Umurundi akoze IMODOKA itanywa IGITORO//Uko nabitanguye//Ingorane duhura nazo//Ico dusaba LETA

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 7. 09. 2024
  • Umurundi akoze IMODOKA itanywa IGITORO//Uko nabitanguye//Ingorane duhura nazo//Ico dusaba LETA
    ‪@NtareRushatsiHouseTV‬

Komentáře • 294

  • @michelinemiche442
    @michelinemiche442 Před 5 měsíci +7

    Nahora numva abakoze ngo indege zigira hasi,uyu rero yubahwe kandi bamushigikire nabandi bamwigirko❤

  • @alainbrillantnishimwe4559
    @alainbrillantnishimwe4559 Před 5 měsíci +5

    Some days I feel really PROUD of being Burundian and today is one of them.....Gael thank you for exposing this great talent and Yves courage...Imbere ni HEZA CANE...

  • @Alyne2255
    @Alyne2255 Před 5 měsíci +4

    Bravo nukuri abantu nkaba turakwiye these kubashigikira

  • @user-gw7uv6en5d
    @user-gw7uv6en5d Před 5 měsíci +29

    Iyo mukora ikiganiro nkiki be mugerageza kutwereka amafot yico muriko muganirako❤

  • @innocentbangirinama5008
    @innocentbangirinama5008 Před 5 měsíci +23

    Ikibazo aho kiri babagabo banyamweru bazovuga yuko idakwije ivyangombwa gusa arakwiye gushigikigwa turamukunda 🥰🥰🥰🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥🔥terimbere Burundi 🇧🇮 from Texas,USA 🇺🇸🇺🇸

    • @aneelaa3486
      @aneelaa3486 Před 5 měsíci +1

      Nticokibi cogucanta intege hoguteza imbere abana bigihugu❤❤🎉🎉😂😂😂

    • @user-qq6mv6vh3e
      @user-qq6mv6vh3e Před 5 měsíci +1

      Barya ni babera kumenyo

    • @jayavatar1577
      @jayavatar1577 Před 5 měsíci +3

      Ba nyemweru birabasha nakare sibo ayikorera. Azoyicuruza muri Africa. Iyo mentalité yo kwama tubona ko ico dukoze gitegerezwa kuba validé n'abazungu nukuyikuramwo.
      Uyu mugabo azi ubwenge cane akwiy gishigikirwa. Love from 🇨🇦

    • @Angependo9141
      @Angependo9141 Před 5 měsíci

      Banyamweru ico baba bagimba nuko batera imbere kuvyabo kuko ngaho babonako Uburundi buhava butera imbere bagomba kotwamira inyuma yabo from Arizona tucson

    • @user-rk8pf3ku1d
      @user-rk8pf3ku1d Před 5 měsíci +1

      Ndagukunze.wamugabo.imana yaguhaye ubwobwenge'iragahezagirwa murivyose ahubwo reta igufata mugongo wugurure ishure wigishe urwaruka guburundi bugire.ubumenyi

  • @normandharagakiza771
    @normandharagakiza771 Před 5 měsíci +2

    Asha biranezerey cane pe! Novugako arukumutera umwete caaane kuko ibi ni ibintu bikoeye cane mugihugu pe! Nizarwira tuzoshimira Imana mushobora vyose yatanze ubwenge mugihuguu!!

  • @user-mq4lq3po9m
    @user-mq4lq3po9m Před 5 měsíci +3

    Just i like the way you support people in there talented. so let me Say god bless you and me i'm in my way to do anythink that will psh UP my country i love my country 😢

  • @amkacreativetugirimana1245
    @amkacreativetugirimana1245 Před 5 měsíci +2

    Uyu mupapa ndamwemeye kabisa. Very inspiring. Komereza aha rwose. Ni uko mwafunze imipaka nari guhita nkoherereza abana banjye ukabigisha mugakorana.
    Ibi ni sawa cyane, Africa turashoboye

  • @oseendayi5046
    @oseendayi5046 Před 5 měsíci +4

    When I see such a thing I always feel happy and proud to be burundi 🇧🇮
    This man if he gets support from government the country will be like other countries
    Imagine in Africa if there’s a lot of this vehicle made in Burundi 🇧🇮 we as a Burundian will be respected all around Africa

    • @bapfumukekoanacletus7470
      @bapfumukekoanacletus7470 Před 5 měsíci

      Very good and glory to God. Burundi our beloved country be always blessed.Yve is a great man.Congrats!!!!!

  • @NibitangaJuvent-oe6tw
    @NibitangaJuvent-oe6tw Před 5 měsíci +3

    ❤❤❤❤Ararenze kweri imana imujimbeee

  • @fighterofficiel
    @fighterofficiel Před 5 měsíci +5

    ❤kbx gus za mutwereka amafoto givy murik muravugaa

  • @christelle2465
    @christelle2465 Před 5 měsíci +7

    Abarundi turashoboye. Tuve mumajambo tureke ibikorwa vyivugire. Turakwishimiye cane ingénieur

  • @user-ud7zd1lp7n
    @user-ud7zd1lp7n Před 5 měsíci +11

    Ushigimirwe vrt abantu nkabo nibodukeney 🇧🇮👌🏻👌🏻👌🏻💪🏻💪🏻💪🏻

  • @ericjohnson315
    @ericjohnson315 Před 4 měsíci

    Tres sympa, nibindi azobishikako. Courage.

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp Před 5 měsíci +4

    Wooooa yubahwe kuyindi mpwemu idasanzwe imbere cyane ❤❤❤❤❤

  • @RuvunaguraAlex
    @RuvunaguraAlex Před 4 měsíci +1

    Imana imuje imber❤❤❤

  • @user-md1sp5js8h
    @user-md1sp5js8h Před 5 měsíci +4

    🙏🙏👏👏👏 ntawuto bishima

  • @arsene_mafiateur
    @arsene_mafiateur Před 5 měsíci +3

    murakaze wallah🔥🔥🔥🔥

  • @user-xi9pq2tr3y
    @user-xi9pq2tr3y Před 4 měsíci

    Awesome keep it up bro!

  • @user-nq5mu8xu5g
    @user-nq5mu8xu5g Před 4 měsíci

    Nivyiza cane courage grand frère gusa ube maso kuko nabantu bera bakora ibishoboka vyose kugira badusubize inyuma Ariko Mungu mbere

  • @user-om2yn4mi8e
    @user-om2yn4mi8e Před 5 měsíci +5

    Wirambire ukwiye imitahe🔥🔥

  • @KuwakuMalumba6895
    @KuwakuMalumba6895 Před 5 měsíci +1

    We need more Car 🚗 like this in Burundi 🇧🇮 Bujumbura. People's to get jobs in Burundi 🇧🇮. And is good for business 👌🏿 tuna itaji gari zaivi kwetu Burundi 🇧🇮 Bujumbura. Watu wata pata kazi Burundi 🇧🇮 Bujumbura. Nani zuri kwa business. Nage cika zitano, ku business yanje. Niko nakuja Burundi 🇧🇮 Bujumbura ISHAALLAH tamuta futa. Good job my brother 👏🏿 well done my brother 👏🏿

  • @twororeturimekijambere5491
    @twororeturimekijambere5491 Před 5 měsíci +3

    Kbs arakwiyegushigikigwa kweri ababantu barakenewe nkaba muburundi bwacu❤❤🎉🎉🙏🙏🙏🙏✍️✍️

  • @mwananyamalaz4427
    @mwananyamalaz4427 Před 5 měsíci +1

    Legend Bravo Bravo 🎉🎉🎉

  • @LarissaAkimana
    @LarissaAkimana Před 5 měsíci +8

    Abarundi ntaco tubuze ubutunzi mugihugu buruzuye , incabwenge ziruzuye ariko gouvernement wapi ntaterambere riri mumitwe yabo

  • @fernandmatendo2333
    @fernandmatendo2333 Před 5 měsíci +1

    C'est un patrimoine national. Je suis très encouragé

  • @user-xx6fi9ol2i
    @user-xx6fi9ol2i Před 4 měsíci

    courage mon frère; tubwire gusa amafaranga iyo modoka yawe igurwa

  • @kenedyinnocent
    @kenedyinnocent Před 5 měsíci +7

    Ubukene bwigihugu buli kutwigisha vyish cn ndabona yamyaka milongin tuzoba twiberey mwiparadizo kwer

  • @user-fo6hy5pg3s
    @user-fo6hy5pg3s Před 4 měsíci

    Ikibaz nuko nah ubizi ivy utagum ah a muburund bac bagutwar amazing nig ruhomb

  • @ismaelwanjalamudinya111
    @ismaelwanjalamudinya111 Před 5 měsíci +11

    Mbaye uwambere mumpe like sha urashoboye

  • @ttyy7642
    @ttyy7642 Před 5 měsíci +11

    Icabweng zirahari nuko u burundi haribanyeshali beshi😢😢😢😢

  • @LovelyChowChow-gj2df
    @LovelyChowChow-gj2df Před 5 měsíci

    Komer,kabisa uyomuntu nashigikigwe cane,bravo,sana

  • @SimeonBankuwiha
    @SimeonBankuwiha Před 5 měsíci +1

    Sha abazungu barakwirahira pe

  • @smiledentaltv1276
    @smiledentaltv1276 Před 4 měsíci

    Abarundi murashoboye courage❤❤❤mumpe like mugabo

  • @niyondikoemile4018
    @niyondikoemile4018 Před 5 měsíci +1

    Courage murundi wacu imana ikuzigame uter imbere uzotang akazi mbere wigishe nabandi ❤

  • @mr_tubane_neza
    @mr_tubane_neza Před 5 měsíci +3

    Ashigikirwe 💥🇧🇮

  • @alphaniyibitanga4762
    @alphaniyibitanga4762 Před 4 měsíci

    Mwubahwe cane imana ibaje imbere

  • @ruthebenezernduhirukuri3102
    @ruthebenezernduhirukuri3102 Před 4 měsíci

    Imana ishimwe kubgenge yaguhaye...kandi courage

  • @pacifiqueakimana
    @pacifiqueakimana Před 5 měsíci

    Keep working hard, Big talent 👏👏👏💪💪💪

  • @Cres71500
    @Cres71500 Před 5 měsíci +1

    Imana ikomeze impano yiwe Uburundi hejuru.

  • @desirehakizimana835
    @desirehakizimana835 Před 5 měsíci +1

    Courage,,,gusa ashigikirwe anakingigwe,,ba rugereka Aho ntibibahimbara😮😮😮

  • @apprentissageniyongabo3916
    @apprentissageniyongabo3916 Před 5 měsíci

    Nivyizaaa caaaaneee pe. Aterimbere❤❤❤❤

  • @Rugambamachine7714.
    @Rugambamachine7714. Před 5 měsíci +17

    Leta vyeyi murabe mugwize umuygankuba internet nibaza témoignages zimaz guca ngh ko mwumva aho basuma ubumenyi (internet uwuzi kuyikoresh neza isumba amashure ) en plus yivyo amabarabara nibitoro navyo bikemutse abanygihugu bakorohezwa biberey mumirimo yabo ndakurahiye ya vision ya2040 tuzoyiharurira amezi

    • @ClaudedestinBajacos
      @ClaudedestinBajacos Před 5 měsíci +2

      Leta nigu fashe Barabiraho Claude destin rumonge, ❤❤❤❤❤❤❤❤

    • @charlessadoc2203
      @charlessadoc2203 Před 5 měsíci

      2040 ntaterambere rizoba rihari igihugu kiyobowe ninyeshamba zidafite ubuhinga technique

  • @sindayamazeguyflorin632
    @sindayamazeguyflorin632 Před 5 měsíci +1

    Impressive

  • @kahindoheritier4688
    @kahindoheritier4688 Před 3 měsíci

    Courage

  • @Dddma455
    @Dddma455 Před 5 měsíci

    Very very good & congratulations my brother❤

  • @tuyisengepascal-xb5ig
    @tuyisengepascal-xb5ig Před 4 měsíci

    Urashoboye man❤❤

  • @andikamagazine
    @andikamagazine Před 5 měsíci

    Good job, we're proud others are following this good thing

  • @Nandaise
    @Nandaise Před 5 měsíci +3

    Gaelle turabashimiye gose nukuri Imana ibaje Imbere

  • @jayavatar1577
    @jayavatar1577 Před 5 měsíci +1

    Iyo mwatubariza ko ashoboye gukora batteries z'imiduga electrique nazo. Merci Gaël, ndi mushasha kuri channel yaw ariko ndakunze ibiganiro kuko bifis ico vyigisha

  • @yesunijibu1534
    @yesunijibu1534 Před 5 měsíci +1

    Good job birahimbaye cane ariko mubafate mumugongo kandi kubwo kwisamarako umuntu nkuyo mabeberu bamubonye baca bamwitwarira iwabo.

  • @ProsperNduwamahoro
    @ProsperNduwamahoro Před 5 měsíci

    C'est bon

  • @consolatesindayigaya221
    @consolatesindayigaya221 Před 5 měsíci

    Babandi ngo ntamuhanuzi iwabo urabe ngaho aho kumutera intege ngo bavyiteho bahava bamubwir ko idakwije amategeko.Ahubwo bamuhe assurance Ayishire mwibarabara hama intwaro zimwiteho cane wosanga akijije kinini mugihugu amaze gukora nka Bus bomushigikira

  • @Schadmc
    @Schadmc Před 5 měsíci +1

    Courage 💪

  • @Baruwaniruhanga-gs8yc
    @Baruwaniruhanga-gs8yc Před 5 měsíci

    Nakusapoti kwa kutegeneza gari nipo mrkn GA

  • @janvierhakizimana2850
    @janvierhakizimana2850 Před 4 měsíci

    Intelligent guy ❤

  • @FerrariIrahoza-bz8uq
    @FerrariIrahoza-bz8uq Před 5 měsíci +1

    Vyiza cane, nyakubahwa umujama w'urwaruka na paeej niba mufate mumugongo nanje nzoshikirwa. 2040 nivyiwacu, Uburundi bukeneye abenshi nkabo.

  • @kevinuwimana5898
    @kevinuwimana5898 Před 5 měsíci

    Uyu muntu adukorere nyinshi hama tuze tumugurire.... Ahubwo atubwire namafranga bisaba.hahahaha

  • @LavaLava-cs1ce
    @LavaLava-cs1ce Před 5 měsíci +1

    Umurundi hejuru cane

  • @jeannkuru2887
    @jeannkuru2887 Před 5 měsíci +1

    Nashaka kumenya, Ingénieur wacu dukunda. Baramuzi mubushikirangaje ( ministère d'éducation et le recherche ) ?

  • @justinkabasinganyandwi8109
    @justinkabasinganyandwi8109 Před 5 měsíci

    Courage vraiment. Abarundi n'Uburundi bakurinde

  • @user-ti6gc7yl9i
    @user-ti6gc7yl9i Před 4 měsíci

    Komera ndugu

  • @akumirostefano8169
    @akumirostefano8169 Před 5 měsíci

    FÉLICITATIONS KABISA

  • @NzimenyaEmile
    @NzimenyaEmile Před 5 měsíci

    Courrage mon frére bravo

  • @tegejoanastase9075
    @tegejoanastase9075 Před 4 měsíci

    Imberecyane❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @mellykayebekaofficial3377
    @mellykayebekaofficial3377 Před 5 měsíci +4

    Waaaow uyu muntu nuwo gushigikirwa 🎉🎉Paeej imushigikire

  • @pickfordjustin3432
    @pickfordjustin3432 Před 5 měsíci

    Napfungwe...

  • @Akagumyebagumako25
    @Akagumyebagumako25 Před 5 měsíci +1

    Ba banyarwanda basubire !
    Big up our Electrician,technician;

    • @LarissaAkimana
      @LarissaAkimana Před 5 měsíci

      Barya bazi kwiyemerako kuzakozwe n'abazungu 😅😅 natwe niyo twikoreye nabo nibatwereke iyo bamaze gukora turabe 😂😂😂

    • @amkacreativetugirimana1245
      @amkacreativetugirimana1245 Před 5 měsíci +1

      Basha, muratwemeje ni ukuri❤😅😊
      Uyu ntabwo Ari umurundi ni umunyagwanda basha!
      Mumwirukane agaruke mu rugo, turamukeneye,
      Famille ye irimo kumurondera,
      Nave muri mukeke nindagara,
      Aze afungure Inyama, basha

    • @muhayiofficialchannel4202
      @muhayiofficialchannel4202 Před 5 měsíci

      😂😂😂 doo,mutamwiba,nabura ndumva aho nzamushyakira

    • @LarissaAkimana
      @LarissaAkimana Před 5 měsíci

      @@amkacreativetugirimana1245😂😂😂😂ivyo turabimenyereye iyo mubonye umurundi akoze ibintu bidasanzwe muca mumwiyitirira ivyiza vyo muburundi muvuga KO arirwanyu murahumba , ubuhinga bwanyu n'imiti yo kurangiza vuba gusa🥱😅😅😅

    • @amkacreativetugirimana1245
      @amkacreativetugirimana1245 Před 5 měsíci

      Larissa mwiza, urakoze cyane. Erega Abarundi ntuzi ko abakuru bavuga mwebwe muri Urundi Rwanda? Rero Abarundi murasobanutse turabemera cyane. Muri abantu bacu. Uwakwivanga mu byacu byamuvuna. Mukomeze mutere imbere rwose. Hejuru cyane

  • @user-cz1sx3xo8f
    @user-cz1sx3xo8f Před 5 měsíci

    😍😍😍

  • @ZawadZaoadi-po1us
    @ZawadZaoadi-po1us Před 5 měsíci +1

    Naka kananire kwer oya kbs 😂😂nukukagur

  • @m-tuto5728
    @m-tuto5728 Před 5 měsíci +1

    Ikintu uyo muvukanyi wacu agendana ubumuga asavye ko bomufinguriza ikinga rwiwe rifungiwe Sogemark indingozi zacu zirakwiye kugikorerako aba police bakorera Sogemark barageramiye abene gihugu n'ibiturire bitatagira ico bifatiyeko uwo babonye wese bamubonamwo amahera, iyumvire nk'umuntu yimugariye ariko yironderera agafu kabana akaguma aturatuzwa vraiment

  • @FelixNTIRABAMPA
    @FelixNTIRABAMPA Před 5 měsíci

    Courage !!! Urakwiye gushikirwa n'a reta. Ya mbono ya 2040 n'a 2060 mwarayitanguye kera.

  • @mathiasciza2244
    @mathiasciza2244 Před 5 měsíci

    Waaa igihugu kirakwiye kuza kirashigikira abanyempano nkabo vrt!mukomere cane!

  • @deonahayo2702
    @deonahayo2702 Před 5 měsíci

    Dushimire Imana kurizi ngabirano zidasanzwe iriko iratanga no mubarundi zikadushikira.
    Komera muvukanyi wacu Yves!
    Ariko rero urakwiye gushigikirwa mbere nokurugero rwohejuru bakabikora bigashimwa.
    Icifuzo canje nuko abashobora gushikira ubushikiranganje bujejwe ivy'iterambere boshobora gusabira uwumuvukanyi wacu Yves bamuronse uburyo nikibanza gikwiye kugira iryoterambere ryiyamamuze dushike kurugero rwokuronka ama produits nkayo ngirakamaro yokugurisha nomumahanga kugira utu devises twinjire..) (kuko ikawa twahora dushora hanze ntigifise ikibanza ciza).

  • @niyonehemie
    @niyonehemie Před 5 měsíci

    Wooow, ni byiza rwose. Ahubwo mumushyigikire aho iburundi, wenda abantu nkabo bakemura ikibazo aha muri EAC

  • @Jirhley
    @Jirhley Před 5 měsíci +2

    Uyu muntu biroroshe kumufasha kuko akora ivyo asobanukiwe nkuwavyize , rero muri #Ntarehouse barabe bamufate mumugongo

  • @ndikuriyoevode5657
    @ndikuriyoevode5657 Před 5 měsíci

    Courage mugabo icyo n'a gusaba wigishe benshi kugirango usakaze umusaruro

  • @user-ss2ju7pu2c
    @user-ss2ju7pu2c Před 5 měsíci

    Courage bro

  • @Jeannelysa
    @Jeannelysa Před 5 měsíci

    Buriya abarundi ni abahanga bavuga ko i Burundi ntacyo bazi muri technology ngo byvose biva hanze,President ❤ azamusure nabonye yita kuba entrepreneur byiza 100,% ajye yita kuba nouveau talents niko China yakomeye.

  • @christelle2465
    @christelle2465 Před 5 měsíci +2

    Umuntu yokunda iyi video inshuro nyinshi gute? Gaël abantu nkaba nibo dukeneye biduha ingufu natwe muvyo turimo kugira duteze igihugu cacu dukunda c UBurundi imbere

  • @user-mo9zn1ts9c
    @user-mo9zn1ts9c Před 5 měsíci

    Imana ikwongere ubundi bwenge ukore izisumba iyo werekane ko Uburundi nabwo burimwo incabwenge

  • @jeanmarienkurunziza643
    @jeanmarienkurunziza643 Před 5 měsíci

    Imana igushoboze murivyo bikorwa murangura.

  • @mellykayebekaofficial3377
    @mellykayebekaofficial3377 Před 5 měsíci

    Just Gaël cameraman wawe urakwiye kumwigisha caméra 😂iyo uba uriko uratubwira ikintu cakamaro amasura yabantu singombwa ahubwo ivyo bikorwa nivyo tuba dushaka
    Ubutaha cameraman tuzomwirukana ntakazi ashoboye😂😂😂

  • @user-qq6mv6vh3e
    @user-qq6mv6vh3e Před 5 měsíci +1

    Komera cane kuyindi mpwemu

  • @user-ns1qo5oj1u
    @user-ns1qo5oj1u Před 5 měsíci

    Yves Imana imuhe umugisha kandi yagure impano ye.

  • @Thesons-e9p
    @Thesons-e9p Před 5 měsíci

    Proud 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @kayumbepascal3077
    @kayumbepascal3077 Před 5 měsíci

    Felicitations technicians et courage

  • @user-rx4bn5ls4d
    @user-rx4bn5ls4d Před 5 měsíci

    Courage mukore nyinshi zishoboka paej ibahe imitahe muronke nuruhusha munakingirwe nubutunzi bwigihugu

  • @BigiVictor
    @BigiVictor Před 5 měsíci +2

    Ikibazo ahokiri #KUMUKUBITO# kamera yanyu umengo murayizirika numugozi ntiva ahiri ngo yerekane ibiriko biravurwa😢

  • @incutiyabosetv7749
    @incutiyabosetv7749 Před 5 měsíci

    Akomere

  • @rkngz3762
    @rkngz3762 Před 5 měsíci

    Dore ibi nibyo bene madamu badakunda. Ubu baraje batume bya byihebe byabo bimugire ibyo bagize Perezida Magufuli. Umenye wirinde naho ubundi uraraye ntiwiriwe. Mugabao ntucike intege, niko zirwanwa.

  • @user-dy4tc5mu8z
    @user-dy4tc5mu8z Před 5 měsíci

    Imana imuje imbere umurundi wacu

  • @jeanbigirimana9365
    @jeanbigirimana9365 Před 5 měsíci

    Congratulations brother

  • @Nidivin
    @Nidivin Před 5 měsíci

    WOW 😳 arakwiye gushigikirwa Basha nukurii❤❤

  • @santiananiciteretse6297
    @santiananiciteretse6297 Před 5 měsíci +1

    Ashigikirwe, abafise uburyp bamweger bashir ivyiyumviro hamw

  • @NdereyimanaDesire
    @NdereyimanaDesire Před 4 měsíci

    Numvise avuga ibijanye na groupe électrogène azigwize kuko ikibazo c'umuyagankuba caturenze kubera utarakwira ou bawukeneye bose

  • @twigekandi
    @twigekandi Před 5 měsíci

    COURAGE MSAZA WACU TECHNICIEN YVES

  • @IsaacMpawenimana
    @IsaacMpawenimana Před 5 měsíci +1

    Ego Di bandanya mwubura bishasha turabeko twova mw'izi ngorane z'ibitoro.

  • @julesspencer517
    @julesspencer517 Před 5 měsíci

    Let's this be like sumsung keep developing

  • @KklKkl-hj5rw
    @KklKkl-hj5rw Před 5 měsíci

    🙏🙏🙏🙏