BURUNDI: AMAKURU MASHYA KU BISIGARIRA VYA PETERO BUYOYA NDAYISHIMIYE ARABIZANYE 💸💰💵ONLINE MONEY

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 10. 07. 2024
  • #ishamitv #amakuru #burundi #rwanda #rdc
    CONTACT US: umuzungu15@gmail.com
    Join ISHAMI TV WhatsApp Group: chat.whatsapp.com/GYKVAzJyTH4...
    Amakuru mashya ku Rwanda na Congo
    Find us on Facebook: bit.ly/4aZt0k0
    Follow us on X: bit.ly/3SeOaDv
    Follow us on Instagam: bit.ly/3O4ZQq5
    Ishami TV Website: ishami.rw/
    And please don't forget to subscribe: ISHAMI TV: bit.ly/3vEnB1W
    #m23 #amakuru #goma #sadc #m23 #fardc #rwanda #congo #amakuru #uburundi, #goma #afc, #amakuru #congo

Komentáře • 25

  • @Mariam-tk8zn
    @Mariam-tk8zn Před 14 dny +1

    Yarumunyamahoro. Imanimwakire mubwami bwayooo ❤❤❤❤❤❤

  • @geoffreyruhinda8875
    @geoffreyruhinda8875 Před 14 dny +1

    Ibyo yakoze byose yabikoze kuneza y'igihugu cy'uBurundi kandi ukosa ni Uwakoze

  • @jacquesntabagara2702
    @jacquesntabagara2702 Před 21 dnem +1

    Rip Major Peter Buyoya.

  • @BernardNdayisenga-k7z
    @BernardNdayisenga-k7z Před 14 dny +1

    Tumwibuka 1997 Aho Tanzanie yadufatira embargo yahagaze rugabo ntanzara yigeze yica abarundi,ikindi yahaye igihugu domitier atamatora arinzekuba ikindi yarasinye amasezerano yoguhagarika intambara.

  • @LeonardHabonimana-lk4gx
    @LeonardHabonimana-lk4gx Před 21 dnem +2

    Bamwanka kubera ubutwari tuzoguma tumwibuka

  • @jeanpierreniyungeko717
    @jeanpierreniyungeko717 Před 21 dnem +5

    Uwobita se

  • @fredericnshimirimana8014
    @fredericnshimirimana8014 Před 21 dnem +1

    None se ko yari umunyabwenge,ku ntwaro ziwe yakoze iki turetse intambara ?Vuga ivyiza yakoreye abarundi,uretseko yatembagaje Président Bagaza yariko yubaka amabarabara,amahinguriro n'ibindi.

  • @user-io4bi9ly6k
    @user-io4bi9ly6k Před 14 dny

    Umuntu wanga Buyoya arakangara kugasozi

  • @jeanpierreniyungeko717
    @jeanpierreniyungeko717 Před 21 dnem

    Ikibazo kukibazo cariho cuko ashingugwa nkuwigeze kuba umukuru w igihugu carakemutse

  • @GilbertNijimbere-su7yb
    @GilbertNijimbere-su7yb Před 21 dnem

    None sumurundi? Yabuze nokuza akiri muzima !!!

  • @user-io4bi9ly6k
    @user-io4bi9ly6k Před 14 dny

    Igihugu giheruka president uyu ayobora,yarumunyamahoro kbs

  • @ManuelMinani
    @ManuelMinani Před 21 dnem

    Impembo yumwana ipfa mumagodoka gusa mutvuga rumwe yatanga misio bakakwica

  • @PatrickMwensi
    @PatrickMwensi Před 21 dnem +1

    Ndumva ibitoro bigiy kuboneka!

  • @PascalNdiwenumuryango
    @PascalNdiwenumuryango Před 14 dny

    Bazozura nikiziga

  • @LeonardHabonimana-lk4gx
    @LeonardHabonimana-lk4gx Před 21 dnem

    Naze aje mugihugu camavukiro Natacha yakoze

  • @jeanpierreniyungeko717
    @jeanpierreniyungeko717 Před 21 dnem +2

    Ntiyemera akajagari kandi atakindi yakora atari ukuzana akajagari. Ivyukundisha abasirikare batobato kwari ugugira azoshike k ubutegetsi. Ububandi benshi bita ubwenge. Ari en réalité ni urwenge. L intelligence et la malignité. Il etait tres malin !

  • @user-wd8lp5qm7p
    @user-wd8lp5qm7p Před 21 dnem

    Uburundi nabarundi bumutima ndetse naba nya Africa bose twabuze intwari pee😢 Imana izomuhe uburuhukiro bwiza🎉🎉🎉🎉

  • @claireuwimana9973
    @claireuwimana9973 Před 21 dnem +2

    Buyoya yari bien aruhuke neza

  • @JospatKarishaga
    @JospatKarishaga Před 21 dnem

    Uyo muhutu atamenyekanye natahe ntakundi byagenda

  • @comendikuriyo8564
    @comendikuriyo8564 Před 21 dnem

    Iciza kimwe yakize nugusinya kumasezerano yo guhagarika intambara gihugu akagitanga Ubu tukaba tubayeho neza.bitandukanye cane no kuri embargo yiwe.