Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Keep it up Fablice💯💯💯‼️ Much blessings upon u ♥️❤️❤️‼️‼️
Very intelligent ‼️‼️‼️
Amen Amen Amen Imana igukomeze cane 👏👏👏💒💒💒💒
Mungu,nimwema
Kumbe uruwo muhira fabric❤❤❤
Bravo guys. Abanje bishwe n'ukutamenya (Abantu banje baranduwe no kutamenya ubwenge), ni Hosea 4:6. Umutama umwe mu kudutera intege turi mu bihe bitoroshe, yatubwira ati, mwihangane, mube abagabo,:"Igiti c'umuruho nico camako imbuto z'umugisha". Intumva nazo yazibwira ati:"Ingumbiiri y'umwungu yiniranye uruguma mu nkono". Imana ibahezagire Fabrice, muri murasahiriza igihugu mw'iterambere. Ico gitabo ca Yesha twokironka gute?
Uri intwari Fabrice. Imana iguhezagire kuko urayishingira intahe.
Egooo ukuri kwose
Party 2 kutatweretse kiriho ?
Intake nziza, merci Fablice. Uwuhoraho ahabwe icubahiro! Turasavye la suite
Aimer son prochain comme soi même. Vaut mieux que tous les sacrifice
Fabrice aze yandike igitabo. Iyo passage yo kugira intervieuw batazi iyo bazobajana, ni très important. Bisa na dispatch y' abirabure muri occident
Wow fabrice inkuru yiwe is so inspiring
Mpore mporeData wo mwijuru numuvyeyi wawe
Fab Imana iziguhe kuramba kabisa
Urumva ubugwizatunga nimumaraso Fablice !Turi kumwe ejo le 2 à Montréal. Kaze muri Canada. 😶🌫️
Bavmutanga nr z'abantu bavuga ibintu bizima!
I am super proud of you Fablice You are my inspiration 🙏🏿🙏🏿
Good inspiration
Uvutse 91-92 wumva 93 wabutanguye kuvoma?
Turarindiriye suite please 🙏🏿
✌🏾
Muduhe suite
Wa kwetu Ngozi ,Mwumba ,Gatsinda,kiziba poa. Camp shombo nyaruteja murahanyibukije pe! Franic slt
Aho hose ndahazi. Inyuma y'urugo
Muta wavuye kure, imana iragahezagirwa
Ndagushimiye the Interviewer Wakoze kwumviriza umutimire 🙏🏿
Umutun-zi (cacitse umututsi) niko umuzungu yasomye gisome gicike umututsi mu kizungu c' igifaransa! Umun-tu asanzwe cacitse umun-tu mu kizungu c' igifaransa. Turabizi ariko tubandanya twicana kubintu ba sogokuru batatubwiye! Dusubiramwo ivyo umuzungu yasoma mu mutima wo guteranya! Ngo baducemwo hama ducanamwo!
🥰🥰
Twizere ko muzoduha igice gikurikira
Suite
Imana iguhezagire abarundu Ubu bishwe nokugara kubona KO hariho abazwi gusumba abandi
😂😂😂
😢😢
Keep it up Fablice💯💯💯‼️ Much blessings upon u ♥️❤️❤️‼️‼️
Very intelligent ‼️‼️‼️
Amen Amen Amen Imana igukomeze cane 👏👏👏💒💒💒💒
Mungu,nimwema
Kumbe uruwo muhira fabric❤❤❤
Bravo guys. Abanje bishwe n'ukutamenya (Abantu banje baranduwe no kutamenya ubwenge), ni Hosea 4:6. Umutama umwe mu kudutera intege turi mu bihe bitoroshe, yatubwira ati, mwihangane, mube abagabo,:"Igiti c'umuruho nico camako imbuto z'umugisha". Intumva nazo yazibwira ati:"Ingumbiiri y'umwungu yiniranye uruguma mu nkono". Imana ibahezagire Fabrice, muri murasahiriza igihugu mw'iterambere. Ico gitabo ca Yesha twokironka gute?
Uri intwari Fabrice. Imana iguhezagire kuko urayishingira intahe.
Egooo ukuri kwose
Party 2 kutatweretse kiriho ?
Intake nziza, merci Fablice. Uwuhoraho ahabwe icubahiro! Turasavye la suite
Aimer son prochain comme soi même. Vaut mieux que tous les sacrifice
Fabrice aze yandike igitabo. Iyo passage yo kugira intervieuw batazi iyo bazobajana, ni très important. Bisa na dispatch y' abirabure muri occident
Wow fabrice inkuru yiwe is so inspiring
Mpore mpore
Data wo mwijuru numuvyeyi wawe
Fab Imana iziguhe kuramba kabisa
Urumva ubugwizatunga nimumaraso Fablice !
Turi kumwe ejo le 2 à Montréal. Kaze muri Canada. 😶🌫️
Bavmutanga nr z'abantu bavuga ibintu bizima!
I am super proud of you Fablice
You are my inspiration 🙏🏿🙏🏿
Good inspiration
Uvutse 91-92 wumva 93 wabutanguye kuvoma?
Turarindiriye suite please 🙏🏿
✌🏾
Muduhe suite
Wa kwetu Ngozi ,Mwumba ,Gatsinda,kiziba poa. Camp shombo nyaruteja murahanyibukije pe! Franic slt
Aho hose ndahazi. Inyuma y'urugo
Muta wavuye kure, imana iragahezagirwa
Ndagushimiye the Interviewer
Wakoze kwumviriza umutimire 🙏🏿