caaane! C'est vraiment très courageux de partager ton témoignage dans un contexte comme le nôtre

  • @user-jf1xy7yu1e
    @user-jf1xy7yu1e Před měsícem +3

    Oooh Andy mpore mpore ,je nahor nkubona mungagara sinarinziko wabbajwe bigeziyo,Yezu akwomore icogikomere cubupfuvyi nugufatwa kunguvu.ndagusabiy Ku Mana umugore atanzwe nijuru niwe yokumara iyo mibabaro kndi merci bcp k watimvye ukabivuga bifashije benshi!!!Yezu aguhezagire caaaane

  • @sereine-marienkuyehasi3009
    @sereine-marienkuyehasi3009 Před měsícem +6

    C’est très courageux de s’ouvrir au monde et nous partager d’une blessure aussi grave et profonde 😰💔
    Que le Seigneur vous donne une guérison complète 🙌🏾

  • @Godsmasterpiece364
    @Godsmasterpiece364 Před měsícem +2

    12:00 =umuntu ntakizwa ivyakora ,umuntu akizwa icari 🙏🙏👌👌

  • @arsenemugabo1436
    @arsenemugabo1436 Před měsícem +10

    Wilson ndamuzi kuri St Albert ariko umukozi w’Imana mwiza muri Groupe Biblique

  • @sandraoselin
    @sandraoselin Před měsícem +8

    Andy je me rappelle de toi à l église Zion temple uri um interprète du prophète Francis Joël tatu 😢May God heal you❤

  • @doomedinscrolling3587
    @doomedinscrolling3587 Před měsícem +5

    Merci pour ton poignant témoignage cher jeune homme, bisaba inguvu gusangiza inkuru nkiyi surtout muburundi !
    Ukomere cane kubivuze warakize kandi turashimiye juste Gael numu journalist mwiza cane

  • @kenfloryndayirukiye496
    @kenfloryndayirukiye496 Před měsícem +4

    😧😧😧😭😭 burya birateye ubwoba ivyamushikiye. Ndabuze uko nifata imbere y'aya majambo ashikirije muntahe yiwe. Yarakorewe ikibi kirenze gutera ubwoba. Ico nkunze ariko Imana irazi gukiza abayizera, vy'ukuri gushobora gushinga nk'iyo nk'uko wayidushingiye n'ibigaragaza neza ko Imana yagukijije imibabaro y'ikibi wakorewe. Uri umugisha kuri benshi kuntahe utanze.

  • @juvenalndayisenga2144
    @juvenalndayisenga2144 Před měsícem +8

    Chombo urumugisha nukuri kuba ushobora kwatura ivyabay....uri umuti kuri benshi.
    More than conquerors.
    Imana iguhezagir Berincuti

  • @appolineniyonkuru9157
    @appolineniyonkuru9157 Před měsícem +15

    Sincère muvyo uvuga,urumunyakuri,wagize neza kuntahe bidufasha uko dukurikirana abana bacu. Intahe nziza caaaaaaane. Kutareka abana bacu kwinjira mumihana uko bagonvye, gukundisha Imana abana bacu

    • @Sk-ii7ou
      @Sk-ii7ou Před měsícem +1

      Simumihana gusa, bishobora gukorerwa nomumazu yanyu, et c est très dangereux gusumvya kuko uwomuntu abamufiseko accès 24h sur 24, 7jrs sur 7

    • @Justelineinabigos
      @Justelineinabigos Před měsícem

      Nibaza ko kuganira nabana uko gera ukabumviriza. Bakumva ko bashobora kukwitura muri vyose na hose arivyo nyamukuru. Kuko nkuko yabivuze ivyo umwana atazi ntanamenya nuko ari ikosa Kandi iyo muhira atakiganiro kihaba ngo mubazanye uko umunsi wagenze numunota umwe hagize ikiba kaba akamizwe ningoma hama bikamenyekana amazi yarenze inkombe...

  • @user-jp6kq4hj4r
    @user-jp6kq4hj4r Před měsícem +1

    Wakoze kudusangiza ibihe bitoroshe wabayemwo Andy. Mpore mpore. Imana iconyikundira iromora ibikomere vyacu. Komera kuyishingira intahe ingene yakubohoye. Urakoze gukiza ababoshwe nako kabi kabishe n'imiryango mu kingiye mwe na Gael imana izobibahembere igikogwa Ciza mwakoze

  • @msn-zv9oe
    @msn-zv9oe Před měsícem +9

    Je te trouve tellement courageux,et les gds combats Dieu les donnent à ses gd guerrier🫂🫂🫂🫂🫂🫂 IMANA igukomez cane

  • @Alinakeyla
    @Alinakeyla Před měsícem +5

    Justice yacu nuko iri faible si non bari bakwiye kurondera uwo muntu yamu viola bakamukurikirana kuko ubu amaze konona abana benshi inyuma yawe.

  • @user.6793
    @user.6793 Před 26 dny +1

    Andy man (Wilson) yooo twariganye sha ndamuzi....merci pour ton témoignage ndazi ko izofasha benshi.

  • @bsninja3889
    @bsninja3889 Před měsícem +8

    Bonjour, merci pour l'émission. En Occident on appelle dissociation ivuye kuri choc émotionnel. Quand c'est de l'oublie bayita amnésie traumatique. Avec le temps biraduga, bigaca bigirira nabi ubuzi ukuze.
    Benshi ino bariko barabicamwo kandi benshi barakira nka votre invité.
    Merci à lui

  • @Kakakakmmmmbbbbb
    @Kakakakmmmmbbbbb Před měsícem +18

    Mana uri mwijuru dusavye uburinzi bwawe kubana bacu nukuri

  • @nicolendabateze6307
    @nicolendabateze6307 Před měsícem +1

    Hashimwe Yesu yagusamye kare Andy. Wakoze kudusangiza temoignage yawe Imana iguhe future nziza birenze uko uvyibaza

  • @jesusdaugt20
    @jesusdaugt20 Před měsícem +5

    😢😢😢 ingene uri umuhungu mwizaa shaa Imana izoguhe urugo rwiza bambiiiiiiii

  • @odettekabanyana8200
    @odettekabanyana8200 Před 27 dny +1

    Imana ihora ariyo kwizera nukuri,,,,,,iyi témoignages inkoze ku mutima pe

  • @AURIN.OFFICIAL
    @AURIN.OFFICIAL Před měsícem +5

    WOWWw!!!! Tu viens de donner UNE BONNE DÉFINITION 'AGAKIZA ICARICO MUMAJAMBO MAKE CANE!!!.....👏👏BE BLESSED !!!

  • @niyonsabalulujoseph37
    @niyonsabalulujoseph37 Před měsícem

    Pole saaana brother Andy..

  • @ck8137
    @ck8137 Před měsícem

    Tres courageux !! Uhoraho agukizee forever!

  • @garythebeast3056
    @garythebeast3056 Před měsícem +5

    Waramenye IMANA koko kuko sivyoroshe kumuco w,abarundi twakuriyemwo ceceka bodutwenga kandi umuntu ababayeho nabi nukuri irinishuri uduhaye nkatwe abavyeyi nurwaruka ibaze vyabayeho ama fone atararwira ubunaho bigeze social media zararwiriye biteyubwoba

  • @bizindavyidavid3596
    @bizindavyidavid3596 Před měsícem +1

    Merci bcp Andy. Iyo ntahe yawe iratwubatse twese. Itubereye n'icigwa kidasanzwe kuri twese abavyeyi n'abakuze. Abantu babiciyemwo, canke ababiziko izindi ntahe, ko botinyuka bagafata ijambo maze tukava mugacerere imico yacu yatuzingamitsemwo ngo "hari ibitavugwa" ngo "ceceka ntutumaramaze".
    Merci bcp Andy. Imana yaragukomeje, none ubu uriko uraba inyishu kuri benshi.

  • @hakizimanamwanaidi9293
    @hakizimanamwanaidi9293 Před měsícem

    pole sana kaka courage

  • @colombeirakoze1969
    @colombeirakoze1969 Před měsícem +7

    Umuntu ntakizwa icakora,akizwa icari👌👌👌👌 merci kuvuga uku kuri

  • @karangwa2315
    @karangwa2315 Před měsícem +2

    uyu muhungu yitaye neza mukiganiro ntacyo navuga kuri uyu mugabo yafashe courage yo kuvuga ibintu nkibi ndabizi ko hari abantu benshi cyane babina badashobora kubivuga bravo ufashije benshi cyane c enorme c que tu fais pour les gangs qui parlent Kirundi & Kinyarwanda ariko biraboneka ko byagukomerekeje cyane kandi byaguszemo imvune zo mumutima zikomeye ariko kuvuga ibi bintu birakwiye ko nabantu bamenya ko bibaho

  • @stellandacayisaba7267
    @stellandacayisaba7267 Před měsícem

    Imana ishimwe ko wabivuyemwo hari abandi baca babigumamwo

  • @evelynejonsson8231
    @evelynejonsson8231 Před měsícem +1

    Mpore ❤

  • @nijembazisevigne6349
    @nijembazisevigne6349 Před měsícem +1

    Imana iguhe umugisha utagabanyije

  • @dinemahoro9012
    @dinemahoro9012 Před měsícem +2

    Gael wakoze cane gukora umwuga neza vyatumye umutumirwa ashobora gutanga ubuhamya mumuteze amatwi mudaca mumajambo .Good job Gael

  • @kalyka4107
    @kalyka4107 Před měsícem +2

    Mpore kandi bravo d'oser!

  • @JacksonNathaniel
    @JacksonNathaniel Před měsícem

    Brother dh pole sana ila chakumshukulu mungu kwakua uliweza kuacha❤❤❤❤

  • @kiki_official2577
    @kiki_official2577 Před měsícem +2

    Sinogenda ntavuze ijambo chèr ami wilson ami d'enfance nagomba mbaze nkubarire nti mpore mpore vremant pole gose uwo muntu si il existe encore nk'umu christu uratanga imbabazi vrema c touchant et terrible ndakuzi kubera uri umurwaneza vremant mpore mpore.

  • @Alicianina4
    @Alicianina4 Před měsícem +2

    Merci Andy Imana igukomez ncuti biteye ubwoba.Gael naw merci ukoze ikiganiro neza cane.coup d chapeau

  • @lettynikundana8418
    @lettynikundana8418 Před měsícem +5

    Vrmt courage aho wahejeje gukira ko ushoboye kubivuga.en fait yaprofise mukanya ubuze umuvyeyi ushaka uwukuba hafi.pole kandi komera caneee ahukijije benshi

  • @kamanzikhadija3951
    @kamanzikhadija3951 Před měsícem +2

    Imana igufashe uzarangize urugendo kwinosi ugikijijwe

  • @BernieBizimana
    @BernieBizimana Před měsícem +3

    Imana umuhezahire imukomeze Andy kuriyi temoignage atanze, ifasha benshiii babiciyemwo gutahura. Kandi nimviza cane ingene ari sincere mukubivuga, Bravo!

  • @arnaudthibautarakaza2492
    @arnaudthibautarakaza2492 Před měsícem +1

    Yaaaaaaah 😭😭😭 Wilson pole sana brother warahuye nivyago pe

  • @user-dn9jf4gf8y
    @user-dn9jf4gf8y Před měsícem

    Asante Sana 👏 kutuzanira Nelson

  • @gajou4491
    @gajou4491 Před měsícem +1

    Yoo Pole sane .. Love from Rwanda! Uzaze natwe utuganirize!

  • @mutimaloic4126
    @mutimaloic4126 Před měsícem +3

    IMANA NYENE AMAHORO Ize Iguhe iherezo ryiza. Nukuri ur'uw'agaciro canee..

  • @omansohar6135
    @omansohar6135 Před měsícem

    Imana yamahoro iturenger

  • @kanamugirekeza
    @kanamugirekeza Před měsícem +2

    Imana iguhe kuzoronka force yogu healinga courage thank you for sharing your testimony… Juste Gaël, you have my respect thank you for giving him a safe space kugira atange témoignage yiwe nabandi barundi bazoze barakurabirako bige guhora uyundi muntu ariko aravuga 🙌🙌🙌🙌 merci encore

  • @user-dj2zk9js7v
    @user-dj2zk9js7v Před měsícem

    Merci Andy Imana igihezagire yomore ibikomer vyawe vyose iyo ntahe izofasha beshi

  • @FB-df6bp
    @FB-df6bp Před měsícem +2

    Bon courage Andy, Imana Ishimwe🙏♥️ Juste ufise sens ya écoute ni vyiza🙏

  • @ghysmirrah16
    @ghysmirrah16 Před měsícem +2

    Oh mpore cane Andy! Kandi YEZU Ashimwe cane Yagukijije! Et merci bcp pour ton courage no gushaka gufasha abandi. Et bravo Gael, émission wayi dirige neza cane. sujet yari très sensible nawe tu as été très professionnel, et respectueux mu kuntu wumvirije umu uinvité utamuciramwo. kandi wamubajijie neza cane.

  • @iradukundaange-kessy5361
    @iradukundaange-kessy5361 Před měsícem

    Thank you for sharing Andy🎉❤ Wakoze gutsinda Devil, Ukabivuga, Sivyabose Yes But you did it, Kandi bizofasha nabandi, super proud of you Bro❤

  • @ngendakumanawilly2159
    @ngendakumanawilly2159 Před měsícem +16

    Ikibazo gihari harukuntu abana babahungu batitabwaho ariko mubimenye abahungu barafatwa Ku nguvu bavyeyi kingire abana banyu

  • @bdreams2793
    @bdreams2793 Před měsícem +3

    Mutama Mpore cane kabisaa m abana bacu imana ibafuke cane M uri umu star kabisa kwatura bingana aho nubuntu bw Imana

  • @mariechantalitangishaka3189

    Courage kandi Imana Ishimwe ko yagukuye mumenyo yumuguzi wa nabi

  • @sarahgahomera8472
    @sarahgahomera8472 Před měsícem

    Merci Andy d’avoir partagé,Mpore et bravo d’avoir pu. Uri umutsinzi nokurushaho

  • @maxmarielndagano8971
    @maxmarielndagano8971 Před měsícem +2

    Bless you Andy. C'est très brave.

  • @dollarswiz9
    @dollarswiz9 Před měsícem +1

    Abadayimoni bafise amayeri meshi kandi bari très persévérants,nimba akiriho uzomubwire ijambo ry'Imana n'umukozi wa satani wo kugwego go hejuru

  • @gufashanyaniragiryayesu9125
    @gufashanyaniragiryayesu9125 Před měsícem +2

    Humura musoremwiza YESU akomezekukwitaho

  • @felykanyange7909
    @felykanyange7909 Před měsícem +1

    Imana Iguhe Inkomezi Andy. Bisaba courage kugira témoignage nkiyo muri contexte y i Burundi.

  • @MagnifiqueMANIRAMBONA
    @MagnifiqueMANIRAMBONA Před měsícem

    Pole Sana frère Andy.Imana Ihabwe Icubahiro Yagukuye ahohantu habi .kandi Yaguhaye inkomezi zokubivuga.

  • @kezah1703
    @kezah1703 Před měsícem +1

    Big hug to Andy...May God heal you.. you are so courageous. Juste you are a great listener. Warakoze cane

  • @huguettemahoro185
    @huguettemahoro185 Před měsícem

    Andy Imana iguhezagire! Le journaliste yubahwe!!!!! Ecoute yawe iri👌 perfect!!

  • @chelha
    @chelha Před měsícem +1

    Bravo et prends courage Man of God, You're blessed beyond the measure ,thank you for sharing the story 🙏 ça va aider plus que tu peux l'imaginer

  • @teginezamilca2472
    @teginezamilca2472 Před měsícem +5

    Merci pour le grand courage kumutumire...mpore mpore🫂 Merci aussi kuri Juste Gaël ukuntu yitwaye kuri empathie kuri écoute iri attentionnée...Big shout out to you man👊

  • @bibikiki8437
    @bibikiki8437 Před měsícem +1

    Mbega inkuru ibabaj
    Pole sana muhungu mwiza wa Yesu.
    Kuba ubivuze birakuruhura some how.

  • @Adidja257
    @Adidja257 Před měsícem +4

    Gael watekereje biteye ubwoba courage kandi wakoze cane Andy kutwigisha abavyeyi tuhabere maso tuzokwame tuganiriza abana😢😢😢 😢😢😢😢

  • @HoHnot-py1nj
    @HoHnot-py1nj Před měsícem

    yesuweeeeeee hezagira uyumuhungu wawe atanze intahe kugira ng benshiiibabohoke kuvyamushikiye nawe😢😢😢kand Gael.nawe yesu aguhumugisha ingabire yawe uyikoresha neza murufasoni ntangere🎉🎉🎉🎉❤

  • @Christa_Ingabire
    @Christa_Ingabire Před měsícem

    Pole sana Yesu yomore ico gikomere ufis burundu😢😢😢

  • @genestekwizerimana7816
    @genestekwizerimana7816 Před měsícem

    Mpore mpore mpore brother nukuri warakomeretse sana 😢😢😢😢mugabo Yesu Kristu Umwami Arahari Azokwomora ivyo bikomere vyose .

  • @Saleh-mg8fr
    @Saleh-mg8fr Před měsícem +2

    😢😢😢😢😢urakoze turafashijwe😢😢😢 Imana iguhe imuhisha

  • @niyomutabaziisabelle3053
    @niyomutabaziisabelle3053 Před měsícem +3

    Iyo nunvise izi témoignage ngira ubwoba bwabana bariko bakura nigeze nokwunva umwana wumukobwa yabikoregwa numuyaya yakora iwabobo😭😭😭 nikibazo gikomeye Yesu abundikire Abana bacu 😭😭

    • @turibamweali8661
      @turibamweali8661 Před měsícem

      Uko nukuri nanjye mfite umuhungu wimyaka 15 ariko ubwoba bugiye kuzanyica pe !

    • @turibamweali8661
      @turibamweali8661 Před měsícem

      Isi yaranduye neza neza

  • @aimeesandrineuwimana2146
    @aimeesandrineuwimana2146 Před měsícem +4

    So.sad vraiment i have a friendly of Mine even him m a raconte le meme histoire mais lui vyar grave pm kubrr ntivyorosh yaragiy no kwamuganga 😢... reo nabahungu baragira ibibazo pe Imana idufashe cane

  • @christiemielladutasha
    @christiemielladutasha Před měsícem +2

    Il est très courageux ❤

  • @clarissabellaterimbere6073
    @clarissabellaterimbere6073 Před měsícem

    mpore gose,Yesu akomez kugukiza.

  • @user-bj3bw8fc6y
    @user-bj3bw8fc6y Před měsícem +1

    Thanks Andy❤

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero1377 Před měsícem +5

    Iterabwoba ry'abagabo b'abarundi n'ico bizana. Abagore n'abana abahungu canke abakobwa baratinya abagabo na ba se. Bituma bataronka akaryo ko kuganira n'ababo botegerejwe gukingira....

  • @kanyangeassumpta5832
    @kanyangeassumpta5832 Před měsícem +3

    Abavyeyi ha umwanya, mubaganirize,mubagire abagenzi kugira mu gangner leur confiance. Les mamans Iyo role muyikore 🙏👏🏽.

    • @genestekwizerimana7816
      @genestekwizerimana7816 Před měsícem

      Murakoze cane turagerageza Kandi hamwe n'Imana vyose biragenda neza iyo Tuyiyambaje .

  • @belyseiriho5762
    @belyseiriho5762 Před měsícem

    Courage Andy ,Christo akomez kugukiza igikomere nukuri

  • @janetkamikazi1861
    @janetkamikazi1861 Před měsícem

    Merci pour l'emission et merci Andy pour ton courage.

  • @nkurabagayaemelyne1858
    @nkurabagayaemelyne1858 Před měsícem +2

    Merci pour le temoignage Yesu yaragutabaye agukura mu mwijima wa shetani yashaka gufutanya ubuzima bwawe ikiganiro kiramfashije cane mfise abana bato babahungu

  • @innocentemukangoga-jh6oj
    @innocentemukangoga-jh6oj Před měsícem +1

    Mpore mpore! Ababyeyi bagomba kuba inshuti z,abana babo mbere yo kuba ababyeyi.

  • @ericakaneza7601
    @ericakaneza7601 Před měsícem +4

    Respect kuri Wilson agiz courage yogu sharinga story yiw....iyi émission ikwiy kuraba bcp plus abavyeyi kugira bamenye uko begera abana malgré ama responsabilités menshi baba bafis

  • @dollarswiz9
    @dollarswiz9 Před měsícem +3

    Andy,mpore kuko kubivuga bifise uburemere ariko satani aratsinzwe umumeneye amabanga
    Yesu akube hafi muhungu mwiza

  • @Sk-ii7ou
    @Sk-ii7ou Před měsícem

    Tu es vraiment courageux kubona washoboy gu temoigna ibintu nkivyo, benshi barahora, j espère ko bizofasha benshi cane kd bigatera un changement kuko ibi bintu vyogufatwa kunguvu umuntu akiri umwana nivyinshi cane kuruta uko twokwibaza, Imana iguhezagire

  • @angebuhungu8976
    @angebuhungu8976 Před měsícem

    Mpore cane

  • @ornellairakoze3512
    @ornellairakoze3512 Před měsícem +1

    🥺🥺🥺🥺🥺Mporeeee cane.....ukomere🙏

  • @jgateka
    @jgateka Před měsícem

    sending lots of love and prayers your way Andy💓💓💓💓

  • @yveshavyarimana3159
    @yveshavyarimana3159 Před měsícem

    Yves ajemwo gute vraiment niwe mwagwana??? 😂😂😂😂 This is so courageous BRAVO!

  • @NtirenganyaJoseph-db2mr
    @NtirenganyaJoseph-db2mr Před měsícem

    Birababaje 😢😢

  • @godsgrace6820
    @godsgrace6820 Před měsícem

    Son témoignage fait froid au dos mais très utile. Merci pour le courage

  • @cloviskwigize4478
    @cloviskwigize4478 Před měsícem +5

    Uyo muntu womuvuga tukamumenya..vyofasha wosanga yabikoreye benshi

  • @niyongabojules3784
    @niyongabojules3784 Před měsícem

    Merci Juste Gaël!
    One of your best interviews ever! ❤

  • @hakizimanaviolette1564
    @hakizimanaviolette1564 Před měsícem +1

    Pol sana

  • @AkimanaDivine-cj6iv
    @AkimanaDivine-cj6iv Před měsícem +1

    Nukur aratwigishije cankuntahe atanze

  • @logic-commentetor3258
    @logic-commentetor3258 Před měsícem +1

    Pole sana kabisa. Nivyiza gukwirakwiza awareness kugira abavyeyi barushirizeko kuyagisha abana babo. None nta bibazo psycological vyakuzaniye ubana navyoa ubu?