Pasteur NDIKUNKIKO YUGURUZA IGIKORANE CARIKO KIBERA I NYAKARAMBO IJAMBO N'ISENGESHO

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 16. 04. 2021
  • MEIRRA Tv dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima ibicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
    Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
    +257 79 24 16 79 (WhatsApp)
    +257 79 08 91 49 (WhatsApp)
    YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Komentáře • 3

  • @bigirimanapapy5253
    @bigirimanapapy5253 Před 2 lety +1

    Murakenuye Muvyeyi wanje, Kw' ijambo ry'Ubugingo

  • @tinyicyahatv847
    @tinyicyahatv847 Před 3 lety

    YESU NIYAMAMARE HOSE TV
    "Dore hazaba umunsi utwika nk'itanura ry'umuriro, abibone bose n'inkozi z'ibibi zose bazaba ibishingwe, maze habe umunsi uzabatwika bashire, ni ko Uwiteka Nyiringabo avuga, ntuzabasigira umuzi cyangwa ishami.
    Malaki 4:1
    Nanjye ni cyo gitumye mbahindura abanyagisuzuguriro, mugahinyurwa imbere y'abantu bose kuko mutakomeje inzira zanjye, ahubwo mukarobanura ku butoni mu by'amategeko. Ibyaha by'abantu b'Imana n'ibyaha byo mu ngo
    "Mbese twese ntidusangiye data? Imana yaturemye si imwe? Ni iki gituma umuntu wese ariganya mwene se, tukica isezerano rya ba sogokuruza?
    Yuda yarariganije, kandi bakoze ibizira muri Isirayeli n'i Yerusalemu. Yuda yacumuye ku buturo bwera Uwiteka akunda, kuko yarongoye umukobwa w'imana y'inyamahanga Amen.
    Malaki 2:9-11
    Mwene Data, ntacyo twakora,cyindi uretse kwirinda icyaha n'igisa nkacyo.
    SANGIZA ABANDI UBU BUTUMWA BWIZA
    Wifuza ubufasha,bwokujya uhabwa Izinyigisho,cyangwa gusobanurirwa zimwe munama zagufasha kwihanira kureka?
    Cyaneko hariho bamwe muri twe bamaze kuba imbata zibya.
    TWANDIKIRE TUGUFASHE KUBUNTU
    +260974550458
    MURAKOZE
    Ev.isaie....