INJIRA muri sitade y'igihugu cy'u Burundi irikubakwa n'abaturage gusa / izuzura ryari?

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 8. 10. 2023
  • Imirimo yo kuba sitade y'igihugu y'u Burundi irakomeje, aho biteganyijwe ko umwaka utaha muri Gicurasi iyi sitade izaba yuzuye.
  • Zábava

Komentáře • 44

  • @jean-claudeuwayo9439
    @jean-claudeuwayo9439 Před 9 měsíci +8

    Iyo mu Rwanda ntangurane irimo ni 100% amafaranga y’igihugu

    • @gn1495
      @gn1495 Před 6 měsíci

      Naba turquia barikububakira

    • @eslonblack8096
      @eslonblack8096 Před 6 měsíci

      None sibwabutare birirwa biba muri Congo

    • @Mafia1984Ayirwanda-ge4ty
      @Mafia1984Ayirwanda-ge4ty Před 4 měsíci +1

      Nuburundi bufite abasoda congo ariko

    • @rjeph1237
      @rjeph1237 Před 4 měsíci

      ​@@gn1495SUMIA engineering compnay yo muri Turquie,NPD contaco yo Mu Rwanda ni Ikigo kigihugu gishinzwe Imyubakire nizo zahawe isoko ryo kubaka ariko Cash niz'igihugu

    • @25eyal17
      @25eyal17 Před 3 měsíci

      ​​@@eslonblack8096none abarundi nibariko bapfira muri Congo?

  • @sibok4124
    @sibok4124 Před 8 měsíci +5

    Ingurane sikibazo kuko iyacu niyuzura muzaza murayikodesha muyikinireho ho mutwishyurire iyo ngurane

    • @aaronbe9966
      @aaronbe9966 Před 8 měsíci

      Ah ariko ingurane nayo fabashe

  • @salimramadhani740
    @salimramadhani740 Před 8 měsíci +2

    Very Good ❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪💪💪From Burundi leaving in Cape town

  • @uwizeyimanaveda430
    @uwizeyimanaveda430 Před 8 měsíci +4

    Kigali yaciye kuburund

    • @beaugosseadam6831
      @beaugosseadam6831 Před 2 měsíci

      Ntakuntu itayicaho. Kabila na Mwangachuchu muri 18ans bakoze byinshi

  • @Ihatefrance371
    @Ihatefrance371 Před 5 měsíci

    Bless up burundi courage kbc

  • @vyizigirofiston6783
    @vyizigirofiston6783 Před 9 měsíci +2

    Ah ntankunga irimo nabenegihugu gusa

  • @mugwanezainnocent8276
    @mugwanezainnocent8276 Před 8 měsíci +5

    Stade Amahoro Murwanda ntangurane Mani ni cash za L'état imisoro yacu cg mwebwe muvuga Amakori ??

  • @muvunyindahayomartin2661
    @muvunyindahayomartin2661 Před 9 měsíci +1

    izaba ari ntoya nziza courage abarundi

  • @Kajo_guitar
    @Kajo_guitar Před 9 měsíci

    👏👏

  • @NdihokubwayoSabine
    @NdihokubwayoSabine Před 3 měsíci

    Courageux barundi ihangiro mwihaye rizoshika

  • @iranzipiello6995
    @iranzipiello6995 Před 6 měsíci +1

    Aho niho igeze 🤔🤔🤔mbega bibi mugwanda ho bageze kure cane ,kuki Tweho 🤔🤔🤔🤔🤭🤭🤣🤣🤣🤣

  • @KasendrLukadi-pj7xy
    @KasendrLukadi-pj7xy Před 8 měsíci

    Si on couvre partout ça sera beau

  • @wildbeast3982
    @wildbeast3982 Před 9 měsíci +1

    Nyamara bakwitege

  • @BigirimanaDonatien-ls1bp
    @BigirimanaDonatien-ls1bp Před 2 měsíci

    Ninde yobategi nguraneyiwe

  • @thierrynduwimana6144
    @thierrynduwimana6144 Před 8 měsíci

    Uburundi bwarwije ama stades menshi ni vyiza cane, ariko haracabuze stade imwe gusa ishimishije ziri kurugero nkizizindi zo mukarere.

  • @papillonfr7587
    @papillonfr7587 Před 6 měsíci

    Kubona yubatswe a ta deni ni sawa cane. Si zinza kiyo mu Rwanda...muga nta deni ri rimwo.

  • @inambaomatakala2397
    @inambaomatakala2397 Před 9 měsíci +2

    Mirongo 44/48?

  • @user-ks8yu6kj4y
    @user-ks8yu6kj4y Před 6 měsíci

    Ubwo x uzuzura ryari

  • @gateraange3642
    @gateraange3642 Před 9 měsíci +7

    Ngo izaba ikomeye muri aka karere😂😂kandi ngo izakira 16k abarundi baranshimisha kbs izaba ariyanyuma ahubwo😅

    • @hassanjoo4771
      @hassanjoo4771 Před 9 měsíci

      None ivyo yavuze wumvirije none sivyo,sinumva iki kugutangaje.

    • @augun11
      @augun11 Před 9 měsíci +1

      @@hassanjoo4771 hahahaha

    • @juniorkurko34
      @juniorkurko34 Před 9 měsíci

      Izoba ikomeye gose kuko ikozw atangurane irimwo ninguvu zabarundi gusa

    • @gateraange3642
      @gateraange3642 Před 9 měsíci +1

      ​@@juniorkurko34ese abarundi muzajyana nigihe ryari kuba nta ngurane c biyigira ikomeye😅😅😅ubuse ko namakipe akomeye yubaka ama stade ku ngurane haricyo bitwaye??mwabuze kubaka stade nziza nini mwubaka aka kantu kangana gutya ngo abaturage nibo bayibatse nuko nta cash leta yanyu ifite 😂😂

    • @gateraange3642
      @gateraange3642 Před 9 měsíci +1

      ​@@juniorkurko34ikindi nakwibutsa nuko stade amahoro ntangurane yatswe ni cash za leta yacu

  • @muvunyindahayomartin2661
    @muvunyindahayomartin2661 Před 9 měsíci +2

    aba nibo bantu babaho muburyo bwabo kandi butagoye kandi bushimishije apana bimwe byo kwiyemera gusa no kwishyira hejuru kandi ntakigenda

    • @sibok4124
      @sibok4124 Před 8 měsíci +2

      Ibyo bintu byose birakenerwa mubuzima kwiyemera ntakibazo mbibonamo

    • @mugwanezainnocent8276
      @mugwanezainnocent8276 Před 4 měsíci

      Kwisi utiyemeye ntawukwemera. Ikibi nuko wakandagira abandi. Ahubwo utiyemeye baragukandagira..