MEIRRA Tv
MEIRRA Tv
  • 1 740
  • 14 152 144
UMVA IKI KINTU IMANA IGOMBA GUKORA HAGATI MW'ISHEBGERO - KAMPUNDU Gaudence
Igikorane cabereye mw'Ishengero rya Pentecôte ryo mu GAKWENDE - 17.08.2024
Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
czcams.com/channels/EReRkF8FEs7QyDAfqGviwA.html
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
zhlédnutí: 354

Video

Francine ati AHO DATA NA MAMA BATABAYE WARAHABAYE MANA URANDENGERA - Intahe
zhlédnutí 171Před 6 hodinami
Igikorane cabereye mw'Ishengero rya Pentecôte ryo ku MUGOMERA/KIREMBA - 17/08/2024 Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞 257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇 czcams.com/channels/EReRkF8FEs7QyDAfqGviwA.html Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubici...
IGIHE CARANGIYE - TUBE MASO BUGIRA BUCE - Pasteur NIYIZONKIZA Aaron
zhlédnutí 302Před 10 hodinami
Igikorane cabereye mw'Ishengero rya Pentecôte ryo ku MUGOMERA/KIREMBA - 17/08/2024 Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞 257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇 czcams.com/channels/EReRkF8FEs7QyDAfqGviwA.html Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubici...
INTAHE IKOMEYE: IMISI 54 ASENGERA IGITI - UMVIRIZA IVYAHAVUYE BIBA/NDAYISHIMIYE Elie
zhlédnutí 258Před 14 hodinami
Ukwizera kw'uyu musore kurahamye pe! Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞 257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇 czcams.com/channels/EReRkF8FEs7QyDAfqGviwA.html Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, iny...
TWITEGURIRE KWINJIRA MU BIHE VY'IHAMWA - Pasteur Oscar NKUNZIMANA
zhlédnutí 3,4KPřed 2 hodinami
Igikorane cabereye mw'Ishengero rya Pentecôte ryo ku MUGOMERA/KIREMBA - 17/08/2024 Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞 257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇 czcams.com/channels/EReRkF8FEs7QyDAfqGviwA.html Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubici...
INTAHE IKOMEYE YA HAKORIMANA Chantal
zhlédnutí 582Před 2 hodinami
Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞 257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇 czcams.com/channels/EReRkF8FEs7QyDAfqGviwA.html Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi. Mukaba mufise kimwe ...
TEBANA N'IMANA NA YO IZOGUTABARA - Pasteur MBERWA
zhlédnutí 908Před 2 hodinami
Igikorane cabereye mw'Ishengero rya Pentecôte ryo ku MUGOMERA/KIREMBA - 17/08/2024 Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞 257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇 czcams.com/channels/EReRkF8FEs7QyDAfqGviwA.html Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubici...
UMUSI W'UHORAHO URI HAFI - Pasteur NIYUNGEKO Silas/KIREMBA
zhlédnutí 2,1KPřed 2 hodinami
Igikorane cabereye mw'Ishengero rya Pentecôte ryo ku MUGOMERA/KIREMBA - 17/08/2024 Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞 257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇 czcams.com/channels/EReRkF8FEs7QyDAfqGviwA.html Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubici...
IMANA YACU NI NZIZA YUZUYE IMBABAZI - EV Christophe TUYISENGE
zhlédnutí 535Před 4 hodinami
Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞 257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇 czcams.com/channels/EReRkF8FEs7QyDAfqGviwA.html Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi. Mukaba mufise kimwe ...
AMARUSHWA IMANA YARAYASHINGIYE AKARIMBI - Ev Audace BANYANKIRUBUSA
zhlédnutí 827Před 7 hodinami
Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞 257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇 czcams.com/channels/EReRkF8FEs7QyDAfqGviwA.html Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi. Mukaba mufise kimwe ...
NTUTINYE!! YESU NI MUZIMA KANDI ARACAKORA - Pasteur NIYONGABO Nestor
zhlédnutí 422Před 7 hodinami
Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞 257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇 czcams.com/channels/EReRkF8FEs7QyDAfqGviwA.html Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi. Mukaba mufise kimwe ...
IBIRORI VYO KWUGURURA ICESE INYUBAKWA Y'UBURARO EBENEZER PALACE
zhlédnutí 3,9KPřed 14 hodinami
Umva ingene yubatswe n'impamvu yatumye yubakwa Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞 257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇 czcams.com/channels/EReRkF8FEs7QyDAfqGviwA.html Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, i...
HARI MU MISI MIKURU - Chorale yo mw'Ishengero rya Pentecôte ry'i KIREMBA
zhlédnutí 380Před 19 hodinami
Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞 257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇 czcams.com/channels/EReRkF8FEs7QyDAfqGviwA.html Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi. Mukaba mufise kimwe ...
TURIMIRIJE IGIKORANE C'ABERA - Chorale yo mw'Ishengero rya Pentecôte ry'i Kiremba
zhlédnutí 734Před 19 hodinami
Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞 257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇 czcams.com/channels/EReRkF8FEs7QyDAfqGviwA.html Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi. Mukaba mufise kimwe ...
MWENE DATA UFISE IBIBAZO - Chorale yo mw'Ishengero rya Pentecôte ry'i KIREMBA
zhlédnutí 1,5KPřed 21 hodinou
Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞 257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇 czcams.com/channels/EReRkF8FEs7QyDAfqGviwA.html Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi. Mukaba mufise kimwe ...
TURI MW'ISI IRIMWO UMURURAZI - Chorale UGL - Pentecôte KIREMBA
zhlédnutí 1,2KPřed 21 hodinou
TURI MW'ISI IRIMWO UMURURAZI - Chorale UGL - Pentecôte KIREMBA
NTIMUGAHINYURIRE MU MITIMA YANYU - Chorale yo mw'Ishengero rya Pentecôte ry'i KIREMBA
zhlédnutí 626Před 21 hodinou
NTIMUGAHINYURIRE MU MITIMA YANYU - Chorale yo mw'Ishengero rya Pentecôte ry'i KIREMBA
ABANTU BISHIRA HEJURU NTA KIBANZA BAFISE MU BWAMI BWA KRISTO/Ev. Donatien NTIRUTWA
zhlédnutí 1KPřed 21 hodinou
ABANTU BISHIRA HEJURU NTA KIBANZA BAFISE MU BWAMI BWA KRISTO/Ev. Donatien NTIRUTWA
HARACARIHO IVYIZIGIRO - Ubutumwa bwo ku w'Imana 04/08/2024 - Ev Audace BANYANKIRUBUSA
zhlédnutí 2,2KPřed 14 dny
HARACARIHO IVYIZIGIRO - Ubutumwa bwo ku w'Imana 04/08/2024 - Ev Audace BANYANKIRUBUSA
TAKAMBIRA IMANA MUR'IVYO BIKUGOYE - Pasteur NDAYIRAGIJE Thadée
zhlédnutí 3,1KPřed 14 dny
TAKAMBIRA IMANA MUR'IVYO BIKUGOYE - Pasteur NDAYIRAGIJE Thadée
IMANA YAMUTUMYE KUBURIRA ABANTU KU VYAHA 3 BUCA BISIGAZA BENSHI MW'ISI - Pasteur Bénoit NTAWUYANKIRA
zhlédnutí 10KPřed 14 dny
IMANA YAMUTUMYE KUBURIRA ABANTU KU VYAHA 3 BUCA BISIGAZA BENSHI MW'ISI - Pasteur Bénoit NTAWUYANKIRA
USHITSE AHO YESU KRISTO ARI UTAHA UNEZEREWE - Pasteur NDAYISENGA Léonce
zhlédnutí 1,5KPřed 14 dny
USHITSE AHO YESU KRISTO ARI UTAHA UNEZEREWE - Pasteur NDAYISENGA Léonce
EHE UMUSI URAJE WAKA NK'ITANURE - Aumônerie Pentecôtiste - GAPI
zhlédnutí 1,5KPřed 21 dnem
EHE UMUSI URAJE WAKA NK'ITANURE - Aumônerie Pentecôtiste - GAPI
IBIMAZI MOSE YATANZE - Chorale des Policiers - Aumônerie Pentecôtiste SOCARTI
zhlédnutí 416Před 21 dnem
IBIMAZI MOSE YATANZE - Chorale des Policiers - Aumônerie Pentecôtiste SOCARTI
KUKW'AGAKIZA KATWEGEREJE - Chorale des Candidats Officiers - ISP MITAKATAKA
zhlédnutí 661Před 21 dnem
KUKW'AGAKIZA KATWEGEREJE - Chorale des Candidats Officiers - ISP MITAKATAKA
NDUNAMURIRA AMASO YANJE KU MISOZI - Chorale de l'Aumonerie Pentecôtiste de BUYENZI
zhlédnutí 530Před 21 dnem
NDUNAMURIRA AMASO YANJE KU MISOZI - Chorale de l'Aumonerie Pentecôtiste de BUYENZI
KUVA IGIHE NAKIRIYE UMWAMI - Chorale Urwaruka & Université Sagesse d'Afrique - PENTECOTE SOCARTI
zhlédnutí 349Před 21 dnem
KUVA IGIHE NAKIRIYE UMWAMI - Chorale Urwaruka & Université Sagesse d'Afrique - PENTECOTE SOCARTI
INDIRIMBO ZO GUTERAMISHA ISHENGERO - CHORALE YA MBERE - EGLISE DE PENTECOTE DE BUJUMBURA/SOCARTI
zhlédnutí 672Před 21 dnem
INDIRIMBO ZO GUTERAMISHA ISHENGERO - CHORALE YA MBERE - EGLISE DE PENTECOTE DE BUJUMBURA/SOCARTI
TURI MU BUNDI BWAMI - NTITWITIRANYE IBINTU TUMENYE UKO TWIFATA - Pasteur NGENDABANKA Célestin
zhlédnutí 493Před 21 dnem
TURI MU BUNDI BWAMI - NTITWITIRANYE IBINTU TUMENYE UKO TWIFATA - Pasteur NGENDABANKA Célestin
DUSABE IMANA IMITIMA YACU NTIHUMANYWE N'IVYA KINO GIHE C'IHEREZO - Pasteur NTAWUYANKIRA Bénoit
zhlédnutí 4KPřed 21 dnem
DUSABE IMANA IMITIMA YACU NTIHUMANYWE N'IVYA KINO GIHE C'IHEREZO - Pasteur NTAWUYANKIRA Bénoit

Komentáře

  • @user-li2uj8mw2m
    @user-li2uj8mw2m Před 5 minutami

    𝘈𝘮𝘦𝘯

  • @bigirimanapapy5253
    @bigirimanapapy5253 Před 13 minutami

    Amen Amen Amen !!! Murakoze cane Muvyeyi wanje nkunda k'umutima

  • @EricItangishaka-s7j
    @EricItangishaka-s7j Před 37 minutami

    Kristo Umwami aguhezagire cane mukozi wa Kristo nukuri igihe twahawe abanyamahanga kirihafi kurangira agakiza gasubire iyo kavuye

  • @octaviennendayifukamiye4754

    Yesu wanje izunyibuke kuri wamunsi ukondi kose Urakuzi

  • @francinekwizera8535
    @francinekwizera8535 Před hodinou

    Imana irakora

  • @nkurunzizayves751
    @nkurunzizayves751 Před hodinou

    Kuba naramenyanye na yesu ni amahigwe !!

  • @privatnindorera4506
    @privatnindorera4506 Před 2 hodinami

    Glory to God for this CZcams channel. Ndafashijwe

  • @JeanineManirakiza-xv8gk
    @JeanineManirakiza-xv8gk Před 2 hodinami

    Ameeeeeen !!!Yesu nimwiza atwongererez ukwizera gukomeye muribi bihe

  • @hatungimanavianney
    @hatungimanavianney Před 3 hodinami

    Imana yaraguhaye ijwi rikwiye vraiment

  • @hatungimanavianney
    @hatungimanavianney Před 3 hodinami

    Ewe Gaudence sha Imana iguhezagire ❤❤❤

  • @hatungimanavianney
    @hatungimanavianney Před 3 hodinami

    Turigufashwa cane

  • @hatungimanavianney
    @hatungimanavianney Před 3 hodinami

    Imana iguhezagire mukozi w'Imana

  • @kclikebuke5584
    @kclikebuke5584 Před 4 hodinami

    Komereza aho

  • @abrantessemeador
    @abrantessemeador Před 6 hodinami

    Amem!! Glorias ao ETERNO e SANTO de Israel!!

  • @jeanettensengiyumva8130
    @jeanettensengiyumva8130 Před 6 hodinami

    Amen turakeneye amajambo nkaya

  • @Irakoze-m5n
    @Irakoze-m5n Před 6 hodinami

    Ameeen

  • @hatungimanavianney
    @hatungimanavianney Před 7 hodinami

    Murakoze cane Imana iguhezagire mukozi w'Imana

  • @ClovisNdayikeza-o6h
    @ClovisNdayikeza-o6h Před 7 hodinami

    Imana ishimwe

  • @ndayishimiyendayishimiye-g5h

    Nivyukuri uwuzi kwahagaze yiyubare ntagwe

  • @OdileNiyonkuru
    @OdileNiyonkuru Před 12 hodinami

    Ibih bib vyaramaz kwinjir mwishenger ahubw hakwiriy abant babahiz bazohangan nivy bih

    • @meirratv
      @meirratv Před 12 hodinami

      Yesu aduhe inkomezi zo guhangana n'ivyo bihe🙏💓

  • @celestinmaniratunga7815
    @celestinmaniratunga7815 Před 12 hodinami

    Ufise ingabire ikomeye caane ,unsengere ndonke $1million ,nikorere umugambi maranye imyaka myishi.

    • @meirratv
      @meirratv Před 12 hodinami

      Ni vyo kugusengera ariko vyiza nawe saba Yesu Kristo aguhe ukwizera maze nawe wisengere kugira ngo uronke ivyo wipfuza.

  • @KandamaJeannedarc
    @KandamaJeannedarc Před 13 hodinami

    Yesu wacu womugigu comwijuru ahezagire cane muradukomeje mwijambo ry imana muraduyemwo intege turashimiye umukozi w imana aratugaburiye irya zidukomeza bari murugendo ruja mugihugu comwijuru natwe turagushigikiye muvyeyi wacu komerezaho turiko turonka kuvyiza vyimana yacu amena

    • @meirratv
      @meirratv Před 12 hodinami

      Amen Amen 🙏💓 Yesu Kristo ashishikare kubahezagira.

  • @dzelbahnijmb1765
    @dzelbahnijmb1765 Před 14 hodinami

    Nkunda Yesu cane. Uzi ko muri Yesu abantu badasaza ! Uyo mukozi w'Imana ndamuzi ameze uko. Kandi haheze imyaka iragerq kuri 15 ndamuzi, ariko nta saza.

  • @pascaljohn2148
    @pascaljohn2148 Před 15 hodinami

    Imana iguhezagire ncuti ya Kristo

  • @user-rg2lr7jh3i
    @user-rg2lr7jh3i Před 19 hodinami

    Ameen

  • @user-nv9pv2pe5r
    @user-nv9pv2pe5r Před 20 hodinami

    Nivyo kweri mukozi wimana yambaye nkintam amwishengero

  • @IrakozeDiane-vi9dy
    @IrakozeDiane-vi9dy Před 21 hodinou

    Amen 🙌🙌🙌🙌🙌

  • @user-mu1rd6gr2m
    @user-mu1rd6gr2m Před 21 hodinou

    Amen

  • @GedeonAnt
    @GedeonAnt Před 22 hodinami

    Amen, Mpwemu Yera aradusengera

  • @prudencensaguye3374
    @prudencensaguye3374 Před 22 hodinami

    Ariko Ishengero rya Kristo rirarenza imyaka 89 canke 90. Riri mu mahanga yose mu bwoko bwose. Kandi iryo shengero riri mw'ibanga rya Kristo kandi ritandukanye n'idini. Abenshi bakunze kwitiranya amashengero basengamwo n'Ishengero rya Kristo.

    • @meirratv
      @meirratv Před 21 hodinou

      Ivyo muvuze ni ukuri mwene Data. Ariko kandi Ishengero rya Kristo riri mur'aya masengero nyene turimwo, Umugeni wiwe ntazova hanze y'aya mashengero tubona. Hama umukozi w'Imana yariko aravuga Ishengero rya Pentecôte mu Burundi kuko ryatanguye mu 1935, rero avuga yuko ukwizera canke ivyizerwa ryatanguranye bagiye kubihindura.

    • @prudencensaguye3374
      @prudencensaguye3374 Před 13 hodinami

      @@meirratv ego cane Umugeni wa Kristo ari mw'aya mashengero yacu. Rimwe rimwe hari igihe habaho kwitiranya amategeko y'ama dénomination religieuses dusengeramwo n'ivyizerwa vya Bibiliya. Nka ex même les églises de Pentecôte zo mu Burundi, Rwanda, Congo, Kenya, Suède urasanga hariho utuntu batasangiye nka discipline. Mais ivyizerwa vya Bibiliya ni bimwe ivyo igihe vyohinduka coba ikibazo kuko boba bahushije inzira. Igihe naho hoba ihamwa ryavuzwe muri Bibiliya ryoba ryerekeye Umugeni wa Kristo apana ishengero rimwe. Ishengero rero Yesu yavuze ryubatse ku rutare ni rya Shengero ryiwe yatanguje rimwe yabwira Petero naryo urumva ryitwa uko nyene rirarenza ya myaka wavuga. Naho toutes les dénominations religieuses zovaho ryoryo riba rihari...Yesu aribereye maso.

    • @jeanclaudenkurunziza216
      @jeanclaudenkurunziza216 Před 10 hodinami

      @@prudencensaguye3374 Numvirije icuyumviro cawe numvako nuwavuze kohoba idini rimwe twoca tumushigikira.kuko nabone bavugako araba kristo

    • @prudencensaguye3374
      @prudencensaguye3374 Před 37 minutami

      @@jeanclaudenkurunziza216 nibaza ko wantahuye nabi kuko kuja mw'ijuru bidashingiye kwitwa umukristo gusa canke kuja mw'idini kanana. Aho niho benshi bakunda kwihendera, bakaba abafana b'amadini basengamwo gusumba gukora ivy'Imana igomba n'ico bibiliya ibigisha.

  • @QueleneNdayikunda-qe7kc
    @QueleneNdayikunda-qe7kc Před 23 hodinami

    Imaniguhezagire Mukozi w'Imana

  • @dianemunezero6703
    @dianemunezero6703 Před 23 hodinami

    Ryaratanguye muvyeyi wacu Yesu a twongere inkomezi kbs mwikigihe ❤❤❤

  • @CedroMuhasha
    @CedroMuhasha Před 23 hodinami

    Amen ❤❤

  • @ClovisNdayikeza-o6h

    Imana Ishimwe

  • @EricItangishaka-s7j

    Kristo abahezagira namwe

  • @EricItangishaka-s7j

    Kristo Umwami aguhezagire cane cane kandi agukomeze mukozi wa Kristo udacisha kuruhande turikumwe Uhoraho azodushikira naho bizoba bigoye

  • @amedeendagijimana6563

    Hallelujah

  • @familygangfg
    @familygangfg Před dnem

    Na mutware waw nu mu christo koko ntubeshe

  • @familygangfg
    @familygangfg Před dnem

    Imana ikongere inkomezi muvyeyi

  • @alinehamenyimana
    @alinehamenyimana Před dnem

    Uyu mukozi w’Imana ndamukunda!

    • @meirratv
      @meirratv Před dnem

      Imana iguhezagire!🙏💓

  • @EmmanuelBintunimana

    Pp

  • @user-gz1jm4bw5g
    @user-gz1jm4bw5g Před dnem

    Imanibahezagire caanne!!!!

  • @user-hs3rz3dp5l
    @user-hs3rz3dp5l Před dnem

    😮

  • @AlineNtakirutimana-po4eb

    Ayi weeeeeeee mbega ugutabara kwImana weeeeeee.Amen Yesu aguhezagirw ko wunviye Imana ugashinga intahe ndahembutse

  • @Jehovashalome-fc1ul

    Imana irtakomeye

  • @MosesBanda-c6x
    @MosesBanda-c6x Před dnem

    Yesu ashimwe ndafashijwe

  • @AlineNtakirutimana-po4eb

    Amen

  • @IradukundaLionel-mj5dq

    🎉🎉❤❤❤

  • @jeanclaudenkurunziza216

    Imana Ibahezagire Bavyeyi

  • @jeanclaudenkurunziza216

    Umuvyeyi Dukunda tugusavye kuramba