Vyinshi mutamenye ku vyerekeye Diaspora City, wa mugambi wo kwubaka amazu adasanzwe agurishwa

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 11. 09. 2024
  • Iyandikishe mu bazogura inzu muri #diasporacity wironkere inzu mu kibanza kidasanzwe muri Projet iri ahantu heza kurusha ahandi hose mu #Burundi.
    Muri ico kibanza :
    - Nta embouteillage
    - Nta mwanda
    - Amabarabara aragutse
    - Parcelle ziragutse
    - Ni Quartier diplomatique
    - Nta rwamo
    - Urashobora kugura inzu utiriwe uratanga avance.
    Umviriza igituma abantu bariko bagura amazu ku bwinshi muri #Diasporacity kandi umugambi utaranatangura nyezina.
    Mwipfuza kwiyandikisha canke kubaza ivyerekeye #diaporacity canke mwipfuza gukorana na @BMBC mu yindi migambi yanyu, vugana na BMBC kuri whatsapp +257 79500227 canke kuri email : info@bmbc.bi canke kuri website : www.bmbc.bi
    Kaze mwubake neza na #BMBC
    #Burundi #diasporacity

Komentáře • 20

  • @salimramadhani740
    @salimramadhani740 Před 23 dny +4

    Viva africa Viva Burundi 🇧🇮 from Burundi Lives in cape Town ❤❤❤beautiful ❤️

  • @Nkotanyi1990
    @Nkotanyi1990 Před 23 dny

    Vyiza Canee
    Ikibazo Mbanza Abadiaspora Babanyamahanga Bemerewe Kugura Ayomazu ?? Murakoze

  • @vitalniyokwizigira906
    @vitalniyokwizigira906 Před 23 dny

    Hari ico mwibagiyeeeee… urwamo rw’indege zigwa n’iziguruka kuri quartier yo kubamwo… c’est vraiment limite….

  • @stevenking2467
    @stevenking2467 Před 23 dny

    Vyiza cane boss dushaka uburundi bushashij ark dressing uzohindure man .

  • @moshwayne2565
    @moshwayne2565 Před 23 dny

    Beautiful place

  • @MacareJosue
    @MacareJosue Před 22 dny

    Komeza mukora .

  • @bigjohnnevergiveup
    @bigjohnnevergiveup Před 23 dny

    BURUNDI DUBAI OF AFRICA BURUNDI DUKENEYE ABABOYI BAZABAVA MURYANDA NA UGANDA KUBWISHI

    • @franklukazula
      @franklukazula Před 23 dny

      Kabisa ningombwa pe

    • @vitalniyokwizigira906
      @vitalniyokwizigira906 Před 23 dny

      @@bigjohnnevergiveup Uwugutanze gushingura ikirenge aba agusize mugenzi….kwiyumvira kumukoresha nk’umuja wawe kandi économiquement aguhera ku rushi umenga n’ink’indoto…. Ibère yo gukoresha abanyarwanda ( n’ibindi bihugu nk’ababoyi) Banza uhe ako kazi abarundi n’abarundikazi bareke kuja gukorera SAHUDIYA…., Iryo kori ku mishahara ryinjire mu kigega ca Leta…, ibisigaye: c’est vendre la peau du lion avant l’avoir tué…..

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 Před 24 dny

    Impinga iracari ndende

  • @kezananafleur8480
    @kezananafleur8480 Před 23 dny

    Musome Nehemiah. Birakunda tu.

  • @user-im3jm2ej1z
    @user-im3jm2ej1z Před 23 dny

    Diaspora city doesn't sound good plz u should chng it to D-City

  • @Nziga257
    @Nziga257 Před 23 dny

    Mwubuke muze muragira nama nivo 10 igisagara gise neza

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 Před 24 dny

    Muri marketing ntiwambara nk' igisuma

    • @lazzR1935
      @lazzR1935 Před 23 dny

      Wew urajw ishinga na consomation naw arajw nibimwinjirinza ndibaza impang iwaw iracari ndend😮

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 Před 24 dny

    Marketing irakuroka

    • @onanikubwimana479
      @onanikubwimana479 Před 24 dny

      reka kuba uwambere ucana intege Kandi nawe ataco ushoboye😢

    • @Nziga257
      @Nziga257 Před 23 dny

      Mbe wewe kurimbwa unegura abandi kuberiki