Imiryango iruguruye ku Barundi baba mu mahanga bipfuza gusahiriza mu migambi y'Igihugu.

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 8. 09. 2024
  • #Burundi: Mu bikorwa vyo gusozera indwi yahariwe Abarundi baba mu mahanga, Umushikiranganji wo gutumanako amakuru Leocadie Ndacayisaba yaserukiye Reta yasavye Abarundi b'incabwenge kuza guterera umuganda mw'iterambere no kuzana ubuhinga buza gufasha mu gushikana imbonakazoza. #diasporaburundaise

Komentáře • 11