Haraye huguruwe icese inzu y'amanama ITEKA HALL hubatswe n' Inama nshingamateka
Vložit
- čas přidán 1. 03. 2023
- #Burundi Haraye huguruwe icese inzu y'amanama ITEKA HALL hubatswe n' Inama nshingamateka . Ibirori vyari birongowe n'umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye kuri uwo munsi wari uhariwe kandi gusenga no gusangira (National Prayer Breakfast).
Niteka kugihugu
Ahari amahoro vyose birashoboka.
🥰🥰🇧🇮💪
🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️❤️
AGATEKA HALL
🇧🇮🇧🇮💥
Good job guys!
Gusa, uko mwubaka inyubako nziza muze mwibuka kubaka ama barabara yo mu bisagara mutibagiye isuku mu miji eka ndetse hose hakenewe isuku. None ivyo navyo birasaba amashure ahanitse!?
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🌄🌄
On a pas vue grand chose à par les paroles du prêtre
Kosora ni AGATEKA HALL si ITEKA HALL
ivyo nubupfumu muriko murakora ngo murateramwo amazi ahezagiye icatumye yubakwa niwo muhezagiro nyawo
🙄🙄🙄
Ibintu iyutabizi uranuma kuko ntaco ububiziko , ubona iyutuma ubaza hoho ! Ariko ntacobitwaye yarimpanuro gusa ntaco wica mugenzi niwirambire .
@@salvatoradamu-tk5os niko karakaryo keza ko kunsigurira ivyarivyo ico bimaze naho vyanditse ngo : muje muragira uku.
Uri igihurudutsi!! Ba ubanza witondere ivyo wandika!
Par contre les gardes du corps devrai porter des chaussures militaires et non porte des chaussures pour les costumes
Arrete de te comporte comme un idiot va demande ca aux garde du corps de Macron et Joe Biden!
@@munezerozuzu2351
En quoi c’est comporte comme Idiot ? Quand c’est une bonne conseille de bienveillant?
Avec des chaussures militaires ils seront beaucoup mieux à l'aise pour bouger.
Je ne sais pas pourquoi tu amène Macron ou Joe Biden dans ça mais se n’est pas eux les gardes du corps du président Burundi