Umurundi wa mbere akoze i MOTO itanywa igitoro//Uko vyanjemwo//Akabirya nuko//Abayipfuza//Intambamyi

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 8. 09. 2024
  • Umurundi wa mbere akoze i MOTO itanywa igitoro//Uko vyanjemwo//Akabirya nuko//Abayipfuza//Intambamyi
    ‪@NtareRushatsiHouseTV‬

Komentáře • 104

  • @willynkurunziza7815
    @willynkurunziza7815 Před měsícem +7

    Nukuri uri urumuhinga caneee ukomeze wagura ivyo bikorwa 🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @julius875
    @julius875 Před měsícem +8

    Abarundi turakwiye kwitahura tugakunda ivyiwacu iyintwari irakwiye gushigikirwa

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 Před měsícem +14

    Nkuwu iyaba ari umuzungu bavugako arigihangange muga Kubera ari umurundi umenga nibisanzwe kandi ivyo bidasanzwe izo Moto nyomba zemerew kugenda mwibarabara batubwire ibeyi twisumire

  • @rahaytv26
    @rahaytv26 Před měsícem +7

    yubahwe nukuri jéwé narumiwe. burya muburundi Hariho incabwenge

  • @Rugambamachine7714.
    @Rugambamachine7714. Před měsícem +4

    Vyokunda ko leta imusab amasaha make 1 mundwi ikamurih akigish théorie et pratique muri école technique mugusabikany ubwo bumenyi nabarundi kuko ntawuhoraho
    May God bless you and grant you more years living in peace❤

    • @4bee203
      @4bee203 Před měsícem +1

      Ahubwo nyene Leta imuhe ishuli yigishe abandi kuko ntawuhoraho nkuko ubivuze

  • @PrudenceTuyisabe-rc5ov
    @PrudenceTuyisabe-rc5ov Před měsícem +5

    ❤❤❤❤❤❤❤ musaza uri mukazi courage ntahivyawe bitazohika kuko uri munzira nziza .

  • @FAJEYIGAHERA-xu7sm
    @FAJEYIGAHERA-xu7sm Před měsícem +4

    Je nitwa Philbert nkaba mvuka Gitega ham intererabo noguha nuko Mugihe woba ukeneye imfashanyo ijanye nugukarisha ubumenyi , nuko utokwihutira kuja hanze ahubwo reta izagufashe ikuzanire abahinga ibakuye hanze ham bagukarihirize ubumenyi ariko uri mugikungu cawe .(nuko mukomere cane mbakurikira ndi murwanda ) Burundi bwacu bwubahwe cane .

  • @gilbertmuhire7548
    @gilbertmuhire7548 Před měsícem

    Nibyiza cyane rwose birashimishije, nugushaka abaterankunga maze ushake isoko muri Tanzania na Congo. Zizagurwa cyane, ariko ugomba kwiga uburyo wakora izitwara imizigo.❤

  • @christiannkurunziza8523
    @christiannkurunziza8523 Před měsícem +1

    Une bonne invention...so NICE...🎉🎉🎉...de telles idées sont à encourager...❤❤❤

  • @DaevYankunda
    @DaevYankunda Před měsícem +2

    ingorane abarundi dushigikira abazungu nkuyo yarakwiye gufatwamumugongo

  • @lostboy2608
    @lostboy2608 Před měsícem +2

    Bravo👏👏👏💪💪💪

  • @elysendayisenga5129
    @elysendayisenga5129 Před měsícem +2

    Courage bwana ingénieur

  • @Tellylove884
    @Tellylove884 Před měsícem +2

    Uwoturamwemera kbx numuhinga kbx🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @kahindoheritier4688
    @kahindoheritier4688 Před měsícem +1

    Félicitations Ir

  • @theoabelardbazo5518
    @theoabelardbazo5518 Před měsícem +1

    Courage vraiment Abantu nkawe nibo bakenewe👑👌

  • @DiamusNkunzimana
    @DiamusNkunzimana Před 29 dny

    Courage mon frère

  • @dieudonneNd
    @dieudonneNd Před měsícem +2

    woow 😮🇧🇮

  • @fulgencenkurunziza4707
    @fulgencenkurunziza4707 Před měsícem

    Courage sana bwana Ingenieur, ibikorwa vyawe ni vyiza cane knd birakingira l'environnement. Vuba uzoba ukenewe cane mugutezimbere igihugu

  • @Djplezy_mix_Official
    @Djplezy_mix_Official Před měsícem

    Belle travail 🇭🇹

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 Před měsícem +3

    Tubwire ibeyi twisumire nkuwo ugasanga Leta imuraba irarirari hakumwegera umuntu nkuwo bakamushigikira aho Ladaak aca afuha

  • @francinendacayisaba2411
    @francinendacayisaba2411 Před měsícem +1

    Wow ❤

  • @pommenuh5413
    @pommenuh5413 Před měsícem

    Neva uri mbwa

  • @nizigiyimanayves9485
    @nizigiyimanayves9485 Před měsícem +1

    Thx mazina

  • @jaystrongmagaboy1633
    @jaystrongmagaboy1633 Před měsícem

    He is Genius

  • @irakozeshakiru1131
    @irakozeshakiru1131 Před měsícem

    Waooo yubahwe yubahwe cane ❤❤

  • @Muza-villeHasabintore
    @Muza-villeHasabintore Před měsícem +4

    Abagendana ubumuga mwobakorera utwo bashobora kwiyunguruzako???

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 Před měsícem +3

    Batagucungiye umutekano ngo usabe Président abagucungera umutekano ube nahantu hari sécurisé Ladaak azogukonesera ngo umugiriye concurrence kwariwe yadandaza ama Moto wenyene ngaha mu Burundi kandi zozo zinwa igitoro

  • @MultiChanelo
    @MultiChanelo Před měsícem

    Leta yari ikwiye kumworohereza akagura ibikorwa hanyuma ikanahimiriza abarundi kugura izo moto n'izo modoka, ama sociétés na leta bakaba aba mbere!

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 Před měsícem +4

    Uyu mujama mbona yoja muri Bancobu bamukubite ligne de crédit yikorere akazi ufise umugambi nkuwo uwokwima inoti ngo wikorere akazi yoba atazi Business

  • @TheChampion53
    @TheChampion53 Před měsícem

    Ahoho nibazirwize nkeeeeeu

  • @kiburentenicolas3040
    @kiburentenicolas3040 Před měsícem +1

    Kweri, kora kora ,tureke kubona ko vyose twokwama tubisanga hanze.

  • @omarbongo2656
    @omarbongo2656 Před měsícem

    uwushaka yotironka gute

  • @niyorukizaelias8142
    @niyorukizaelias8142 Před měsícem

    Uyo numuhinga wabahinga🎉🎉🎉🎉

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja Před měsícem +1

    ❤❤❤🎉🎉

  • @willynkurunziza7815
    @willynkurunziza7815 Před měsícem +2

    AHUBWO MUZOKORE NAMAKINGA AGENDA ARI ÉLECTRONIQUE KUGIRA UMUGAMBI USHIKIRE BESHIII

  • @patrickbarutwanayo8106
    @patrickbarutwanayo8106 Před měsícem +2

    Kuko abarimwi turakeneye ivyo vyuma vyodufasha kunyarutsa ibikogwa vyacu kuko uburimwi abarundi twabwijukiye turashaka utumashini twodufasha kurima mumisozi nomumashamba kandi zishobora gushika aharihohose mumirima

  • @celestinntirampeba6349
    @celestinntirampeba6349 Před měsícem +1

    Ni vyiza caaane

  • @BISUKWAVYO
    @BISUKWAVYO Před měsícem +2

    🎉🎉🎉🎉

  • @EmmySibomana-qb1vl
    @EmmySibomana-qb1vl Před měsícem

    Courage yive

  • @TwizerimanaEvode-ms6dt
    @TwizerimanaEvode-ms6dt Před měsícem

    ❤❤❤

  • @panacool978
    @panacool978 Před měsícem

    U Burundi umutima wa afrika kandi urumuri rwa afrika

  • @Saugezo-w5w
    @Saugezo-w5w Před 28 dny

    Batubwir ingen twozironk n ibicir

  • @IrankundaAlexisMutima
    @IrankundaAlexisMutima Před měsícem +2

    🤞✌️🇧🇮🌹

  • @Xhcfj-ye3hx
    @Xhcfj-ye3hx Před měsícem +1

    Songa mber

  • @alainchristianirambona6641
    @alainchristianirambona6641 Před měsícem

    🙏👊👊

  • @MwizawanoneVianney
    @MwizawanoneVianney Před měsícem +1

    Nkeye kuyigura kweri

  • @NduwimanaAmina-io2cf
    @NduwimanaAmina-io2cf Před měsícem

    Abonyenenibodukeneye. Muburundi

  • @alexandrebucumi7376
    @alexandrebucumi7376 Před měsícem

    Courage mutama

  • @IsufuRajabu-v9c
    @IsufuRajabu-v9c Před měsícem +1

    Nikuraba sora bayikingire mugihe izoba igize isanganya ntonto nizoce yononekara kuk arigihe yogira isanganya isora ikononekara!!!

  • @Fernand_KyGame
    @Fernand_KyGame Před měsícem

    Wubahwe Sana Kabisa

  • @user-ue9uf8ru6j
    @user-ue9uf8ru6j Před měsícem

    Basha noyi ronka gute

  • @SamsonNduwimana-no4yk
    @SamsonNduwimana-no4yk Před měsícem

    Ndamuhaye isalu

  • @hategekimanamariespeciose5701
    @hategekimanamariespeciose5701 Před měsícem +2

    Mutama nangahe?? Ikindi kibazo ko uburundi bwacu kubona umuyagankuba biba bigoye ubuho mubibona gute😢😢

  • @geremanikongendakuriyo
    @geremanikongendakuriyo Před měsícem

    Terimbere ❤❤🎉🎉

  • @kassimluqman9255
    @kassimluqman9255 Před měsícem

    Radio R.P.A irazakuvuga nuyungaha afise abategesi biba imitate😅 bakaimuha akurore amamoto yumuyaga nguba 😂😂😂😂

    • @NdihaudNdihaud
      @NdihaudNdihaud Před měsícem +1

      RPA si radio yokwumviriza niyo kwumviriza abatari mugihugu batabona ibiriko biba uyumvirije ufse umutima uhuha worara urahunga

    • @kassimluqman9255
      @kassimluqman9255 Před měsícem

      @@NdihaudNdihaudthat's exactly what I meant. We should boycott R.P.A

  • @alexisshabani5121
    @alexisshabani5121 Před měsícem

    Nibaduhe inumber yabo please

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl Před měsícem +1

    Wubahwe kbsa

  • @regissebigo-ks3fi
    @regissebigo-ks3fi Před měsícem

    Tubwire dushimwo imitahe

  • @garagebettermotors4998
    @garagebettermotors4998 Před měsícem +1

    Leta nimushiremwo imitahe

  • @majamberejackson6956
    @majamberejackson6956 Před měsícem

    aha mwari kuduha ibeyi igurwa commande zigakoragurika. ikindi Batterie ni nto murabe muregere muduze imare nka 200km/charge

  • @JoséNitunga
    @JoséNitunga Před měsícem +2

    Akorera hehe?

  • @LenardAmani-bc3sl
    @LenardAmani-bc3sl Před měsícem

    Abarundi gayemwe iyomoti irabaho ariko ntakazi ishobora gukora ntamuzigo woshirako ntishobora gutwara umuntu kumudugo

  • @GylainTV
    @GylainTV Před měsícem

    Mugume kukivi kuko ibikorwa nivyiza. Na reta irakwiye kubaha support

  • @ClaudeBigirimana-f9s
    @ClaudeBigirimana-f9s Před měsícem

    Impa numéro buca inza,yubahwe !ndakunda business cane!new
    Teacher

  • @niyomwungereisaie9160
    @niyomwungereisaie9160 Před měsícem

    🎉🎉🎉

  • @MoussaNiyokwizera
    @MoussaNiyokwizera Před měsícem

    ❤😂

  • @user-dh7nk2ue3r
    @user-dh7nk2ue3r Před měsícem

    Yemw yemw se Barundi namwiteho turakize akagaye kabazungu ngwibitoro.

  • @Nsengimana-nb4cg
    @Nsengimana-nb4cg Před měsícem

    mutubwire ibiciro muyitanga cyangwase muyigurisha amafaranka angahe????

  • @MrAslan47
    @MrAslan47 Před měsícem

    Nangahe?

  • @NdihaudNdihaud
    @NdihaudNdihaud Před měsícem

    Jewe intererano yanje nuko reta yoguterera ukaronka amamashini kuburyo ukora nyinshi zishoboka mugihe gito ikindi wokwongereza ubushoboze bwabateri kuburyo uwiyunguruza ashobora kuyigirako nka 150km adasharije kuko 50km ninke uduze nkaruguru urumva ntaco yogufasha

  • @rahaytv26
    @rahaytv26 Před měsícem

    nukuri no mubugande baheze kure murubwo buryo kweri

  • @benoithakizimana5830
    @benoithakizimana5830 Před měsícem +2

    Iyomoto igurw gute?

  • @ArthemonMvuyekure
    @ArthemonMvuyekure Před měsícem

    Mbega zamodoka yavuga ko yakoze zigeze he?
    None ngo atanguye amamoto?
    Tuzovyemera adukuye mukibazo c.iubukene bw.igitoro

  • @twororeturimekijambere5491
    @twororeturimekijambere5491 Před měsícem

    Kbs mutama mwubahwe

  • @TwizerimanaEvode-ms6dt
    @TwizerimanaEvode-ms6dt Před měsícem

    Ndabakund kabisa

  • @ClaudeBigirimana-f9s
    @ClaudeBigirimana-f9s Před měsícem

    Angahe?

  • @LievinAkimana
    @LievinAkimana Před měsícem

    Nivyizacane twashaka akanimerokanyu?

  • @ndayihimbazejoel4241
    @ndayihimbazejoel4241 Před měsícem +1

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @nduwimana669
    @nduwimana669 Před měsícem +1

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤❤

  • @ClaudeBigirimana-f9s
    @ClaudeBigirimana-f9s Před měsícem

    Impa numéro buca inza,yubahwe !ndakunda business cane!

  • @NdihaudNdihaud
    @NdihaudNdihaud Před měsícem

    Ahubwo Gael yari gushira numero ziwe miri comntr tukamurondera

  • @mussabanzi7826
    @mussabanzi7826 Před měsícem

    None ibiciro nigute

  • @nahimanafiston6518
    @nahimanafiston6518 Před měsícem

    Iyaba narimfise amahera uyumugabo nomushiramwo amahera p

  • @bertrandkaneza446
    @bertrandkaneza446 Před měsícem

    BURUNDIANS can

  • @queeneuphemia917
    @queeneuphemia917 Před měsícem

    Gaël warukwiriye kuduha number yuyu muntu

  • @user-hl3vk3tk9h
    @user-hl3vk3tk9h Před měsícem +2

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @nahimanafiston6518
    @nahimanafiston6518 Před měsícem

    Mbega akorerahe ?contact ziweee umuntu yozironka gut?

  • @bigrich4281
    @bigrich4281 Před měsícem

    Ndasha iyo moto nayibona nte?

  • @patrickbarutwanayo8106
    @patrickbarutwanayo8106 Před měsícem +2

    Uyu mutipe araciyubwenge cane ahubwo ikindi nomusawa niyiyunvire gukora nibindi bintu bishobora gufasha barundi nawe bikamwinjiriza mafrangà kandi bidasaba impusha za leta akarorero utumashini duto dufasha barimwi kurima gutera ibitegwa bitandukanye utu motocultuvateur

  • @holinessamandine9047
    @holinessamandine9047 Před měsícem

    Mbe umwe w'umuduga ageze he?

  • @ClaudeBigirimana-f9s
    @ClaudeBigirimana-f9s Před měsícem

    Impa numéro buca inza

  • @Tellylove884
    @Tellylove884 Před měsícem +1

    Uwoturamwemera kbx numuhinga kbx🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @Chadoubuhad
    @Chadoubuhad Před měsícem

    ❤❤❤

  • @ClaudeBigirimana-f9s
    @ClaudeBigirimana-f9s Před měsícem

    Impa numéro buca inza,yubahwe !ndakunda business cane!