Ibikorwa vyo kwubaka stade intwari vyoba bigeze ku ntambwe iyihe?

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 25. 03. 2024
  • #Burundi: Ibikorwa vyo kwubaka ikibuga citiwe #Intwari wibaza ko vyoba bigeze ku ntambwe iyihe?
    Mashariki TV yari yishikiye ahariko harabera ibikorwa kugira ibasangize aho ibikorwa bigeze !
    #FFB #StadeIntwari

Komentáře • 37

  • @Ndayaki
    @Ndayaki Před 3 měsíci +4

    Ibikorwa biracari vyinsh; ikibuga gishobora kutakiira inkino zikomeye zuno mwaka😢😢😢

    • @Bigdeal123
      @Bigdeal123 Před 3 měsíci +2

      Iyo bikorwa mumyaka 25 iheze ntibiba biriko birakorwa ubutegetsi bwatanguriye kuri republic bwahuye nibigeragezo vyinshi intambara nibihano bidahera vyatumye u Burundi budatera imbere ariko imbere niheza cane

  • @user-yd3ri4ry1u
    @user-yd3ri4ry1u Před 3 měsíci +1

    Sagambz Burundi ❤🇧🇮

  • @barnabasviva2245
    @barnabasviva2245 Před 3 měsíci +2

    Mbega iyomashinine yubaka parikingi nimwe gusa

  • @lovepeace5460
    @lovepeace5460 Před 3 měsíci +5

    Imirongo- Burundi!!! Nikigituma uburundi bwahindutse igihugu cogutonda imirongo. Kuriha amakori, kuri bus, kuri stations, isukari, amazi nugutondimirongo. Ingufu numwanya utakarira kumirongo nigihombo kinini???? Uwurambiwe nogutondimirongo muburundi ampe likeeee

  • @millionsofreasons9806
    @millionsofreasons9806 Před měsícem

    Yewe ndabona igiye kurangira 😂😂

  • @OrnellaIrankunda-eg5qs
    @OrnellaIrankunda-eg5qs Před 3 měsíci

    Terinbere burundii .Reta Nkozi hejuruu caneee🎉🎉🎉🎉

  • @theafricanhauler3396
    @theafricanhauler3396 Před 2 měsíci

    😊❤
    ✊🏾🇧🇮

  • @gilbertmutuyimana4202
    @gilbertmutuyimana4202 Před 3 měsíci +2

    Ewe Burundi😢, ehe raba stade Amahoro ya Kigali ukungene iteye igomwe kandi yubatswe mu gihe gito. Mu Rwanda imvugo niyo ngiro ❤

    • @joemac7463
      @joemac7463 Před 3 měsíci

      Menya neza kirya kibuga cubatsw na Turquie kandi 45 ans izohera u Rwanda ruyiriha ??none ushaka u BURUNDI bugurishe Bujumbura yose ?? Vyoba bibi ck bito ariko arigwaw

    • @justin-marienzitunga8427
      @justin-marienzitunga8427 Před 3 měsíci +3

      ​@@joemac7463stade amahoro yaramaze kwishugwa,nta deni canke coopération,irya compagnie iza yararishwe mbere yo gutangura akazi.

    • @vinceruba9841
      @vinceruba9841 Před 3 měsíci

      ​Mbese amahoro si ayurwanda😂😂😂 oooh c'est pathétique. Mbega imyumvire. Umunsi ba nyiri stade amahoro bazayambura u rwanda svp ntimuzarutize stade kabisa!​@@joemac7463

    • @25eyal17
      @25eyal17 Před 3 měsíci

      ​@@joemac7463 wibeshya rwose, iriya stade ntago ar inguzanyo iriya compani yarishyuwe neza

    • @IrakozeTresor-fn8vi
      @IrakozeTresor-fn8vi Před 2 měsíci

      Reka kubeshya sha irya stade nta deni namba irimo yubatswe namafaranga ya reta ! erega emerako abanyarwanda babasize ntacyo bitwaye!

  • @fizzodonatien6579
    @fizzodonatien6579 Před 3 měsíci +4

    hahaha😂😂😂😂

  • @funnyvideosmusicandmoivies8279
    @funnyvideosmusicandmoivies8279 Před 3 měsíci +7

    Abandi baradusize twebwe twishinga ajambo gusa birababaza kubona mukarere turabanyuma 🤦🏻‍♂️🤦🏻‍♂️🤦🏻‍♂️

  • @ntirampebapascal8222
    @ntirampebapascal8222 Před 3 měsíci

    Iyo parking ntibibagire aho gutera ibiti n'amashurwe hagati yaho imiduga izoparka

  • @Ubu36
    @Ubu36 Před 2 měsíci

    Evalisto oye oye oye izoba iruta iyo mugwanda kure

  • @KasendrLukadi-pj7xy
    @KasendrLukadi-pj7xy Před 3 měsíci +2

    Si on pouvez appeler les turques de construire la toiture partout

    • @ericballack8219
      @ericballack8219 Před 3 měsíci

      Ntagifaransa uzi iyo wandika mururimi wumva neza

    • @aaronbe9966
      @aaronbe9966 Před 3 měsíci +2

      @@ericballack8219
      même un blanc de souche n’aurait pas osé critiquer pareil, tu sais que tu as compris, il l’a voulu dire quoi alors tu corriges simplement son erreur à la place de critiquer

    • @InGodwetrust0991
      @InGodwetrust0991 Před 3 měsíci

      Jewe nama numva abanyarwanda ngo bararenganye mubintunzi, none boba basumba Kenya cnk Tanzanie? KO ntarigera numva biyamamura, jewe uwise abanyarwanda ba MANENO yari yabihweje neza

    • @Usbar-oc1kl
      @Usbar-oc1kl Před 2 měsíci

      ​@@InGodwetrust0991Imana izagufashe nibura rimwe wumve uko abongabo utanzeho urugero bashimagiza u Rwanda

  • @25eyal17
    @25eyal17 Před 3 měsíci

    Iyi imaze imyaka ingahe yubakwa?

  • @papillonfr7587
    @papillonfr7587 Před 3 měsíci +1

    Uburundi busigaye bubabaje...c'est quoi ce pays qui n'arrive même pas à construire un seul stade de foot aux normes internationales? Uburundi hari kera...ubu ni zuruma, zuruma gusa.

    • @ibrahimcongeram.806
      @ibrahimcongeram.806 Před 2 měsíci

      Petit a petit l oiseau fera son nid ivyo ntuvyihutishe nabandi bazubatse vyabatwaye igihe tube turakoresha iyo twashoboye kwiyubakira kuburyo bwacu atafashanyo twaronse mu mahanga. Hama iyo stade uvuga izokwubakwa hagati mu gihugu igihe n icagera ibibazo biduhanze vya politike birangiye.

    • @papillonfr7587
      @papillonfr7587 Před 2 měsíci

      @@ibrahimcongeram.806 Barabanza bareke kwiba. Ibisoroma ndandura, ibinyenzi makwakwa. L'on est devenu le pays le plus pauvre du monde.

    • @Nikiza.Bellansine
      @Nikiza.Bellansine Před 9 dny

      Bihoze. Nibabe. Hobachaka amajambobavugantaturaba

  • @vinceruba9841
    @vinceruba9841 Před 3 měsíci

    Narinziko bayitashe le 01.05.2023

  • @amolam97
    @amolam97 Před 3 měsíci +2

    Vyiza cane🥰kabe gato muga keza pe

  • @manudiofficial
    @manudiofficial Před 3 měsíci +1

    Terimbere gahugu kanje keza nakunze

  • @ngendahayobenjamin1817
    @ngendahayobenjamin1817 Před 3 měsíci

    sitade yo Rwanda ninziza muzubake nkayo

  • @user-yd3ri4ry1u
    @user-yd3ri4ry1u Před 3 měsíci +1

    Sagambz Burundi ❤🇧🇮