Ntibikiri ibanga vyose arabivuze!

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 8. 09. 2024
  • For more : 68023566

Komentáře • 139

  • @WakaWaka-c8d
    @WakaWaka-c8d Před 3 dny +1

    Iyo film murikuvugaho turabikurahe muturangire Mimi turagukunda cyane abanyarwanda

  • @ndikumanalouis
    @ndikumanalouis Před 8 hodinami

    Ndabingize mufashe mume nimero ya mimi kuko nanje ntuye mu rwanda nibimura nzamusuhuze gusa ndamukunda kuko akina neza kandi ikindi ubona arumunya mahoro yorosha ibintu komerezaho mukudwa wi MANA ukomerezwe amaboko uteribere uburyo bwose uhabwe umugisha wiburyo nibumoso

  • @jeanboscokomezagusenga4005

    Mimi, J'aime ta logique quand tu parles de la vie. Bon succès dans ton métier.

  • @Nadinekwizera
    @Nadinekwizera Před rokem +3

    Mimi vrt nubwo wovuga 24h nukuri Jewe sinorambirwa na gato kuko urakunzwe cane 🥰🥰🥰🥰❤️❤️❤️❤️

  • @Nadinekwizera
    @Nadinekwizera Před rokem +2

    Waoooooooooo Mbega umukunzi 🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰 urakundwa nanje Mwiza ibereho utababaye Sha urakunzwe gusa uwumusi Aka mood Kari bcp 🥰🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @annabellaakimanamurengeran9927

    Waouh congratulations Mimi

  • @rachelheroes1
    @rachelheroes1 Před rokem

    Mimi ni mwiza pe. ariko uzagumane umusatsi wawe natural ntuzowuhindure .❤💝

  • @apprentissageniyongabo3916

    Monsieur le journaliste. Urakoze gukunda Paris. Karibu

  • @VyizigiroEdyssa
    @VyizigiroEdyssa Před 7 dny

    Mimi vrt ndagukunda❤❤❤

  • @dastellaharerimana7192

    💕💕💕Mimi uratwenga neza disi ndakwikundira urigi cherie🥰🥰felicitations shaaa sangwa akazi👏👏ukomez guter ujimber

  • @AliyusufuHabonimana-ev5mo
    @AliyusufuHabonimana-ev5mo Před 9 měsíci

    Nkunda Mimi kurugezo go hejuruu yaman umunezero courage Mimi🤗🤗

  • @ndufacomtv
    @ndufacomtv Před rokem +1

    Tuba tubashigikiye Kandi tubakurikirana 5/5! Mukomere cane 🔥🔥

  • @alineniyomwungere9261
    @alineniyomwungere9261 Před rokem +1

    Uter uj'Imbere Mimi! Turagukunda 💞 !

  • @RemyMfitumukiza
    @RemyMfitumukiza Před 4 dny

    Mimi ndagukunda cane

  • @JaneFatumaa
    @JaneFatumaa Před 3 měsíci

    Courage disi mimi!

  • @user-bj5lq8ht8z
    @user-bj5lq8ht8z Před 3 měsíci

    .mwiriwe ndi Diane ndakunda fulime ishusho yumuntu ndagukunda mimi.

  • @Anny-p62
    @Anny-p62 Před rokem +8

    Kumbe warasinye contrat ?? Ewe Claude ugiy kugwar ihahamuka🤪😜 narakunz ukuntu wakurikij impanuro zabaguhanuy kwinumira Claude akab ariyandarika Imana ikugz kure cne

    • @alineahishakiye9980
      @alineahishakiye9980 Před rokem +1

      Nn urya mu claude kumengo yahahamuwe ni terambere rya Mimi 😄basi noneho asigaye amufana kuburyo atazi , gusa Mimi courage sha, nayubwiza nukuberwa usigaye harimw ninzigo vmt uratesa👌

    • @mireillendayishimiye7001
      @mireillendayishimiye7001 Před rokem

      Thx dear kunvira nivyiza

    • @MohammedMohammed-fv6sy
      @MohammedMohammed-fv6sy Před rokem

      @@alineahishakiye9980 gusa mukirundi bavuga umugore arosamaher acaja hejuru yumigabo

  • @user-xx6jv3fu1c
    @user-xx6jv3fu1c Před 3 měsíci

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤nukuri mimi iguma yera

  • @monique1191
    @monique1191 Před rokem +1

    Courage shaa mimi wanje wigumire ku mana

  • @monique1191
    @monique1191 Před rokem +1

    Sinibazako mimi yosambura urugo akahukana kubera film kwer vyob bisa nabi gose

  • @munezerochance5337
    @munezerochance5337 Před rokem

    Mimiiii you know how you love uu my realy frnd❤crrge cne mukunzi imbere niheza

  • @DUSHIMEInes
    @DUSHIMEInes Před měsícem

    Sha Mimi nukuri irera ibihe vyose

  • @Anny-p62
    @Anny-p62 Před rokem +4

    Mimi wacu courage mwiza

  • @esperancengendakumana7133

    Ndamukunda MIMI Imana ibandanye imuhezagira

  • @kadogojohn1430
    @kadogojohn1430 Před rokem +2

    Good

  • @DivineIbereyeyamashimwe-mt4ux

    Mimi uvuze ukuri jew ntanarimw nabonye. Imana ihemuka ariko abantu ishwida

  • @payton.comedy3964
    @payton.comedy3964 Před 5 dny

    Amahoro neza.wampa nimero ya Mimi mwaba mukoze

  • @nicoleiradukunda4698
    @nicoleiradukunda4698 Před 9 měsíci

    Ndagukunze ukundi kuntu sha mimi lmana iguhe imigisha iroranye ivyawe

  • @claudemfuranzima4088
    @claudemfuranzima4088 Před rokem

    Imana ubandanye ikurinda mimi wacu

  • @IshimweBrigitte-zn1vr

    Ndagukunda caane gi chr ubikora neza cane mwiza

  • @philomeneshimirimana
    @philomeneshimirimana Před rokem

    Ryoherwa sha Mimi urimwiza utwenga neza utere ujimbere

  • @user-uu5iz4zy2o
    @user-uu5iz4zy2o Před rokem

    Usaneza imana iguhumugisha ndimurwanda

  • @stitore2388
    @stitore2388 Před rokem

    Mimi wacu courage mwizawaje💯💯💯👌🙏

  • @user-pd1bj6go7l
    @user-pd1bj6go7l Před rokem

    Mimindagukundaa❤❤❤nukuri❤❤

  • @NiyibonaMenedor-uq4xy

    Mimi courage nukuri ndakwikundira

  • @mellykayebekaofficial3377

    Waaow Ndayishimiye mazina yanje ngukunda urumwe rukumbi

    • @sosomh5430
      @sosomh5430 Před rokem

      Nanje ni mazina wanje, ndi NDAYISHIMIYE

  • @gjghhjukfh8094
    @gjghhjukfh8094 Před rokem

    Mimi ndagukunda cnknd lmana ikomeze kukuduza kbx

  • @duraduura3726
    @duraduura3726 Před 9 měsíci

    ❤❤❤❤❤❤

  • @sososoryne3261
    @sososoryne3261 Před rokem

    Umukam agukomez mimi🥰🥰🥰🥰

  • @nadinenshimirimana-m9z

    Mimi nakwikundira cane gose wubahwa

  • @user-mk8px8sx7v
    @user-mk8px8sx7v Před rokem

    mimi nanj ndakund americ

  • @trynciaayinkamiye4434

    Toutes mes félicitations mimi ma chérie,utere ujimbere cane gusa kumushahara wa mbere uzokwibuke unguriremwo isambusa 🤣🤣

  • @alicenzeyimana-kp3do
    @alicenzeyimana-kp3do Před rokem

    Mimi ndagukunda caaane uvyumve

  • @Munezeroyvette
    @Munezeroyvette Před rokem

    MImi ico ngusabira ni nkico Mugisha yaguhanuye uzigumir ukw uri uz ugume ku Mana yawe ikirushirij Iman iziguh iherezo ryiza!❤❤Film urimwo kenh ib irimw inyigisho!Ku bantu boose mwakinye film ishusho y umuntu 😇😇mwaranyigishije k umunt ari munini!🙏🏼🙏🏼🙏🏼❤❤🇧🇮🇧🇮💚💚🇸🇦🇸🇦

  • @Johnasly_gAsiyethubutiwa
    @Johnasly_gAsiyethubutiwa Před 5 měsíci +1

    Mimi yavuga neza knd yasa neza mugabo vyaramunaniye kwubaka bigume knd ntaratubwira neza ica tumye bahebana n'urya mugabo

  • @pascalnimbona5522
    @pascalnimbona5522 Před rokem

    Sha mimi yaramamaye ntawutamuzi

  • @user-vw8hf4dp1q
    @user-vw8hf4dp1q Před 8 měsíci +1

    Mimi mwubahw mwiza wanj

  • @nshimirimanajeanne2261

    Mwarikutwongera iminota mimi ndamukunda

  • @user-et8zh9zd6d
    @user-et8zh9zd6d Před rokem +1

    👍👍👍👍

  • @user-xx6jv3fu1c
    @user-xx6jv3fu1c Před 3 měsíci

    Ntakure habi kumana itogukura ntanaheza kure lmana itogeza umuntu humura urugendo urimwo ruzogira iherezo

  • @angedarlene1770
    @angedarlene1770 Před rokem +3

    Mimi urimwiza ariko mfise ikibazo ntukumbura abana? Uwusigaye ntampamvu yokumukumbur utabishaka ariko abana gute ntubakumbura

  • @claudemfuranzima4088
    @claudemfuranzima4088 Před rokem

    Mana urera Mana urera

  • @tharcillakwizera6712
    @tharcillakwizera6712 Před rokem

    Courage

  • @manirakizaferdinand2385

    uyu mwan agezweh

  • @user-fy1ss1lq4b
    @user-fy1ss1lq4b Před 5 měsíci

    Mimi uranryohera ukin nez uranjan nanj gukin nd vava

  • @user-ni5xs7se3g
    @user-ni5xs7se3g Před 11 měsíci

    Ndakund mini numutima wanj wose icomunyereka

  • @user-ep1wi8kc1h
    @user-ep1wi8kc1h Před 10 měsíci

    Niyitagatire Mimi ndamukinda cane

  • @nisnis6946
    @nisnis6946 Před rokem

    Ndakundukuntu uganirutwenga vrm ico nicambere nkukundira ukuntuteye nibindi bikurikira wibereho utababaye

  • @user-pd1bj6go7l
    @user-pd1bj6go7l Před rokem

    Mimindamukundaa.nukuntatwengaa😂😂😂ndakwikundiramimi

  • @Keshimanaeric
    @Keshimanaeric Před 4 měsíci

    Vuga. Nkumuvyeyi.

  • @user-hp7hn1yv3d
    @user-hp7hn1yv3d Před rokem

    🎉

  • @user-uc9ut3zo7f
    @user-uc9ut3zo7f Před rokem

    Mimi urarenze

  • @user-mk8px8sx7v
    @user-mk8px8sx7v Před rokem

    unvugiy umuntu

  • @udhcjchc9971
    @udhcjchc9971 Před rokem

    Wew uri ndaya mbaya uzotahirira kubagabo bangaho ngirango nturaronka uwukubumba nuwah uzoronka agufatanez mbere uzogenda kuwusuvya ivyumugabo waw yagukorera ugasanga naw aramurusha kaca utangur kwicuza mwarabay ndangira Aho ntanison Aho ntihariho aband babaye mubuzima bubi kugusuvya wew ivyo wabayemwo Toka uko Jew urantera nishav u

    • @Anny-p62
      @Anny-p62 Před rokem +2

      🤣🤣🤣🤣🤣urivugana nukur babashingwa nibitagir ikimazi ntibabura aho ntumaramara😉😏 reka yiber indaya nimb umukeney uryamugabo wiwe gend utore hubw ntasoni ugira

    • @jeannenirere743
      @jeannenirere743 Před rokem

      Oya kabisa jewe iyo mbonye umuntu adakunze abana yakunze akishakira kwigira utwo yishakiye ntibinezera pe bafany, dodo, nabandi benshi barikumwe nabana babo Kandi abana barakuze none mimi umwana wambere yarataye abakabiri nabonyene yataye Kandi baracari bato birashika urushako rukanka ariko icakuvuyemwo ucamiza hafi yawe kuko ntabandi uronderera atarabo wavyaye

    • @fabricearakazafabrice9983
      @fabricearakazafabrice9983 Před rokem +2

      Uzomutahura uracari kwisi izogutahuza hama wige kuvuga make

    • @queeneuphemia917
      @queeneuphemia917 Před rokem

      @@jeannenirere743 erega urya mugabo yaramwimye abana Hama uyo naw wambere ntawabimenya urasanga ataburyo afise bwo kumutungira buja wenda ariko abiyegura amuzane kuk sinibazako yokwanka abana

    • @vanessa-vavandikumwenayo2757
      @vanessa-vavandikumwenayo2757 Před rokem

      None nkawe uvuye mu tiro uzananyehe?? Stupid_woman

  • @user-bj5lq8ht8z
    @user-bj5lq8ht8z Před 3 měsíci

    Mlml muhezagirwe.

  • @swa3157
    @swa3157 Před rokem

    Iyontahe irakenewe mimi ndamukunda saaana

    • @user-pi4ib7ql4d
      @user-pi4ib7ql4d Před rokem

      Mimi urikiba jou ndakwikundira disi ukuntu utwenga neza 😘😘😘😘👌👌👌👌👌👌

  • @alicealice364
    @alicealice364 Před rokem

    Joselyne ahishakiye nawe ndakwiyamye jewe nawe ntaco dufa nureke kunyita indaya wewe warafashe jewe sindumwana wanyunyu jewe ntuze umuryango wanje Kandi iconobabwire bamureka kwishira abantu mubaharabika kuko nimba ndumuvye naje nareze abana gushi bwunomusi ndacakomeza rekana nukwijira mubuzima bwanje Kandi jewe simpangarwa kuko jewe ndanka kwatura kumuntu kuko nokwihenda nkatura mwovuga NGO Alice nimubi nikunko jewe ntakunda kuvugana nabantu kuko jewe ndiyubaha ayaba Mimi yanyishuye sinababara ariko abafana bemureka kuvuga abantu nateye amakamatere

  • @monameyahve3060
    @monameyahve3060 Před rokem

    Wataye umugabo nabana irera🥱

  • @thankyoulord7396
    @thankyoulord7396 Před rokem

    Mimi wubahwe

  • @EphrasieKezakimana-po5lv

    Wataye abana nabagabo babiri irera

  • @Sdfggg3243
    @Sdfggg3243 Před rokem

    🥰🥰🥰🥰🥰🥰

  • @joleal7941
    @joleal7941 Před rokem

    😍😍😍

  • @chanellakampimbare5188

    Kenth ndagukund Caan pe mwishusho wakiny nez caan

    • @claudeniyongobo5575
      @claudeniyongobo5575 Před rokem

      mega wagihemuwe ibikogwa ngwakazi uragaph,udakoze uwukora akorera abonyavyaye nayowewe urindaya

    • @jackharerimana9550
      @jackharerimana9550 Před rokem +1

      Aho usanga ari Claude umugabo wiwe kweri urigumya sha Niko bimeze.

    • @Jose-ll6bw
      @Jose-ll6bw Před 2 dny

      Nanje ndamukunda Imana ize iguhe urugo rwiza. Ikwibagize amabi wabonye mugo. Ize iguhindurire amateka nkuko yayahinduriye Jaebets(yabese)

  • @linkitangahageze-hb7pb

    Muribiguugu'trooo

  • @linkitangahageze-hb7pb

    Muzondondere

  • @emelynedusabimana2142

    Genda urere barya Bana ureke kuvuga imana wakivumewe mbe Uzi imana utabana

    • @clairegirukwishaka4241
      @clairegirukwishaka4241 Před rokem

      Reka kumutuka ivyurugo rwiwe niwe abizi. Ntawobinjirira atazi ico bapfuye

    • @micandayegamiye-vv2og
      @micandayegamiye-vv2og Před rokem

      Ba mureka kwinjira Mubizima bwumuntu uwoja kuraba ivyanyu bosanga mwera murekinzigo kuko nanukuri muzi

    • @user-ie6lz6gl5d
      @user-ie6lz6gl5d Před 10 měsíci +1

      Genda ubamurerere

    • @user-ie6lz6gl5d
      @user-ie6lz6gl5d Před 10 měsíci +1

      Niwewe ufise impuhwe gusumvya uwabavyaye ariko woshaka ukavuga make kuko isi ntisakaye nawew wonyagirwa

    • @user-ie6lz6gl5d
      @user-ie6lz6gl5d Před 10 měsíci

      Nko kwita umuntu ikivume Imana ikubabarire kuko uvuga ivyo utazi

  • @janytronka5259
    @janytronka5259 Před rokem

    Mubisazwe ntamuntu abakwiye kukwinjirira mubuzima ngobanamenye ivyubuzima ntibiba bituraba ibituraba nukutunezereza ukatwihera film tukinezereregwa ibisigaye nubuzima bwawe niwewe biraba gusa

  • @niyonzimaassumpta2114

    Iguma yitwimana rata

  • @jackharerimana9550
    @jackharerimana9550 Před rokem

    Gusa ico ukoze urazi kwigira marayika kweri simbona ukuntu uvuga ko ibibi umugabo akuvuga wobikora gusa kweri umubiri uraduhenda cane.

  • @linkitangahageze-hb7pb

    Cubwe mugo.

  • @Keshimanaeric
    @Keshimanaeric Před 4 měsíci

    Satan nuja tugomba ukurabana urikumw naban baw bo 3 saw.

  • @alicealice364
    @alicealice364 Před rokem +1

    Abel yamufashije gutabana bawe ico nivyiza yagufashije ariko abiwiwe babayeho neza aho uribeshe kuko ico siciza cuko yagufasha gusabura urugo rwawe rwiwiwe rwubatse ahubwo ntacija kirinwo kuko yagute ubumaraya niryo terambere wewe uzobazwa kubwawe ntimuzozana na Abel nimana yakubaza abana yaguhaye uzovugango ni abel

    • @jongon6940
      @jongon6940 Před rokem +1

      Harabantu murushe ngira icogihe mwarikumwe igihe abel yabimufasha kuko ndumva ubivuga nkuwubizi

    • @joseniyonkuru3096
      @joseniyonkuru3096 Před rokem

      Ibaze vrmt umeng barikumwe

    • @evelynehakizimana8519
      @evelynehakizimana8519 Před rokem +1

      Abantu nukur muratangaza mwamubony ryari ar muburaya??? Ntamuntu rer akirondera ubuzima kand ivyurugo mubirekere babiri kuk akarimi kumwe karasosa

    • @jongon6940
      @jongon6940 Před rokem +2

      nyumvira kwer indaya imenya iyindi burya nawe abivuze usanga ariwe ndaya karuhariwe nayo abel amukure mukanwa abantu turafise ingorane yumunwa urugo gwase uraruheba hako urupfiramwo rero abantu twikwitonda imbere yokuvuga.

    • @Anny-p62
      @Anny-p62 Před rokem +1

      Alice sha but indero buhoro naw ivyawe uwobishira kur réseau social ntiwosanga vyera😉😉😉 mbe ubwobu malaya umwagiriza waramufashe?? Reka kwivanga nubuzima bwabandi sha

  • @fyfh6211
    @fyfh6211 Před rokem

    Mimiiiuvunzukur.bisiga.igikomer

  • @Nadinekwizera
    @Nadinekwizera Před rokem +1

    Mimi vrt nubwo wovuga 24h nukuri Jewe sinorambirwa na gato kuko urakunzwe cane 🥰🥰🥰🥰❤️❤️❤️❤️

  • @user-fy1ss1lq4b
    @user-fy1ss1lq4b Před 5 měsíci

    Mimi uranryohera ukin nez uranjan nanj gukin nd vava

  • @rsfhj2826
    @rsfhj2826 Před rokem

    ❤❤❤❤❤❤

  • @chanellakampimbare5188

    Kenth ndagukund Caan pe mwishusho wakiny nez caan

    • @salah9748
      @salah9748 Před rokem

      Hezagigwa mimi

    • @ezechielniyonkuru3214
      @ezechielniyonkuru3214 Před rokem

      mimichuuuu ymbiii hewee ndagufana disii kumareresi yanyuu kweriii Imana ibajimbere mukunzi Mushirimber Imana

    • @claudeniyongobo5575
      @claudeniyongobo5575 Před rokem

      @@ezechielniyonkuru3214 mbega wakivumewe urajangaho ukanika amenyo wewe rekabaguciye agatete komez,ubwoburaya uzopha nabi kubwababana wihakanye