Imbabura nyabwonko hari ico ibabwiye? Ivyuma vyo kubundikira imiswi navyo? Kaze muri

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 18. 05. 2024
  • #Burundi: Birashoboka ko abarundi batorera umuti ikibazo co gukinjika hakoreshejwe uburyo buzimbutse kandi bukingira ibidukikije . Timothée Nicoyangereye ni umwe mu rwaruka rw'incabwenge yiyumviriye gukora imbabura ifise ubwonko ikoresha uburyo buke kandi igakora uko uwukinjika ashaka ko ikora. Ivyo bikorwa bikaba bikorerwa mu ruganda #SGEC rukorera mu ntara ya #Gitega, nayo abipfuza kugira ico babaza, bobakura kuri +257 +257 79 33 36 27.

Komentáře • 47

  • @masharikitv
    @masharikitv  Před 2 měsíci +4

    Muradutunga hari habaye ukwihenda ku nomero bakoresha. Mubakeneye mwobakura kuri+257 79 333 627

  • @jeanbosconsengiyumva7732
    @jeanbosconsengiyumva7732 Před 2 měsíci +4

    Twasaba Ubushikiranganji n’Izindi Nzego Guhagarika bimwe nabimwe dukoresha muguteka Munzira yo kurondera Uko Benshi bashoboka Bomuyoboka ❤

  • @nshimirimanamike1591
    @nshimirimanamike1591 Před 2 měsíci +2

    Egooooo Burundi ❤ one love vyose birashoboka iyo nzoyigura nuwomuhungu Imana imuhezagire cnee.

  • @HarerimanaRamadhan-rs4dy
    @HarerimanaRamadhan-rs4dy Před měsícem +1

    Ndashaka duhuze nangefise imbaburicana ikoreshamashinyarazi.ndazikora

  • @user-sk5lj4rd4c
    @user-sk5lj4rd4c Před měsícem

    Courage bwana.ahubwo ni babe bumvise KO abarundi Bari kukivo kwer

  • @MANDELAPEACECENTERmpc
    @MANDELAPEACECENTERmpc Před 2 měsíci

    Coup de chapeau... Hazoba hasigaye ko usimbira hanze gusuma ubwenge kugira Ibe industry... Chaine de Valeur... Leta nigufate mu mugongo bimwe biboneka.

  • @nintunzealan6240
    @nintunzealan6240 Před 2 měsíci

    Murakoze cane mashariki TV mukutwereka ubuhinga bw'abana bacu. Consommons ce que nous produisons et produisons ce que nous consommons.

  • @lifeinburundi-africa330
    @lifeinburundi-africa330 Před 2 měsíci +3

    Uw muhung niw yize wenyene muburundi😂😂aband twagiy kuronder diplom

  • @ViniciusJr12345
    @ViniciusJr12345 Před 20 dny

    IMANA ihezagire abarundi bose iduhe ubgenge bginshi cane buruta ubgabandi bose

  • @JuvenalHatungimana-un3dy
    @JuvenalHatungimana-un3dy Před měsícem

    Nivyiza cane,

  • @HarerimanaRamadhan-rs4dy
    @HarerimanaRamadhan-rs4dy Před měsícem

    Asante bro!!!

  • @NjejimanaEnock-mm5si
    @NjejimanaEnock-mm5si Před 2 měsíci +2

    Uburundi buratunze incabwenge je nzoza kubashorera imashini yo kubundikira amagi ahubwo mumpe Nim za fone

  • @MusunaGeorgette-dw2xh
    @MusunaGeorgette-dw2xh Před 2 měsíci

    Murakoze cane kandi kuri 500000 ayo mahera ni sawa twabasaba mudukorere uduplace nka dutatu kugira bikunde ko duteka inkono zitatu icarimwe ;lmana ibongereze ubumenyi

  • @venustetuyizere7618
    @venustetuyizere7618 Před 2 měsíci +1

    Akomère ndabona kwAyamyaka bavuga 2020 tiyari uburundi buroba bwakozee

  • @irakozelamech5274
    @irakozelamech5274 Před 2 měsíci

    Ter'imbere bwana. Vive le Burundi vive la créativité

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja Před 2 měsíci

    Hejuru❤❤

  • @AnicetTuyaga
    @AnicetTuyaga Před 2 měsíci

    Bandanya gukoresha izuba kuko n'umuyagankuba ntuboneka neza!

  • @duhuzebosco6207
    @duhuzebosco6207 Před 2 měsíci

    Imanishimwe burya buzoca

  • @hakizimana1064
    @hakizimana1064 Před 2 měsíci

    Mwirambire .mukomere muvyiyunviro vyanyu.mwiyunvire nibindi bishasha.murakoze.

  • @alphonsehabonimana6564
    @alphonsehabonimana6564 Před 2 měsíci +1

    Hewe iyombabura igurwa angahe

  • @user-sk5lj4rd4c
    @user-sk5lj4rd4c Před měsícem

    Hama wangu uzoyishire mucongereza yo vidéo yaweb😊😊

  • @ndagijimanajeanclovis1346

    Uburundi bwabundi turakaze ndasaba ko reta yaobashigikiri biboneka izombabura zishike mugihugucose nohanze

  • @didierndayiragije9155
    @didierndayiragije9155 Před 2 měsíci

    Yubahwe kabisa

  • @SadockFrenk
    @SadockFrenk Před měsícem

    Mugihubugomba gukoresha sola naho

  • @nshimirimanamike1591
    @nshimirimanamike1591 Před 2 měsíci

    Niyompamvu uburundi buroterimbere kbs abana nkaho nibodukeneye

  • @user-hd6fg4rp4m
    @user-hd6fg4rp4m Před 2 měsíci

    Good work bro

  • @severinkuta9787
    @severinkuta9787 Před 2 měsíci

    Abamwigishije ni bahimbagwe.
    Arakwiye gushigikigwa cane

  • @reverienbarutwanayo358
    @reverienbarutwanayo358 Před měsícem

    Igurwa angahe? Hehe?

  • @FrankBigirimana
    @FrankBigirimana Před 2 měsíci

    Terimbere Burundi

  • @husensereman-up8np
    @husensereman-up8np Před 2 měsíci

    Numunyabwenge nukumushigikira

  • @SadockFrenk
    @SadockFrenk Před měsícem

    Duhe inomero zanyu za watsapp

  • @NiyonkuruSamuel-ot6br
    @NiyonkuruSamuel-ot6br Před 2 měsíci

    Terimbere

  • @bostonbasta2737
    @bostonbasta2737 Před 2 měsíci

    Ni complesa😢

  • @nellylouise4507
    @nellylouise4507 Před 2 měsíci

    Please mutubarize nimba abafise amashure twokora command.

    • @masharikitv
      @masharikitv  Před 2 měsíci

      Mubakeneye mwobakura kuri+257 79 333 627

  • @papua3619
    @papua3619 Před měsícem

    Paradoxe: LE BURUNDI REGORGE DE TALENTS PUR, ARIKO C' EST LE PAYS LE PLUS PAUVRE DET LA PLANET. NTAWOMFASHA GUTEGERA GA YEMWE?

  • @FrankBigirimana
    @FrankBigirimana Před 2 měsíci

    Muduhe ni number yanyu

    • @masharikitv
      @masharikitv  Před 2 měsíci

      Mubakeneye mwobakura kuri+257 79 333 627

  • @emmanuelminani9270
    @emmanuelminani9270 Před 2 měsíci

    Niwewe watanguye kubikora canke nivyo wiganye 😂😂😂??hendabo murikumwe izo kwisoko ziruzuye papa

  • @lifeinburundi-africa330
    @lifeinburundi-africa330 Před 2 měsíci

    Uw muhung niw yize wenyene muburundi😂😂aband twagiy kuronder diplom