Pole sana Imana sinkantwe ifise Ico iba yarateguriye umuntu Umutima urikwereke abarundi n'uburundi utubere akarorero keza kuko iyushaka warikwigumira mumahanga ariko ntiwabishimye La fille elle est très intelligente "icushoboy gikore excellemment"🤛twibere mwiparadizo
Good man frabice be blessed fr yr contribution of yr nation 🙏hama leta ikwiye gufasha kubka amabrabara Meza nacane kubera imyuzurira batangure gukoresha caniveau zica mukuzimu🤞🤞
Hosi merci pour Sirenvibetv, ndakunda ibiganiro vyawe. Uwutwereka ibintu biri sérieux ! Suggestion :" uzogendere aba barimyi n aborozi ba kijambere batanguye kuboneka, batwereke ivyo bariko barakora hamwe n uko babikora". Merci
Frais de gestion cank management/strata fees zigenwa na société izoba i géra izo buildings, si abubaka. Hama iyo société i géra iba ifis amategeko ngenderwako ababa muri ayo mazu (ba nyenezo cank abapangiy banyenezo) bategerezwa gukurikiza (exemple, ntushobora guhindura l'extérieur ya apartement yaw, cank kuvuza umuziki birengeje cane, kwanikira umpuzu kuri balcon, etc.. izo ni exemples!) Budget de gestion igenwa na Société i géra amazu, kandi nayo iba ifis assurance. Ariko naba nyen amazu nabone bagira Assurance kuko usiz amazi yuguruy akava gushika aho aseseka mu nzu y uwuba musi yaw hakagira nivyo yonona si Société i géra building izoriha ahubwo ni Assurance yaw nka nyen inzu.
@@jayavatar1577 Ni vyiza ariko mwokwigora mukaraba uwobaharurira izo frais de gestion uko sishobora kungana hamwe na frais individuels obligatoires nka assurance en responsabilité vyifashe abashaka kugura appartement kumenya le coût approximatif imbere yo gufata décision.Murakoze.
Assurance hari iyifatwa na les gestionnaires d’immeubles iyo hari igice ca immeuble kiguma ari Isangi rya bene ama appartements bose nk’ibibuga vya parking, piscines, amazu y’abazamu, etc..n’iyindi ifatwa na nyene appartement umwe umwe wese…..
👍👍👍👊👊👊❤️❤️❤️🧠🧠✍️Merci Hosy kumutumira Fabrice afise ivyiyumviro vyiza akwiye gushigikirwa kabisa jewe ndamufana kabisa Ndiho ashishikare kumuhezahira🤝👏
Respect😊 that's what i want in my life ,i will serve my Country
Mwari muzi yuko abagenzi mujana bashobora ku bloqua tes chances dans la vie courante ?👇🏻
czcams.com/video/siSXmP69LK4/video.html
@@s3bitv426 to i
Courage tukeneye abantu nkawe mu burundi 🇧🇮
Much respect to him and many blessings from God
Mwari muzi yuko abagenzi mujana bashobora ku bloqua tes chances dans la vie courante ?👇🏻
czcams.com/video/siSXmP69LK4/video.html
Ikiganiro ciza cane cubaka.Hosy naw watagase sana vrt🔥🔥
Pole sana Imana sinkantwe ifise Ico iba yarateguriye umuntu
Umutima urikwereke abarundi n'uburundi utubere akarorero keza kuko iyushaka warikwigumira mumahanga ariko ntiwabishimye
La fille elle est très intelligente "icushoboy gikore excellemment"🤛twibere mwiparadizo
Ayo mahereni y'u Burundi aramara. Thank you for the video content.
Thanks Sister wetu Hosy kuza uwo musore wacu mukiganiro ciza cane. Imana ikomeze kumujimbere mubikorwa arimwo, Natwe tumuri inyuma❤️❤️❤️🇭🇲🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Courag muhung wigihugu🇧🇮🇭🇲
Imana igume ihezagira ibikorwa vyamaboko yiw
Mwari muzi yuko abagenzi mujana bashobora ku bloqua tes chances dans la vie courante ?👇🏻
czcams.com/video/siSXmP69LK4/video.html
Bonjour Madame
Merci pour cet entretien avec Mr Manirakiza.
Une chose qui vous manque 2eme micro c'est serai beaucoup mieux. Merci
Imana ikutuzigamire uzushike kucumfuzo cawe natwe igihugu cacu gitere imbere.
Ndagushyigikiye kuri uwo mugambi wo guteza imbere u 🇧🇮 Burundi , ndakwemeye cyane
Wouuuuu ndaryohewe cne fabrice uhezagirwe rwose UWITEKA akurinde utwifuriza ivyiza cne
Respect 🙏 Nugutezimbere Igihuguciwacu Nivyovyiza Uburundi Kurundigwego Ega Ataritwe Abarundi Dutecimbere Igihugu Ntabandibazogitezimbete Nanlnjye Ningera Ahantuheza Nzatezimbere Ivyiwacu Pee Niho Uburundi Buzubahwa Nabaho Bubahwe Kbx
Mwari muzi yuko abagenzi mujana bashobora ku bloqua tes chances dans la vie courante ?👇🏻
czcams.com/video/siSXmP69LK4/video.html
Murakoze kuduha ka nim🙏🙏
Fabrice kabisa a blessing to our nation 👏👏 Hama yavuze vyo Bujumbura turakeneye City Planning
Urban planning ni naho tutazosubira kwumva amazu yatwawe, n'imyuzurira. Ministère ibijejwe na Leta muri rusangi bikubite agashi.
N ukuri nk umuntu w umuvyeyi mbanje kukubwira nti MPORE Ku buzima waciyemwo mu bwana' Ndanaguteye intege kuko watinyutse aho benshi batinye kuko bamburirwa mu gihugu cabo nyene. Murakoze kubatinyura.
Muzorondere udu projets tw abanyagihugu batobato kugira ruguru naho baryoherwe.
Imana ni nziza
Mana weeeee ntiwokumva ukuntu nkunduyumugabo nukuri ndabisubiremwo uri zahabu twironkeye nuko batabibona wamugani twoguheka ikibabaza nkaho ntihabuze abapanga kumwica😔
@Hosy these are the contents that we need.please bring more ents like Him👌🏻
Much respect for this guy.mwenyezi mungu akusaidie kaka
Courage my bro, I get chance to meet you, you are such humble, kind and respectful gentleman. God bless you
None hosy izo nume zakunaniye gushira muri description ?
Wow nivyiza cane Imana ikomeze ikuja imbere Fabrice 🙏🙏🙏
Nice emission Hosy!! Keep it up!!!
Woww...big up to him kandi courage cane may God be with u muvyo ukora vyose
keep it up brother..good job
Nukuri pee uburundi buratunze nizindi nca mbwenge nibaz bagir icobaterere mwiteramber ry igihugu Fabrice nicitegererezo kur benshi lmana iguhezagir kuruyo mutama ukwo nikwo gukunda igihugu nyakuri🇧🇮🙏
Igihugu guter'imbere nuko abanyagihugu Baja hamaw bagakundana bagashiriha hamw..nimba America itey'imbere nuko yagiy hamw bagakundana bagakorera hamw..nikindi kugira ubukene mugihugu buhere nuko igihugu nabanyagihugu haba Industrialization, hakaba kwubaka ama Industries menshi samazu gusa...Big up bro Fabrice
Good man frabice be blessed fr yr contribution of yr nation 🙏hama leta ikwiye gufasha kubka amabrabara Meza nacane kubera imyuzurira batangure gukoresha caniveau zica mukuzimu🤞🤞
Nivyo kweri amabarabara ageze habi, kandi bahe na marché ababizi apana abatanz ruswa. Igisagara ca Bja gisigay gitey isoni ntikiduter iteka.
Fabrice ukora ibikora inka, komeza mw'ijuru hari imbembo.
Komera muntu w’Imana. Imana iguhezagire!
This guy is real...congratulations 👏
Akwiye guhabwa akazi ko gutunganya ibisagara kuko arashoboye 👍🇧🇮
Ahohantu eee fabiy kobikaze nkubusinobahonyen birakazewarayi
Hosy merci bcp pour l'émission
Very interesting 👌 👍 🤔, thanks Siren 🚨 👍...
Mugwize ibiganiro nkibi mugabanye yamatiku yabarurimvyi atanaho barigushika
Haha Nihatari
🤣🤣🤣🤣
Kubera IMANA.... YESU agira neza.
Fabrice Big Up
Ibutanyerera hejuru mubicu
Un bon exemplaire, courage cane🙏
Hosi merci pour Sirenvibetv, ndakunda ibiganiro vyawe. Uwutwereka ibintu biri sérieux ! Suggestion :" uzogendere aba barimyi n aborozi ba kijambere batanguye kuboneka, batwereke ivyo bariko barakora hamwe n uko babikora". Merci
Imanirakundiphuvyi
Merci pour l'émission
Amasanamu asa neza cane gose ....Niwigurire orange ikanye
Murarenze kbx
Wow Hosy uramusabira akazi sha naho ntize nzoza ndakubura ndonke ayokugaburira umuryango🙈🙈🙈
Muzubake ingozi ndabibasavy🤣
Good ideas brother well done
Respect dufise indoto zisa
Sumu Ir ...ahubwo akoresha ab Irs ...
Courage musore mwiza nabandi nimubonereko
Nukuri ntimwokumva ukuntu nkunda(like) uyomugabo burigihe iyo ndamubonye nkamwumva nisanga narize ukuntu rero ari pose akaba n'a positive nukuri Imana ibahezagize kurambaa ntakundi nokwifuriza
Yes
Je narimbwe😂😂😂hafi 22million
Mukomezeee🇧🇮🇧🇮🇧🇮
#Émission ya bien 👌👌
Fabrice ararenze
Iyo mujama ari smart vyukuri
Wow
Umukozi mwiza
🔥🔥🔥🔥🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮#hosy narindagukumbuye🤣🤣🤣🤣
Nimuduhe nimero ziwe
Nice nice
Mwari muzi yuko abagenzi mujana bashobora ku bloqua tes chances dans la vie courante ?👇🏻
czcams.com/video/siSXmP69LK4/video.html
Kovya kovyo aho turi hose tubanda tubanya tuba kwirikirana
Nice
🔥🔥🔥🔥💕🇧🇮
❤❤❤❤
Nivyo Hosy avuze neza ,nugukora neza nishaka ico ushoboye
,Umusiguzi9:10
"Ikintu cose ukuboko kwawe kuronse co gukora, nugikorane ububasha bwawe, kuko ata gikorwa, canke umugambi, canke ubumenyi, canke ubukerebutsi mu kuzimu, aho uriko uraja ".
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Hosy rondera microfone zikwiye, ndumufana wawe kuva murugombo
Zirahari murakoze
🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Sujet ya ma cakubiri ya mugaje abarundi benshi mpora ni baza umuntu afis amac akubiri ubwo azobona Imana
Yoyiyibona gute ga ndugu?? hari ibiyibagiza ko Imana ivyanka urunuka ,bibiliya ivuga ngo: amacakubiri y'amoko akurwaho n'umusalaba!!
Ntamana azobona nagoto
Umuntu ufite amacakubiri abameze nkajya sgetani yashatse gusenya Ubwami Bwimana
Iteka kuburundi. Uri akarorero Kenza kubarundi
IMANA IRINYUMA YAWE FABRICE IKURINDE INYANKATERAMBERE MUBURUNDI UMWE AVYUYAGATWE AMASHARI ABAMESHI IMANA IKUGIRIR NEZA
Yubahwe kabisa
Mwari muzi yuko abagenzi mujana bashobora ku bloqua tes chances dans la vie courante ?👇🏻
czcams.com/video/siSXmP69LK4/video.html
Fabric Melbourne city Australia turogukurikira ga mash
Naduhe contact please ?
Gusa Sha azinokuvugijambo ryimana mumvugo yiwe
TURAKWISHIMIYE KOMERA KURUYO MUGAMBI MWIZA W ITERAMBERE KUGIHUGU CACU
Brevo
Wamuko uvuzeneza bzbzbzbzbz umutumire wawe ndamukunda yubahwe bzbz
Ndagushigikiye cane kandi kunva ko abarundi tworengera amacakubiri yatuzingamiste turaho dura ingendo tugashira hamwe ubwenge igihugu cacu cohinduka neza.
Kuvyerekeye izo nzu nazo zigerekeranye kandi ziri mwo n’ivyuma birerura abantu ziragoye kuba mwo:
- harategerezwa ko abazibamwo bose bagira assurance responsabilité
- harategerezwa kuba budget de gestion kandi umwe umwe wese ategerezwa guterera mwo
- abajejwe gutunganya kuba muri mwene izo buildings bategerezwa kuba abantu batagira uburyarya
Mu ncamake a ashaka kugura izo appartements barakeneye kumenya amafaranga bazoriha ya frais de gestion en plus de l’hypothèque.
Frais de gestion cank management/strata fees zigenwa na société izoba i géra izo buildings, si abubaka. Hama iyo société i géra iba ifis amategeko ngenderwako ababa muri ayo mazu (ba nyenezo cank abapangiy banyenezo) bategerezwa gukurikiza (exemple, ntushobora guhindura l'extérieur ya apartement yaw, cank kuvuza umuziki birengeje cane, kwanikira umpuzu kuri balcon, etc.. izo ni exemples!)
Budget de gestion igenwa na Société i géra amazu, kandi nayo iba ifis assurance. Ariko naba nyen amazu nabone bagira Assurance kuko usiz amazi yuguruy akava gushika aho aseseka mu nzu y uwuba musi yaw hakagira nivyo yonona si Société i géra building izoriha ahubwo ni Assurance yaw nka nyen inzu.
@@jayavatar1577 Ni vyiza ariko mwokwigora mukaraba uwobaharurira izo frais de gestion uko sishobora kungana hamwe na frais individuels obligatoires nka assurance en responsabilité vyifashe abashaka kugura appartement kumenya le coût approximatif imbere yo gufata décision.Murakoze.
@@salvatorkaburundi3222 Murakoze ku ciyumviro. Nagira ntange umuco, sindi muri iyo projet, natanz iciyumviro bivany na experience gusa.
Assurance ifatwa na nyen inzu kandi ibiciro bivana nivyo w'assurisha cank ukingiza impanuka, ico rero s'igikorwa c'umwubatsi.
Hama ibijanye na Société i géra ama apartements, uko ndabimenyereye nta biciro biboneka building itarahera kwubaka ngo ija mu minwe yiyo Société. Ico kizomenyekana inzu zihejeje kwubakwa zikaja mu ninwe yayo. Abaguz itarubakwa kenshi bagura kuri make, iyo imaze kwuzura ushaka uragurisha ugatora inyungu ukigendera cank ukayibamwo. Uwuguriye ueaguze rero agura azi frais de gestion ingene zingana, ariko ubu ico giciro nibaza ko kitaraboneka, uwushaka kw estima yobaza aho abandi baguz
Assurance hari iyifatwa na les gestionnaires d’immeubles iyo hari igice ca immeuble kiguma ari Isangi rya bene ama appartements bose nk’ibibuga vya parking, piscines, amazu y’abazamu, etc..n’iyindi ifatwa na nyene appartement umwe umwe wese…..
Urazi gukora biganiro Journalist
Imiturirwa(étage) n’amabarabara meza n’amatara(éclairage public) birakenewe Buja
Nokwongerako gusukura n'ugutegura neza iyubakwa
Twaronka numero ye ya telephone?
Yego yarayitanze mumpera
Ukora ibiganiro vyiza ariko noguhanura kugerageza kugira Introduction ngufi
Kubadida gisiguriki?
🤣🤣🤣🤣 Hosy adusigurire! Ngira yaravy match za foot nyinshi🤣
Biteye ubwoba marina yafunzwe azira gukundana numuzimu🥶🥶
m.czcams.com/channels/YlnBvUOVehRrcldLOX5u0Q.html
uyu mujama n'umugabo
Irebere ibintu byatuma ugaragara neza👍👇👇👇👇
czcams.com/video/tiIxDCzwuwI/video.html
Ikiganiro ni ciza caaane.none hosy ko utamubajije ayo mafaranga yo kubaka izo nzu aho ava?nimba ari amahera yiw bwite cnk ko hariho nkibank yoba imufash mumugongo?
Abagura batanga avances, hama ayandi banque ikabaha mortgage
Ni Projet, urayitegura hama ukayisabira Financement muri Banque abazikeneye nabo bagatanga ama avances! Kudandaza bihera mumutwe bikaja kurupapuro . Integuro irangiza vyose
None ko ataterefone wadushiriye kuri comments
Jew mbona iy'inzu mwoyishiramwo Imbonerakure nimbonerakurekazi zose zomugihugu ziberemwo
🤣🤣🤣🤣🤣😂😂 kubera iki?
Nyambwa ntaba Nyanka, guma muri politique ubise abandi bibandanyirize kukivi
Ingo Dubai urabe amazu meza asumba ayo
Yavuze none ko atahandi ari)
Non Dubai niwanyu
@@MohammedMohammed-fv6sy ndahaba niwachu nyene uyu mwanya mpari
Small mind 👎
Wumva wewe utari umubono
incroyable
Nta mail ziyo compagny ? Où insta où Facebook
Oooooh fabrice sha crrge bandanya utsinda ndakwibuka 2012 muntara ya Rutana nimba ntakwitiranije