Ivyaranze indwi ya mbere y'urugendo Inkebuzo rw'Umukuru w'Igihugu mu ntara zitandukanye z'Uburundi

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 5. 09. 2024
  • Bakunzi ba Mashariki TV kaze mu kiganiro Ku Kivi kibayagira ku vyaranze indwi ya mbere y'urugendo #Inkebuzo umukuru w'igihugu c'u #Burundi Evariste Ndayishimiye ariko aragira mu ntara zitandukanye z'Uburundi. Iki kiganiro kibashikana mu ntara za Cibitoke, Bubanza, Bujumbura, Muramvya na Kayanza. Kaze.

Komentáře •