Umukuru w'igihugu yuguruye ikigo c'idandarizo gishasha ciswe "Tokyo Center" i Bujumbura

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 12. 12. 2019
  • #Burundi Umukuru w'igihugu Petero Nkurunziza yuguruye icese kuri uyu wa gatanu 13 Kigarama ikigo gishasha ca kijambere c'indandarizo kiri muri Quartier Industriel imbere y'isoko "City Market" benshi bita "Kwa Siyoni"

Komentáře • 17

  • @ndayiragijelevantus9156
    @ndayiragijelevantus9156 Před 4 lety +1

    Congratulation Burundi leaders

  • @tatiya6883
    @tatiya6883 Před 4 lety +4

    Imana imuhezagir

  • @aminamunezero
    @aminamunezero Před 4 lety +2

    amina

  • @igor1117
    @igor1117 Před 4 lety +3

    Yooo ariko disiii abarundi😂

    • @ab3ab313
      @ab3ab313 Před 4 lety

      dufit.uburund.bwizaaa

  • @yahayazedy9779
    @yahayazedy9779 Před 4 lety +3

    Mungu akupe maisha marefu Peter nkurunziza unafanya mazuri Burundi nabwo tuzokwibagira imanta iguhe umugisha ramba watubakiye igihugu ubu chateyimbere peee

  • @rodriguerwaka610
    @rodriguerwaka610 Před 4 lety +1

    Iryo soko niryaba yapani ariko?

  • @nsabimanaerneste245
    @nsabimanaerneste245 Před 4 lety

    Neza chane imana imubungabunge prezida wacu abavuga kwivyakora batabibona usanga bikogwa basinziriye

  • @mutabazidonald856
    @mutabazidonald856 Před 4 lety

    Nihehe ko mutahavuga

  • @ndayikengurukiyeange3259

    Jm

  • @ciarrasamia8360
    @ciarrasamia8360 Před 4 lety

    Iryo soko rira majahe mutubwire

  • @felixmanirambona6576
    @felixmanirambona6576 Před 4 lety

    Igihugu kiri muri ambargo kukaguma cifashe ivyo nbintu n abandi bayobozi bo muri Africa bari bakwiye kurabirako.Umukuru w igihugu yigumira mugihugu ciwe akacubaka akama hafi y abo arongoye.Komera nabandi bazogusubirira bibahe akarorero.

    • @mukomezaidrisa7497
      @mukomezaidrisa7497 Před 4 lety

      Uburundi buried kurutonde rw'ibihugu bikennye cane kw'isi kurusha ibindi simbona ibyo mwubaka mbona musenya nibyari byubatswe

    • @felixmanirambona6576
      @felixmanirambona6576 Před 4 lety +1

      @@mukomezaidrisa7497 Jewe ndibaza imbere yukuvuga ivyo wari kubanza kwiyumvira abo bari kubutegetsi batarahaza uburundi bwari mubihugu biteyimbere?
      Wari gusesangura ukaraba aho bwari bugeze mumyaka bwatwagwa n abo wipfuza.Kandi baronka imfashanyo z amakungu.Ubu igihugu kirya ikiremve kicirasheko.Ubu ntibagikota ingoro y umukuru w igihugu nibindi vyishi.Ariko udashaka kubibona naho bokubwira ntanakimwe wobona.
      Na Kadafi bagiye kubona ivyo yakora atakihari.