Inyuma yaho herekanywe ahari ubutare Prezida NEVA amenyesha ko bihaye amezi 6 ngo butangure gushorwa

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 5. 09. 2024
  • #Burundi Inyuma yaho herekanywe ahari ubutare bwinshi bwa #cassitérite na #coltan ku mutumba #Murehe uri muri komine #Busoni mu ntara ya #Kirundo, umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye aranegura abavuga ngo aberekanye ubwo butare baramuhenze, akamenyesha ahubwo ko bihaye amezi 6 kugirango butangure kwimbwa, buhingurwe hama bushorwe maze busahirize mu butunzi bw'igihugu.

Komentáře • 197

  • @BukuruAnicet-hz8iz
    @BukuruAnicet-hz8iz Před měsícem +2

    Nyakwubahwa General Major Evariste Ndayishimiye, merci beaucoup vrmt. Muranyubatse kur'iryo jambo ryanyu. Imana ibaje imbere bize bigende neza.

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 Před měsícem +23

    Abo bantu Président aguma yidogera ko bamuvyongera ntiyopfuma atubwira amazina yabo Abarundi bakabihinyanyurira erega ntamuntu ananirana.

    • @VenusteBG-jj5zs
      @VenusteBG-jj5zs Před měsícem +1

      j ndibaza k abatinya kbx gt yokwama avig ng baramutobera arik ntabasig mugash nk bunyoni ereg abo nibobadusubiz inyuma

    • @ericniyonkuru4398
      @ericniyonkuru4398 Před měsícem

      Ahubwose kuki atabanyuruza bama bad badindiza igihugu 😢😢😢

    • @muvobhekinyonga985
      @muvobhekinyonga985 Před měsícem

      Just imagine
      Kwidoga

    • @Usopp_2.0
      @Usopp_2.0 Před měsícem +1

      Ni bagenzi we uwo ni muchezo wa ndani, ntakizohinduka tekereza muri abantu bato

    • @ekaiesikiria2104
      @ekaiesikiria2104 Před měsícem

      Nibaeshi yosigara arumwe

  • @NathanaëlNiyera
    @NathanaëlNiyera Před měsícem +7

    IMANA yumve amajambo yawe 🙏🙏iterambere ridutahe muburundi buhire

  • @nintunzegeorges403
    @nintunzegeorges403 Před měsícem +10

    Urwanda rwateye imbere kuko abanyonyezi bose president yabakoreye Akantu, nuwuhirahiriye agatoba uwumureze aca aronka agahembo. Mu Rwanda ntamutovyi akibamwo

  • @iyakaremyefidele2515
    @iyakaremyefidele2515 Před měsícem

    nineho muri Edeni ntutubakira wallah❤❤❤. pasteur Gitwaza yari yarabihanuye 2012 ko uburundi buzARUTA dubai

  • @JulesHakizimana-d9l
    @JulesHakizimana-d9l Před měsícem +4

    Bagayishe ukore winumiye turinyuma yaw muvyeyi mwiza vyakugoye tuhagurishe José ubuzima bubananye kubashaka abarundi turazinanye

  • @bdreams2793
    @bdreams2793 Před měsícem

    Mzee none uzobikora wenyene uyazane kabisa Imana igukomeze none twebwe twashaka bimbe turorera kuri television ehe isukari ntayo ihingurirwa aho

  • @CardinaleNdikumagenge-ui3ox

    Iman'ibafashe muvyeyi

  • @nirereegide1230
    @nirereegide1230 Před měsícem +2

    Ntaco ushoboye reka kubesha abarundi.

    • @pattoh6855
      @pattoh6855 Před měsícem

      Arashobora Comedi Vremaa😂😂😂😂😂 ntakindi yashobora

  • @user-mr7lx7cm4n
    @user-mr7lx7cm4n Před měsícem +2

    Songa mbere burundn

  • @GuadramChercheur
    @GuadramChercheur Před měsícem

    Iyo myiyamamazo turayanse Shira mubikogwa ivyo navyo uvyihoze

  • @bucumijmarie281
    @bucumijmarie281 Před měsícem

    President avuga amajambo menshi

  • @NishimweRichard-qv2iy
    @NishimweRichard-qv2iy Před měsícem

    mutama ararivuze kabisa imana ikuje imbere ukorer abenegihugu tubibone natwe tuzogushigikira uburundi burakarama🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @evodeiradukunda75k
    @evodeiradukunda75k Před měsícem +1

    IMANA yo mw'ijuru ihabwe icubahiro kubw'ivyo ikoreye Uburundi. IMANA ikomeze izigame Indongozi n' Abenegihugu mu bumwe n'ibikorwa n'Amajambere. Amahoro, Umutekano n'Iterambere bikomeze biganze mu Burundi

  • @venustetuyizere7618
    @venustetuyizere7618 Před měsícem

    Imana idufashe ikurambishee

  • @technologyinactions4923
    @technologyinactions4923 Před měsícem

    Rwose na speech yawe wowe wa nterahamwe wee iba iri weak
    Wagirango uru umushumba

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 Před měsícem

    imana ibandanye ikutuzigamira papa Burundi

  • @NIYOMWUNGEREZacharie
    @NIYOMWUNGEREZacharie Před měsícem

    Hama uwo mushikiranganji w'ubutare n'agataka je nibaza KO yarakwiye kuja ararondeza ubutare Aho bwoba buri mugihugu cose c'UBURUNDI
    Kugirango igihugu, gihereye kubutunzi gifise , igitoro, inzahabu,... Gishobore gutera imbere,
    Nimba rero ivyo atarivyo akora canke bikaba vyaramunaniye akurweho hashirweho uwundi yipfuriza ineza igihugu.

  • @nintunzegeorges403
    @nintunzegeorges403 Před měsícem

    Dusabire Umukuru w'igihugu cacu Imana imurinde ashike kumigambi yiwe myiza aguma atwemerera

  • @DuniaNshimirimana
    @DuniaNshimirimana Před měsícem

    UHORAHO agukomeze cane turinyumayawe muvyeyi

  • @A-BEN-1998
    @A-BEN-1998 Před měsícem

    Niba uri president wukuri fata ingingo wirukane abakugwanya guteza imbere igihugu

  • @LazareNitunga-n5n
    @LazareNitunga-n5n Před měsícem

    Akagohe rero mutama wacu.raba ubanze uhashire ingabo zikwiye zihacungere.hama rero mubanze murabe mwongere mwige kwakirya kibuga Kagame yashize hariya kumupak irugande yaburya Butare kuko biraboneka KO baribazi koburiyo kandi wosanga batumw nababirigi.bababwiye koburiyo.bakabigisha ubwenge kobohashira ikibuga cindege kugira bazoshobore kubwimbwa baciye mukuzimu hamwe tutazomeny nakimwe ndetse niyo système Kagame akoresha.uraziko mukwib inzahabu igihugu ça Congo y'installer ibiringoti viva muri Congo agashik ikigari mu rwanda.rero tuhagabire muzane ibikoresho bikwoye bicungera
    nomukuzim.komera turinyum yawe .burya turabon kwivyukora arijmb ryumu

  • @user-vz4sn9my5j
    @user-vz4sn9my5j Před měsícem

    Neza cane mutama kora akazi tuve mubukene

  • @VenusteBG-jj5zs
    @VenusteBG-jj5zs Před měsícem

    mwirukane oe ureke kuvugisha umunwa. erega nimwebwe mutwish muguma muturya igiturire nico catumye ataho dushik

    • @RemegieMisago
      @RemegieMisago Před měsícem

      Mukorereko uwo adashakako Burundi bushika kuri ya ntego!!

  • @BalthazarNshimirimfura
    @BalthazarNshimirimfura Před měsícem

    Vyifatire muminwe mutama natwe turabeko kirundo yacu yokwisununura,turonke amatara ,amabarabara meza azana ingenzi,Turipfuza ama Hotel meza hafi yibiyaga ,ibibanza vyokuruhukiramwo (beach)kunkengera zibiyaga, umuyagankuba ukwiye kumazone yose nimitumba ,

  • @Aiuoex
    @Aiuoex Před měsícem +6

    Sha urahumiye ubutare bwacu kuko n'igitoro ikibazo caco wavuze ko ugifashe muntoke gica kigenda nka mwashi wa ntore. Ntabintu nabimwe birimwo ukuboko kwa Reta cigera gitera imbere. Iyaba ufise ubwenge wobiha abigenda bakabikora. Ariko ko ugiye guhangana n'abantu Bose ivyo n'ivyo ugiye kuzira Aho urarangiye

    • @silidio
      @silidio Před měsícem +1

      Uribesha NEVA ntaco azaba uyu niwe imana yarungitse gucirinzira yiyogorora uburundi butanguye ibivyigitoro abarundi twaramaze kumenya ibihishe inyuma nahocobura burundu tuzogenda namaguru gushika ikibazo gikemuke burundu NEVA ntacomuzamukoza turikumwe nawe abarundi.

    • @franklinn20
      @franklinn20 Před měsícem +1

      ​@@silidio mbwira ikintu muriyi myaka ine amaze atwara ikuntu kizima amaze gukora. Na nkurunziza sinamukunda ariko uyu NEVA natange imihoho vyanse pe! Numunwa gusa.

    • @christella5092
      @christella5092 Před měsícem +1

      ​@@franklinn20wewe imyaka umuze ukora ushitse kubinganiki??imyaka 4 kwel urumvako arimyinshi??uzi uzi kugirabukore ibintu bifadika biboneka imyaka uba ukoze???ariko mumugererenya na Kagame amaze imyaka 30 mukamuringaniza na Neva amaze imyaka 4 iryojambo uvuze worisimbuza kumusabira ku Imana kugira bigende neza ariko nama nibaza nkumunsi vyagenze neza mugihugu muzokwifata gute namajambo mwavuze???

    • @Usopp_2.0
      @Usopp_2.0 Před měsícem

      ​@@christella5092Bigenze neza twese twoshima mugabo twese turazi ko bizohera nabi

    • @ndabwarukanye-pg3zp
      @ndabwarukanye-pg3zp Před měsícem

      Abigenga nabone wapi aha tworaba twosanga igisata cabigenge baritwaye neza muri kahise? Reka reka

  • @Jeanine_8077
    @Jeanine_8077 Před měsícem +1

    Reba ukabaturage basa disiii,mana tabara abarundi

    • @estaniyongabire9956
      @estaniyongabire9956 Před měsícem

      Kurinduru shaa, abiwanyu basa gute uretse abari kigali??

    • @michelinemiche442
      @michelinemiche442 Před měsícem

      Abiwanyu baguma basa nezà umwanya wose iratire kugahinga😏

  • @martinhabimana
    @martinhabimana Před měsícem

    Iki kigabo n’ikirofa. Aho gufata ingingo gihora mukuvuga vuga amajambo gusa. Amajambo atagira ibikorwa ntacyo amaze.

  • @NIYOMWUNGEREZacharie
    @NIYOMWUNGEREZacharie Před měsícem

    Ko Président wacu yatekereje ivyo gutanguza amahinguriro y'ubutare. Arinavyo buri gihugu gitegerezwa guherako kugirango gitere imbere, Il commence maintenant à avoir tout mon soutien.

  • @StevenMugando-ei6vb
    @StevenMugando-ei6vb Před měsícem

    we mutama vamumajambo ukore abarundi barashonje

  • @ICGLRGERARD
    @ICGLRGERARD Před měsícem

    Imana ikuzigame Perezida.

  • @jmc2196
    @jmc2196 Před měsícem

    Président ndakwinginze muvyeyi niba usoma commentaires reka kuvuga amajambo menshi abansi barakaka singombwa k imigambi yawe uguma uyivuga k warinze uvyibonera bishire mwibanga ibikorwa vyivugire nayahandi ugakomez uvuga murakenyurana bikore nka Magufuri bazobone iterambere ryashwaye igihugu hama wiyegerez incambwenge ziriho zishoboye zoguha ivyiyumviro ukabikorerako ndakurahiye uburundi buzokwivuga ibihe vyos hama abo bagutobera urutomate rumwe ntirukaboze izindi kuramwo jugunya niwqbikora kuneza yigihugu bazovuga banume .Murakoze mwubahwa

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 Před měsícem

      @jmc. Muri 1978 Geological Survey of Tanzania (Idara ya Madini, Dodoma) yaragize conference annuelle i Shinyanga au sud du lac Victoria. Twaratembereye Mwadui Diamond Mine yimba alimasi kuva kera, nta muntu n'umwe yari yemerewe kugira ibuye narimwe atora muri iyo carriere.
      Kandi mu 2018, sous les ordres du president Joseph Pombe Magufuli , Jeshi la Kugenga Taifa (JKT), une branche de l'armee tanzanienne a construit un mur de 24 kilometres autour de Mererani Mine, le seul endroit du monde ou l'on extrait TANZANITE, une pierre precieuse utilisee dans la bijouterie.

  • @user-gw9xi2tc2b
    @user-gw9xi2tc2b Před měsícem

    Amagambo make ibikorwa vyinshi papa

  • @MurhulaNyange
    @MurhulaNyange Před měsícem

    uwo avugako president yahenzwe yarihuse kuvuga iryo jambo yari kurindira izo 6mois akabona kuvuga

  • @user-mc7lh6js3o
    @user-mc7lh6js3o Před měsícem

    Emwee !!!!

  • @RobertsonNandime-eo9fp
    @RobertsonNandime-eo9fp Před měsícem +2

    Ingorane yuwomugabo ibijambo vyishi atabijogwa birimwo nakimwe non nkaho kweli

  • @dragonprince8698
    @dragonprince8698 Před měsícem

    uwabonye ko ari kuri Drips za GUCCI ku ngofero nampe like

  • @VyamunguHassan
    @VyamunguHassan Před měsícem

    Bafate ubahane

  • @FrankBigirimana
    @FrankBigirimana Před měsícem +1

    Kurinduru rwizibikorwa igitoro caburiyehehe komutabivuga

    • @estaniyongabire9956
      @estaniyongabire9956 Před měsícem

      Genda ubivugire imbere yiwe, pumbavu🤦‍♀️Mube mugira indero

  • @kabayizacris
    @kabayizacris Před měsícem

    Ariko mukama nkubu uh uyu yashitse kuburongozi gute kweri mugabo primaire yoyo yoyirongora nabo Bana batoyi bahora babgira Ama histoire yakahise kuko atavyiyumviro bafise yemwe abarundi turakeneye révolution atarivyo izo comédie ntizizohera urazi neza muvyukiri ko ariwewe harya wahatoye yemwe wabaye umushakashatsi 😊😊 nihatari turagowe .

  • @user-qg5gl6ok6f
    @user-qg5gl6ok6f Před měsícem

    Président 🎉🎉🎉 muri umukozi mwiza,ariko ,umwami agirwa n'abagabo.vous êtes mal entouré.gira ico muhindura nyakwubahwa

  • @diagfinamix1861
    @diagfinamix1861 Před měsícem

    Je mbona ahubwo bwokwimbwa hakaba discours ya nyene icubahiro ariko yerekana umwimbu, ariko kuva kera twumva ngo uburundi buratunze muga turi abanyuma kwisi , nihabe agacerere havuge ibikorwa president aze aseruka aje kumurikira abenegihugu umwimbu. Ijambo nkiri ryaraguzwe kugitoro none nicari gisigaye gica kirabura. Mana tabara abarundi turarushe😢

  • @langsonnjobvu7424
    @langsonnjobvu7424 Před měsícem

    Mufunge uwosiwe

  • @NiyonkuruAliera
    @NiyonkuruAliera Před měsícem

    Ahivyobizokundamutama imanikuzimbere

  • @amolam97
    @amolam97 Před měsícem +9

    Noe ka mutama wacu nigute umushikiranganji wubutare nagataka ashobora kukwopoza ibintu wiboneye ariko ukamureka akaguma yidegemvya? Kand akaguma anarongoye ico gisata nahanwe bimwe biboneka nabandi banatinye je sindabitahura ingene umushikirangaji yovuga ngo barahenz umukuru wigihugu kand akabandanya yidegemvya natabahana sinibaza kohazobaho kwubahana nogutinyana

    • @innocentwasafi7787
      @innocentwasafi7787 Před měsícem

      Ahubwo umenga arabatinya

    • @Princetuyishime
      @Princetuyishime Před měsícem

      Ubutare bwarahaba kuvakerasha ahubwo kubiyagacane nokuvyirukamo nukurangaza abarundi ngo bareke gutegera inkuru zabasoda babo bapfira muri congo kubusa.

    • @amolam97
      @amolam97 Před 28 dny

      @@Princetuyishime noe nkawewe uje muvyakangahe? ivyo vyabasoda ninde abikubajije?agatwe😄

    • @Princetuyishime
      @Princetuyishime Před 28 dny

      @@amolam97 nuko ntaso yohereje gupfira muri Congo nikomvamvu uvuguko

    • @amolam97
      @amolam97 Před 28 dny

      @@Princetuyishime urumva usumvya ubwenge so kutamubwiye areke kuja mugisirikare genda ubakureyo noe ntiwibagire nabo.mur somalie wamwana we igisirikare gitandukanye nubwo.bucivil bukwuzuye

  • @SylvestreManirakiza-i7b
    @SylvestreManirakiza-i7b Před měsícem

    Mwirukane

  • @user-re2eu4sm8w
    @user-re2eu4sm8w Před měsícem

    Nyakubahwa Gl Neva ucukwakwanya uwomuntu umwirukane kk vyose ubifitiye ububasha.intovyi nkizo ntazo dukeneye mwiyimisi

  • @bavuganezaImmaculee-pn9ni
    @bavuganezaImmaculee-pn9ni Před měsícem

    Uwonumusuma

  • @user-vy6yo3mi7w
    @user-vy6yo3mi7w Před měsícem

    Burundi bwacu burundi buhire lmana ishimwe

  • @RemmyWilliam
    @RemmyWilliam Před měsícem

    Nanje yarambaje vrement unyamugabo

  • @Bobleeswagger586
    @Bobleeswagger586 Před měsícem

    Wapi urazi kubesha vyarakunaniye ntaburimwo toka

  • @elysetatu7455
    @elysetatu7455 Před měsícem

    Imvugo ize ijana ningiro
    Mukorere igihugu
    Mwubake ejo heza
    Kuko kurundarunda ubutunz mumufuko umwe ntanyungu
    Ubuzima nibugufi
    Muz dukorere igihugu

  • @user-ui2cc4bk6m
    @user-ui2cc4bk6m Před měsícem +3

    Bafate uba funge muta bose viva neva

  • @yanganandeemmanuel7171
    @yanganandeemmanuel7171 Před měsícem +2

    Nonese nimba ubijejwe yakubwiyeko Atari ubutare kd yarabyigiye urinde wo kubihakana😂😂 Neva

    • @ErasmeIrakoze-cs6ed
      @ErasmeIrakoze-cs6ed Před měsícem

      Nne kwavuga kwatabutare burimwo hanyuma akavugango bahereye keeera babwimba wumva uryamugabo azi ivyarimwo???nne kwatabutare burimwo birya binogo bavyimvyemwo ivu canke ibumba?ba mukoresha ubwenge

    • @Princetuyishime
      @Princetuyishime Před měsícem +1

      Ubutare bwarahaba kuvakerasha ahubwo kubiyagacane nokuvyirukamo nukurangaza abarundi ngo bareke gutegera inkuru zabasoda babo bapfira muri congo kubusa.

  • @rubennshimirimana7794
    @rubennshimirimana7794 Před měsícem

    Kubera iki ahembwa adakora,mushimire haje abakora babikunze.Imana Ikuje imbere nyakubahwa ikugire nka Mose abamwitambika imbere bose Imana ubwayo yabikuriraho,na mushikiwe Miriyamo Imana ntiyabiravye,Mose yamusabiye ikigongwe mu nyuma ariko igihano c'imibembe caramuciyeko

  • @PasteurNIYONZIMA-v6d
    @PasteurNIYONZIMA-v6d Před měsícem

    Jewe vyaranezereye ariko nyakwubahwa president ntibiherere mumvugo turarindiye

  • @BA-xi2rf
    @BA-xi2rf Před měsícem

    Hhh yiyambariye gucci type

  • @NijimbereElie
    @NijimbereElie Před měsícem

    Nn Abo bagabo kubashira mumpimba kumusaga bisaba iki??! Shiramwo guhana nyakubahwa

  • @Princetuyishime
    @Princetuyishime Před měsícem

    Ubutare bwarahaba kuvakerasha ahubwo kubiyagacane nokuvyirukamo nukurangaza abarundi ngo bareke gutegera inkuru zabasoda babo bapfira muri congo kubusa.

  • @PacifiqueIrambona-gh1dd
    @PacifiqueIrambona-gh1dd Před měsícem

    Neva oyeee

  • @Bngjdnr7783
    @Bngjdnr7783 Před měsícem

    Ibikogwa vyishi amajambo make tugwizibikogwa nahobuhari igikuru nukubona inyungi ibivuyemwo nayo kubabuhari hoho ntacobivuz mugihe ataco budufashij

  • @AmandaMonia
    @AmandaMonia Před měsícem

    Mr. Evaliste uriko urabesha abanyagihugu.

  • @NgaboJeanvier-iw4yu
    @NgaboJeanvier-iw4yu Před měsícem +3

    uriya nawe yarabeshye ngo contineer ya 20tons yuzuye colton ngo 300.000$????🤣😂ni igisambo kibi kabisa kuko 1kg ya colton 180$ noneho wakuzuza contineer wafata 180$x20000=3,600000$..kandi muzacukura byibura contineer 2milliones mwakize kujyeza kubuzukuruza banyu..nabyo mubyiteho cyane ntihazagire ubiba kuko imana yahaye umugisha uburundi..mwese mwakize byarangiye..kabisa..kubera bufite ubuyobozi bwiza.Cndd-fdd oyeeeeer
    Gen never oyeeeeee
    burundi oyeeeeeeee.

  • @JeanMAYUGI
    @JeanMAYUGI Před měsícem

    VYISHIRIRE MUNTOKE NKA CA IGITORO. REKA KUTURUHISHA TURAKUZI.

  • @claudeharerimana4315
    @claudeharerimana4315 Před měsícem

    Komera mutama wacu

  • @AugustinNdihokubwayo-sc6ot
    @AugustinNdihokubwayo-sc6ot Před měsícem +1

    Reka sha ukaza wuva rw' icuma cumudadi nico gikomeye kube arubutare bwacu

  • @yesunijibu1534
    @yesunijibu1534 Před měsícem +1

    Igiti kitama kiracibwa mutama kubura utere ibitibishasha .

  • @lazzR1935
    @lazzR1935 Před měsícem

    Komera Mutama🇧🇮🤍👌🏾🤞🏾💪🏾🏆🎉 turaguteze akazoza keza

  • @pattoh6855
    @pattoh6855 Před měsícem

    😂😂😂😂😂😂😂 Doresha inkira buheri yambaye Gucci😂😂 kwirirwa urata ibiryo gusa cyakose uburundi mwaragowe gusa one day, harigihe muzabonq president muzima kdi abantu bazima barahari

  • @user-ui2cc4bk6m
    @user-ui2cc4bk6m Před měsícem +1

    Babuvege amazina yabo papa wacu urakoze

  • @MaureenWangui-ox2hi
    @MaureenWangui-ox2hi Před měsícem +2

    Abakera ngo iyo uhimvye fuka inda.

  • @M.Wilfred
    @M.Wilfred Před měsícem

    Iryo jambo rirakomeye ndarikunze cane

  • @habimanaemmanuel8185
    @habimanaemmanuel8185 Před měsícem

    Nizere ko atari igipindi mutama.

  • @DusabeLucien
    @DusabeLucien Před měsícem

    Uyomuntu ninde Neva nikundira???? Turatunze nivyo koronanababijejwe muduhamahera mzehe we we !!!!!!!!!

  • @user-rq4vt6gw4g
    @user-rq4vt6gw4g Před měsícem

    Non mutama perezida. Nkuyomuntu ahakana wavyiboneye aracahema umubona afise umugambi wokwica abanyagihugu nkuko.
    Mwenabo batovyi fata impapuro zumutsindo zabo muzitabure babogozwe mumabanga Hama banacirirwe imyaka mugasho baveyo arabanyagihugu.
    Kubitubwira atangingo zoguhana nokwihaniza birimo ntibiryohera abarundi.
    Murabe kandi mugarukire agaciro kifaranga ryuburundi turahanzwe abanyagihugu turarushe cane

  • @MobileDawat
    @MobileDawat Před měsícem

    Hita wirukana ingegera!!

  • @RaulentiEzekiel-sc2ii
    @RaulentiEzekiel-sc2ii Před měsícem

    Nivyo

  • @mupatagenerald5009
    @mupatagenerald5009 Před měsícem

    Twaraziwe ndabarahiye, uyumugabo kuberiki yama avuga ibigugu gusa adashobora kuvuga ijambo ritomoye nkumukuru wigihugu nyene abikwiye?

  • @rwabishingweimawusi2337
    @rwabishingweimawusi2337 Před měsícem

    Hewe mushingantahe,# Gen Never!.,ungera umutekano wawe😢 Ndabona uje nka Pombe Magufuri!!!
    Renforcez votre securitee!!! Nahubundi,barakumesa pee!!!

    • @hoppyjerry
      @hoppyjerry Před měsícem

      Reka reka, kugereranya Magufuli na Neva ni nko kugereranya umuzimagiza n'umuco. Magu imvugo yiwe yajana n'ingiro, Neva wewe ni parara gusa, irimwo n'uburyarya bwinshi bwo gusamaza abarundi ngo bizere ivyo batazigera babona.

  • @NgaboLee
    @NgaboLee Před měsícem

    💯

  • @user-lt2qh5dj1b
    @user-lt2qh5dj1b Před měsícem

    Urahenda abandi Sha nahandi bavuguko Kandi nahandi bwari mbwe ariko nanubu ntaco turabona😂

  • @user-du3fv2sh4g
    @user-du3fv2sh4g Před měsícem

    umaze kwiba muri congo reka kubesha

  • @gibsondjibril8587
    @gibsondjibril8587 Před měsícem

    Ko twize mw'ishure k ababiligi baje 1916-1962 ah biboneka ko bazimvye Imyaka 46.Akabazo none Abazungu bashikie gucukura ubutare bagishika uwo mwaka? Ikindi ko basokuru bacura:Imihoro,amacumu,ibimito,amashoka,n'ibindi Bo bamenya gute k ibuye ariry'agaciro ? Boba Barinda ubwo bushakashatsi muvuga? Habuziki kugira notre sous sol ifash Igihugu? Ntimubona k duteyisoni? Kwikunda gusa ...
    Ntavyo tuzojana ikuzimu uwoshak yokorera Igihugu nabene gihugu

  • @george496
    @george496 Před měsícem

    Kati ya East Africa burundi tu ndo ina Raisi mjinga wa hali ya juu ambae hajuu namna ya kuongoza nchi yake limakaa madarakani miaka mi nne halijafanya chochote 😅 😅😅 hata kuongea halijui 😂😂😂

  • @jacksonNdayishimiye-lv7gj
    @jacksonNdayishimiye-lv7gj Před měsícem

    Ubwo barimvye bararuha musongati muyinga cibitoke ngozi umwimbu urihe ubwo nibwo bwigitangaza hahaha

  • @elagritour-turage7666
    @elagritour-turage7666 Před měsícem

    Mpanure Neva, umurundi wese aba zfisemwo umutahe mûri ubwo butare.
    Hama abimba gushika k'ubabuhingura babe abakozi bacu duhemba.
    Kandi tubushore kw'isoko mpuzamakungu biciye mw'ihaganwa mu mabahasha yugaye.
    Inyungu duca tuyigabura ubwo nyene ku nzu ku nzu ubu ntibigoye bazoshira kuri za Lumicash, Ecocash,...zacu.
    Ataruko abo hejuru bagiye kuburyaniramwo n'amasasi azovuga usange banyarucari birabahitanye aho gusomera usange bararumanze.

    • @yonyinejcofficial3690
      @yonyinejcofficial3690 Před měsícem

      Ibi ntibyakunda namba , ahubwo amafaranga yazagera kubaturage mubundi buryo, bubakirwa imihanda mwiza ,amavuriro, umuyaga nkuba, nibindi bikorwa remezo byibanze bikenewe ,naho kuyagabanya abantu byo biraciriritse

  • @nkurunzizavincent-nw5qj
    @nkurunzizavincent-nw5qj Před měsícem

    Gucci urakukira

  • @nirereegide1230
    @nirereegide1230 Před měsícem

    Ngo bagume bahembwa bicaye je nikorere akazi? Mbega umu président wikirofa. Reka gusamaza abarundi vyarakunaniye.

  • @JenvierNDIKUMASABO
    @JenvierNDIKUMASABO Před měsícem

    Komera Ba Nyakubahwa turagushigikiye

  • @nyarugengeofficial3558
    @nyarugengeofficial3558 Před měsícem

    Umubyeyi w'igihugu chu uburundi Imana imukomereze amaboko imurinde abazima babi

  • @lilianebahati7290
    @lilianebahati7290 Před měsícem

    ❤❤❤❤❤❤❤

  • @ernestohaba7549
    @ernestohaba7549 Před měsícem

    Jewe ibivugwa ntibikorwe vyaratumye nihebura. Rero nzovyemera ndabibonye kuko abarundi barangize Thomas

  • @JosephSikogukira
    @JosephSikogukira Před měsícem

    Nta kiriyo. Mureke guhendwa barundi

  • @beautyofburundi5624
    @beautyofburundi5624 Před měsícem

    Uyo yavuze ko wabeshe mushengeze vyihuze , umukure mu mabanga abo ni bo bapfukamye mu nda igihugu

  • @graceirakoze2868
    @graceirakoze2868 Před měsícem

    Ndiko ndibaza umukuru wumugambwe CNDD FDD Ari mubiki ko ata comentaire co kimwe n'uwutwara Inama shingamateka ?

  • @OkiraniNiyonkuri
    @OkiraniNiyonkuri Před měsícem

    Tugurire Air Burundi

  • @intahetv
    @intahetv Před měsícem

    Imvugo nije mungiro tureke amajambo

  • @FlodiqueNzobonimpa
    @FlodiqueNzobonimpa Před měsícem

    Umukama ahezagire igihugu cacuuu agihe amaheera n'amahoro, ubwenge n'urukundo

  • @VenusteBG-jj5zs
    @VenusteBG-jj5zs Před měsícem

    president nahamagaz abakorana bushak bakorere igihugu batanahembwa urabe k tutaba benshi kk abahari ub bos bashak kwuzuza inda zabo bakibagira igihugu catuvyay. mon papa tugarukani itegeko ryo kunyonga nay,ahandi abantu tugiye kwica nigiturire batwaka abo has ntaco tuzoronka kk atagafaranga

  • @rubazakennedy7441
    @rubazakennedy7441 Před měsícem

    sinzi umutama kwivyavugishwa aba yaborewe