STADE INTWARI | Ibikorwa vyo gushirako Umusezero vyatanguye| Ibiro bishasha vya FFB biriko vyubakwa

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 24. 02. 2024
  • #indundinews: Ikibuga c’Intwari kibandanya c’ubakwa, Ibikorwa vyo gushirako umusezero wa kijambere ( #Tapis_Stynthetique) vyatanguye , Ibiro bishasha bizoba bigeretsweko Étages 5 vyatanguye kwubakwa.
  • Zábava

Komentáře • 236

  • @mugwanezainnocent8276
    @mugwanezainnocent8276 Před 5 měsíci +18

    Njywe ndi Umunyarwanda Ariko yooo sha 😢 nukuri ntimukavuge nshuti. Nimubona Abavandimwe bagerageza kwiyubaka mujye mubatera courage sha. Ikigikorwa cy'Abarundi nikiza cyane. Pole pole ndiyo muendo. Kandi kandi buri wese agira intombero yuwe kuki mwumva Abantu bagomba kubaka ibintu bisa cg bimeze kimwe 🤷??? Igihe nikigera Abarundi bazunaka iyindi nziza. Kwiyubaka nibuhoro buhoro. Icyonanga nibiriya byo kwishora muntambara zitari ngombwa. Ni mukundane kandi mufashanye nibyo byiza ❤️

    • @ntwarititi
      @ntwarititi Před 5 měsíci +2

      Uvuze ukuri

    • @ibrahimcongeram.806
      @ibrahimcongeram.806 Před 2 měsíci

      Uvuze ukuri ino stade yubatswe kuburyo bw Abarundu ubwabo atamisada y ibihugu vy amahanga bitanze. Ariko nizere niitwaheza ino ndazi tuzosaba ingurane y amafaranga twebake iyindi nziza nkuko Urwanda rwafashe ideni bazoririha imyaka ariko bakaka bubatse stade nziza izimvye cane natwe ivyo tuzobishikako buhorobuhoro.

  • @imbonitvumubyeyikagame9312
    @imbonitvumubyeyikagame9312 Před 5 měsíci +11

    Ruanda urundi n'igihugu cyimwe ariko dutandukanwa nutubazo tudakwiriye pe imana iduteze imbere

  • @Hardy406
    @Hardy406 Před 5 měsíci +9

    Courage....mukomeze mwiteze imbere turabashyigikiye.....intambara muyivemo .....kp movin' forward...Great Burundi 🇧🇮........much love from Rwanda 🇷🇼 ❤️

  • @mugwanezainnocent8276
    @mugwanezainnocent8276 Před 5 měsíci +31

    Njyewe ndi Umunyarwanda. Nishimuye ko Uburundi buri kwiteza Imbere. Ariko intambara muyireke wangu mutejereze iterambere mufungure n'Imipaka muve munzangano twiyubakire ibihugu

    • @user-vk1yu7ug2s
      @user-vk1yu7ug2s Před 5 měsíci +3

      Komera mugenzi

    • @feregiz2479
      @feregiz2479 Před 5 měsíci +1

      Intambara y'amabuye y'agaciro ya DRC abategetsi bayasahura batange amahoro, twiteze imbere...

    • @ali-ckizofiolivierarakaza9284
      @ali-ckizofiolivierarakaza9284 Před 5 měsíci +1

      Neza cane twese turi bamwe twongere twunge ubumwe.

    • @user-eg1gz4kg7w
      @user-eg1gz4kg7w Před 5 měsíci +4

      Uvuga neza sha natwe turifuzako boyifungura

    • @user-eg1gz4kg7w
      @user-eg1gz4kg7w Před 5 měsíci +2

      Nuko ivyobarimwo bihitaba inzirakarengane abana batizinivyarivyo

  • @jeannkuru2887
    @jeannkuru2887 Před 5 měsíci +5

    Uburundi urwego rugezeho ruvuye mubihano rurashimishije cane.
    SONGA MBELE❤

  • @Ubu36
    @Ubu36 Před měsícem

    Nkunda aburundi cyane much love from Rwanda

  • @bikorasysteme8852
    @bikorasysteme8852 Před 5 měsíci +4

    Byiza cyane 🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @elianemushiranzigo
    @elianemushiranzigo Před 5 měsíci +4

    C'est un grand honneur pour notre pays de se doter d'un stade digne de ce nom. Merci pour ce reportage.

    • @ericbikorimana8713
      @ericbikorimana8713 Před 4 měsíci +1

      Buretse iyo yarariwe ruswa Ni akamunaa ivyo ubona bikwije amategeko mpuzamakungu?genda murabe Stade amahoro mubabanyi niho mwobona neza ivyo murimwo k Ari gutobanga igihugu

  • @lunabranwen
    @lunabranwen Před 3 měsíci +1

    Viva Burundi 🇧🇮❤

  • @irakozetresor8080
    @irakozetresor8080 Před 5 měsíci +4

    Courage bavandimwe barundi !mukomereze aho

  • @thewisetv3989
    @thewisetv3989 Před 5 měsíci +1

    ABARUNDI DUSEZERE GUSEGA BURUNDU. BIG UP PREZIDA WACU NEVA.
    IMANIKUTUZIGAMIRE
    URWARUKA TURINYUMA YAWE

  • @nshimirimanamike1591
    @nshimirimanamike1591 Před 5 měsíci +4

    Murakoze cnee kuduha inkuru nziza

  • @ButoyiThierryve
    @ButoyiThierryve Před 5 měsíci +4

    Burundi ndabukunda cane bakoze igikorwa cyiza cane

  • @t.v.a.i.s.s6842
    @t.v.a.i.s.s6842 Před 5 měsíci +5

    Ni muduhe compte na twebwe turi south africa ntugire ico dutereye kweli

  • @martinstarford6209
    @martinstarford6209 Před 4 měsíci +4

    sisi ni wana afrika mashariki si mtumie kiswahili ndio wenye hauelewi hiyo lugha tuskilize pia

  • @jeannkuru2887
    @jeannkuru2887 Před 5 měsíci +2

    Contribution est très importante. Faites-les dans le patriotisme du pays. ❤

  • @Elie149
    @Elie149 Před 5 měsíci +4

    💞💞💞❤👍
    imbere cyane bavandimwe🇷🇼🇧🇮

  • @ossoverseassupplyservices1934
    @ossoverseassupplyservices1934 Před 4 měsíci +1

    Ewana mujye mbere mwan coulage kbs natwe iyacu turayigereje mukomerenze ngaha Rw

  • @frankub8107
    @frankub8107 Před 5 měsíci

    Wow ❤️ God bless Burundi 🇧🇮

  • @blackmamba2508
    @blackmamba2508 Před 4 měsíci +2

    Courage Bavandimwe abaturanyi 🇷🇼 🇧🇮

  • @Agaciro
    @Agaciro Před 4 měsíci

    Love from Rwanda ❤

  • @aminaodette5297
    @aminaodette5297 Před 5 měsíci +1

    Wow nice home me muzehe wacu tuzamwongera❤❤

  • @gregoirekennedy8573
    @gregoirekennedy8573 Před 5 měsíci

    Thx

  • @chriss4789
    @chriss4789 Před 5 měsíci

    Good job Burundi

  • @Kiza937
    @Kiza937 Před 4 měsíci

    Courage vraiment

  • @vyisijean7065
    @vyisijean7065 Před 5 měsíci

    This is a big step for bujumbura

  • @ashelyelisha7480
    @ashelyelisha7480 Před 5 měsíci

    😊😊❤️❤️

  • @mdbosco1640
    @mdbosco1640 Před 5 měsíci +1

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja Před 3 měsíci

    ❤❤

  • @papua3619
    @papua3619 Před 5 měsíci +3

    love Burundi

    • @UPDATESTVX
      @UPDATESTVX Před 4 měsíci

      ❤❤❤ courage brothers x sisters. Love from Rwanda

  • @LynaKaneza-mr4qp
    @LynaKaneza-mr4qp Před 5 měsíci

    Vyiza caneee

  • @iwacuallsportnews745
    @iwacuallsportnews745 Před 5 měsíci +2

    Nakubali Bosingwa 🇧🇮🇩🇪😂

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 Před 5 měsíci

    😊❤

  • @ArthemondNimubona
    @ArthemondNimubona Před 4 měsíci

    Nice

  • @rupariisaac4237
    @rupariisaac4237 Před 4 měsíci

    Mukomeze mutere imbare bavandimwe🇷🇼🙌🇧🇮

  • @shemawiz00
    @shemawiz00 Před 4 měsíci +1

    courage bavandimwe we are sending you love from Rwanda

  • @fridolinhabonimana4854
    @fridolinhabonimana4854 Před 5 měsíci

    Hangama 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💓🔥

  • @user-jm2ld3mf8k
    @user-jm2ld3mf8k Před 5 měsíci +1

    Ariko,sha mbere yo kwidoga,abantu bindashima!!! Mbega ubona uburundi buvuye mubihano isi yose yari yarabivataye!! Bukaba bufite amadeni makeya mubihugu by,africa ico naco ntugishima kwell!??

  • @KasendrLukadi-pj7xy
    @KasendrLukadi-pj7xy Před 5 měsíci +3

    Ce stade on si on allait couvrir partout ça allait ete bien les turques savent mettre la charpente dans des stades les burundais peuvent faire appel aux turque

  • @user-gr8rx6bh2s
    @user-gr8rx6bh2s Před 3 měsíci

    Hasigaye aeroport na marchee central pls papa burundi

  • @user-kx7vd6ui3r
    @user-kx7vd6ui3r Před 5 měsíci

    Urabeshe

  • @mezualimasi3808
    @mezualimasi3808 Před 4 měsíci

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @Ubu36
    @Ubu36 Před měsícem

    Iyo stade izosumvywa ubwiza stade amahoro peee

  • @user-st3ld6ho1u
    @user-st3ld6ho1u Před 4 měsíci

    Sha vyatanguye numuvuduko ark vyarakwamye ark ntakundi ivyacu turabimenyereye nuko tuzovyemera iheze kubakwa

  • @westtvonline2963
    @westtvonline2963 Před 4 měsíci

    Burundi mukomeze mutere imbere 🇷🇼🇧🇮

  • @user-wp4hp1lb9r
    @user-wp4hp1lb9r Před 5 měsíci

    Indundi TV ndabemera caane,,umuntu yoronka contact yanyu gt mu gihe akeneye kuvugana namwe ??

  • @ndabwarukanye-pg3zp
    @ndabwarukanye-pg3zp Před 5 měsíci +1

    Nibayisakare hose urazi imvura yahohantu ingene ibabaza

    • @Bigdeal123
      @Bigdeal123 Před 5 měsíci

      Kora cane kugira uze wicare ahasakaye😎

  • @obyhagenimana6475
    @obyhagenimana6475 Před 5 měsíci

    Intebe zemerwa na fifa nizo bazinga

  • @guyrwema3269
    @guyrwema3269 Před 4 měsíci

    Muri rusangi abarundi benshi mbona bakeneye guhindura imyumvire bakagendana n’igihe. Inzigo ntaco imaze

  • @harerimanajeanboscomsela
    @harerimanajeanboscomsela Před 4 měsíci

    Ntangajwe n'ukuntu utazi ikirundi
    Iyo upfuma uhiga urundi rurimi ukoresha!

  • @Mafia1984Ayirwanda-ge4ty
    @Mafia1984Ayirwanda-ge4ty Před měsícem

    Iyi sitade irakaze ishobora kuba iyambere muraka karere ndabarahiye

  • @user-ys2fg4pp8d
    @user-ys2fg4pp8d Před 5 měsíci

    Iteka kl

  • @mugabobertin4322
    @mugabobertin4322 Před měsícem

    Nibyiza Ariko ntimuzagera aha stade amahoro

  • @user-vk1yu7ug2s
    @user-vk1yu7ug2s Před 5 měsíci

    Stade intwari niyuzure

  • @kubwimanarichard8996
    @kubwimanarichard8996 Před 5 měsíci

    Merci bwana bosingwa none izontebe kobaziranduye habaye ikibazo giki?

    • @elradjabubosingwa5026
      @elradjabubosingwa5026 Před 5 měsíci

      Izo ntebe bazikuyeko kubera gusiga irangi bahejeje bazoca bazisubizako

  • @user-gf3fd7wb9p
    @user-gf3fd7wb9p Před 5 měsíci +2

    Koko iyo ni stade ntago fifa izayemerA wagira ngo nizu turere murwanda kwA kagame😂

    • @Cleophas-si4wb
      @Cleophas-si4wb Před 5 měsíci

      Nn bakubwiy k turik turahiganwa mavyi ww.

  • @BoscoNiyonkuru-ou6tr
    @BoscoNiyonkuru-ou6tr Před 5 měsíci +1

    Ngo mufise amadeni makeyi hhhhhh ndabasetse none ninde wakwemera kubaguriza mutamwereka aho muzoyakura mukumuruha

  • @Burundian-k3q
    @Burundian-k3q Před 5 měsíci +1

    Mukomere ntimunyiganyige, turabakeje, burya turikumwe twese birashoboka!!!

  • @boashamah3642
    @boashamah3642 Před 5 měsíci +1

    None urugo gwawe ushaka kugwubaka nkurugo wguwundi ???
    Ruba rukunaniye

  • @Usxjklg
    @Usxjklg Před 5 měsíci

    Ko mpora mbona abarundi n'abanyarwanda bahora mu nsengero,inzangabo bazikurahe? Kristo utabare region des grand lacs,
    Turagukeneye Yesu

  • @millionsofreasons9806
    @millionsofreasons9806 Před 5 měsíci +1

    Egoko! Uyu munyamakuru arabeshya kweli ,ngo ibikorwa bisa nk'ibyarangiye Kandi tubona aho wagira ngo nibwo batangiye 😊

    • @richardninganza2265
      @richardninganza2265 Před 5 měsíci

      Batanguye apana batangiye

    • @Bigdeal123
      @Bigdeal123 Před 5 měsíci

      Sasa wewe bikurabaho iki?

    • @vyuguruzumwangumwereka
      @vyuguruzumwangumwereka Před 5 měsíci +4

      Uyu munyamakuru n'injiji cyane! Akunze kuvuga ko stade amahoro yubatswe mu nfashanyo urwanda rwahawe! Namubwira miliyoni z'amadolari $165 yakoreshejwe mu kubaka stade amahoro yose yarishwe na reta y'urwanda! Ikibazo nuko mwebwe ayo mafaranga mutayabona niyo mpamvu ishyari ryabarenze! 😂😂

    • @TurabumukizaTheogene
      @TurabumukizaTheogene Před 4 měsíci

      Niko avuze se aribeshe

    • @tuyisengeblandine3800
      @tuyisengeblandine3800 Před 2 měsíci

      Niko babaye wibataho igihe😂😂😂

  • @holinessamandine9047
    @holinessamandine9047 Před 5 měsíci

    Mbe kizoba yugaye hose no hejuru.

  • @roberttuyambaze1491
    @roberttuyambaze1491 Před 5 měsíci +3

    Abarundi murantwenza kweli mwama muvugako ibindi bihugu byubakisha ingurane Hama twe tukubakisha interero nonese ivyo bihugu nta budget bigira? Ahubwo kuki ibintu vyose muburundi umunyagihugu ategerezwa guterera none budget ya leta ikoriki?. Leta yacu irakenye cane gose.

    • @mucojason9724
      @mucojason9724 Před 5 měsíci

      Abantu babivuga uca ubona ubwenge bwabo , bafise ubwenge buke caane

    • @mucojason9724
      @mucojason9724 Před 5 měsíci +1

      ​@@didasnizigama6999 ideni ntibapfa uwo barihaye

    • @kagabopaul3126
      @kagabopaul3126 Před 5 měsíci +1

      nonese nta misoro burya mu burundi mutanga?

    • @fistonmanirakiza5428
      @fistonmanirakiza5428 Před 5 měsíci

      Ideni nturonka udashigikiye propagande yabo y'ubutinganyi

    • @habimanaignace7235
      @habimanaignace7235 Před 5 měsíci +2

      Umva ibyinkuga ntibibareba mwe abaturajye abatejetsi banyu ntago bashoboye nako ga stade murikubaka nubugiraneza bwa FIFA mwebwe ntakintu mushoboye icyo muzi namatiku

  • @user-jv6lg8fl3k
    @user-jv6lg8fl3k Před 5 měsíci

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮😀😀😀😀😀

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 Před 5 měsíci

    Niharambe uburundi nabarundi birashoboka atakubo kwumukolonie

  • @kubwimanarichard8996
    @kubwimanarichard8996 Před 5 měsíci

    None bazosakara mubwugamo bwiteka gusa Hama baribakwiye gusakara impande basi 2

  • @18-savage
    @18-savage Před 4 měsíci

    Abarundi mukomereza biriko biza gake gake😂

  • @user-uu3qz3dd9m
    @user-uu3qz3dd9m Před 5 měsíci

    Bizagenda biza gahoro gahoro gusa stade iri kurwego rwiza kandi rugezweho irahenda pe

  • @dusabecelestin
    @dusabecelestin Před 5 měsíci +1

    'None nkaho bitandikaniye hehe nicahahora mugihe umufana akinyagigwa ?

  • @user-fq2ht5cz8x
    @user-fq2ht5cz8x Před měsícem

    Hhhhhhhh

  • @user-yc7rk8ph7c
    @user-yc7rk8ph7c Před 3 měsíci

    Iyo nta stade mufite,muri iki kinyejana kweri😂😂😂

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian2196 Před 3 měsíci

    Ikibazo yarinziza nukwitazabisakaye 8mvuriguye muzanyagirwa sitade amahoro kigli irabarushya ninziza irasakayehonse ni yara nb aheze arikomwebwe muracyarimuribyo ahomwayihereye muracyarihax uretse kutwigana atanuburyomufite banza mwubakisoko nkuru murekane nubwonuditade bwabananiye kuranjyiza😅😅😅😅😅

  • @egide-SoftBoy
    @egide-SoftBoy Před 4 měsíci

    😅😅😅😅😅😂😊

  • @user-ty8ci5oi9m
    @user-ty8ci5oi9m Před 5 měsíci

    Uburundi batwemerere natwe tuje twubaka nama Gorofa mare mare kugeza 20 15 12 8 nkuko niho igisagara cacu kizotera imbere

  • @roberttuyambaze1491
    @roberttuyambaze1491 Před 5 měsíci +13

    Birababaje kubona kubaka aga stade kangana uku bisaba ko igihugu cose mumakomine yose baterera umenga Leta y’uburundi nta budget Igira. Genda Murabe stade idasanzwe mu Rwanda bujuje kandi ntamunyagihugu batse amafaranga. Yubatswe 100% kuburyo bwa Leta y’urwanda. Muburundi huzuye ibisuma ntituzopfa duteye imbere bidahindutse.

    • @jeannkuru2887
      @jeannkuru2887 Před 5 měsíci +1

      Niwi bagire ko u rwanda abazungu barufasha kubera génocide yahabaye! Rufise amadeni meshi... uburundi urwego rugezeho ruvuye mubihano rurashimishije cane

    • @kagabopaul3126
      @kagabopaul3126 Před 5 měsíci +1

      @@jeannkuru2887 nonese amadeni yahe mwana ni gute dutanga imisoro ubundi tukabura stade reka wibeshya peuh nta madeni dufite. But good work burundians ugereranyije your governance and the whole corruption in your country. ntako mutagize mutama

    • @jeannkuru2887
      @jeannkuru2887 Před 5 měsíci

      @@kagabopaul3126 nibyiza niba mutanga imisoro uko bikwiye, natwe buke buke tuzabishikako. Petit à petit inyoni yubaka icari cayo.

    • @kagabopaul3126
      @kagabopaul3126 Před 5 měsíci

      @@jeannkuru2887 niko bimeze kandi ni nabyo tubifuriza ariko touts les temps ntabwo politique zacu zihura kandi uzi impamvu ubundi twafashanya cyane

    • @Usbar-oc1kl
      @Usbar-oc1kl Před 5 měsíci

      ​​@@jeannkuru2887 Iyo abayobozi banyu badashaka gusobanura impamvu mudatera imbere kdi u Rwanda rwo rutera imbere ( nta gihambaye rufite kuruta u Burundi) babura icyo basubiza bakababeshya ko ari imfashanyo za Génocide. Izo ni propagande z'ibinyoma. Va mu binyoma mureke intambara zidafite Impamvu mufungure imipaka mureke abantu baze mu gihugu babahe amafaranga mutere imbere. Gutera imbere ni mu mutwe. Murabuza abantu kugera iwanyu hanyuma ngo uzatera imbere?Tuvugishe ukuri: Reba Tanzania iyo iri, urebe Congo nayo iyo iri. Mubona ab'ibyi bihugu bazaza i Burundi kuhasiga amafaranga ari bangahe kuruta abanyarwanda cyane ko ifaranga ry'u Rwanda riri hejuru kurenza ibyo bihugu? Ese iyo Stade yanyu yo n'ubwo muyiyubakira ntihariho imfashanyo ya Fifa? Gutera imbere ni ugukora cyane hanyuma ak'imuhana kaza imfura ihise. Ukora wese arashimwa. Aho Abarundi mugeze mwubaka stade n'ibindi bizashoboka nimukomeza gushyira hamwe. Ariko mujye mureka kuvuga ibyo mutazi ku Rwanda kubera ishyari. Mu Rwanda hariyo byinshi biteye imbere ku rwego rw'u Rwanda kdi bikurura ba mukerarugendo (Visit Rwanda, Tour du Rwanda, inama mpuzamahanga.....) Byose bikorwa kugirango bikurure ba mukerarugendo basigire amafaranga u Rwanda rwiyubake. Nyamara u Rwanda ruracyafite urugendo rurerure, na byinshi rutarageraho tugomba gukora cyane kurushaho tukava mu magambo. Abarundi rero nk'abavandimwe bacu namwe muve mu mvugo z'ibinyoma dufatane urunana twubake ibihugu byacu. Turi abavandimwe tuvuga rumwe, imico ni imwe ibintu hafi ya byose ni bimwe, amateka ajya kuba amwe.... Tureke rero inzangano z'akahise tureke kureba hafi, tureke ishyari n'ibitatwubaka twiteze imbere.

  • @Khalifa-c3s
    @Khalifa-c3s Před 5 měsíci +1

    😂😂😂😂😂😂

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 Před 5 měsíci +3

    Kuberiki abanyarwanda iyobabonye ikintu uburundi bwungutse canke bwubatse barababara bagatukana bakiyanka bakagira agahinda ninzigo sinzi ikibibatera😅😅😅

    • @richardninganza2265
      @richardninganza2265 Před 5 měsíci

      😂😂😂❤❤

    • @burundishallsmile1day109
      @burundishallsmile1day109 Před 5 měsíci +1

      Sha bababaye bakiriko ntakundi kuko akataraza kari munyuma tuzocubaka!uwarivuze aze aryumeko!

    • @Ihatefrance371
      @Ihatefrance371 Před 5 měsíci

      Umva x nshuti muvandimwe , nyine ugomba kumenyako muri miriyoni 15 zabaturage ntabwo Bose bafite imyumvire imwe, mubuzima hose biraba bamwe barashima abandi ntibashima gusa nange ndabashyigikiye Kandi congratulationsBurundi mukomereze aho!

    • @Ihatefrance371
      @Ihatefrance371 Před 5 měsíci

      ​@@burundishallsmile1day109 that's human nature my brother, some people appreciate it and others don't appreciate it, but all you have to do is to keep moving forward .

    • @ngwabijealexis4767
      @ngwabijealexis4767 Před 5 měsíci +1

      Abarundi muracyari inyuma kweri

  • @user-rb9ew6js8g
    @user-rb9ew6js8g Před 5 měsíci

    Murabakene peee

  • @JonasGidy
    @JonasGidy Před 5 měsíci

    Ikibuga kidasakaye vyarataye igihe,mwarose ayokucubaka,munanirwa nayo kugisskara,mwobura mwongera mukayisakara,itoreta nkozi yabuze amahera yokuyisakara ko abenegihugu bitanze

  • @Sadamman-ii7tq
    @Sadamman-ii7tq Před 5 měsíci +2

    None iyo stade bayubase gute ninzu yogupanga

  • @yahayashuta9608
    @yahayashuta9608 Před 5 měsíci

    Abarundi mukunda kwiba mwarikuba mwahejeje jera

  • @ianrucyaha2074
    @ianrucyaha2074 Před 5 měsíci +1

    Burundi is very poor 😢😢

    • @Irene28092
      @Irene28092 Před 5 měsíci

      Is Rwanda rich?/? I think u re nothing to criticize us, Rwandese people are poor till the gvt hides it.

    • @Franklin80715
      @Franklin80715 Před 5 měsíci

      ​@@Irene28092 how can a country recover but the citizens are poor?🤣🤣

    • @Franklin80715
      @Franklin80715 Před 5 měsíci

      ​@@Irene28092no nsense 😂😂

    • @Irene28092
      @Irene28092 Před 5 měsíci

      ​@@Franklin80715if u re rich, dont laugh at those rwandese who don't find jobs or who re poor, the future might wait for u.

  • @frankub8107
    @frankub8107 Před 5 měsíci

    None nibazo sakara??? Ah hejuru mubafana

  • @monkodyna682
    @monkodyna682 Před 5 měsíci

    Abarundi nibwo bageze muri 1987, kuko aha niho u Rwanda rwari ruri muri uwo mwaka 😎

    • @feregiz2479
      @feregiz2479 Před 5 měsíci +1

      Aho u Rwanda rwahereye rwifashisha abakinyi b'abarundi mu mupira w'amaguru na magingo aya si vuba. Murahebe mutere intambwe namwe. Ubuzima niko bimera NTAWURONKA TWOSE...

    • @cvafrica8386
      @cvafrica8386 Před 5 měsíci

      ​@@feregiz2479nuko arimwe mwabonekaga kuri makeya

    • @cvafrica8386
      @cvafrica8386 Před 5 měsíci

      Vuga ngo iyi1987 yari ifite imyanya 25000 naho iyo bubaka ifite 17000 rero nabwo barahagera

    • @feregiz2479
      @feregiz2479 Před 5 měsíci

      @@cvafrica8386 "mwabonekaga kuri makeya" Iyuba wari umuhinga muri football wàri kwishura ukundi. Amakipe ahiganwa ashakisha ABAHANGA. Ntashakisha abakinyi DODO ABAGURWA MAKEYA. Big up ku bakinyi n"ABATOZA b'abarundi babikora neza mu bihugu bibanyi : Rwanda, Drc, Tanzania, Kenya Uganda... MUCH RESPECT.

    • @niyoniringiyefiston46
      @niyoniringiyefiston46 Před 5 měsíci

      Mn u Rwanda rurimbere y'uburundi nkimyaka 1K 😅

  • @rwubusisi2
    @rwubusisi2 Před 5 měsíci +1

    Murateye ikigongwe ndakese 😃

    • @Bigdeal123
      @Bigdeal123 Před 5 měsíci

      Tuka kule 😂😂😂😂

  • @amolam97
    @amolam97 Před 5 měsíci +1

    Vyiza cane ahubw baze barabire hafi nino stade yakera olympique yegereye tanganyika ino muri nyabugete baze bayikorereko nayonyene

    • @worldofstars-ex1ok
      @worldofstars-ex1ok Před 5 měsíci

      Good idea🤝

    • @Nandaise
      @Nandaise Před 5 měsíci

      Kabisa ukuri

    • @ubumwelogisticsllc3637
      @ubumwelogisticsllc3637 Před 5 měsíci

      Aha mwese sinzivyomurimwo mutandukanye kwubaka no gusanura ivyo nibintu 2 bitandukanye kandi mumenye vyishi bibi birutwa nabike vyiza

    • @amolam97
      @amolam97 Před 5 měsíci

      @@ubumwelogisticsllc3637 urakoze🤗

  • @mdegea9423
    @mdegea9423 Před 5 měsíci +4

    Amayinka stadin 😂😂😂. Cyakoze Ewewe harakababo U Rwanda na H.E Kagame❤

    • @kagabopaul3126
      @kagabopaul3126 Před 5 měsíci +1

      Reka sha stade igeze aheza contibution yabikoze kweli

    • @cedricrukundo7229
      @cedricrukundo7229 Před 5 měsíci +1

      Tekana shaa ama stade siyo aduhangayikishije ...harambe amahoro kuri twese

    • @mdegea9423
      @mdegea9423 Před 5 měsíci

      @@cedricrukundo7229 reka vana ibyo gutekana aha😅 iyo NI stadium kko poor mwebwe

    • @cedricrukundo7229
      @cedricrukundo7229 Před 5 měsíci

      @@mdegea9423 igihugu canje hari ibindi gikeneye bwibanze nibaza rero katamuntu turiko turasiganywaa

    • @kagabopaul3126
      @kagabopaul3126 Před 5 měsíci

      @cedricrukundo7229 yego kuko ni yacu ntiruzura ntampamvu yo kwishongora cyane ko tugifite byinshi biri imbere tugomba gukora gusa as a landlocked country ebana ugomba gushaka uburyo uzamura ubukungu nayo mastade nayo ari muri bimwe byabikora

  • @IrakozeDieuaime-mg1lc
    @IrakozeDieuaime-mg1lc Před 5 měsíci +2

    Mugabo wame wibuka uko ingene. Urwanda rwubatse stadium yakira. Ibihumbi. 45. Icyo bamye basenya. Mugabo. Cyakiraga. Ibihumbi 25
    Mugabo sinzi aho uburundi turiko turagana

  • @mucojason9724
    @mucojason9724 Před 5 měsíci +4

    Turacari inyuma kabisa, uravye urwanda stade bubatse ugaca uraba naka ga stade biteye agahinda

    • @eliasaamina9165
      @eliasaamina9165 Před 5 měsíci

      None muja gukoporora ivyahandi,nagira muraba ivyanyu

    • @eliasaamina9165
      @eliasaamina9165 Před 5 měsíci

      Reka gukoporora ivyahandi nagira muraba ivyanyu

    • @niyorukizaelias8142
      @niyorukizaelias8142 Před 5 měsíci

      Izo nizanzahabu cisekedi abahora😂😂😂

    • @richardninganza2265
      @richardninganza2265 Před 5 měsíci

      Jakuba murwanda rero

    • @Ihatefrance371
      @Ihatefrance371 Před 5 měsíci

      Hoya nae uganiriye nabi nawe​@@niyorukizaelias8142 ariko nge icyo navuga Nuko gahoro gahoro iterambere rigenda riza mukomereze aho Burundi , turabashyigikiye

  • @JonasGidy
    @JonasGidy Před 5 měsíci

    Aho mubona murenze mubiki?reta ntakigenda,inanirwa nogusakara,kandi absnyagihugi baribagerageje kuyifasha,nubusuma gusa,aho naho prezida yokwitanga kumushahara wiwe wumwaka umwe yoyisakara bafatanije nabandi barongozi,hako baka amahera abanyagihugu batanayafise,ubusuma gusa,puuh

  • @jeffkiz12
    @jeffkiz12 Před 5 měsíci +1

    Kabisa abarundi tubari inyuma kabisa Ako uze kwijijisha ureba iyitwa #amahoro stadium

    • @ryitangiyemoise5258
      @ryitangiyemoise5258 Před 5 měsíci +1

      Iyi ncuti yanj yiyubakiw nabarundi urabaza neza stade amahoro abayubatse koyubatse nabanyarwanda tandukanya ifashanyo nivy wikoreye kubinyuma ntavyabarundi mwigera mushima kandi nibisanzw ivyo reka twibere inyuma!!!! Mwibere imbere😂

    • @innocentsubiza2124
      @innocentsubiza2124 Před 5 měsíci

      Courage! Birashimishije cyane .

    • @vyuguruzumwangumwereka
      @vyuguruzumwangumwereka Před 5 měsíci

      ​​​@@ryitangiyemoise5258Uribeshe cyane iriya stade amahoro si infashanyo kuko yubatswe n'amafaranga y'abanyarwanda! Reta y'urwanda yatanze appel d'offre hanyuma isoko rihabwa abanya turukiya! Namwe mu burundi aho gukoresha aba fundi baza gutobanga stade yanyu, iyo mufata ayo mafaranga y'abenegihugu b'abarundi mugaca mutanga isoko ku banya turukiya kuza kubaka stade intwari ubu baba bararangije!

    • @jimmydelphinsabukwigura3092
      @jimmydelphinsabukwigura3092 Před 5 měsíci

      TWE TWUBAKA NK'ABARUNDI KANDI NTA SUPPORT IVUYE HANZE IRIMWO.ABANYARWANDA BUBAKA BIVANYE N'UBURYO BAFISE NA PROGRAMME YABO.NTAWUGENDERA KU VYITUMVIRO VY'ABANDI

    • @vyuguruzumwangumwereka
      @vyuguruzumwangumwereka Před 5 měsíci +1

      @@ryitangiyemoise5258 stade amahoro ntabwo ari infashanyo aho uribeshye cyane! Imiliyoni 165 z'amadolari y'amerika yose yarishwe na reta y'u rwanda! So, iyo amafaranga ahari, isoko uca uyiha abashoboye kubaka neza kandi kuri make! Niyo mpamvu isoko ryo gusana stade amahoro ryahawe summa yo muri Turukiya!

  • @Junokizigenza1
    @Junokizigenza1 Před 5 měsíci

    Kombana imeze nka stadium dufite mukarere ka huye ibutare hhhhhh yoooo gusa disi mwagerageje uko mushoboye mukomerezaho Nubwo nyine mugifite akazi kenshi ko gukora kuko muri EAST Africa nimwe muzaba mufite stade irihasi peeee

    • @Ihatefrance371
      @Ihatefrance371 Před 5 měsíci

      At least appreciate what they tried to do on their level, ntabya comparison mhn, still even natwe murwa we still have a long journey . Mukomerezaho barundi bavandimwe

    • @Irene28092
      @Irene28092 Před 5 měsíci

      I think you shoud be busy with ur own country, we have our own agenda and we didnt ask u for grades or comments... Rwanda has many things to criticize too. We re all one people, that is u re talking nonsense

  • @shukurujface8119
    @shukurujface8119 Před 5 měsíci

    Irwanda ntabutunzi kama bafise batunzwe na congo

    • @Hardy406
      @Hardy406 Před 5 měsíci +1

      U Rwanda c woe urukuyehe.....sha....imitekereze iciriritse nkiyo ntago ar sawa

    • @evaristendabanye1515
      @evaristendabanye1515 Před 5 měsíci +1

      Hahhh, none bigutwaye iki?

    • @mutanganaalphonse7796
      @mutanganaalphonse7796 Před 5 měsíci +1

      Abarundi se disi mwe murabufite?? Ese nimba munabufite bubamariyiki koko?? Gusa courage mukomeze mutere imbere muri abavandimwe bacu naho u Rwanda rwihorere!!!

  • @user-vk1yu7ug2s
    @user-vk1yu7ug2s Před 5 měsíci

    Nibanyarutse turakumbuye kwirabira intamba zacu

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda3223 Před 5 měsíci

    Isakarwe

  • @nduwamungufribert4461
    @nduwamungufribert4461 Před 5 měsíci

    Mwotuma meigurana ikibiga cakarorero nka stadium 🏟️ Kigali 🇷🇼 kigezweho.

    • @ibrahimcongeram.806
      @ibrahimcongeram.806 Před 2 měsíci

      Ikibuga ciza c akarorero kizokubakwa gishobora kuzokubakwa mu gihugu hagati nk i Gitega . Kandi kugira uburundi bwubake stade nkirya yo mu Rwanda canke Tanzania bisaba ko igihugu kizosaba ideni rinini nkuko u Rwanda rwabikoze ideno igihugu kizoriha haciye imyaka myinshi n inyungu hejuru.

  • @Richard-iy8tl
    @Richard-iy8tl Před 5 měsíci +2

    Reka mbabwire, si ukubaca intege. Iyi ngirwa Stade FIFA ndetse na CAF ntayo bazemera.
    Sorry brothers & sisters from Burundi.🤣🤣
    Honestly, iyi nta Stadium irimo. Mzee SENDAGARA, shame on you!😗😗😗

    • @JohncloudMboma-ip9lx
      @JohncloudMboma-ip9lx Před 5 měsíci

      😂😂😂urikirogoryi ntiwize ngumenye wa seseme we umuyobozi wa FifA ahagera mwari mukiri mu migambi inuka yo gusubiza uburundi inyuma mwanyanka burundi mwe rwanyo mwe muriseseme abahima mwatugeze ahantu mwabatindi mwe

  • @vyuguruzumwangumwereka
    @vyuguruzumwangumwereka Před 5 měsíci +1

    Iyi ni stade ya bulofa sana! Aba DD mushoboye gutobanga gusa ntakindi. 😂😂

  • @nizigiyeemmanicool7387
    @nizigiyeemmanicool7387 Před 5 měsíci

    Wamumejyeshamakuru, jewe ndagukunda cane nukuri wewe ndavye abandi bamenyesha makuru bomuburundi wewe urabarya cane kuko umumenyesha makuru akazi kiwe nikugera abanyagihugu batagera,kugura vuzuradugezaho,utuntu nutundi, ndayishimiye ibikorwa vyawe sana,ivyo nnivyo vyari bikwiye kubamenyesha makuru vyose,

  • @habimanaignace7235
    @habimanaignace7235 Před 5 měsíci

    Abarundi muri injiji ndabanga muribigoryi ntakintu muzijyezaho