Isanurwa ry’kibuga c'indege : ivyo tuzi

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 12. 09. 2024
  • 💰 Inoti igera ku miriyoni 172 z'amadorare, niyo izokoreshwa mu gusanura ikibuga c'indege Melchior Ndadaye ✈️
    👌🏾 Inkuru y'uno musi igaruka kuri uwo mugambi. Turakubitira no muri Primus League turabe ubushimwe bwaraye buhawe abigenjeje neza.
    #KuMusi
    #InyubakwaRusangi

Komentáře • 72

  • @pbig245
    @pbig245 Před 3 měsíci +5

    Nzovyemera ariko mbonye ibikorwa bitanguye 😅

  • @assoumanibaravyibuza6923
    @assoumanibaravyibuza6923 Před 3 měsíci +1

    Taxi way si aho imodoka zihagarara ahubwo naho indege zibisikaniriza . Indege iviye kuri Ramp ( tarmac) ihejeje gupakira , icifata taxi way hama ikabona kwinjira muri runway ( piste de decollage/atterissage) ikaguruka .

  • @bizimanadia6377
    @bizimanadia6377 Před 3 měsíci +3

    Aeroport itagira indege ivyo nibiki ?

    • @Bigenergy94
      @Bigenergy94 Před 3 měsíci

      Ni pole pole zizogurwa 35 years ago china yari ikenye ubu ni igihugu gifasha ibindi

    • @Mafia1984Ayirwanda-ge4ty
      @Mafia1984Ayirwanda-ge4ty Před 3 měsíci +1

      Barabeshya wangu China yamye arigihangange

    • @Bigenergy94
      @Bigenergy94 Před 3 měsíci

      @@Mafia1984Ayirwanda-ge4ty
      Gute ?

    • @rusakazatv7930
      @rusakazatv7930 Před dnem

      Ibyo biba ahantu hari urukundo muzobanze mukundane mudatera abandi guhunga,mukunde n'abanyamahanga,mwikuremo ubwicanyi bituma abantu batinya kuza iwanyu nubwo mwagira izo Ndege mutabanje kwihana ibyo nabwo mwahomba.mwigire ku Rwanda rwakira bose mwige gufata abantu neza

  • @user-kj2xh6bt5y
    @user-kj2xh6bt5y Před 3 měsíci +3

    Ikibugaa ni cakera kirashajee ce vrai

  • @STICCONSULTANTCOMPANYfn157f
    @STICCONSULTANTCOMPANYfn157f Před 3 měsíci +1

    Ikibuga c'idenge hazoba ibintu vyinshi vyogukora cane cane Technologies igezweho nibindi bitaribike kuvyerekeye security.

  • @bibikiki8437
    @bibikiki8437 Před 3 měsíci

    Imana ishimwe
    Reka turindire 👌👌

  • @georgeadalberth
    @georgeadalberth Před 3 měsíci

    Mwaramutse,ko Petero Nkurunziza yigeze kuvuga ko i Bugendana huzubakwa ikibuga c’indege nic’umupira w’amaguru bigeze he?

  • @rom16nk23
    @rom16nk23 Před 3 měsíci +1

    Aéroport yacu ku Giturire nabahinga saba Polici gusa aba OBR nuko babibagira

  • @user-ql2yz5rv1k
    @user-ql2yz5rv1k Před 3 měsíci +1

    Umuryambwa aba umwe agatukisha umuryango.

  • @richardburundi3090
    @richardburundi3090 Před 3 měsíci +2

    Ahuzawumva nkumuntu akubwira ngo bite ngoraba unsigire ukibaza uyomuntu ndamusigire iki Kandi tutanazinanye Kandi arikukazi

    • @nizigiyimanayves9485
      @nizigiyimanayves9485 Před 3 měsíci

      Ivyo ntibisaba gusanurwa, imfashanyo yawe uzosige ubatutse uti: pfa wambaye!😊

  • @pice-marcntigahera2621
    @pice-marcntigahera2621 Před 3 měsíci

    Kosora: ico kibuga c' indege c' i bujumbura, gisa n' ikiri mu mazi..!

  • @nsavyinganji
    @nsavyinganji Před 3 měsíci

    Harakwiye programme zo kwigisha ibijanye na tourisme mu vyerekeye "aérien" na "IATA"

  • @user-ui2cc4bk6m
    @user-ui2cc4bk6m Před 3 měsíci +1

    Arimo ibiturire vyishi nukuri

  • @richardburundi3090
    @richardburundi3090 Před 3 měsíci +1

    Ibiturire biri kukibugacindege birarenze .sinziko mutama atavyo azi uretse ibiturire nugusega bihari ntanahandi ndabibona babony uwuhaciye bamubonamwo amahera gusa

  • @ndarishikijejeandedieu8860
    @ndarishikijejeandedieu8860 Před 3 měsíci

    Ikibuga y'indege ca Bugesera carakwamye

    • @Targetcomedytv1
      @Targetcomedytv1 Před 3 měsíci +1

      Hhhhhh jya ubaza neza uko bimeze icyambere ikibuga kindege cya kanombe gikubye ikiburundi inshuro 100 so naho icya bugesera kizaba gikubye 10000 ikiburundi kuko kizarwara billion 2$ bivuzengo ayo mafaranga right now budget yuburundi ntayo ufite hhhhhhh

  • @bullarbdi7969
    @bullarbdi7969 Před 3 měsíci

    Terminal ni nto tellement...muba mumatanye ko.
    Hari incompetence kubakozi bamwe bamwe.

  • @veroniquekubwayo5169
    @veroniquekubwayo5169 Před 3 měsíci

    ivyo nivyiza cane

  • @talent9024
    @talent9024 Před 3 měsíci

    Ayo bazoyashira kumufuko nibaflina ifashanyo y'ama yatanzwe mbona ataco bakora

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian2196 Před 3 měsíci +1

    Nzabandeba ibyibujumbura nigisagara cyabujumbura kirashyaje

    • @amolam97
      @amolam97 Před 3 měsíci +1

      Andika neza ikirundi ugabanye amatiku

    • @Muber275
      @Muber275 Před 3 měsíci

      Iciwanyu nico kitazosaza??

  • @nestorndayiragije-jv3zg
    @nestorndayiragije-jv3zg Před 3 měsíci

    Ifashanyo idasubizwa! Ntituzotangare catewe camunara. Kuko izomiriyoni ntizotangwakubusa.

  • @jimmycarteur
    @jimmycarteur Před 3 měsíci

    Nibanyarutse nibanyarutseee tuze twafita akantu gasa neza natwe

  • @jimmydelphinsabukwigura3092
    @jimmydelphinsabukwigura3092 Před 3 měsíci

    Destin akinira Rukinzo FC si Vital'o

  • @pice-marcntigahera2621
    @pice-marcntigahera2621 Před 3 měsíci

    Hari urukuru kuru twumvise kera, ko mu kw'ubaka no gusanura ico kibuga c'indege c' i bujumbura, bivurwa ko amahera yo kwubaka neza ico kibuga, igice coba caribwe!? Muribuka neza n' amakuru yahitiye aho bavuga ko hari n' abariye indege y'Uburundi!? Twama, tubibutsa ko ico kibuga c' indege c' i buntu gisa ni kiri mu mazi!? Tanganyika ishoboye ku zo tera umwuzure mur'ico kibuga!? Nico gituma, dusaba Leta y'Uburundi, ku zo kw'ubaka ibi buga vy'indege bitatu vyiza!?

  • @frateiratuzigama-lx1sj
    @frateiratuzigama-lx1sj Před 3 měsíci

    Ntabwa bazogihindu inyubako nn ndavuga visage bubake inyubako zigezweho

  • @B.s3909
    @B.s3909 Před 3 měsíci

    Ngo ntinfashanyo idasubizw 😂😂 DD murateye isoni

  • @senga-y5v
    @senga-y5v Před 3 měsíci

    Ba kaboko gusa😢

  • @NINFASHAGuyDesire
    @NINFASHAGuyDesire Před 3 měsíci

    Abashinwa nibisuma ntamfashanyo idasubizwaboduha nabonyene barakenye ntibokorera guhomba ubushinwa nibisuma komvyo biba ibiboneka nivyo tutabona murabemaso

  • @bryanjores3597
    @bryanjores3597 Před 3 měsíci

    Baronse agashimwe ka 200$ 😂😂

  • @boashamah3642
    @boashamah3642 Před 3 měsíci

    Muburundi vyama vyatanzwe ariko bagashira kumufuko eweeee burundi

  • @Muber275
    @Muber275 Před 3 měsíci

    😂😂😂😂ikibuga cindege ca Bugesera. Nahaciye muri 2013 bavuga ngo batanguye kucubaka ngo vuba kirahera. N ubu n umushinge nturaduzwa kandi na leta yurwanda ntiramenya igihe kizoherera. Entretemps n umushinge nturatangura. Bakuye ibisinde bategura ikibanza habura amacash yo kwubaka. Baracarondera uwugifinanca plus de 10 ans plus tard

    • @bigboy-kh6qm
      @bigboy-kh6qm Před 3 měsíci

      Ntukabeshye benewanyu sh ....ikibuga cy'indege cya bugesera kigeze kure ....hasigaye inyubako kuko imihanda yararangiye

    • @Muber275
      @Muber275 Před 3 měsíci +1

      @@bigboy-kh6qm None nabeshe he ko nawe usubiyemwo ivyo navuze. Ngo bakoze imihanda 😅 erega Niko kwa gukura amasinde😆😆 ubuho sinzi uwambwiye ko basigaye bahakodesha ngo baharime😀. Plus de 10 ans plus tard, bakoze imihanda😅 wumva iyo mihanda ifise kaburimbo hoho? Bayi ncuti...👋

    • @Muber275
      @Muber275 Před 3 měsíci +1

      @bigboy-kh6qm Muta burya nari nagusezeye, mbonye ntogenda ntaguciriye agace. Irya aeroport ngo burya mwashaka kuyishirako amahera yababa umuliaridi wamadollars!! Reka reko ndagukurire inkoni kugishitsi. Ntizopfa yarubatswe. Niyubakwa naho, izokwubakwa ari nto kumahera make. Uti gute? Aeroport sigitako, ni business avant tout! Muri bangahe kugira mushobore kugaruza umuliaridi wamadollars yoba yashizwemwo? Abanyarwanda bose iyo bava bakagera ni autour de 13 millions. Murabo, nta na 10 milles bafata indege regulierement kumwaka. Ikindi, mufise economie iri kurushi....autour de 9 milliards de PIB bisingura ko inganda atari ikirenga n urushinge mudashobora kurukora, aho simvuze ama parcs kuko igihugu kingana igipfunsi nta saganirizo bisigura ko nama parcs yanyu ari mato ugereranije na Kenya ou Tanzanie. None ko muri bake, mukagira igihugu gifise economie ya ntahonikora kuburyo abovoyagea bava canke baja mu Rwanda bari kurushi, parcs zikaba ziri kumetero kandi ababanyi bafise parcs nini, inganda n abanyagihugu bafise uburyo, wumva arinde yoza gushira umuliaridi wama US mugihugu atazoyagaruza. Nisoko rya Congo mwokuyemwo abokoresheje iyo aeroport, mwarahitumye ubu aho muciye baranukirwa. Wumva iyo aeroport yokoresha bande? Rwandair yonyene iri mungorane ikivumvu amayira amwe amwe atanguye kwugara kuko abacongomani batakiyikoresha, aho simvuze ama pertes ngaruka mwaka yayo. Wumva iyo aeroport yoba ariyiki atari igisharizo. Ninde afise umuliaridi wama US wo gushariza? En plus mukagira nivyago, aeroport ya Nairobi na Dar es Salaam ziri inyuma yinzu bisigura ko competition ari ikirenga kandi bo bafise n inganda n abanyagihugu benshi n ibihugu binini aba investisseurs bajamwo gukorerayo ibi na biriya. Iyo mugize imana mukaronka abaza kugira Inama kabiri mu mwaka muri KCC muravyina, mwaronka abantu 200 baza mu birori vyo kwitizina mukivuga amazina, haza abantu ijana gukinira muri Kigali Arena mukumva ko vyakomeye....wumva kumwaka mwokwinjiza angahe kuburyo iyo aeroport yoba rentable? Ico nshaka kuvuga n uko, Kuba mutararonka abashoramali baza gushiramwo amahera, imyaka cumi ikaba yikubise, n uko babonye ko atacovamwo! Entre temps, nimukovye kurasa muri Congo mwiba ngira muzoteba muyakwize muyubake mwebwe nyene. Ndavuga simvura!

    • @dzelbahnijmb1765
      @dzelbahnijmb1765 Před 3 měsíci

      @@Muber275 🤣

    • @bigboy-kh6qm
      @bigboy-kh6qm Před 3 měsíci

      @@Muber275 yooo disi ufite ihungabana ...none byaguteye kuvuga ibyo utazi😂 petit banza umenye umubare wa project ziri gukorwa mu Rwanda uko zingana...aeroport ni akantu gato Kuri twe... ikindi Kandi ntuzongere kugereranya U RWANDA nu burundi kuko ntibiteze guhura ,ibyo ninzozi... ikindi..indagara namamesa byanyu twabivuyeho kuko ntago byari byujuje ubuziranenge...none dore Kuri lac Tanganyika hameze Ibyatsi wagirango mwarahunze😂😂

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian2196 Před 3 měsíci

    Ibyonibyo byishye abarundi niompamvu atahomuva kurya luswa gunsa😅😅

    • @Bigenergy94
      @Bigenergy94 Před 3 měsíci

      Ewe muneguzi komeza unegura ariko uwo ni umwuka mubi wubwibone

    • @Muber275
      @Muber275 Před 3 měsíci

      Akarimi kavuga inangore karagoroka. Mu Rwanda niho batarya ruswa no gukoresha nabi imari ya leta? Uramaze kwumviriza umugenzuzi mukuru wimari ya leta muri parlement yurwanda? czcams.com/video/uDOK3hV-aPs/video.htmlsi=DnVjWVUXL7HMxu5n
      Ntukagereranye uburundi n urwanda. Mumyaka 30 iheze. Uburundi bwamaze hafi 10 mu ngwano 1993-2002 na nindyane zakurijwe ibihano 2015 gushikubu. Muriyo myaka 30, urwanda realize intambara ya 3 mois yakurikiwe nimfashanyo nyinshi kubera genocide hamwe n isahura muri Congo. Mu gihe urwanda ruronka imfashanyo nyinshi muri Afrika, uburundi buri mu bihugu bironka imfashanyo nke cane muri Afrika ( over $100 per capita in Rwanda vs less than $39 per capita in Burundi for 2022. World bank data)
      So ntukagereranye ibihugu bidahuje histoire na experience

    • @Muber275
      @Muber275 Před 3 měsíci

      Iwanyu niho ruswa itabaho? Uramaze kwumviriza umucungamari mukuru wa leta yanyu muri parlement ariko avuga imitungo namahera vyakoreshejwe nabi? Akari mu mpene niko kari no mu ntama. Igituma iwanyu ubona ko hasayangana, n uko mumyaka miringo itatu iheze, aho twebwe tumaze 20 ans sur 30 mu ndyane n ingwano, mwebwe ni amezi atatu gusa. Uti imyaka 20 gute? 1993- 2002, guerre civile, 2015 n ubu indyane n ibihano. Bref, seul 10 ans nizo twagizemwo agahengwe! Mwebwe, atari amezi 3 ya genocide, nta ngwano canke izindi ndyane mwasubiyemwo. Ikindi, mwaronse imfashanyo nyinshi kubera genocide ! Akarorero, imfashanyo mwaronse 2022 zirenga 100$ kumuntu ( per capita) alors que I Burundi meme annee twaronse moin de 39$ kumuntu! Bisigura ko mwaronse ayarenze double yayo twaronse, en plus mwebwe ntagwano mwari muvuyemwo ugaca wongerako ivyo mwiba I Congo. Wumva ivyo bihugu vyosa gute? Histoire na experience si zimwe!! Mutuveko rero