Tele Renaissance
Tele Renaissance
  • 10 604
  • 13 565 023
Kwakira amashikanwa i Mwaro : amagorwa y’Abarundi nta co abwiye Ndayishimiye (F. Bamvuginyumvira)
Igikorwa co kwegeranya ivyimburwa n’ayandi matungo vyo gushikanira umukuru w’Igihugu mu birori bitandukanye vyerekana ko ubutegetsi buhari uyu munsi bwipfuza ko igihugu gisubira mu ntwaro ya cami aho abanyagihugu bategerezwa gushengera kugira bimenyekanishe i Bwami. Bivugwa na Frédéric Bamvuginyumvira, arongoye urunani rwa politike CFOR-Arusha, akabona ko umukuru w’Igihugu aba afise intumbero yo kuraba abamuyoboka kugira abahe ibibanza mu kazi ka leta agaba, ataravye ko babishoboye canke ari abantu bafise ubuntu. Bamvuginyumvira abona ko iyo nyifato yataye igihe, kubera intwaro ya cami yasubirijwe n’intwaro rusangi. Agasaba umukuru w’Igihugu guhindura iyo nyifato na cane cane kubera asanzwe azi ko abanyagihugu babayeho mu buzima bugoye, bugarijwe n’ubukene butagira izina bamazemwo imyaka.
zhlédnutí: 268

Video

Collecte d’offrandes à Mwaro : Ndayishimiye se moque de la misère des Burundais (F. Bamvuginyumvira)
zhlédnutí 47Před dnem
La collecte des biens à offrir au couple présidentiel lors des différents événements montre que le régime en place veut retourner à l’époque monarchique où la population devait se rendre à la cour pour se faire connaître. Frédéric Bamvuginyumvira, président de la coalition politique CFOR-Arusha, constate que le chef de l’État le fait pour identifier ceux qui le soutiennent, puis leur donne des ...
Abategetsi b’Uburundi impera n’imperuka bazobazwa amabi bakora (E. Nshimirimana)
zhlédnutí 169Před dnem
Uburundi bwaraciriwe urubanza vyemezwa ko bwahohoteye Epitace Nshimirimana, umuvugizi w’umugambwe MSD. Iyo ngingo yafashwe n’ishirahamwe mpuzamakungu ijejwe kurwanya ihohoterwa rya kiremwa muntu, OMCT, rikukira ONU, hari mu mpera z’ukwezi kwa Rusama uno mwaka. Ku bwa Epitace Nshimirimana, ni ikimenyetso ko ihohoterwa rya kiremwa muntu n’ukutubahiriza agateka ka zina muntu muri rusangi, atari ag...
Les autorités burundaises finiront par répondre de leurs crimes (E. Nshimirimana)
zhlédnutí 68Před dnem
Le Burundi a été reconnu coupable de torture contre Epitace Nshimirimana, porte-parole du parti MSD. La décision a été prise par l’Organisation mondiale contre la torture, un organe des Nations unies, fin mai dernier. Pour le principal concerné, c’est une preuve que le crime de torture et le non-respect des droits humains en général sont une réalité au Burundi. Epitace Nshimirimana en profite p...
Amashikanwa mu guhimbaza imyaka 4 Ndayishimiye amaze ku butegetsi mu bukene ntangere
zhlédnutí 378Před 14 hodinami
Amasanamu menshi yarerekanye abakenyezi n’abagabo bashiriye amashikanwa y’ubwoko butandukanye umuryango w’umukuru w’Igihugu mu gihe hariko harasozerwa amasengesho yo gushimira Imana yabereye mu ntara ya Mwaro, hahimbazwa imyaka ine umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye amaze ku butegetsi. Ivyo bikaba bishitse mu gihe kitoroshe c’ubukene igihugu kirimwo, kirangwa n’ubukene bw’igitoro n’iduga r...
Offrandes lors du 4e anniversaire de Ndayishimiye en pleine crise économique
zhlédnutí 592Před 14 hodinami
Plusieurs images ont montré des femmes et des hommes apportant des offrandes de diverses natures au couple présidentiel lors de la clôture de la croisade de prière organisée dans la province de Mwaro, dans le cadre du quatrième anniversaire du pouvoir Ndayishimiye. Ces nouveaux événements surviennent dans un contexte bien connu de pénurie de carburant et de hausse exponentielle des prix des pro...
Igitoro ni co kibazo conyene igihugu gifise kandi vuba kizotorerwa umuti (E. Ndayishimiye)
zhlédnutí 125Před 14 hodinami
Evariste Ndayishimiye yongeye guha icizere Abarundi. Yavuze ko ikibazo c’igitoro kigiye gutorerwa umuti vuba kandi burundu. Yabivuze mu ndwi iheze hariko hasozerwa igikorane c’amasengesho yakozwe mu guhimbaza imyaka ine Ndayishimiye ari ku butegetsi. Akavuga ko Uburundi bugeze mu bihe vyiza cane. Na yo ikibazo c’igitoro kikaba kiva ku bakoreshwa na Shetani.
Le carburant est le seul problème du pays et il sera très bientôt résolu (E. Ndayishimiye)
zhlédnutí 350Před 14 hodinami
Evariste Ndayishimiye récidive. Il promet à nouveau que le problème du carburant sera bientôt définitivement résolu. Il l’a déclaré la semaine dernière à la fin de la croisade organisée à Mwaro pour célébrer les quatre ans de son pouvoir. Selon lui, le Burundi se trouve en très bonne situation, tandis que ce problème de carburant émane de forces négatives et sataniques.
Abategetsi b’Uburundi bategerezwa kugira ico bakoze ku mabi abanyagihugu bakorerwa (OMCT)
zhlédnutí 107Před 14 hodinami
Ishirahamwe mpuzamakungu rirwanya ihohoterwa rya kiremwa muntu, OMCT mu mpfunyapfunyo, rihamagarira leta y’Uburundi kuva mu gacerere igashengeza abagirwa n’amabi yo kuboreza igufa abo bari bajejwe gukingira aho kwigira sindabibazwa. Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru ba runo runani rw’amaradiyo, umwe mu ndongozi z’iryo shirahamwe yamenyesheje ko bafise ivyemezo bikwiye vyerekana uruhara rw’ur...
Les autorités burundaises doivent réagir face à la torture infligée aux citoyens (OMCT)
zhlédnutí 53Před 14 hodinami
L’Organisation mondiale contre la torture (OMCT) accuse Gitega de rester silencieux sur les actes de torture commis contre ses citoyens. Dans une interview accordée à la synergie des médias, cette organisation onusienne a affirmé avoir des preuves de l’implication et du rôle primordial joué par le service national burundais des renseignements dans ce crime abominable. Un exemple illustratif don...
Guhohotera kiremwa muntu ni umugenzo wa CNDD-FDD ugoye kurandurana n’imizi (F. Bamvuginyumvira)
zhlédnutí 96Před 16 hodinami
Ivyo kuboreza igufa bunyamanswa abantu, ababikora babifisemwo uburambe mu mugambwe CNDD-FDD kuva ukiri umuhari urwana. Frédéric Bamvuginyumvira, yahoze ari icegera c’umukuru w’Igihugu, arerekana ingene ukwica rubozo kwamye kuri mu migambi n’imigabo y’umugambwe uri ku butegetsi, ari na co gituma bigoye gutuza ako kabi uwo mugambwe ukiramutswa igihugu.
La torture est une tradition du CNDD-FDD difficile à éradiquer (F. Bamvuginyumvira)
zhlédnutí 62Před 16 hodinami
Les auteurs de la torture sont expérimentés dans ce domaine depuis le mouvement rebelle CNDD-FDD au maquis. L’ancien Vice-président de la République, Frédéric Bamvuginyumvira, démontre comment la torture a été une pratique et un mode de conduite au sein du parti au pouvoir depuis sa création. Ainsi, il ne sera pas facile de mettre fin à cet usage sauvage tant que ce parti dirige le pays.
Ihohoterwa rya kiremwa muntu, ni igikoresho c’igipolisi na komite z’umutekano (K. Nibizi)
zhlédnutí 39Před 16 hodinami
Ukuboreza igufa abantu ntibikiri agaseseshwarumuri mu Burundi. Abajejwe amatohoza mu nzego z’igipolisi bobo babigize umwuga nk’uko bishikirizwa n’umukuru w’umugambwe CODEBU. Keffa Nibizi avuga ko n’urwaruka rwashizwe mu makomite yo gucungera umutekano rwaciye runiha n’uburenganzira bwo gusinzikaza ubuzima bwa kiremwa muntu ata camira.
La torture est un outil privilégié de la police et des comités de sécurité (K. Nibizi)
zhlédnutí 18Před 16 hodinami
La pratique de la torture n’est plus un secret pour personne au Burundi. Les agents de la police chargés d’enquêtes et d’interrogatoires en ont plutôt fait un outil de travail. C’est ce que déplore le président du parti CODEBU. Keffa Nibizi ajoute que même les jeunes qui ont été associés aux comités de sécurité se sont adonnés à la torture contre la population.
Gufata abakenyezi ku nguvu kwarakoreshejwe nk’ikirwanisho kuva mu mwaka w’2015 (MFPPS)
zhlédnutí 268Před 16 hodinami
Igitigiri kinini c’abakenyezi n’abigeme baraborejwe igufa bongera barashurashuzwa ku nguvu na bamwe mu bo mu nzego za leta n’Imbonerakure kuva mu mwaka w’2015 mu Burundi. Ivyo vyemezwa n’umukuru w’umuhari w’abakenyezi n’abigeme baharanira amahoro n’umutekano mu Burundi. Umushingwamanza Jeanne d’Arc Zaninyana ababazwa n’uko abakorewe ayo mabi, benshi baciye bahunga igihugu mu buryo budashemeye, ...
Le viol a été utilisé comme arme de guerre depuis la crise de 2015 au Burundi (MFPPS)
zhlédnutí 111Před 16 hodinami
Le viol a été utilisé comme arme de guerre depuis la crise de 2015 au Burundi (MFPPS)
Icaha co guhohotera kiremwa muntu ni icaha kitababarirwa gitegerezwa guhanwa (SOS-Torture Burundi)
zhlédnutí 80Před 16 hodinami
Icaha co guhohotera kiremwa muntu ni icaha kitababarirwa gitegerezwa guhanwa (SOS-Torture Burundi)
La torture est un crime imprescriptible qui ne peut rester impuni (SOS-Torture Burundi)
zhlédnutí 65Před 16 hodinami
La torture est un crime imprescriptible qui ne peut rester impuni (SOS-Torture Burundi)
Extrait du témoignage d’Egide Nkunzimana / Igice c’intahe ya Egide Nkunzimana
zhlédnutí 104Před 16 hodinami
Extrait du témoignage d’Egide Nkunzimana / Igice c’intahe ya Egide Nkunzimana
Amabi yo guhohotera igufa ntahanwa mu Burundi
zhlédnutí 127Před 16 hodinami
Amabi yo guhohotera igufa ntahanwa mu Burundi
Le crime de torture reste impuni au Burundi
zhlédnutí 81Před 16 hodinami
Le crime de torture reste impuni au Burundi
Abize amategeko bariyamiriza ikoreshwa ry’ubutungane mu rubanza rw’abasirikare b’Abarundi
zhlédnutí 168Před 19 hodinami
Abize amategeko bariyamiriza ikoreshwa ry’ubutungane mu rubanza rw’abasirikare b’Abarundi
Les juristes dénoncent l’instrumentalisation de la justice dans le procès des militaires burundais
zhlédnutí 46Před 19 hodinami
Les juristes dénoncent l’instrumentalisation de la justice dans le procès des militaires burundais
Abasirikare bagera ku 274 baraciriwe urubanza bahorwa kwanka kugwana n’umuhari M23 muri Congo
zhlédnutí 516Před 19 hodinami
Abasirikare bagera ku 274 baraciriwe urubanza bahorwa kwanka kugwana n’umuhari M23 muri Congo
274 militaires burundais condamnés à de lourdes peines pour avoir refusé de combattre le M23 en RDC
zhlédnutí 413Před 19 hodinami
274 militaires burundais condamnés à de lourdes peines pour avoir refusé de combattre le M23 en RDC
Gushira umukono ku masezerano nyafrika y’intwaro rusangi kwogira akamaro kanini ku Burundi (OLUCOME)
zhlédnutí 73Před 19 hodinami
Gushira umukono ku masezerano nyafrika y’intwaro rusangi kwogira akamaro kanini ku Burundi (OLUCOME)
La ratification de la Charte africaine de la démocratie serait bénéfique pour le Burundi (OLUCOME)
zhlédnutí 38Před 19 hodinami
La ratification de la Charte africaine de la démocratie serait bénéfique pour le Burundi (OLUCOME)
Inzigo ni kimwe mu biri muri kamere ka prezida Ndayishimiye kuva kera (L. Hatungimana)
zhlédnutí 2,7KPřed 19 hodinami
Inzigo ni kimwe mu biri muri kamere ka prezida Ndayishimiye kuva kera (L. Hatungimana)
La rancune est l’une des caractéristiques du président Ndayishimiye (L. Hatungimana)
zhlédnutí 965Před 19 hodinami
La rancune est l’une des caractéristiques du président Ndayishimiye (L. Hatungimana)
Kwica no gutoteza abahungutse bitera ubwoba abasigaye mu buhungiro bikababuza guhunguka (CBDH/VICAR)
zhlédnutí 122Před 21 hodinou
Kwica no gutoteza abahungutse bitera ubwoba abasigaye mu buhungiro bikababuza guhunguka (CBDH/VICAR)

Komentáře

  • @asile-charnelkn9947
    @asile-charnelkn9947 Před 16 hodinami

    Ivyo vyose bifise intango niherezo za murabivuga. Ukuri kuzoboneka nayo kubesha abantu vyovyo vyamyeho ntibizigera bihava.

  • @andrelaurentlabonne6550

    Vous n'êtes pas domicilié au Burundi ? Car vous ne faites que vous opposer au pouvoir et vous êtes toujours en liberté !

  • @rajihijarajihija8371

    Nkawew ntuwarukwiye aho uri

  • @UWIRAGIYEdanny22
    @UWIRAGIYEdanny22 Před dnem

    👈👈👈Sub

  • @davidndayisenga-zf2uy

    Eeeh Tout autre ndakuramukije ndanagusaba guhinduka usenge Imana uve muvyo gutera Igihugu umuvumo.

  • @WozaMan-eo7wg
    @WozaMan-eo7wg Před 2 dny

    umwichanyi ninde unvichogiphu nihobavugako dd yabahayubulozi bwokubachulikibwenge igiphu niwewe na cndd fdd yawe wakibwawe chigikoma

  • @ndatabayerinnocent8619

    Alexis Sinduhije, kuberiki Red Tabara uyobora ihora yica abanyamulenge muri Sud - Kivu?. Hariya mwarakoze ikosa dufficile a reparer....mwishe Population itazi politike, abahinzi, aborozi....mwarakoze ihobyabwoko au Sud Kivu. Nta rugamba uzotsinda muri kwica kimwe na CNDD - FDD

  • @bwengejeanbosco2610

    Ubwo ntasoni na nkeya ugira uziko abatutsikazi benshi batunzwe n'abahutu n'imbonerakure. Ahubwo bwira abatutsikazi bahukane n'abahutu babirwe n'abasazabanyu b'abatutsi n'abahima

  • @bwengejeanbosco2610

    Amayeri n'ububeshi bw'abahima n'abatutsi vyarashaje cisha make mubane neza n'abahutu.

  • @bernardsinzobatohana1671

    Ivyowarikuravuga umwanyumwe vyarivyo ako kogusuzugura abobose mutavugarumwe nawe uzi ivyomwakoze na buyoya ntabwenge ushizemwo kuko wewe ntaterambere wagejeje kugihugu rero nkawe ntacowohanura iyohavugabandi

  • @nyandwiremy5938
    @nyandwiremy5938 Před 3 dny

    Ivyobindi Biraryoshe ntaguhana uwurongoye

  • @NahimanaEzeckiel
    @NahimanaEzeckiel Před 3 dny

    Abo bayoboz kw'ishure bize kwiba

  • @NahimanaEzeckiel
    @NahimanaEzeckiel Před 3 dny

    Bahan

  • @NahimanaEzeckiel
    @NahimanaEzeckiel Před 3 dny

    Bahane

  • @user-lc8hb7xd8b
    @user-lc8hb7xd8b Před 3 dny

    Pore sana ndumiwe nahora ndavyumva mumakuru Live sinari bwabone kumaso

  • @mnyongedjumapili4959

    Abarundi ntibakenye hubwo indogozi Zacu nizo zidakora ntacyo zitumariye

  • @user-zv2ng6ov2k
    @user-zv2ng6ov2k Před 3 dny

    Thank u

  • @hatungimanaEmery-oh9th

    Uwo muntu abafashwe j mbona yocirigwa wo guherayoo kk ngira niho vyogqbanukaa bashka gutunga bitagoranye bakanibagira bapfuye ko atanugwakongo bazobahambana kl

  • @ElvisNgabirano
    @ElvisNgabirano Před 3 dny

    Is irakurera iguhaz ikagucutsa uwutaz ubweng yit Kris arigwiw

  • @bwengejeanbosco2610

    Za mureka kubesha bana ba satani,izo nkuru n'izabasirikare bashatse gukubita kudeta 2015 Nkurunziza

  • @user-zd9ck8km5i
    @user-zd9ck8km5i Před 4 dny

    Komera mama, gusa umututsi muri aka karere yaratotejwe bikomeye ariko muhumure Imana irahari ntabwo izoguma yihanganira ubu bugome, twibuke ko n'ingoma ya Hitler, aba nazi, aba gestapo nabo Imana yabashizeko iherezo. Gusa les allemands bo ils ont reconnu ibibi bakoze, ariko abandi bo ubwicanyi babugize iragi, umuco

  • @user-ce6pz9uw7d
    @user-ce6pz9uw7d Před 5 dny

    Uyu Muhutu yahawe amahera ngo yice Ndadaye, vyose niwe yabipanze

  • @user-ce6pz9uw7d
    @user-ce6pz9uw7d Před 5 dny

    Uyu mumenja arafise ivyo ahanura!!

  • @user-ce6pz9uw7d
    @user-ce6pz9uw7d Před 5 dny

    Muhozi, le produit de BUYOYA!! UMUHUTU adakunda kuvyitwa !!! uwo muhutu nawe uriko urabaza ni umubeshi maladroit🤣

  • @user-ce6pz9uw7d
    @user-ce6pz9uw7d Před 5 dny

    Malheureusement cette radio soutient ceux qui t’ont tué!!!

  • @user-ce6pz9uw7d
    @user-ce6pz9uw7d Před 5 dny

    Ikibabaje n’uko uriko uririra UMUMENJA!!! Uyo Muhozi Innocent ni interahamwe/Umumenja/Imbonerakure ARABABESHA, uzombaze

  • @user-ce6pz9uw7d
    @user-ce6pz9uw7d Před 5 dny

    Sinzi igituma URWANDA rugumana Uyo mwicanyi ngo ni Maggy Uyo yagurishije abana b’abarundi ku Bazungu imyaka irenga 30ans

  • @user-ce6pz9uw7d
    @user-ce6pz9uw7d Před 5 dny

    Kare mugicuditse na BUYOYA NA CNDD, wavuga ko abicanyi Ari abasoda b’abatutsi??? None abi mwapfuye iki ko muri ABAHUTU mwese???

  • @user-ce6pz9uw7d
    @user-ce6pz9uw7d Před 5 dny

    Kare mugicuditse na BUYOYA NA CNDD, wavuga ko abicanyi Ari abasoda b’abatutsi??? None abo mwapfuye iki ko muri ABAHUTU mwese???

  • @benibricebizimana8547

    ni nka bantu bumviriza ayo majambo yuwo mugabo bafise ukwihangana gukomeye

  • @madibafiftynine5965

    Uwo mu president sinzi iyo yajava. Ni. Cadukaa. Cikiza. Cuburundi

  • @NsanzamahoroJosue
    @NsanzamahoroJosue Před 5 dny

    Mwaduha nimeroze ngo atigishe umuuga

  • @Uwimanchinis
    @Uwimanchinis Před 5 dny

    😂😂😂😂

  • @niyimpumurizamoise2256

    Mbega ko abagore ubu barenga 70% mugihugu ubwo abo bataronka abagabo bobo si ihohoterwa? None igitoro cobura, isukari ikabura, amatara akabura , imyuzure igatera hanyuma abagore bakabura abagabo?

  • @bwengejeanbosco2610

    Karashize ingani abagore canke abakobwa gusambura ingo zabanzi bagore mukubatwara abagabo canke kugira abana impfuvyi kandi base bakiriho? Karashize ingani abakobwa canke abagore kuba indaya mu ?gihugu

  • @hangiroetincelle8167

    Il ne sait pas parler

  • @hangiroetincelle8167

    Pas de bon discours même

  • @user-wp7gp6ie8t
    @user-wp7gp6ie8t Před 6 dny

    Iyo mbwa nihore

  • @MrNuurofficial
    @MrNuurofficial Před 6 dny

    Kumbe nimwe mubituma Mwambwamwe non ndakubaz ikibaz kuberik mubishir Kur président abo guhera kuri ministre kumanuk gushik kuri nyumba kumi bajejwik ko mwigira abanyabwenge Kand namw mugomba kunyaga igihugu twarabahinyuy 😂😂😂😂

  • @user-wx8ep4xi2b
    @user-wx8ep4xi2b Před 6 dny

    Ikigihugu coronkamahoro kibanje gutwara umunyamahanga akorahembwa wew yotinyagusahura kuko yovugango bikagenfanabi nzofatwa nfungwe abandibose ntiboroshe

  • @user-uu7yw6cd1m
    @user-uu7yw6cd1m Před 6 dny

    Nkaw wamaziki ? Kontari nkikwibuka nkuwabaye umutgetsi? Uburundi wabarahomvy

  • @NiyongaboJeff
    @NiyongaboJeff Před 6 dny

    Turasavye kizobandanye

  • @NiyongaboJeff
    @NiyongaboJeff Před 6 dny

    Rukindikiza uvuze ukuri bwabundi ndadaye ntiyari muvyamoko naho tumenye ukuri ntagaruka

  • @nduwumwamiMoise
    @nduwumwamiMoise Před 6 dny

    Nabarimwe mwisuzuma ntimwiyizi

  • @claudinebigirimana5408

    Hageze ahantu nibaza icarico kuba umusirikare ! Jyewe numva nakwica abo ba chef nibo babi babohereza kwica les innocents.

  • @user-lc7oq4ze8r
    @user-lc7oq4ze8r Před 6 dny

    Nakajoreza

  • @user-lc7oq4ze8r
    @user-lc7oq4ze8r Před 6 dny

    Nakajoreza

  • @claudinebigirimana5408

    Aba babiri n’abatutsi !

  • @DavidMbabazi-hb4hv
    @DavidMbabazi-hb4hv Před 6 dny

    Ntabwo umurundi wese atunze,ahubwo nugushima Aho bigeze Kiko EJO canke hirya yejo tuzobishikako ahumurundi wese aba yifise, ntayindi nzira bizocamwo atarukwongereza ibikorwa nurukundo nugufashanya

  • @mwandishimussa6319
    @mwandishimussa6319 Před 6 dny

    nikuberiki umukuru winama nshingamateka atumvira abavugira abanyagihugu ABARUNDI TURAKENY 😢 UBURUNDI BURAKENY