STADE Intwari mu bibuga bizoba bikomeye muri East Africa yose | Raba amashusho yayo

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 23. 04. 2023
  • STADE Intwari mu bibuga bizoba bikomeye muri East Africa yose | Raba amashusho yayo
  • Zábava

Komentáře • 79

  • @burundishallsmile1day109

    Ikibanza gifata mukarere sico tubabaye.
    Ikibuga Ciza ciyubashe niyo ndoto y Abarundi!
    ✊🏾🇧🇮
    Pas de Competition regionale, juste une dignité Nationale!

  • @rutaasma7955
    @rutaasma7955 Před rokem +4

    Icambere muri east Africa ibaze difference between 18.000 and 45.000 hanyuma ngo icambere nakamaramaza

  • @user-yc2iv7qu2s
    @user-yc2iv7qu2s Před 15 dny

    Ntabwo ishamaje cyane

  • @lilpaff93
    @lilpaff93 Před rokem +2

    Bosingwa nakwemera 🇧🇮💪 cyane bro ,,uvuga kabisa vya kweriii 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 respect

  • @user-eh1tm2nu2m
    @user-eh1tm2nu2m Před měsícem

    Vraiment stade ninziza ikosa. Ninto ikind kuba atazosakagwa hose wapi kuberiki uburund atagihe nakimwe tuzigera twubaka ikintu origina2? imyaka yariheze atacodufise ntivyaribikwiyeko turonka akantu nkako

  • @NeuphtalieSabayesu
    @NeuphtalieSabayesu Před rokem

    Imana imbere kwivyo bikorwa vy'iterambere idushoboze kugiheza uko tuvyipfuza kl

  • @TuyishimeFiacre
    @TuyishimeFiacre Před měsícem +1

    Abarundi kunyagirwa nibintu vyanyu mubandanye munyagigwe

  • @ndayizeyepatrick225
    @ndayizeyepatrick225 Před rokem +3

    Muri East Africa nicokizaba aricanyuma peeee nkutikije ibindi bihugu uko birikwupaka ibibuga yangwa ibyo byaribisanzwe bifise

  • @levisdiamond4797
    @levisdiamond4797 Před rokem +1

    Ze murareka kwiyemera ati kizoba gisumba ibibuga vya east Africa. Manze mugiheze kwanza amanota azotanga abazokibona na bamaze kuja murivyugaya 😢.

  • @chafumojangoyepangoulous4416

    Nakubali mzee

  • @donbrunodushime1069
    @donbrunodushime1069 Před rokem

    Top 🙌💥

  • @user-bz2vu2ex8g
    @user-bz2vu2ex8g Před 6 měsíci +1

    Kubaka biracatugoye ikinicomwita ica1 cakira abantu bake nkuku? Zemuratembera

  • @Mucyojean06
    @Mucyojean06 Před 3 měsíci +1

    Ubwo yaza ariyanyuma kuko iyi dimation

  • @IdrissaNyandwi
    @IdrissaNyandwi Před rokem

    Bravo

  • @leonardociavattini4057
    @leonardociavattini4057 Před rokem +2

    When Will finish intwari stade ? Very beautiful the stade similar european stade

  • @user-ye6kh6er5j
    @user-ye6kh6er5j Před 10 měsíci

    Nivyiza

  • @hervendayirukiye9981
    @hervendayirukiye9981 Před rokem +2

    Iyo ni maquette watweretse. Reka turindire baheze kucubaka hama uzoce utubaza ico kibazo.

  • @BLEYMUSIC16
    @BLEYMUSIC16 Před rokem

    Good

  • @JeanthiyNtira851
    @JeanthiyNtira851 Před měsícem

    None Ka bagenzi tuzoguma mumashusho kugeza ryari,??

  • @kasendelukadi2047
    @kasendelukadi2047 Před rokem +1

    Il faut couvrir cette stade il sera super

    • @swahi841
      @swahi841 Před rokem

      President yaravyiyemerey ivyo tuvyitege

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 Před rokem +1

    Se Barundi y ubahwe Neva

  • @jeannkuru2887
    @jeannkuru2887 Před rokem

    Ikibanza 1

  • @papua3619
    @papua3619 Před rokem +2

    Ikibuga Ni ciza cane ariko Je pense que ibibanza Ari bike(18.000) . Bujumbura est habite par plus d' un million de persone. Ntimubonako bateguye ibibanza bike? Boba barategekanije ingenue bokwongerako ibindi bibanza mu gihe uburyo bwoboneka.

  • @Sindayigayaamabyi
    @Sindayigayaamabyi Před 2 měsíci

    Iyi izoba irenze stade amahoro ndakenda amakara

    • @evaristendabanye1515
      @evaristendabanye1515 Před 2 měsíci

      😂😂😂😂

    • @Ntwari563
      @Ntwari563 Před měsícem +1

      Stade amahoro urayivuga nkutayizi jya kuri youtube urayibona irabura ukwezi kumwe ngo yuzure

  • @emechrisngzkugasaka3129
    @emechrisngzkugasaka3129 Před rokem +2

    Oya nahandi bariko barubaka kweli

  • @jeanclaudembomaharumukiza

    Ikibanza nicanyuma my karere gusa na mitende mugisakaye mwoba mubayiki?utunenge ni twinshi cane , ntigisakaye, nigiri caaaane hama kndi nyimba bubatse ako ni itegure ikibuga nyaco dishonors no kwakira nka 60000 persone aho tuzoshima

  • @JayloveShemeza-zc4rm
    @JayloveShemeza-zc4rm Před 11 měsíci

    Kbx

  • @buja_fleva
    @buja_fleva Před rokem +3

    Vraiment turacari inyuma 😮

    • @usabwimana1499
      @usabwimana1499 Před rokem +1

      Cane

    • @Ntwari563
      @Ntwari563 Před měsícem +1

      Abaye arumunyarwanda ubivuze bamuvuza ababuye nkaho atavuze ukuri , ariko naho ubundi niba aricyo cyambere Bujumbura cyari gikwiye gusakarwa , bagashyiramo na zantebe zifunga zemewe na fifa

  • @omerntiharirizwa2121
    @omerntiharirizwa2121 Před 8 měsíci

    Mwabonye abenegihugu ivyipfuzo n'uko gisakarwa kuburyo imvura itabanyagira nkakera

  • @dariusniyonkuru303
    @dariusniyonkuru303 Před rokem +1

    Ikibuga ni ciza cane ariko nibutse ya mvura ihora idukubitira ngaho bica binyanka munda kabisa,ariko Mutama yaragacishijemwo ko bashobora kugisakara cose nayo ahandi ho ako karacabuze.ariko nivyo turabishimye cane umuntu azohora agenda kuri stade aryohew .abatama bacu bubahwe

  • @ndihokubwayomelance3163

    Niciza kbs ariko nibasakare kuko twese turi abenegihugu

  • @vianneyniyonkuru9085
    @vianneyniyonkuru9085 Před 11 měsíci

    Je kur stade nahomowe nizuba ryaho hamwe nimvura ivyo bitabonetse kuzaho sikirenga kweri fuma mutoza amahera mubanyagihugu ariko gisakakwe niho namahera kizinjiza naco aziyongera ntabwo nzoza kuzuba ngo cubatse neza imvura iguye impendera aho ntinyagaza

  • @samuelnizigama9362
    @samuelnizigama9362 Před rokem +1

    Kwel niciza cane ariko gisakarwe hose batume batubwira abanyagihugu twe se buri uwukwiza imyaka 18 duterere 1000 kadi cohera akanasigara

  • @uwiringiyimanatheophile8992

    Nikiza ariko ntabwo aricyo cyiza mukarere kuko murwanda sitande yaho barikubaka izaykamo inihumbi 46

  • @charlestuyishemeze9959

    𝐾𝑖𝑟𝑎𝑚𝑎𝑟𝑎 𝑘𝑤𝑒𝑙𝑖

  • @nizigamaraphael8662
    @nizigamaraphael8662 Před 7 měsíci

    Stade amahoro rwanda not intwari wapi wapi

  • @fabianosinghanis5796
    @fabianosinghanis5796 Před 11 měsíci

    Non ntikizoba gisakaye?

  • @asoumanindayisenga7680
    @asoumanindayisenga7680 Před 11 měsíci

    Kizoba giteye igomwe mbega ikibuga ciza

  • @daudiazizi8495
    @daudiazizi8495 Před 4 měsíci

    Niciza kuko Nico ntaco twari twiteze

  • @pas6gpas6g26
    @pas6gpas6g26 Před rokem

    Niciza gs ikibazo kimwe
    Nico gusakagwa
    Nicigomwe gusa kidasakawe
    Ntacoba gikozwe pe

  • @smartnahodha6578
    @smartnahodha6578 Před rokem +2

    Mukarere kizobagifata ikibanza ca 1 mucapa. 2 amahoro rwanda. 3 kenya 4 congo 5 burund 18k person abandi ni 50k person 😃😃😃

  • @lifevianneyhabonimana3743

    Cari ciza ico kibuga ariko akanenge kigaragajeho nuko batagisakaye cose.

  • @rajihijarajihija8371
    @rajihijarajihija8371 Před rokem +1

    Icho twosaba tusabe umukuru wigihungu ichokibungu gisakawe

  • @paulmaurege6247
    @paulmaurege6247 Před rokem +1

    Turasavy ico kibuga bacitondere KK ikiringo gisigay nigito nibitonde

  • @smartnahodha6578
    @smartnahodha6578 Před rokem

    Nzovugacaheze

  • @daudibig-rk7ch
    @daudibig-rk7ch Před rokem

    Kukibanza kizoba icanyuma muri east afrika mugabo kuri bwacu abarundi vyofuma nico tukironse kineze uko nyene mugabo sinibaza

  • @jonasntahimpera3282
    @jonasntahimpera3282 Před rokem

    Ibindi bihugu biriko vyubak ibibuga bisakaye,kuberik mwebwe mutogisakara nkibindi bihugu

  • @innocentbangirinama5008

    Gusa ikibuga niciza gusa simbona kongaho hazoshigwamwo intebe nkibindi bibuga bikomeye bazosakere impande zibiri hazosigare hato gusa

  • @danielbukuru-qj6od
    @danielbukuru-qj6od Před rokem

    Noe kwl ngah mushaka mutubwire ko imvura izogwa nkanyagigwa kand jew nari numvis umukuru Wigihung avuga yuko atavyo kunyagigwa noe kwl nivyo tubonye

  • @KwizeraBosco-wx1qm
    @KwizeraBosco-wx1qm Před 10 měsíci

    None ko bavuzeko kizoba gisakaye hose nivyo

  • @user-fd3zu9fz1r
    @user-fd3zu9fz1r Před 9 měsíci

    Nibagir nkivy cumi kgr twakir can

  • @jajasoldado198
    @jajasoldado198 Před rokem

    Ibaze Hamwe Coca Gisakarwa Hose😅

  • @user-yc2iv7qu2s
    @user-yc2iv7qu2s Před 15 dny

    😂

  • @ntwarititi
    @ntwarititi Před měsícem

    😂😂😂😂😂😂😏😏😏

  • @majwegerifabrice9187
    @majwegerifabrice9187 Před rokem

    Ubwugamo bumwe?
    Nicanyuma mu karere ntana GM fitness irimwo ntavya barundi kbs

    • @joyeuxniyonkuru2701
      @joyeuxniyonkuru2701 Před rokem

      Nubwugamo bubiri ngaho ubwakabiri ntaburimwo hama salle ya gym izoba irimwo nayone kuko ngaho hariho vyinshi baterekanye

  • @mahamafc3964
    @mahamafc3964 Před rokem

    Nikibi

  • @suavisndihokubwayo-cc3id
    @suavisndihokubwayo-cc3id Před 11 měsíci

    kizoba gisumbwa nicimakamba

  • @nyc5595
    @nyc5595 Před rokem

    Habuzemwo Sale Gymnase des sportifs irakenew cane vyobay vyiza csne bayibuts intamba zacu nayandi ma Equipes yabisavye bakaza bagirira imyimenyerezo ngaho nyen

    • @joyeuxniyonkuru2701
      @joyeuxniyonkuru2701 Před rokem

      Izoba irimwo nivyinshi ngaho baterekanye

    • @masironitunga9357
      @masironitunga9357 Před rokem

      Tuzoguma turabanyuma ariko bola biraruta mbere

    • @joyeuxniyonkuru2701
      @joyeuxniyonkuru2701 Před rokem

      @@masironitunga9357 Tuzoguma turabanyuma gute? Aha twoja kuraba ibihugu vyose vya Africa barafise stade international nkiyo?Atamakuru ufise buhora hariho ibihugu vya Africa bidafise niyo yowacu mugaya

    • @gateraange3642
      @gateraange3642 Před rokem

      ​@@joyeuxniyonkuru2701😅😅uzage tzd ugere muri kenya ugere uganda ugere Congo ugere mu Rwanda urebe amahoro stadium urasanga muri abanyuma ahubwo stade ntoya gutya itanasakaye😅😅😅😅

    • @joyeuxniyonkuru2701
      @joyeuxniyonkuru2701 Před rokem

      @@gateraange3642 Izosakarwa yose guma hamwe kandi iyo siyo stade yambere nini iri mu Burundi turafise niyakira abantu ibihumbi 30 imakamba

  • @user-fg1tg9kp4b
    @user-fg1tg9kp4b Před rokem

    kizoba ari icanyuma ku isi yose....poor burundians hhhhhhhhhhh

  • @drickadkins4631
    @drickadkins4631 Před rokem

    Mmmmhhh amashusho ya cartoon arabereye ijisho mais ntubwire ko Imvura izoduhondagura nka kera..

  • @eliasmanirakiza9281
    @eliasmanirakiza9281 Před rokem

    Kizob aricanyuma kk imvur izic umuntu