Umurundi yakoze GENERATEUR idasaba igitoro//uko vyanjemwo//Uko nabishitseko//Ingorane duhura nazo

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 15. 12. 2023
  • Umurundi yakoze GENERATEUR idasaba igitoro//uko vyanjemwo//Uko nabishitseko//Ingorane duhura nazo
    ‪@NtareRushatsiHouseTV‬
  • Zábava

Komentáře • 61

  • @yvesniyongabo9437
    @yvesniyongabo9437 Před 7 měsíci +6

    Big up Gael, ikiganiro ciza cane. Nibamushoboze nkubu wosanga ashoboye gukora imoteur y'imodoka idasaba igitiro 😂😂, ugasanga igihugu kirahungukiye.

  • @eddypro2024
    @eddypro2024 Před 7 měsíci +6

    Uwo muhungu arashoboye, félicitations, dusabe PAEJ yubake ikigo c'abantu bafise impano zidasanzwe kugira ba developpe ku rwego rwo hejuru ubwo bumenyi bwabo bahabwe ibikenew vyose bongere babe muri ico kigo. Vyofasha mw'i terambere ry'urwaruka n'igihugu.

  • @LaCharmanteL
    @LaCharmanteL Před 7 měsíci +1

    bien sana. tres interessant vraiment👏👍

  • @samueltwizerimana5890
    @samueltwizerimana5890 Před 7 měsíci +1

    Azodukorera n,imoto zitanywa igitoro😊😊yubahwe!!

  • @user-uh2ri2lt8s
    @user-uh2ri2lt8s Před 7 měsíci

    Reta imubungabunge azofatanye n' abandi bafise ubwenge nk'ubwo, bazoshinge ishure.
    Imana Yuhire Iturwirize n'abandi.

  • @bayikezeemile8269
    @bayikezeemile8269 Před 4 měsíci

    Juste Gael jew ico nshaka kuvuga nka wewe narabonye na nyenicubahira murahura rimwe rimwe kandi arabakurikirana. Ico novuga abo bantu twama tubona nibabategure namba ni Inama bobakoresha imisi yose yomara babazane bavuye mu Burundi bwose hanyuma bagire ikintu kimwe ciza kandi babona ko gishoboka hanyuma bagikorereko ivyirwa bihabe tutitaye ku myaka nuburyo vyotwara. Ariko natwe tuzotebe dushike kwi hangiro kanaka kuko nubundi tuba turiko turateba kandi ataho tuja kubera atana rimwe tuja hamwe 🤝

  • @ericciza926
    @ericciza926 Před 6 měsíci

    Songa mbele kabisa 🇧🇮🇧🇮

  • @NjejimanaEnock-mm5si
    @NjejimanaEnock-mm5si Před 7 měsíci +1

    Abanya kayanza bubahwe barakora cane🎉🎉

  • @Ubuntu81
    @Ubuntu81 Před 7 měsíci +3

    Mudusabire numéro de téléphone, ndumva twokorana ibitari bike kuko nanje ndakeneye umuyagankuba aho nsanzwe nkore ibikorwa vy'uburimyi n'ubworozi mu Ntara ya Ngozi

  • @melchiadendiho9330
    @melchiadendiho9330 Před 4 měsíci

    Bigeze ku Mpwemu idasanzwe
    na Mr Gaël ❤❤

  • @oseendayi5046
    @oseendayi5046 Před 7 měsíci +1

    Rango its my home town wow kumbe Mukayanza turafise incabwenge nkizi

  • @user-ie9ui9vo9q
    @user-ie9ui9vo9q Před 7 měsíci

    Udushakire nabandi turonke inguvu zokwihingira uburimyi natwe kbs uradufash cane

  • @fulgencecoyitungiye
    @fulgencecoyitungiye Před 7 měsíci

    Umwana wo muhira samson

  • @Sebarazingiza
    @Sebarazingiza Před 7 měsíci

    Uwo muhungu abazungu bazomwica, kuko iyo logique akoreshwa yarigeze gukoreshwa kera gwose mais uwabigerageje yari umu Ir w'umudagi yarazimanganye barabura iyo yajanye.

  • @alexandredusabe1817
    @alexandredusabe1817 Před 7 měsíci

    Vyiza cane ;kandi terimbere.Hama urakwiye gushigikirwa cane ahubwo ukaja no kurwego rwo gukorera ku miduga nkuko iburayi babikora ubu kumodokari zikoresha ubuhinga bwa électrique ;nuko nyene bisankuko .Shishikara imbere niheza kuko urwaruka nirwo kazoza k'ejo✌️💖🤗🤗🤗🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪

  • @richardalonsonibitanga7557
    @richardalonsonibitanga7557 Před 7 měsíci

    SIBOMANA Samson twasangiy ivyirwa imyaka itatu yose tunicarana ku ntebe imwe muri ETS Kamenge! Niyirambire cane atere aje imbere kure!!

  • @hahs3822
    @hahs3822 Před 7 měsíci

    Uwoyikenera yoyironka gute

  • @kennokanse1828
    @kennokanse1828 Před 7 měsíci

    Ubwenge kama kabisa. Wewe uzogera kure .

  • @innocentmvuyekure5229
    @innocentmvuyekure5229 Před 7 měsíci +1

    trés intelligent

  • @samweljoel6128
    @samweljoel6128 Před 7 měsíci +1

    Felicitation samson

  • @EliasNIYOMWUNGERE-ho2mi
    @EliasNIYOMWUNGERE-ho2mi Před 7 měsíci

    Iyo ndumva mumisi azoduhindurira imoteurs z'imodoka zireke gukoresha ibitoro

  • @user-pm4ti6ge1l
    @user-pm4ti6ge1l Před 7 měsíci +1

    Courrage Big

  • @kayuki4980
    @kayuki4980 Před 7 měsíci

    Uzabaze uwakoze imodoka idakenera carburant muri zimbabwe

  • @JeanBertrand-pf4gd
    @JeanBertrand-pf4gd Před 7 měsíci +1

    Courage vrr..uyo Musore yubahw👏

  • @jeanmarievianneynsabimana2544
    @jeanmarievianneynsabimana2544 Před 7 měsíci +1

    Bjr Gael . Ndashimishwa n'ibiganiro vyawe . Woduha numero de telephone z'uyu mu jeune ? Emission très interessante. Hanyuma juste un petit conseil , uhejeje kugiriranira ikiganiro naba jeunes nkaba uzohore uca werekana numero za telephone zabo.

  • @volo-music2263
    @volo-music2263 Před 7 měsíci

    Ubu nubuhinga

  • @innjoy73
    @innjoy73 Před 7 měsíci

    Unyarukeyo kabisaa uduhe contact ziwe

  • @user-ie9ui9vo9q
    @user-ie9ui9vo9q Před 7 měsíci

    Nico gituma jewe nubwo vyagenda gute ntarota nguma mumahanga ngo ndikurondera umuremgera nugutaha tufatane munda kbs sweethome

  • @celestinntirampeba6349
    @celestinntirampeba6349 Před 7 měsíci

    Kayanza oyeee.tuvukana 6è

  • @user-ei6wi6ny7w
    @user-ei6wi6ny7w Před 7 měsíci

    Umukubuto ugira ubihereremwo 😂😂😂

  • @hezingingodesire5076
    @hezingingodesire5076 Před 7 měsíci

    None Gael indasaba umuyagankuba canke indasaba igitoro igatanga umuyagankuba

  • @samweljoel6128
    @samweljoel6128 Před 7 měsíci

    Musaza urakora igikorwa gihambaye cane

  • @diagfinamix1861
    @diagfinamix1861 Před 7 měsíci

    Iyo bayita free energy naho yakoze gato yaragerageje , aha formule turazifise hasigaye ko dusohora zije kw isoko na ndi uwa butanyerera kayanza centre .

    • @update653
      @update653 Před 7 měsíci

      Nta free energie ibaho, irabaho kuri Facebook youtube na ticktok gusa

  • @robertestimemugenzi5901
    @robertestimemugenzi5901 Před 7 měsíci

    Uwo mwana nashigikirwe.kuko ari muboteza imbere igihugu

  • @ndayishimiyesamuel5602
    @ndayishimiyesamuel5602 Před 7 měsíci

    iyo groupe électrogène yiwe imara umwanya ungana gute iriko irokora ntihagera igihe igatakaza inguvu umuriro ukagenda uragabanuka?

  • @Ubuntu81
    @Ubuntu81 Před 7 měsíci

    Hama kandi turamuteye intege aje hageze kuko ikibazo c'umuyagankuba kirakomeye ngaho iwacu. Tukaba dushimiye na Gaël adahengeshanya kutuzanira bishasha kandi dukeneye

  • @LarissaAkimana
    @LarissaAkimana Před 7 měsíci +1

    Courage vraiment 👏👏

  • @ndayishimiyesamuel5602
    @ndayishimiyesamuel5602 Před 7 měsíci

    La loi de la conservation de l'énergie stipule que l'énergie ne peut être ni créée ni détruite. Elle ne peut être que transformée d'une forme à une autre ou transférée d'un endroit à un autre.
    aje gukuraho iyi loi de physique sur l'énergie

    • @update653
      @update653 Před 7 měsíci

      Ikiganiro cose ntaho numvise adodora source ya energie akoresha🤔

  • @safipyaar8833
    @safipyaar8833 Před 7 měsíci

    aradukorera iyiduza amazi yokuvomera

  • @kabayijafrancis9627
    @kabayijafrancis9627 Před 7 měsíci

    gael wampaye numero yiwe none sibomana samson

  • @dushimemaria5689
    @dushimemaria5689 Před 7 měsíci

    abarundi basigay arj incabwenge

  • @nduwimanajohnezekiel2064
    @nduwimanajohnezekiel2064 Před 7 měsíci

    Mp number yiwe courage san mtama Leta nigufate mumugongo urashoboy

  • @Pacifiquenkurikiye
    @Pacifiquenkurikiye Před 7 měsíci

    😂😂😂 Yaragiz le cherch kur CZcams turazi ko biriko😅

    • @Bihomebuja
      @Bihomebuja Před 7 měsíci

      Umaze gukora zingah ko wabimenye kare? Reka kwitwenga ushaka guca intege abitanga

  • @wilsonwilson6833
    @wilsonwilson6833 Před 7 měsíci

    Komerate rimbere banabiwacu

  • @yvanjoshuaii2749
    @yvanjoshuaii2749 Před 7 měsíci +1

    Vyoba vyiza Formules wakoresheje utavuze zose (ukigumiriza ibanga).
    Sinon bogutwara umugambi wawe, ejo ukazosanga uriko urakorwa n'abandi.
    Icoba ciza nuko worondera mumaguru masha amategeko agukingira ; agakingira na innovation yawe.
    Igisigaye Courage kandi Imana ikuje imbere igushoboze kandi ushigikirwe bihagije.

    • @Hazfir.Official
      @Hazfir.Official Před 7 měsíci

      Iki nico cishe uburundi cokwigungirako none babimenye sivyo vyiza icuzi cigishe nabandi mwagure imbibe hamwe ubuze utonkera ahandi ese abarundi twabay gt🤔

  • @chadrackmunezero1316
    @chadrackmunezero1316 Před 7 měsíci

    Ego vraiment wariyumviriye caaane umunyerango yubahwe

  • @smartfarmingandlivingburun6615

    Shiraho contact vyihuta!!

  • @viatorniyungeko5587
    @viatorniyungeko5587 Před 7 měsíci

    C'est très bien ! Nari nkeneye son numéro ariko.

  • @jeanmarientahombaye5274
    @jeanmarientahombaye5274 Před 7 měsíci

    Shirako contacte zanyu

  • @eliasniyongabo2612
    @eliasniyongabo2612 Před 2 měsíci

    Noronka contact z'uno musore?

  • @novatidamian7236
    @novatidamian7236 Před 7 měsíci

    Ugo nirwo rwaruka rukenewe muburundi rutari babandi birirwa barahazuka na politics kandi batarara bayiriye canke ngo ibabomborere umufuko

  • @user-zs1fc9fc8z
    @user-zs1fc9fc8z Před 7 měsíci

    Duhe numero tumoshorere

  • @kayuki4980
    @kayuki4980 Před 7 měsíci

    Abazungu nibabimenya barakwica😢😢😢😢😢

  • @toyi7605
    @toyi7605 Před 7 měsíci

    Tuna omba namba zake za sim uyo kijana

  • @ndimubansifelicien1068
    @ndimubansifelicien1068 Před 7 měsíci

    Big UP kumu nyakayanza.Adresse et numéro yiwe

  • @melchiadendiho9330
    @melchiadendiho9330 Před 4 měsíci

    Bigeze ku Mpwemu idasanzwe
    na Mr Gaël ❤❤