Amabi yo guhohotera igufa ntahanwa mu Burundi

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 25. 06. 2024
  • Itariki 26 Ruheshi ni umunsi mpuzamakungu wahariwe kurwanya ihohoterwa rya kiremwa muntu kw’isi. Kakaba ari n’akaryo ko guhamagarira ibihugu bitandukanye kw’isi kwubahiriza amasezerano yiyamiriza ayo mabi. Ariko uwo munsi ushitse mu Burundi guhohotera kiremwa muntu ari icaha gisa n’icashinze imizi. Ikibabaje ababikora bakaba batabihanirwa, leta mbere ikaba yarabasasiye n’indava.

Komentáře •